Hariko harubakwa ihinguriro ry'icayi " Industrie Theicole de Kayanza" muri Commune Muruta

  Рет қаралды 6,126

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Hariko harubakwa ihinguriro ry'icayi " Industrie Theicole de Kayanza" kumutumba Campazi muri Commune Muruta. Umugwizatunga Ndoricimpa Anicet nyene gutanguza uwo mugambi avuga ko yashatse gupfunyiriza urugendo abarimyi b'icayi bo muntara ya Kayanza kandi iryo hinguriro rikazotuma abatari bake baronka ubuzi.

Пікірлер: 5
@rutindikarwoganyanja9436
@rutindikarwoganyanja9436 3 жыл бұрын
Umwalimu wo muli Kenya witwa Mazrui yaravuze ati:Abanyafrika bahinga ibyo batarya ,bskagura ibyo badahinga Uraje utwaye isambu zabatursge ubazhyize mubukene,kubura ibyo bakora baje kugukorera ubahemba ubusa... Nonese ko umukene ku isi Ali uhembwa idolari limwe kumunsi ,waba uwo mugeizatunga byibura azahemba umusoromyi ibihumbi 4 by,amarundi? Izinganda nizo kunyunyuza abaturage kuko zungura nyirazo na Let's kuko banyunyuza umuturage bamubeshya ko bsmufashije... Mutere ibihingwa bigurishwa hanze bizana ifaranga litubutse,igihungwa Nabenegihugu barya Mutere Avoka Mutere urutoki Mutere imboga mugemure hanze.... Ibyayi ninzira imwe yo gukenesha abaturage ,ukabanyunyuza ubahemba ubusa...
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 5 ай бұрын
❤❤❤🎉
@alicehakizimana1582
@alicehakizimana1582 3 жыл бұрын
Birahimbaye komeza
@salimramadhani740
@salimramadhani740 3 жыл бұрын
Thanks you
@salimramadhani740
@salimramadhani740 3 жыл бұрын
👏👏👏👍👍👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Caleb Pressley Shows TSA How It’s Done
0:28
Barstool Sports
Рет қаралды 60 МЛН
AGAHINDA SI UGUHORA URIRA 😭😭😭😭
1:01:51
IMPANGA TV
Рет қаралды 824 М.
𝐊𝐀𝐘𝐀𝐍𝐙𝐀 𝐘'𝐈𝐁𝐈𝐓𝐀𝐍𝐆𝐀𝐙𝐀
45:29
Icukurwa ry'ubutare ry'utubuyenge (Terres rares) mu Burundi
27:46
Emissions TV 2è_VPR_BURUNDI
Рет қаралды 50 М.
Le Roi des herbes, une plante qui soigne tout?
23:00
African Beauty Herbs
Рет қаралды 268 М.