SAT-B nahaye FABRICE amafaranga Menshi mukwubaka ISOkO ya BUJUMBURA|Impamvu Aririmba IGISWAHILI cane

  Рет қаралды 14,822

HIT TOP TV

HIT TOP TV

Күн бұрын

‪@SatBOfficial‬ #satb #bujumbura #music #hittoptv1 #landrypromoter ‪@LandryPromoter‬ #fabricemanirakiza #isokonkuruyabujumbura #music #belgium

Пікірлер: 127
@hittoptv
@hittoptv 3 күн бұрын
kzbin.info/www/bejne/lYTCeqechq-Ap8ksi=rxCdrvNfVRHRMnJc Fagio la Chuma by Satb🔥🔥Like abatananirwa banje
@Dekharmaofficial
@Dekharmaofficial 3 күн бұрын
Sat b turamwemera cane kbisa ariko biramaramaje kabisa Ku muntu nka sat B gukora ikiganiro avec micro iza iracikagurika amajwi mugihe ari umuntu akwirikwirwa n'abantuu benshi ngah burundi ndets no hanzz y'iguhugu hit top TV mugerageze mukosore ivyo bintu kbsaa.kndi Big Up sana
@IradukundaDessai-c5b
@IradukundaDessai-c5b 3 күн бұрын
Yes musaza sat b irambire mutama Hama randri nka hit top tiv mwigore muhindure izo micro amajwi azaracikagurika kandi maze kuvyumva mubiganiro vyishi murakoze kudutahura
@movitsmart
@movitsmart 2 күн бұрын
Ndumwe mubantu naho nopfa uyumuns kunva yanje canke kukiriyo cnje bategerezwa kuvuzq indirimb ya sat b uwutamukunda akareka kumpamba love you ❤sana satura
@berryahishakiye4561
@berryahishakiye4561 2 күн бұрын
Nice interview! #LandryPromoter , amajwi ntasohoka neza. Murarabe mukosore sound.
@didierogmsafi4442
@didierogmsafi4442 Күн бұрын
Kuva SAT B aho yakoreye ibiganiro hose ubu niho avuze amajambo akomeye numva ndayakunze pe🤜🤛✅✅✅✅👍👍
@claudioira1840
@claudioira1840 3 күн бұрын
Ariko Sat B ibintu vyo kuzunguruka muntebe nk'umwana sisawa gusa ndakwemera uri never give up💪💪
@AstereIratabara
@AstereIratabara 2 күн бұрын
Satb big up
@ThierryTuyisenge-ur9xp
@ThierryTuyisenge-ur9xp 2 күн бұрын
Sat-B big up san!! Ariko caméra man amajwi yamugoy kbx
@theogenenyabenda
@theogenenyabenda 3 күн бұрын
Sat b,hejurucane.unva inamayagusa piano gumirizaho,ibinduvyihorer.fatirahofatiraho
@IrishuraPasifique
@IrishuraPasifique 3 күн бұрын
🇧🇮🇨🇦King Fagiyo La Chuma💪🏼💪🏼💪🏼💪🏼hamwe nigifi kinini ndabemera cane🇧🇮🇨🇦
@Yvse991
@Yvse991 2 күн бұрын
Ukonukur yaggaa naj mushigikile kuriyi cano ni yves go fresh food Tv 🇧🇮 murakoz 🎉
@NiyonkuruConsolatte
@NiyonkuruConsolatte 2 күн бұрын
Ligend ❤❤❤❤
@destinopaltvfloridacity2626
@destinopaltvfloridacity2626 2 күн бұрын
LANDRY promoter higa ivyuma vya sonorisation ndetse na camera Nziza kk amajwi yos aracikagurik
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 2 күн бұрын
Sarubi🎉🎉🎉❤ Randry to day micro yarifse ikibazo kumuntu nka sat b wp😮😊
@Trecta
@Trecta 2 күн бұрын
Ivyo vyuma zurabikora neza man birica Vibe
@RwembeFulgence-vr9cy
@RwembeFulgence-vr9cy 3 күн бұрын
king 🤴 ww God bless you 👍
@jamessiyoni2996
@jamessiyoni2996 3 күн бұрын
🔥🔥🔥🔥sat b
@BertinSosiologeu
@BertinSosiologeu 3 күн бұрын
Hit🔥🔥🔥
@movitsmart
@movitsmart 2 күн бұрын
Respect sat
@IshKevin-g1v
@IshKevin-g1v 3 күн бұрын
Nakubar sat b
@KevinNiyonkuru-wu3vn
@KevinNiyonkuru-wu3vn 2 күн бұрын
Nice ikiganiro Sat B
@willyntahomvukiye2622
@willyntahomvukiye2622 2 күн бұрын
Jewe ubundi Sat b niwe wanje pe!! Landry wubahwe sana
@lsance
@lsance 2 күн бұрын
Landry bury sat b niw muririmvy ikiganir ciw tub dukwiy kukironka bur kwezi kk atang ivyiyumviro vyubaka yubahw❤❤❤❤❤
@PhiliLuckson
@PhiliLuckson 3 күн бұрын
Bakome bakome Satb uciy nubwenge Jew ndakwemera bro🔥🔥🔥🔥
@Fernand_KyGame
@Fernand_KyGame 3 күн бұрын
Nakubali Sana Satura
@cleppin
@cleppin Күн бұрын
Nice interview, gusa landry haragez ko muhindura micro kuko bigum bicikagurika
@hervenihezagire
@hervenihezagire 2 күн бұрын
D one ,satb na kilikou nibo baririmmvy Bazi kwishura neza medias
@nduwayezuelvis-fc2gv
@nduwayezuelvis-fc2gv 2 күн бұрын
Fagiyo La chuma🔥🔥🔥🔥
@DE.MULTITALENTED
@DE.MULTITALENTED 2 күн бұрын
Amajwi si fresh aguma Acika n kugikosoraaa
@willerica2022
@willerica2022 3 күн бұрын
Kwa moza oyeeeee
@Didierkisss
@Didierkisss 3 күн бұрын
Namkubali sana mwambaaa
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 3 күн бұрын
Mr igifi kinini❤❤❤❤
@AlexisBIZIMANA-nj1wb
@AlexisBIZIMANA-nj1wb 2 күн бұрын
Faut verifier le materiel yakazi guy uko nugusamara cn but keep on bro
@djziidafoudre4094
@djziidafoudre4094 Күн бұрын
Microphones zaw muta, nibaza kwarikibazo ca batteries faible nukuvyitwararika. Anyway ikiganiro ciza 🙌🏾
@BennyEmmaelos-wl3tm
@BennyEmmaelos-wl3tm 3 күн бұрын
Hit top tv 1🎉 king
@RwembeFulgence-vr9cy
@RwembeFulgence-vr9cy 3 күн бұрын
sat b welcome sauth frica is waiting for you
@nishimweeddy6036
@nishimweeddy6036 2 күн бұрын
Sat-b hejuru cane
@ndewilly229
@ndewilly229 3 күн бұрын
Microphone muzisubiremwo ziza ziracikagurika Nanje nkunda Sat-B 100%
@ButoyiEmery
@ButoyiEmery 2 күн бұрын
S TB waj nab . Ndak❤
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 3 күн бұрын
Micro za Hit top TV saramaze gucoka man muzihindure pls
@irangabiyeceleste4190
@irangabiyeceleste4190 3 күн бұрын
Asha uvuze vyo kbs biguma bicikagurika
@binfos8891
@binfos8891 2 күн бұрын
Satura oyeeee❤
@kangaroohotel2600
@kangaroohotel2600 3 күн бұрын
Amajui sineza
@Nidivin
@Nidivin 3 күн бұрын
Sat-B ❤️🇧🇮
@mrkeyburundi
@mrkeyburundi Күн бұрын
🙌💫💫💫🇧🇮❤️
@AlfredBagorikunda-cv7qc
@AlfredBagorikunda-cv7qc 3 күн бұрын
Wakoze umutiii bro❤
@pius_lucky
@pius_lucky 3 күн бұрын
❤❤
@lionelopromoter3343
@lionelopromoter3343 2 күн бұрын
Ivyo muvuze vyose ni ukuri ariko harikintu mwihenzeko cane gusohor indirimbo umusumw ntaco bitwa Tz nindirimbo 6 zirasohokera rimw kumusi nigeria hoho na 10 zirasohoka cnk abaririmvy bari muri management imwe barasohora indirimbo ama EP cnk album kumusi umwe àhubw vuge ko muburundi music ikigorany gato
@djpathman1266
@djpathman1266 2 күн бұрын
🎤 igum icika
@irelogenzuru4211
@irelogenzuru4211 2 күн бұрын
Turabemera caaane komerezaho
@jamessiyoni2996
@jamessiyoni2996 3 күн бұрын
🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 3 күн бұрын
Wapi baragukomye kaka uwambere yabaye Drama T uwakabiri Dj Fernando uwagatatu D one aba bana vrmt baragukomye wanka wemera jw ndi fan wawe 100% ariko aba batipe baragumye nimba warusinziriye mubiki ntumbaze
@SalvatorBizSmith
@SalvatorBizSmith 3 күн бұрын
Abo baje ejo papa uwo yapambanye kera sogo
@OrnellaNinezerwe
@OrnellaNinezerwe 3 күн бұрын
Nibamanze bakore barabe k bazogera ahageze batarazima kwanza
@pacomekadeste8121
@pacomekadeste8121 2 күн бұрын
Landry mwakoze ibintu nkaba endground iyo ikintu uziko gikomeye ugiye kugikora ba sérieux ugitegure neza upime ivyuma kari sawa none tuzoja kurugero gw internationale gt tugikora ibintu bidapanze shiramwo ubu sérieux nimba bari yarushe muhige uwundi amufasha amasanamu umuc uriyongeza ukagananuka bro ivyo muba murimwo n ibiki ikiganiro ca lino-g n sat nahone mwarajahaye Landry ndakwemera urazi ibintu mugabo shiramwo ubu sérieux iga neza icobita organisation du travail
@hittoptv
@hittoptv 2 күн бұрын
@@pacomekadeste8121 merci
@Niyukurieri-tf5ii
@Niyukurieri-tf5ii 3 күн бұрын
❤❤❤❤❤🎉
@rodbdiaz
@rodbdiaz 3 күн бұрын
🔥🔥
@DeliciaHereTv
@DeliciaHereTv 3 күн бұрын
Ngo na diamond ntaraba international 😂😂😂😂! Nkunda abarundi kweli
@Elieslogger
@Elieslogger 2 күн бұрын
Ingorane muharira ibintu biboneka Ni international gut nn?
@Vyizigirobienvenue
@Vyizigirobienvenue 3 күн бұрын
❤ 1:09
@bertrandhorimbereofficiel1815
@bertrandhorimbereofficiel1815 2 күн бұрын
Diamond ni GlobAritist @satb abo wise international baramuzi
@Kingbruce60
@Kingbruce60 2 күн бұрын
Sat b kunz ukunt yemey ikosa 😂🤣❤
@RwembeFulgence-vr9cy
@RwembeFulgence-vr9cy 3 күн бұрын
imajahe bwiara fon please
@MuhimpunduJeanmarie
@MuhimpunduJeanmarie 2 күн бұрын
Mbariza sat b kuberik mubindi bihugu abaririvyi bakuru koboririmba indirimbo zumugombe muburundi vyankirahe turabakund muyama
@kennycampel
@kennycampel 2 күн бұрын
Nukurab ukaguraa izindii micro 😂 izo zarabozee 😅
@jamessiyoni2996
@jamessiyoni2996 3 күн бұрын
Yaaaaaga
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 3 күн бұрын
Bro ubaza ibibazo vyubwenge👌 sauf k uhor wigir umustar mukazi ukaderapa sinon ntamu youtubeur agusumb kubaza
@ErnestNdayiziga-i2p
@ErnestNdayiziga-i2p 3 күн бұрын
Igifi kinini umutananirwa umuvumbuzi akaba numucukumbuzi wirambire
@reverienwanje-qc2ez
@reverienwanje-qc2ez 3 күн бұрын
Sat b burya nincabwenge iyoba bikunda ababshoboy bomwiygreza Kandi ntobhomba
@ntizzolehardi1914
@ntizzolehardi1914 3 күн бұрын
Harikintu #sat_b avuze Ati haribintu vya ma communautés nabonye narinzi menye hirya y'ejo 😭abarundi umutima muhumuke ivyo avuze bifitaniye isano cane nibura ryigitoro muburundi 😭 hariho communauté yihaye kuzibira abo bita kobasangiy'... Ivyo ushak kubibona neza muzorabe abatumirwa mubiteramo vyo hanze!? 😭Ariko aha ndagiriza communauté yokurundi ruhande muri mubiki???
@Nonohassan-vr2kt
@Nonohassan-vr2kt 3 күн бұрын
Kutamubaz ivy belle 9c kobavany😂😂😂😢😢❤
@jeanmarieciza2262
@jeanmarieciza2262 2 күн бұрын
Amajwi aracika Sana
@kagabo257
@kagabo257 2 күн бұрын
Microphone zirafis akabazo murabe mugakosore
@YackinPhilix-d5w
@YackinPhilix-d5w 2 күн бұрын
Gifi Ukokuntu wononye ikiganiro mugucikagurika kwamajwi Umenyeko ntavyishimiye
@MagicNk
@MagicNk 2 күн бұрын
Reka mve muvyo ndimwo iyi interview ndayicarire neza😅😂😂😂
@HaramahoroJoie-ye6ny
@HaramahoroJoie-ye6ny 21 сағат бұрын
Umwe rukumbi dufise kabisa ni sat😊
@Sal-upDon
@Sal-upDon 2 күн бұрын
Mubwir yibuke ivyo mukuruwe yaroha avuga kuvyerekey korabo ariko abibona ham agwana nande? Humondani yenuye
@blaiseuwizeye250
@blaiseuwizeye250 3 күн бұрын
Good news mutananirwa
@thierryiradukunda4693
@thierryiradukunda4693 2 күн бұрын
Sound si neza bro
@Justinbabalao
@Justinbabalao 3 күн бұрын
Turakumbuye Drama-T
@SalvatorNtirampeba
@SalvatorNtirampeba 3 күн бұрын
Sat b ndagukunda cane kandi ndakeney collabo mumyaka iri imbere
@MoiseNgiruwonsanga
@MoiseNgiruwonsanga 2 күн бұрын
Ngo na diamond ntaraba international hhh iririre
@ElysePromoteurBdi
@ElysePromoteurBdi 3 күн бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@HabyarimanaA-f6j
@HabyarimanaA-f6j 3 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤😊😊
@elyseniyubahwe9834
@elyseniyubahwe9834 3 күн бұрын
Landry sat.b uwomugabo yarikomeje nka cndd fdd nukuvuga yuko kubwanje nogupfa nopfa kubera sat.b mukirundo ndimwe azimbere mukumufan
@SalvatorNtirampeba
@SalvatorNtirampeba 3 күн бұрын
Ariko amajwi kumunotona wa 9:08-10 Ariko aracikagurika😢
@Arnaud-diesel
@Arnaud-diesel 3 күн бұрын
Iyo émission yaw wayishizeko utayumvirij Ama son ya sat b aguma acikagurika raba ubikosore bomboclat 😂
@UmucoSportsNews
@UmucoSportsNews 3 күн бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@gihungaselemani8727
@gihungaselemani8727 3 күн бұрын
Mb kugir ub international urumusani nuk ub umez gt Ub rr sat b ur kugweg rumw n ba Diamond 😅😅😅 Banz gus ujabuk ah hakurya n kanyaru bagukom urab urekn n ba bongo
@Kazo372
@Kazo372 3 күн бұрын
Burya w randri ufisemumutwehamezeneza?atuburundi nigihugukimez gt?😂😂😂
@fabricenizeyimana7914
@fabricenizeyimana7914 23 сағат бұрын
bro son sound yawe iri fekiiii kabisa iyo uriko urakoresha interview
@timewilltellit3440
@timewilltellit3440 16 сағат бұрын
Karabasasi ugifis ubwibone nk'ubwo, bizukugora gushika kure kuko personnalité yaw ntirakwemerera kukugira ico wiyita
@jeromeitangishaka2195
@jeromeitangishaka2195 3 күн бұрын
Emwe komeze mwinwera vya vyatsi Bob Marley yasize abatereye nzaba mbona ibikurikira😂😂vuba cane satura arahamvya demana😢😂😂😅😅😅😅
@AlexanderNimbona-lj4ln
@AlexanderNimbona-lj4ln 3 күн бұрын
Ubwiyemezi bwawe zacolabo zanigeria zirihe
@FiniasNyabenda-u5o
@FiniasNyabenda-u5o 2 күн бұрын
Komera mutananigwa
@abdoullilahiradukunda9913
@abdoullilahiradukunda9913 2 күн бұрын
Biguma bicakaaaaa😢
@akimanaclovis2334
@akimanaclovis2334 3 күн бұрын
🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾
@AngeloAhishakiye
@AngeloAhishakiye 2 күн бұрын
Sat B kwendambere unaeza
@YackinPhilix-d5w
@YackinPhilix-d5w 2 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Sat b wuuubahwe caaane uranatwenza caaane
@lightflower2572
@lightflower2572 3 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💫👌👆
@NiyogushimaOscar-rd6ur
@NiyogushimaOscar-rd6ur 3 күн бұрын
Aha umve nkivyo ariko aradebagura nani indirimbo wew kubera usize kwitariki napanze noca mpindura ngonuko wew ugomba usohore wacomye
@ClovisBitangwanayo-k8g
@ClovisBitangwanayo-k8g 14 сағат бұрын
🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
@ManirakizaAlexis-z9v
@ManirakizaAlexis-z9v 3 күн бұрын
Isanamu ,,,nifiti ariko amajwi faux
@IrishuraPasifique
@IrishuraPasifique 3 күн бұрын
Ariko wewe nkigifi kinini urakwiye guhindura mikoro ndumva ziratanguye kumeranabi
@BrillantHarerimana
@BrillantHarerimana 3 күн бұрын
😢😢😢turakwemera🎉🎉
Don't look down on anyone#devil  #lilith  #funny  #shorts
00:12
Devil Lilith
Рет қаралды 46 МЛН
龟兔赛跑:好可爱的小乌龟#short #angel #clown
01:00
Super Beauty team
Рет қаралды 14 МЛН
UMUTAMA W'UMUGWIZATUNGA YATABAJE  UMUKURU W'IGIHUGU KUMURENGANURA
1:01:59
Don't look down on anyone#devil  #lilith  #funny  #shorts
00:12
Devil Lilith
Рет қаралды 46 МЛН