Christopher 🇷🇼live in burundi full performance Lino g umuriro uratse🔥

  Рет қаралды 14,364

HIT TOP TV

HIT TOP TV

Күн бұрын

Пікірлер: 61
@samueltwizerimana5890
@samueltwizerimana5890 Жыл бұрын
Fizzo yarafuse boosekweli.nuwo muturagi yaragerageje ariko Fizzo yaranyemeje vya Danger!nakunze nukuntu yahaye umwanya abana b,Igihugu kugaragaza ingabirano zaabo!Fizzo yubahwe vmt n,umwami w,umuziki wa Buja Fleva🙏🏽🙏🏽
@milkb257
@milkb257 Жыл бұрын
Umusi rumenibikaya yagufashe azokwica urya ni t 2 pac wuburundi big jay hejur cane
@FabriceKWIZERA-wl4xy
@FabriceKWIZERA-wl4xy Жыл бұрын
Sha Christopher vyase kwel jewe niho narindi, mbere iyataba fizzo namahera yacu bayadusubiza, kuko jewe nari narishe kubera fizzo
@joyfulfriendsproject1989
@joyfulfriendsproject1989 Жыл бұрын
Abarundi bakwiye kwiga live music urumva ukuntu Christopher aririmba biryoheye amatwi peeeeeeee......... Thank you Christopher
@CelestinMfashingabo
@CelestinMfashingabo Жыл бұрын
Bro wabyangawabyemera Umusaza yabahaye full package 💪💪💪👊👊👊
@derickcastor8008
@derickcastor8008 Жыл бұрын
WOW, HEJURU CYANE CHRISTOPHER YABIKOZE NEZA ❤🇷🇼 ABAZI UMUZIKI BAJYOHEWE
@Shineboy797
@Shineboy797 Жыл бұрын
@hit top TV murateye isoni ingene mutitaye kuri live ya we love musika ngo muyiduhe😢
@afrolinetv250
@afrolinetv250 Жыл бұрын
Abarundi ntibazi umuziki wa live ,bakunda ibihondagura bitarimo ubwenge! Gusa ntihabuzemo abasirimu bari kugyohegwa ! Abari kuvuga nabi ni abanyeshali nibirofa!
@amolam97
@amolam97 Жыл бұрын
Abami ba live muri kano karere uburundi burayoboye noe nkumuntu amenyereye live zaba kidum na vichou wovuga ko ngaha kweri yatwemeje gabanya ubugugu nawe di w ni gute uvuga ko batazi umuziki wa live?
@samueltwizerimana5890
@samueltwizerimana5890 Жыл бұрын
​@@amolam97uwo mubanyi ntamakuru afise😅😅😅
@amolam97
@amolam97 Жыл бұрын
@@samueltwizerimana5890 ababajama barihaye ibintu kweri
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv Жыл бұрын
Abarundii barakwiye kuza baragira live Christopher nic yabarushirij kbx fizzo🎉
@FocusTradeacademy
@FocusTradeacademy Жыл бұрын
Bivana namahera uba wahawe
@FabriceKWIZERA-wl4xy
@FabriceKWIZERA-wl4xy Жыл бұрын
Hhhhh ntamakuru ugira, live niwo muziki wabarundi
@Umuhozam.aimee1995
@Umuhozam.aimee1995 Жыл бұрын
Ubundi live ni iyabakire nabantu nazi umuziki neza apana twe dusimbuka gusa mbabwije ukuri😂 Chris easy wakoze Play back nabonaga ari imiguruko arko Christopher nubwo ari umuhanga cyane kuri live byarangiye dusinziriye
@DonatienIRAFASHA-q3e
@DonatienIRAFASHA-q3e Жыл бұрын
The love from rwanda I proud of you promoter Landry
@Eliane-zt6vs
@Eliane-zt6vs Жыл бұрын
Iyohataba big fizzo nne nka Christopher ngah yaririmvyiki
@shemaEmmy
@shemaEmmy Жыл бұрын
Baddest Topher ❤️‍🔥❤️‍🔥
@onesniyubuntu4703
@onesniyubuntu4703 Жыл бұрын
Fizzo hejuru🔥🔥🔥🔥
@Ollyrwanda
@Ollyrwanda Жыл бұрын
Lino g arabura gukora more music ubundi akaba abaye superstar
@SylvainNiyongabo
@SylvainNiyongabo Жыл бұрын
😮goo d mwan Womuhr 3:05 y
@delacycy
@delacycy Жыл бұрын
We love music hejuru🎉🙌
@Justinnimpaye
@Justinnimpaye Жыл бұрын
Zion beach turahaziii iyo niswata abarundi twarazimije ibirofa😂😂😂
@legendnationtv4950
@legendnationtv4950 Жыл бұрын
Nice live music topher❤
@JosetteDusabe-zo1uu
@JosetteDusabe-zo1uu Жыл бұрын
Dj wp kwatazimij ntagahunda yarazi😂😂😂
@BaddestVocalist
@BaddestVocalist Жыл бұрын
Ayo mahera bamuzanyeko why batari kuyaha abaririnvyi babarundi bakayarya vraiment kuko wapi kabisa
@Drgbjiumd
@Drgbjiumd Жыл бұрын
Mujye munabyina indirimbo zabarundi 😂😂😂😂mureke gukunda inyarwanda?? 😂😂😂😂 Bro tuza muzarya ama hit noneho 2024 mute umutwe Rwandan music to the world ✍️
@imanizabayoisaie4872
@imanizabayoisaie4872 Жыл бұрын
Hejuru cyn kbx ♥️✌️
@AnicetNzambimana
@AnicetNzambimana Жыл бұрын
Lino G hejur can
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 Жыл бұрын
Uwaroze abarundi nonenkuyo 🇷🇼 yaririmvyiki 🙄😏😏
@samueltwizerimana5890
@samueltwizerimana5890 Жыл бұрын
Yakoze ivyiwe gusa nti yamenye Public yarimbere yiwe ivyo ikunda.mais Big Fizzo yarabafuse boose
@daduha8771
@daduha8771 Жыл бұрын
❤❤❤❤🇷🇼🇷🇼
@kennyniyonkuru6725
@kennyniyonkuru6725 Жыл бұрын
Wapi ntabishash vyiw
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 Жыл бұрын
Fizo hejuru🔱
@dushimimanaInnocent-m1m
@dushimimanaInnocent-m1m Жыл бұрын
❤❤❤🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮
@KelvinGameiro
@KelvinGameiro Жыл бұрын
Nta paformance yumunyarwanda nomara Jew aha Naha narinj gukomanta gus
@User.k146
@User.k146 Жыл бұрын
🤣😂😂😂cyakoze ishyari rizabica 😝
@KamanajeanclaudeC1-nn1vy
@KamanajeanclaudeC1-nn1vy Жыл бұрын
Abaratsa 🇷🇼 muba meifunze kwll
@Musindi736
@Musindi736 Жыл бұрын
Wapi kbx vyans abo sabantu zion turayizi
@sumyafrance6893
@sumyafrance6893 Жыл бұрын
Fizo yaravuze ko karandi kamwank😅😅😅😅
@FocusTradeacademy
@FocusTradeacademy Жыл бұрын
Ico mbonye co kuri live ingo live band na les jumeaux music bubahwe😂😂😂😂
@jadoofficial1647
@jadoofficial1647 Жыл бұрын
Uramenye wigarucyire Murwanda aho uburundi nsiheza
@ndemeyimanaines8201
@ndemeyimanaines8201 Жыл бұрын
Uko msazi man 😂😂erega iwacu ntirwitaha ukoze amanyanga ni💪💪 ariko witway neza ntakibazo we mjinga
@samueltwizerimana5890
@samueltwizerimana5890 Жыл бұрын
​@@ndemeyimanaines8201mumbwirire😎😎😎
@mcmsabah1876
@mcmsabah1876 Жыл бұрын
🎹🎶🎤
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 Жыл бұрын
Amahera bamuzanyeko iyobatuma bayanwesha urwarwan🙄😏🍺🍻🏃‍♀️
@delacycy
@delacycy Жыл бұрын
😂😂😂
@etienne_nzet_truez
@etienne_nzet_truez Жыл бұрын
None atarihamwe abarundi mupfa ivyo mukunze nkuwo yerekanye iki?? 😢😢😢😢
@afrolinetv250
@afrolinetv250 Жыл бұрын
Nibwo bumenyi ufite kumuziki ntawakurenganya! Ukunda biriya binyabasazi bitarimo ubuhinga
@etienne_nzet_truez
@etienne_nzet_truez Жыл бұрын
@@afrolinetv250 oya ntabintu biraho ntubeshe. Woraba ivyo D one yakoreye KUMUTWENZI ntiwobigereranya nivyo
@samueltwizerimana5890
@samueltwizerimana5890 Жыл бұрын
Live performance D ONE aheruka gukorerea Kumutwenzi mû Kamenge nta naho ihuriye niyo y'a Christopher kuko nubu vidéos zayo incuro ndaziraba kumunsi ninyinshi .umuziki wa Buja Fleva w,ubahwe ,kimwe gusa ukeneye gushigikirwa no Gukundwa n,Abarundi !!
@irakoze-bo6wz
@irakoze-bo6wz Жыл бұрын
😮😮😅Ningoran gs
@EmmanuelineEmmanueline-hg7rz
@EmmanuelineEmmanueline-hg7rz Жыл бұрын
😢😢😢😢😢
@NdayiragijeAugustin-n5k
@NdayiragijeAugustin-n5k Жыл бұрын
landry nikumugong kk ntacamariy uburund natum aj mu rwanda,fizzo ntiyamubony reo?
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Abandi berekanye performance ya Fizzo nawe uriko werekana ivyo birofa wibazango niho ucuronka ama vues hama iyo hataba Big Fizzo nabo bantu baje kubera Big Fizzo niwe yabatabaye nutwo duke ntatwo yari kugaruza Show yoyo guhomba yahomvye abo bantu ni bake cane uravye abantu bahora buzura ngaho.
@User.k146
@User.k146 Жыл бұрын
@user-wm4tv2kc1x♥️😍
@FabriceKWIZERA-wl4xy
@FabriceKWIZERA-wl4xy Жыл бұрын
Fizzo nta mu star yomwigereka mu rwanda no muburundi Atari Kidumu gusa
@africamugisha3214
@africamugisha3214 Жыл бұрын
RWRWRWRW
@EgideBuregeya
@EgideBuregeya Жыл бұрын
Yebabawe? Mbega Chris wambeshye?😂😂😂
@darcityogbanks5415
@darcityogbanks5415 Жыл бұрын
Ujinga to uyo anashindwa nawasani wetu wahapa 😅😅
@afrolinetv250
@afrolinetv250 Жыл бұрын
Iryo nishali Sha! Urusha ubumenyi abamutumiye ? Ibija aririmba nivyabahinga ntamushinga nkawe wabitahura
Арыстанның айқасы, Тәуіржанның шайқасы!
25:51
QosLike / ҚосЛайк / Косылайық
Рет қаралды 700 М.
When you have a very capricious child 😂😘👍
00:16
Like Asiya
Рет қаралды 18 МЛН
Мясо вегана? 🧐 @Whatthefshow
01:01
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
BAYGUYSTAN | 1 СЕРИЯ | bayGUYS
36:55
bayGUYS
Рет қаралды 1,9 МЛН
Christopher - A Beautiful Life (Full Album From Netflix Film)
27:03
Warner Music Canada
Рет қаралды 1,2 МЛН
Destination Francophonie | Burundi 2
26:56
TV5MONDE
Рет қаралды 277 М.
Arvella MUHIMBARE KURUTARE (Officiel)yashiste muri America🇱🇷
6:22
Christopher Live Performance in Iwacu Muzika Festival 2020
40:45
East African Promoters
Рет қаралды 10 М.
Арыстанның айқасы, Тәуіржанның шайқасы!
25:51
QosLike / ҚосЛайк / Косылайық
Рет қаралды 700 М.