Adress ya Siren boutique ni kuri boulevard de l’Uprona en face ya face à face kuri station Mogas magasin B1 n’imipira ya Dacia murashobora kuyihasanga. Karibu
@owanaishimwe7 ай бұрын
Mbaye uwa mbere mumpe like 😂👍 Btw twari dukumbuye fun and facts 💯
@jmc21967 ай бұрын
Uwo mutama k yikora mugahogo neza uzomutumire sha Hosy kandi nanje i wish one day kuza untumire 😂😂😂
@user-mb4dk3vb1s7 ай бұрын
Ariko ga mana Dieu seul sait comment j’aime NIKITA❤
Basha ni ugushima muri vyose,wibaza ko urushe uyu mwaka ukifuza ko wohera ,ariko ugasanga uwu ugiyemwo bigoye kurusha so rero igikuru ni uko every challenge uyivemwo amahoro.Yesu abahezagire
@babydtonekaneza13037 ай бұрын
Wowuuuu les filles,merci kutwereka notre ville de Bujumbura.Ingene hasa neza,nakazuba🎉🎉🎉 Love girls❤
Basha, ntimwibaze ko ibintu vyazimvye hiyo gusa natwe hano mu mahanga ibiciro vyaraduze cane. Ahubwo dusabe Imana ko l’année prochaine twese twotera imbere tukaronka les moyens financiers zirengeye ivyo biciro. Mugabo ikibazo c’ibitoro hiyo nagahomera munwa. Du courage kweri.
@evelynenkurunziza2877 ай бұрын
Nkunda Darlene atamiye ubwo bugari😂😂😂❤
@Bukuranny127 ай бұрын
Dacia ndashak kukubaza k wonkorer udupira ugaca utundungikira Canada vyokunda
@user-ds9gc3wx4n7 ай бұрын
Uwo muvyeyi ndamushak 😂
@lydinoirakoze31847 ай бұрын
😂😂😂😂 ma sœur wahuye nuruva gusenya kwl 'ndapfuye nugutwenga❤❤❤❤❤❤
@Hi53927 ай бұрын
Dacia adandaza ibintu vyiza cane... courage
@user-uu4mi1vd9n7 ай бұрын
Merci kwerekana la ville de bujumbura ☺️
@IshimweAnne-kp8wv7 ай бұрын
Il est beau mon pays burundi murankumbuj Imana ibah umugisha hosy ❤
@itekachristadivine89937 ай бұрын
Joyeux Noël ndabakunda bimwe ntovuga❤❤❤❤❤❤
@bilemec7 ай бұрын
Hello!!! Murazi ko nihweje ukuntu mufise social life na intelligence, nsigaye nifuza kumenga nobasaba job❤🎉🎉 Go ahead shaa❤
@lixaolinkagakima94257 ай бұрын
We love it we love it💥💥💥💥💥💥💥💥💟💫
@Izobishitsa7 ай бұрын
Salut les belles dames.. Great job kabisa mukora ibintu vyiiza et merciiii kudutembereza muma shops yanyu..mufise ibintu vyiiza.. Sugestion:mwoshobora kuza muratubwira les prix nko ku bantu batari I Burundi tukayituma tubizi please........especially kuma t-shirt kwa Dacia . Murakoze ...
Hosy ngo iyo atwenze bose bac bayakura mu mufuko bakayaterera hasi Hosy tubwire niko bimez?
@lindairadukunda14317 ай бұрын
Siren boutique iri amajahe?
@sirenvibestv7 ай бұрын
Boulevard de l’uprona en face ya face à face kuri station Mogas magasin B1
@gelasebigingo29267 ай бұрын
C' est très dommage que dans mon pays on ne sait promouvoir des grands artistes nkabo! Eric Ndakoze le petit frère du célebre Ginda, c' est un grand artiste kuri niveau za ba Canjo na ba Ngabo Léonce. Murashirako telefone yiwe tu muhamagare Merci!
@gelasebigingo29267 ай бұрын
Hosy turagukunda sha .Tera Imbere! uze ura promotinga abantu batandukanye!
@gelasebigingo29267 ай бұрын
Mumpaye Telefone yiwe mwoba mukoze!
@BoboHassanBonith-wv9wy7 ай бұрын
❤❤❤😂😂
@faa2023-ngaragu7 ай бұрын
Adresse ya boutique yawe
@sirenvibestv7 ай бұрын
Boulevard de l’Uprona en face ya face à face kuri station Mogas magasin B1
@CaroleAkingabiye7 ай бұрын
😂😂😂❤❤❤ 🎉
@nakinteje71727 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 :😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@user-ir4mw4cd6m7 ай бұрын
Duhe Adress none
@sirenvibestv7 ай бұрын
Siren boutique iri kuri boulevard de l’Uprona en face ya face à face kuri station Mogas magasin B1 n’imipira ya Dacia murashobora kuyihasanga. Karibu