Ese ko mugira ubwoba sana? Ubu se iyo ngirwa president yanyu ntiyama yagirishije inama n'aba generals biwe, ko atawuvuza induru? Imyimenyerezo y'abasoda si ibisanzwe, nkuko mu minsi iheze hari abasohowe i Gako!! Reka kuguma mwerekana ubwoba... bituma nuwogira iciyumviro co kubakubita vyomworohera sana!!
Ubu aba bantu ntuba ubabeshyera Koko hhh ntabwo yatera u Rwanda
@NTIHINYURWAElyse-cs7pyАй бұрын
Umutindi arotarya
@higirodonald6005Ай бұрын
Nta bushyo bw'imbwa
@ByamugishaJohn-py2guАй бұрын
Eeee iyo niyobigezee katubasabire
@NiyomwungeliTheophireАй бұрын
Abandimwe
@EtienneNiyobuhungiro-of9zgАй бұрын
Ba mureka kwifuza intambara banyrwanda bene wacu.Ndumva murino minsi nta yindi ndirimbo muririmba atari intambara kuburundi.Reka kwifuza intambara Reka ivyo bihimbano si vyiza.Haranira amahoro.
Oya ahejeje ibiganiro 2,jewe nvuga nti abandanye, kuko nukugura Mu nzu ntivyoroshe. Jewe sinibaza ko Ngwino yabikoze, ariko agira ibigongwe caane, akunda compagnie. Basha ako kazi kabo nta ko nzokora, les africains turagoye
@NkunduwimyeElia4 күн бұрын
H
@valeriemanirakiza3070Ай бұрын