Ibiganiro bikwiriye hagati y'Abubakanye - Pastor Désiré HABYARIMANA

  Рет қаралды 47,217

Burundi Gospel TV

Burundi Gospel TV

Күн бұрын

Пікірлер: 92
@niyonzimaeric
@niyonzimaeric 29 күн бұрын
Imana imuhezagire wagira umugore mutagize ikiyago birangira ugusutse kwamazi ashushe canke akakwicisha
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 29 күн бұрын
Ameeeeennnn
@ruthninganza6355
@ruthninganza6355 Жыл бұрын
Ndagukengurukiye cane mukozi w'Imana, Umwami Yesu Kristo akumpere umugisha,izi nyigisho ni nziza cane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🙏
@mushimiyimanahosiane
@mushimiyimanahosiane Ай бұрын
Mama wawe yarakubabaje cyane rwose Imana imuhe iruhuko ridashira
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
😭😭😭😭😭
@AppolineBurikukiye
@AppolineBurikukiye 10 ай бұрын
Ndafashijwe Yesu aguhezagire muvyeyi ariko n i Ngozi turagukeneye ngo wigishe abubatse baba Pasteur cane cane n abakenyezi babo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
Ameeeenn
@GNey-wr9ro
@GNey-wr9ro Жыл бұрын
❤ Amen Amen ndafashijwe cane Niki kiganiro cabunakanye❤ lmana ibahezagire cane.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Amen
@uwamahorochantal8538
@uwamahorochantal8538 Жыл бұрын
Imana ibahe umugisha rwose izi nyigisho ziradufasha rwose pe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
amen
@FaustineKabeza
@FaustineKabeza 5 ай бұрын
Amen Imana izoguh iherezo ryiza pe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 5 ай бұрын
Ameeeeennnn
@marietherese9882
@marietherese9882 Ай бұрын
Uhabwe umugisha utagabanije
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
Ameeeeennnn
@jonibitanga8983
@jonibitanga8983 2 жыл бұрын
Yesu ashimwe cne Turabashimiy muradufasha pasteur Yesu abiguher umugisha Nubundi mubandanye mudufashe izindi nyigisho
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
Egooo caneee
@HavyarimanaSamuel-me5ir
@HavyarimanaSamuel-me5ir 3 ай бұрын
Yesu agukomeze mu muhamagaro wo gukomeza ingo no kuvura ibikomere bisinzikaje abantu.
@AliceNduwayezu-hq5qi
@AliceNduwayezu-hq5qi Жыл бұрын
Amen mukozi w'lmana murakoze kumpanuro zanyu
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Amen amen
@Mundererealoys
@Mundererealoys 4 ай бұрын
Urakoze mukozi wimana ibyo biganjro nibyiza peeeeee*
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 4 ай бұрын
Ameeeeennnn
@nsananiyeabdoul5821
@nsananiyeabdoul5821 2 жыл бұрын
Ndanezerezwa N inyigisho z uwu mukozi w IMANA rero ndabinginze muzompe I nimero z uwo mukozi w IMANA
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
Murakoze caneee
@ancillanisubire3433
@ancillanisubire3433 Жыл бұрын
Imana iguhezagire Pasteur🙏🙏🙏
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
😍😍😍😍😍
@darlenemugabekazi8480
@darlenemugabekazi8480 Жыл бұрын
Imana iguhe umugisha ndafashijwe.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Amen
@ndayikezemireille2467
@ndayikezemireille2467 2 жыл бұрын
Uhezagirw mukozi w'Imana izo nyigisho nizo nuk umugor atabay intambamyi murugo umugabo aba intambamyi abagabo bacinyum cane abagore nukur nahuwiteka
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@chantalingabire2182
@chantalingabire2182 2 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha mwinshi.izaguhe ijuru
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
Amen
@TBrave-pd7zo
@TBrave-pd7zo 2 жыл бұрын
Ibi birakenewe rwose burundi gospel tv hejuru
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
murakoze
@AnnonciateNininahazwe
@AnnonciateNininahazwe 26 күн бұрын
Past ndakeneye numero yanyu ,ndumurundikazi, mba ibujumbura,ariko mfise ikibazo curugo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 26 күн бұрын
Twandikire kuri WhatsApp tuyibaronse
@berniqueabayisenga1256
@berniqueabayisenga1256 9 ай бұрын
Wigisha neza Imana ikomeze igushyigikire
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
Murakoze caneee
@AppolineBurikukiye
@AppolineBurikukiye 10 ай бұрын
Duhe n ibindi bice cane cane ingo z aba pasteur
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
🥰🥰🥰
@JajaMustapha
@JajaMustapha 2 ай бұрын
Duhe igih muvugirak ibi biganir
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 ай бұрын
Ooookkkk
@mariegorethnzitonda775
@mariegorethnzitonda775 Жыл бұрын
Ndize pe!mwoshobora kuduha numero za Pasta Désiré svp
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏
@DavidZoya
@DavidZoya 8 ай бұрын
Hamwe umwe mububakanye atagomba ko mwoganira nakanya nagato wobigenzagute?
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 7 ай бұрын
Oookkk
@Chazontime
@Chazontime 2 жыл бұрын
Inyigisho zanyu ziranyubatse,Yesu abakomeze!!
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
MURAKOZE
@nyiranduhuyeceline3110
@nyiranduhuyeceline3110 Жыл бұрын
Urumuhanga cyane kandi urakozee!
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
asante
@annetyebale6166
@annetyebale6166 2 жыл бұрын
God bless you pst and your family
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
AMEN
@AliceNishimwe-y1p
@AliceNishimwe-y1p 8 ай бұрын
Ntawompa contact ziwe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 8 ай бұрын
Twandikire kuri WhatsApp duca tuzibaha
@priscillamugisha794
@priscillamugisha794 2 жыл бұрын
Hezagirwa pastor nzankunda inyigishozawe kweri wigisha neza🇧🇮🇰🇪
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
amen
@theopistebukuru1801
@theopistebukuru1801 Жыл бұрын
Imana iguhezagireeeee cn mukozi w'Imana urigisha neza
@jacquelinenzeyimana7551
@jacquelinenzeyimana7551 2 жыл бұрын
Ok mutaduhaye ibindi bice ?Inyigisho zabagore nizabagabo muziduhe please
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
Zirabe ziriko twarazishizeko
@ancillanisubire3433
@ancillanisubire3433 Жыл бұрын
Iyo atakiganiro hagati y'abantu 2 babana ,bivamwo imishwano,ndaafaasijweee
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Yeesssss
@lydianiyonsaba4724
@lydianiyonsaba4724 2 жыл бұрын
Inyigisho nziza
@bwamicompany
@bwamicompany 8 ай бұрын
Mwarahezagiwe cne
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 8 ай бұрын
Ameeeeennnn
@aliveramukamajabo4924
@aliveramukamajabo4924 2 жыл бұрын
Byiza cyane!
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
Amen
@dusabebellamarlene6644
@dusabebellamarlene6644 Жыл бұрын
Ndafashijwe kabisa
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Amen
@jacquelinenzeyimana7551
@jacquelinenzeyimana7551 2 жыл бұрын
Muduhe ibindi bice muzoba mukoze kuko turubakwa nizi nyigisho
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
egooo vuba canee
@jacquelinenzeyimana7551
@jacquelinenzeyimana7551 2 жыл бұрын
Murakoze muhabwe imigisha
@inteyitekadancile9475
@inteyitekadancile9475 2 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha mwinsh
@umuhozadiane2264
@umuhozadiane2264 2 жыл бұрын
Ibyingo,zo muri yiminsi nibirebire.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣
@ndamukundajeanet2883
@ndamukundajeanet2883 2 жыл бұрын
Ibyo nukuri ariko biragoye
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
👍👍👍👍
@sandrasandra4599
@sandrasandra4599 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏
@sj-dg8wg
@sj-dg8wg Жыл бұрын
Amen
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Yessss
@christineteganeza7447
@christineteganeza7447 2 жыл бұрын
AMEN 🙏🏿
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
Amen
@sylvestresendacyeye3505
@sylvestresendacyeye3505 Жыл бұрын
Yesu aguhe umugisha mukozi wimana nifuza kuzabona numero nababonaho gusa inyigisho zawe ziramfasha God bless you and
@chantalingabire2182
@chantalingabire2182 2 жыл бұрын
Yoo ariko mana wigisha neza mu vandimwe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 2 жыл бұрын
Murakoze caneee
@drarielleb.ahishakiye9148
@drarielleb.ahishakiye9148 Жыл бұрын
Amén ❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️
INYIGISHO Z'ABUBATSE: Urugo m'umugambi w'Imana - Pastor Desire HABYARIMANA
1:23:26
ТЮРЕМЩИК В БОКСЕ! #shorts
00:58
HARD_MMA
Рет қаралды 2,3 МЛН
Ice Cream or Surprise Trip Around the World?
00:31
Hungry FAM
Рет қаралды 17 МЛН
HELP!!!
00:46
Natan por Aí
Рет қаралды 69 МЛН
Antoine Rutayisire - INYIGISHO ZABASHAKANYE Igice ca 3 (Ibibazo n'ibisubizo)
3:19:03
Penuel Church of the Nazarene
Рет қаралды 35 М.
AFARTANKII (40) QISO OO UGU SAAMEYNTA BADNAA_2022 iyo 2023_ SHEIKH MUSTAFA.
3:26:03
IFTIN BROTHERS STUDIO
Рет қаралды 2,4 МЛН