Sandrine urumukobwa mwiza ariko uzasubiremwo iryo gereranya ryubutunzi bwibihugu kuko hari ibihugu wasimvye kumwanya wavyo:1 ubwongereza,autrich,australia, Russia ,Island,Greece.....
@berandajeanclaude83394 жыл бұрын
China mwayimanyaguye bituma itaronka ikibanza,mu bihugu 20 mwavuzemwo ibice bibiri vya China(Macao et Hong Kong).Kuvuga ko Macao et Hong Kong ari ibihugu ni ikosa uba ukoze.
@fidianishimwe40354 жыл бұрын
Dubai ntayo???
@bobm43814 жыл бұрын
Dubai ntabwo arigihugu wa njiji we, Ibarizwa muri EMIRATES ARABI
@harerimananadia34333 жыл бұрын
@@bobm4381 😄😄😄😄
@dominictwahirwa2734 жыл бұрын
Muzatubwire ibikize muri Africa gusa ?
@kayitesimukeshimana63872 жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🌹
@gatodamien94804 жыл бұрын
Qatar niyakangahe?
@gatodamien94804 жыл бұрын
Sorry
@galaxytechnologycenterelec2684 жыл бұрын
Ndizera ntakekeranya kuvuga ibintu utatohoje neza. Iyivuze igihugu gikize mubihugu 20 ukavuga umusaruro waco ko ari 6 million de dollars nta soni bigutera ? Na société imwe ayo irayarenza, nibaza ko ari en milliard de dollars muvyo wavuze vyose apana million !!!!! N'urwanda canke uburundi umusaruro wavyo urashitsa 1 milliard de dollar. Urahora utohoza imbere yukuvuga
Sha uziko ubeshya nka so sha😂😂😂😂😂😂😂😂uru wa sooo kbs
@footballlegend27644 жыл бұрын
Hhhhhhh utumye nisekera gusa
@nyiribakwefrancoisdepaul6512 жыл бұрын
Sandrine wewe urarwaye uzajye kwivuza mada ! Urabona noneho America iri ku mwanya wa 12!!!!! Ndumiwe none , ngo Hong Kong irarusha America gukira ? Sha ntuzongere kujya utuzanira ibituburano
@gashatv62362 жыл бұрын
Ariko muziko Amerika Ari paradiso ahubwo nahariya nihafi abanyamerika nabayeho mubuzima bubi.
@afazarimarcel18194 жыл бұрын
Ariko c buriya ibyo uvuga nibyo raa 🤦🤷🤦 none c iyo hateranye inama ya G8 biba bishatse kuvuga iki ntukajye ubeshya wamukobawee🤫🤫🤫🤫
@@afazarimarcel1819 ayaha ahubwo nashatse kuvuga ko vyakize nyuma yaho batoreye birya bihugu biri muri G8
@gabrielnduwayo66044 жыл бұрын
None kuvugako Qatar kiza kumwanya wa mbere mubihugu vyarutura mubutunzi vyobarivyo kabisa??? Kumenga ntikiri no muri bimwe G10. Mugifaransa bavuga les pays les plus riches
@emmanuelujeharaka16284 жыл бұрын
I am not agre
@patriziotechnician61694 жыл бұрын
Fake news ❌❌❌❌
@igiranezakengianni36773 жыл бұрын
Fake news....
@petermutangana78732 жыл бұрын
Mukomere cyane dukunda ibyegeranyo byanyu mwaza dushakira ibijyanye Ni nshishi