Bonjour. Ndagushimiye cane ku biganiro vyanyu. Ariko mfise amatsiko, burya continent africain iri plus chretien, koko nivyo? Nimba Ari vyo kubera iki ikenya? Ikindi nshaka kubaza umuntu yokora iki kugira abe creatif. Harih abantu bafise ikibazo co kutaba creatifs baba barindiye ko ababwira ico bokora, kandi bashobora gukora ikintu kizima.