IBIRORI NYEZINA VYO GUSHINGURANA ITEKA UMUBIRI W'UMWUNGERE Révérend Pasteur Elie NDIKUNKIKO

  Рет қаралды 28,122

MEIRRA Tv

MEIRRA Tv

Күн бұрын

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 39
@bosconiyongabire9497
@bosconiyongabire9497 4 ай бұрын
Imana ikwakire mubwami bwayo Ingabire warufise nziza icompa zakazokwibonekeza Muri twebwe.
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 4 ай бұрын
Muvyeyi wanje nkunda k'umutima, Mwiruhukir 'amahoro
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
🙏💖
@FrédéricIrakoze-i8p
@FrédéricIrakoze-i8p 4 ай бұрын
Muvyeyi wacu wigendere uruhuke amahoro warakorey'imana🎉
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@reponsesjules8320
@reponsesjules8320 4 ай бұрын
Uruhuke Amahoro Muvyeyi mwiza Watuberey Umugishaa🙏 Iman iziduhe kuzobonanira kwa Data
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@octaviennendayifukamiye4754
@octaviennendayifukamiye4754 4 ай бұрын
Muvyeyi mwiza waragiye neza intama zawe wambikwe ibitsibo bikubereye
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@NdayizigaBoniface
@NdayizigaBoniface 4 ай бұрын
Imana nimwakire adusigaranye icitegererezo ciza nanje Mana ndisabiye iherezo ryiza
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏❤️
@annabellaakimanamurengeran9927
@annabellaakimanamurengeran9927 4 ай бұрын
Hahirwa abapfa bapfira mu mwami. Ruhuka amahoro muvyeyi
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@DianeKwizera-nz2fj
@DianeKwizera-nz2fj 4 ай бұрын
Ntagukekeraranya kurimo. Iman iriko iracura abakozi bayo bajekuruhuka lryari naronse inzozi mbona lmana itahana abashumba gusa nabifashe nkibisanzwe nn birashitse. 😢😢😢
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@cizafebronie2868
@cizafebronie2868 4 ай бұрын
Uratubereye akarorero keza icitegererezo kubasigaye
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
🙏💖
@JoselyneNdayikeze
@JoselyneNdayikeze 4 ай бұрын
Icompa nkazorangiza nkukwabagororotsi barangiza Ruhuka amahoro muvyeyi.
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@NcutinabagenziDenis
@NcutinabagenziDenis 4 ай бұрын
Umuhirukoridashirz
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
🙏
@EmileNshimirimana-x4j
@EmileNshimirimana-x4j 4 ай бұрын
Naruhuke amahoro
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
🙏💖
@ChristineInamuco
@ChristineInamuco 4 ай бұрын
Aba Bantu bavuza music bazasubire kwiga
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
N'ubu naraciga!
@NDUWARUGIRAClothilde
@NDUWARUGIRAClothilde 4 ай бұрын
Ababereye. Akaroro. Gut? Ntatashe. Nkuko. Abandi. Batashe? Muziko. Hari. Nimigenzo. Myishi. Yamadini. Izotuma. Bataja. Mwijuru
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Ijāmbo ry'Imana riravuga riti: «Icompa nkazokwipfira nk'ukw abagororotsi bapfa, Iherezo ryanje rikazoba nk'iryabo» (Guharura 23:10). Aha birumvikana neza yuko uyu muntu yari yarabonye neza ko urupfu rw'umugororotsi rutandukanye cane n'urw'umunyavyaha.
@NDUWARUGIRAClothilde
@NDUWARUGIRAClothilde 4 ай бұрын
Abagororotsi. Bibiriya. Ivuga. Ndibaza. Bamutama. Bapfuye. Bataransobanura. Neza. Ugorupfu. Abagororotsi. Bapfa. Ukobiri. Kose. Kuko. Urupfu. Rwabagororotsi. Bibiriya. Ivuga. Umenga. Sindumva. Neza. Ababisobanura. Neza
@DianeKwizera-nz2fj
@DianeKwizera-nz2fj 4 ай бұрын
Ntagukekeraranya kurimo. Iman iriko iracura abakozi bayo bajekuruhuka lryari naronse inzozi mbona lmana itahana abashumba gusa nabifashe nkibisanzwe nn birashitse. 😢😢😢
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
🙏💖
@cizafebronie2868
@cizafebronie2868 4 ай бұрын
Uratubereye akarorero keza icitegererezo kubasigaye
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
💖
@JoselyneNdayikeze
@JoselyneNdayikeze 4 ай бұрын
Icompa nkazorangiza nkukwabagororotsi barangiza Ruhuka amahoro muvyeyi.
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@JoselyneNdayikeze
@JoselyneNdayikeze 4 ай бұрын
Icompa nkazorangiza nkukwabagororotsi barangiza Ruhuka amahoro muvyeyi.
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
@JoselyneNdayikeze
@JoselyneNdayikeze 4 ай бұрын
Icompa nkazorangiza nkukwabagororotsi barangiza Ruhuka amahoro muvyeyi.
@meirratv
@meirratv 4 ай бұрын
Amen 🙏💖
Amajambo ya nyuma ya Révérend Pasteur NDIKUNKIKO ELIE kw'ishengero
40:07
I Kiremba: Amaziko nyezina y'umwungere wa mbere Elie NDIKUNKIKO
20:28
Neema Gospel tv
Рет қаралды 12 М.
How To Get Married:   #short
00:22
Jin and Hattie
Рет қаралды 31 МЛН
Кәсіпқой бокс | Жәнібек Әлімханұлы - Андрей Михайлович
48:57
Bike Vs Tricycle Fast Challenge
00:43
Russo
Рет қаралды 112 МЛН
小路飞嫁祸姐姐搞破坏 #路飞#海贼王
00:45
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 28 МЛН
umuhango wo  GUSHYINGURA STIVEN MBARUSHIMANA
28:27
EVRATOPIC
Рет қаралды 13 М.
Ibirori vyo gusezera Umwungere NDIKUNKIKO Elie i Kiremba
25:58
INTAHE Y'UMWUNGERE WAMBERE WIKIREMBA
39:35
NIYOMUGISHA TV
Рет қаралды 47 М.
How To Get Married:   #short
00:22
Jin and Hattie
Рет қаралды 31 МЛН