IBOHERO PART 2 Vyabintu birakomeye urugamba rurashushe Deborah arabigenza gute?Joshua muyabira.

  Рет қаралды 134,603

GN FILMS

GN FILMS

Күн бұрын

Пікірлер: 665
@Jeovanisofficial
@Jeovanisofficial 3 ай бұрын
Abakunda Gusenga munyihere utuntu twanje❤❤❤
@AbdoulkalimNDIKUMANA
@AbdoulkalimNDIKUMANA 3 ай бұрын
Abipfuz ko boz barayiduh 2 mudw lur heh ,mump lik tubandany turyoherw ni bohero🎉🎉🎉
@UWITONZEAline-qz1wn
@UWITONZEAline-qz1wn 3 ай бұрын
Ndi umunyarwandakazi gs nkunda move za Sabbas kko zose zigisha gusenga no kwihangana God bless you mukozi w'Imana
@francinGerome
@francinGerome 3 ай бұрын
Ibohero nitibi gusa imbaraga zamasengesho zirakomeye❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@FgfRt-t6j
@FgfRt-t6j 3 ай бұрын
Hemw birakaze nyene mbona arugusenga kandi caneeeee🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@SifaIRANKUNDA-x5r
@SifaIRANKUNDA-x5r 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@JacquelineININAHAZWE-tk8rv
@JacquelineININAHAZWE-tk8rv 3 ай бұрын
Yooooooo izina ryayesu rirahambaye abotuvyumva kumwe mumpe utu like
@shemezimanamerveille5810
@shemezimanamerveille5810 3 ай бұрын
courage beza bacu iyi filme ninkoramutima cane kuko beshi bibera murivyo ariko rero ndabashimira ukuntu muriko muvyitwaramwo mugukangurira abantu gusenga
@Bosderatus106
@Bosderatus106 3 ай бұрын
Niryo twaherewemwo urukiza , Amen
@JacquelineININAHAZWE-tk8rv
@JacquelineININAHAZWE-tk8rv 3 ай бұрын
Yooooo abantu mukunda mimi nasabas mump ut like bajama
@kladahmad3333
@kladahmad3333 3 ай бұрын
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@EmelyneKezakimana
@EmelyneKezakimana 3 ай бұрын
Nukuri pe nanj ndabakunda vyacane
@mukarugiravictoria4279
@mukarugiravictoria4279 3 ай бұрын
Abantu mwese mubabazwa nukuntu Mireille afatwa numugabo we musige Like 😢
@sabbasburundi2404
@sabbasburundi2404 3 ай бұрын
Muryoherwe bantu beza ingaruka ni mardi Ibohero vendredi
@ViateurNduwimana-ht7dv
@ViateurNduwimana-ht7dv 3 ай бұрын
Mubahw can
@ishimwemariokelly
@ishimwemariokelly 3 ай бұрын
Intore ntindi nayo???
@DivineNdayizeye-pv9gc
@DivineNdayizeye-pv9gc 3 ай бұрын
Mubikora neza imana ibakomz
@AnithaShurweryimana
@AnithaShurweryimana 3 ай бұрын
Muziduha twanazibagiye murazitevya!!
@OdetteNITUNGA-qy3vk
@OdetteNITUNGA-qy3vk 3 ай бұрын
Mubikora nezaaa cane courage
@AnithaShurweryimana
@AnithaShurweryimana 3 ай бұрын
Iyiyoyooo!! Mukama itarenze , ishaka gusumba intorentindi!❤
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 3 ай бұрын
Nukur ntubeshe🎉🎉🎉🎉
@patienceirakaza
@patienceirakaza 2 ай бұрын
Irarenz knd irigisha
@innocenthavyarimana9049
@innocenthavyarimana9049 12 күн бұрын
​@furahandayi77nm. shimiye2000
@BienvenueNiyukuri
@BienvenueNiyukuri 3 ай бұрын
Uwakunze ibohero nandemere lik
@NyiramajyambereEsperance
@NyiramajyambereEsperance 2 ай бұрын
Ndabakund cyan nukur🎉
@InèsMutuyimana
@InèsMutuyimana 3 ай бұрын
Waoooo yarikumbuwe 🎉🎉🎉 from 🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦nabaserukiye uwuhaca asigire akantu mur bwabumwe😊😊😊❤❤❤
@MarieroseNIYOMIZERO
@MarieroseNIYOMIZERO 3 ай бұрын
Yesu numugabo akomeye cane ❤❤❤abamwemera musig like
@NyiramajyambereEsperance
@NyiramajyambereEsperance 2 ай бұрын
Numugabo ukomey amen
@Tdd-qb6lh
@Tdd-qb6lh 3 ай бұрын
Abaknze Ibohero muze tumenyan kk ndabon ij arursas kl sabass wubahw. Urab wngez umwany kk iher ntashakak iher knd mwes ndabkund ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@NeuphtalieSabayesu
@NeuphtalieSabayesu 3 ай бұрын
Yoooooooo komwari mwaratevye kuyikora ham ikindi gice turakirindirany igishika 🎉🎉🎉🎉Abaryohew nkanje nukuri ntimumbanire Kuma like vrema ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@DonavineIrakoze-z4i
@DonavineIrakoze-z4i 3 ай бұрын
Hoooo umupfumu arashitse kugiti kiturirwaaa umunt asenga ntanyeganyezwa n uburofa bw amangetengete🥰
@NiyigenaArine
@NiyigenaArine 3 ай бұрын
Waooo ibohero ijije kabisa udakuyemo isomo waba utagira ubwengepe ❤😊😊😊 ilike it's 👌👌😍😍😍 uwo tubyumva kimwe nakankubite nyine sushonax ndi umunyarwanda kazi aline🥰
@uwimanaaloys2715
@uwimanaaloys2715 3 ай бұрын
Ndabakunda cyane musuhuze Mama Denyse umubyeyi uca bugufi Imana ibashyigikire
@DarlèneIkorivyiza
@DarlèneIkorivyiza 2 ай бұрын
❤Yesuuuuu umutabaje ntabura uko abigenza.sabbas na Mimi courage cn mungu mbere arikumwe namwe muri vyose
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 3 ай бұрын
Sabbas Imana nyenamahor uziguhe umugish utagabanij kuko Filme zawe ndazikunda zirimw ubutumwa zirigisha nukur ndagera ayaho numva murijew nujujwe urumugisha kutwe Yesu nizina rikomey ❤❤❤
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 3 ай бұрын
Umupfumu ngodo ashaka amaraso yaaaayayayaya Joshua 😂😂😂😂😂😂 Hhhhhhhh!!! Nta makuru afiseeeeeeeee Burakeye tuvyereke abagabooo ntuzeweya 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@niyonsabaesther610
@niyonsabaesther610 Ай бұрын
Ndi umunyarwandakazi mbakunda cyane uwabanyereka amaso kuyandi ukuntu acuruza avoka nyamara Imana yarabikoze ifite icyo ishaka kumukoresha gikomeye .Intwaro idatsindwa nugusenga muzajye mushyiraho telephone zanyu tuzajya tubasuhuza bitari muri films
@FannyFafaofficial
@FannyFafaofficial 3 ай бұрын
Iboher😢😢😢team GN FILMS ❤❤love from Fanny Fafa official 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 3 ай бұрын
Waooooo 🎉🎉🎉🎉nacerew nihonkishik kuvyombonye nukur harimwinyigisho peeeeee izina ryuwo yesu kristo nukur rirahanbaye kurecane hashobok nihombifurije 💪💪💪💪💪
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 3 ай бұрын
Ndagukunze Sabas de plus ❤ komeza utwigisha tumenye neza na neza kuba murugamba twiteze gutsinda Imana ikomeze igushigikire
@hyanceinthaNininahazwe-i4m
@hyanceinthaNininahazwe-i4m 3 ай бұрын
Courage
@DonavineNduwimana
@DonavineNduwimana 3 ай бұрын
Imana ibandanye ibajimbere mukina neza turabakundaaaa cane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@AliceCuki
@AliceCuki 3 ай бұрын
Sabbas Imana ikugez kurecyne ubirimo neza🎉🎉🎉🎉 so movie nziza cyan yigisha nda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@william-king62
@william-king62 3 ай бұрын
Sha ndabakunda cane Imana ibakomezee🎉🎉❤
@NitungaJesusMarie-hm5bi
@NitungaJesusMarie-hm5bi 3 ай бұрын
Yooooh Gusenga nivyiz cn courage josua na Déborah ndbknd❤❤❤🎉🎉🎉
@DelycIgurubuntu
@DelycIgurubuntu 3 ай бұрын
Sabbas nintumwa y'Imana kubana bayo kuk film akina zirigisha Can Imana izobimuhembere
@odaoda2517
@odaoda2517 3 ай бұрын
Ugusenga nikwiza izina yesu rirahambay niryoritumye ndeboha asimbuka urupfu abankunda ibohero nkanj mundemere❤❤❤❤
@AkingeneyeVestinne-xz4pu
@AkingeneyeVestinne-xz4pu 3 ай бұрын
Turabakunda cyane 🇷🇼🇷🇼❤❤❤❤ ahubwore ntakuntumwakongera ama episod murakoze
@oscargatabazirasmaster3864
@oscargatabazirasmaster3864 3 ай бұрын
Mimi love caaaane.❤courage bcp hejuru cane nihonkwipfurije
@ndayizeyealice-sz8wq
@ndayizeyealice-sz8wq 3 ай бұрын
Yooo twari tuyinyotew courage bakinyi beza❤❤
@NimenyaPatrick
@NimenyaPatrick 3 ай бұрын
Courage neza banj ndabakunda cane
@sosomh5430
@sosomh5430 3 ай бұрын
Nkunda film za Sabbas kko zihamagarira abantu gusenga zikabereka ugukora n'ugukomera kw'Imana
@NihorehoBonfils
@NihorehoBonfils 3 ай бұрын
IBOHERO , iyi film iri hejuru cyane bdikurengerwa Bdi films hejuru
@ChadrackHakizimana-bu8gc
@ChadrackHakizimana-bu8gc 3 ай бұрын
Abo turi murukundo ni bohero nimumpe❤
@هاجرالدوسري-ش7ض
@هاجرالدوسري-ش7ض 3 ай бұрын
Akakokurota mutweretse mubivuge rimwe mvyumve keshi. Havyomaze kubibonako kingi sabass wubahwe❤🙏
@BonaventureNtibakizwa
@BonaventureNtibakizwa 3 ай бұрын
Sabbas film zawe ziranyuzuza. Zituma ninjira mukirere cugusenga. Imana ikwongere amavuta.
@BelyseManirakiza-j2w
@BelyseManirakiza-j2w 3 ай бұрын
Nukuri basha amaronkomesh aziba amatw courage turab ibikurikira
@joselynedusabimana8046
@joselynedusabimana8046 3 ай бұрын
ibihero hejuru cane joshuwa nadebora ndabishimira murashoboyesana frm zanyu zisubizamwinkomezi❤❤❤❤
@stitore2388
@stitore2388 3 ай бұрын
Yesu mwami wabami King sabbas nukuri imana yomwijuru iguhemugisha utagabanije uratwigisha cane gose ndakunda ingene ibintuvyose bishiramwo iman mileye wubahwe komera wihangane yesu arahari yemwe ubutunzi bwiza nubuvuyeku mana nayo ivyiyisi nubusagusa ntawe muzoshobora kuko ararinzwe nibgabo zijuru 🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️🧚‍♂️
@اسيادايشيمي
@اسيادايشيمي 3 ай бұрын
Iyi nisaw.ifise uminota mwiza muzohore ukwo❤❤❤❤❤
@Mahanayimu
@Mahanayimu 3 ай бұрын
😂😂😂😂iwabo ye munyimunyi ngaha ampe like😂😂🎉🎉🎉
@DusabeYvonne-z9t
@DusabeYvonne-z9t 3 ай бұрын
Nukuri sabass ndagukunda cyanee mumabara yose imana yamahoro igukomezanye mumababa yayo🙏🙏
@FestusNdagijimana
@FestusNdagijimana 3 ай бұрын
Joshua nawe azozira kuririmba pe. Umenga ntiyumva😂 😊 But I like it so much
@dastellaharerimana7192
@dastellaharerimana7192 3 ай бұрын
🤔🤔mbeg yemw kumbe wa mugab ivyakorer umugor vyose nuko amaher arayamashetani🤭🤭kwisi har mensh pe Sabbas/Joshua ubandany uhezagirwa nukuri uratwigisha can kubijany no gusenga🙏ndaz ko urwo rugo ruzobohok kubwaw ham Deborah naw aronk agaciro nk'umugore👌
@N.rangirimanaFransisca
@N.rangirimanaFransisca 3 ай бұрын
Nakererewe. Basha ❤❤❤❤ from Rwanda
@chanceuwineza3752
@chanceuwineza3752 3 ай бұрын
Ntawavuma Uwo Imana Itavumye kd Ntawavuma Uwo Imana Yahaye Umugisha
@EmmelanceNtakirutimana
@EmmelanceNtakirutimana 3 ай бұрын
Courage ♥️♥️♥️
@ndabarushimanaclaude5773
@ndabarushimanaclaude5773 3 ай бұрын
King sabas ndakwipfurije gutera uja imbere ibikorwa vyawe ninyungu kuruhande rwanje 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 🎉 🎉 ariko ayomasengesho yawe munzu yabandi ndabona sobuja muzamarana kuko umwicira vyinshi🎉🎉🎉
@tumusabejosiane2629
@tumusabejosiane2629 3 ай бұрын
Inamazanyu ziranyubaka cyane iyombabaye kubwumuryango nibuka ingaruka iyo numva agahinda mumutima numva sabasi humura yesu aracyakora intorentindi nayigiramo byishi sabasi wanyigishije gusenga nukuri imana ijye iguha umugiha Kd ikwagurire ubumenyi kuko ubwenge BWO warabuvukanye ndumufana wawe murwanda ndagukunda kuko wambere umwarimu Mwiza murububuzima gusa umunsi nzahura nawe hariho icyo numva nakubaza
@esperancentungane6690
@esperancentungane6690 3 ай бұрын
Imana ibongere imbaraga!guseng birabohora
@NshimirimanaElie-m1c
@NshimirimanaElie-m1c 3 ай бұрын
Sabas na mimi nzobagwinyuma
@Channy-t8v
@Channy-t8v 3 ай бұрын
Nanje nukur ndabakunda gushika
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 3 ай бұрын
Waaaaoooo filme iraryoshe cane courage❤ kandi irigisha
@MusabyimanaFrancoise-zt1cs
@MusabyimanaFrancoise-zt1cs 3 ай бұрын
Ndumukenyezi ukenyereye kwibanga ryurugo
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 3 ай бұрын
Izina rya YESU niridahangarwa kabisa uwo YESu mwumva arahambayeeee❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😊
@benigneirankunda-pt2lc
@benigneirankunda-pt2lc 3 ай бұрын
Bash uyumus mbaye uwa 4 nukur ndazinduts sn mundemer twatuntu abotusangiy kukund ibohero
@jeannehakizimana4762
@jeannehakizimana4762 3 ай бұрын
Ugusenga Ugusenga, kuramfash ibihe vyooose, kunshikana kuri Data,akankiza mu bingoye. Abakunda quantique 41 mumpe like 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@AnneMarie-ht8li
@AnneMarie-ht8li 3 ай бұрын
Mubikora neza cyane mwarahezagiwe imana ishishikare kubana namwe mwame mukorana ibikogwa nkibi misiyose❤
@Konsa-h4k
@Konsa-h4k 3 ай бұрын
Vyanhiduste. Imana yamurokoye. Cha😂😂😂😂😂😂😢😢😢😢😂😂😢😂😢😂😢😢😂😢😢😂😢😂😢😂😢😂😢😂😂😢😂😢😂😢😂😢😂😢😂😢😂😢😢😂😢😂😢😂😂😢😢😂😢😂😢😂😢😂😂😢😂😢😂😢😂😢😢😂😂😢😂😢😂😢❤❤❤🎉❤🎉❤🎉🎉❤❤🎉🎉❤🎉🎉❤❤🎉🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤❤🎉❤🎉❤❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉🎉❤❤🎉🎉❤❤🎉❤🎉❤🎉
@DivineNdayizeye-pv9gc
@DivineNdayizeye-pv9gc 3 ай бұрын
Muduha film nziza cn yigisha.❤❤❤❤
@reginaodeta473
@reginaodeta473 3 ай бұрын
Mana tabara Deborah na Joshua Murugamba rukomeye
@ReverienNsengiyumva-uv6ie
@ReverienNsengiyumva-uv6ie 3 ай бұрын
Yooooooo !mbega Filme yigisha !!!❤❤❤ N, ukuri umuntu akiri mw,ibohero nk,iri ahinduke kwr guko haracariho abantu bagowe kndi cane , abakunzi Ba Filme Ibohero munyihere utu likes twibandanirize muri bwa Bumwe ❤ you
@GulainTunga-om6iy
@GulainTunga-om6iy 3 ай бұрын
Courage
@LaureGisèleNIYIZIGAMA
@LaureGisèleNIYIZIGAMA 3 ай бұрын
Waaaaaooooooo M'y Lord🙏🙏🙏🙏🙏Mbeg Iman Mur yzu hariho ubutunzi budasaz🙏🙏🙏🙏
@Nadinekwizera
@Nadinekwizera 3 ай бұрын
Waoooo mbega ivyizaaa mimi wacu hejuru cane warukumbuwe wewe sana
@igabanezasablinciel4218
@igabanezasablinciel4218 3 ай бұрын
😢😢😢😢😢abagab barabaker iyi Flm nayon ijy irimw amagamb akor kumitim
@Estanishøg
@Estanishøg 3 ай бұрын
mbaye Number one🥰
@Francus1609
@Francus1609 3 ай бұрын
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee, bakunzi ba série IBOHERO muze hano tumenyane.
@VenantieGIRUKWISHAKA
@VenantieGIRUKWISHAKA 3 ай бұрын
Nuru 🔥🔥🔥🔥🔥🔥 nukuri, komeza muduhereze izo nyigisho
@dennisniyonkuru8457
@dennisniyonkuru8457 3 ай бұрын
Courage my sabbas.Umuntu asenga daimoni ntimufata.Wz hangama.wait and see
@Nzoyikorera-o1w
@Nzoyikorera-o1w 3 ай бұрын
Yooo Yesu weee uteyubwoba urinigi hangange❤❤❤
@FidellaManirambona
@FidellaManirambona 3 ай бұрын
Courage king sabbas ❤❤ film zawe ninyigisho gusa kbx🎉🎉🎉
@NdayikwngurukiyeOlive
@NdayikwngurukiyeOlive 3 ай бұрын
Inyigisho nziza cane muhezagirwe pe Imana ibahe gushika kure
@mpumurizatv5473
@mpumurizatv5473 3 ай бұрын
Wowuuuu ninziza cyane king sabasi ndabakunda cyane kubwo guhamya Umwami wacu Yesu rwo arahambaye akorimirimo ikomeye ni Nyampinga Alice Kigali Rwanda
@ClaudeNiyonkuru-j1r
@ClaudeNiyonkuru-j1r 3 ай бұрын
Iraryoshe gos Hama courage urashoboye courage emw film iratesa
@GiftBella-de5hz
@GiftBella-de5hz 3 ай бұрын
Imana niyo iturinda, ni ihabwe icubahiro.Ndibutse abagira bantange ikimazi ndabakorera Imana ikanzigama😢😢😢😢😢
@NiyukuriInnocent-oq6vb
@NiyukuriInnocent-oq6vb 3 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉Iyi film iranyubatsee ese namwe yobafashaaaa❤❤🎉
@jacquelinebizimana3224
@jacquelinebizimana3224 3 ай бұрын
Iyi film irigisha caane, muhezagirwe
@NicolasBizimana-v9m
@NicolasBizimana-v9m 3 ай бұрын
Munyiiiii😂😂😂😂wnjyeuweeee😂😂😂🎉🎉🎉amashurwe ukwiriyeee
@AngenellyAkimana-ty6ow
@AngenellyAkimana-ty6ow 3 ай бұрын
Abizigira uhoraho ni nkumusozi sioni ❤❤❤❤❤ nimba iyi film wayibonye ni kwigish 😢😢😢 guseng icarico 🎉🎉🎉 turi kwiherezo😂😂😂😂
@dispineirankunda6096
@dispineirankunda6096 3 ай бұрын
Izina rya Yesu n'izina rikomey umunyamibabaro nih'akur'amahoro umunyenteg nke nih'akur'inkomezi ndabakunda
@meryorndi630
@meryorndi630 3 ай бұрын
Courage.murashoboye.hose
@EmmanuelNzobonariba
@EmmanuelNzobonariba 3 ай бұрын
Courage❤❤❤ mwihut muturonse iyikurikira mwarahezagiwe
@DidierNiyongabire
@DidierNiyongabire 21 күн бұрын
Buhahwe ahubwo banshire mur group bazoze barayimp mundwi kabiri❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@febiekamariza63
@febiekamariza63 3 ай бұрын
Amaronko menshi aziba amatwiii!wew uragiy ubwawe❤❤❤❤
@adelenshimirimana5323
@adelenshimirimana5323 3 ай бұрын
Iyi film ndayikunze cane Izina rya yesu rirabirinduye imigambi y'abapfumu
@EvelyneNiyogushimwa
@EvelyneNiyogushimwa 3 ай бұрын
Gusenga nikwizaa guhaguruts iman kuntebe intambw kuyind sabbas wanjy💕💕💕 na mimi wanjy diis muhumur iman ninziza
@MugabePatrick-j2o
@MugabePatrick-j2o 3 ай бұрын
Imanaibashigikire turabakunda inama nimbanuro muduha
@GiseleNdayiragij
@GiseleNdayiragij 3 ай бұрын
Ndabakunda Can iraryosh p
@IrakozeYvette-bf2gb
@IrakozeYvette-bf2gb 3 ай бұрын
Courage sabbas guma kumavi❤❤❤❤❤
@richardirangabiye8355
@richardirangabiye8355 3 ай бұрын
Imana ibakomereze mugikogwa canyu mubikora neza cane
@YvesKaneza-yx3yz
@YvesKaneza-yx3yz 3 ай бұрын
Courage à toute l'équipe
@MwadjumaKamwanya
@MwadjumaKamwanya 3 ай бұрын
Courage bakinyi b film ndundi
@UwimanaOdette-vt6on
@UwimanaOdette-vt6on 3 ай бұрын
Ndabakunda cyane imana ikomeze ibagure ibashoboze ❤❤❤❤❤
@Darcine-bx4ou9by6f
@Darcine-bx4ou9by6f 3 ай бұрын
Courage mimi wihangan maze😢❤❤
@DorineUwishimiyimana-hg7ir
@DorineUwishimiyimana-hg7ir 3 ай бұрын
Yooh! Murakoz nukur murigisha courage❤❤🎉🎉
@MugishaLiesse-n5t
@MugishaLiesse-n5t 3 ай бұрын
Mbaye mubambere hejuru cane ndabakunda
@TherenceMUGISHA-it1qf
@TherenceMUGISHA-it1qf 3 ай бұрын
Waaaooo mbega vyizaaa!!!😂😂😂🎉🎉🎉
@joselyneniyibimpa2613
@joselyneniyibimpa2613 3 ай бұрын
Mimi pôle shn urugo rubi rurica nukuli ! Bakobwa ja musengera ingo kuko ndabona ntizorohewe ibyo bakina birabaho p
INGARUKA  Series S8 EP 6 Ukuri kwose kuramenyekanye
26:43
GN FILMS
Рет қаралды 36 М.
Sigma baby, you've conquered soap! 😲😮‍💨 LeoNata family #shorts
00:37
Try Not To Laugh 😅 the Best of BoxtoxTv 👌
00:18
boxtoxtv
Рет қаралды 7 МЛН
Cool Parenting Gadget Against Mosquitos! 🦟👶 #gen
00:21
TheSoul Music Family
Рет қаралды 34 МЛН
Sandy yongeye kwihakana Happy River ngo ntabwo bakundanye
18:30
Chanty Media Tv
Рет қаралды 8 М.
BIJIYOBIJA AKOZE AGASHYA AJYA KWIBA ARAFATWA 😂😂😂😂
21:18
THE FIRE RWANDA
Рет қаралды 155 М.
Sigma baby, you've conquered soap! 😲😮‍💨 LeoNata family #shorts
00:37