Ico igihugu c'Uburundi kivuga ku Barundi bagiye kwirukanwa muri

  Рет қаралды 13,290

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi : Mu gihe hari Abarundi bagiye kwirukanwa muri Amerika, mu bushikiranganji bw'imigenderanire y'Uburundi n'ayandi makungu bashikirije uko babona iyo ngingo. Albert Shingiro arongoye ubwo bushikiranganji yabishikirije mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa 03 Ruhuhuma 2025

Пікірлер: 7
@ShanteSh-o2j
@ShanteSh-o2j 5 күн бұрын
Nibatahe yesu arihafi azodusange iwacu noe twanka iwacu kuberiki karibu iburundi iwanyu
@ntakirutimanavicent-lj2tn
@ntakirutimanavicent-lj2tn 6 күн бұрын
😂😂😂 ntimubabare Chimamanda Moses bagira bamubahe😅
@alvellaniyonzima4046
@alvellaniyonzima4046 5 күн бұрын
Muraba ntibabe ari abanyarwanda.
@Kristen-y2b
@Kristen-y2b 5 күн бұрын
Kumbe nivyo narinzi nububeshi😢😢
@shibushami6388
@shibushami6388 5 күн бұрын
Nkunda ukuntu abarundi political system yabo ikora
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 6 күн бұрын
Nibatahe kwa Ntare
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 5 күн бұрын
Nibatahe iwabo bamwe bamwe ntanico bamariye imiryango yabo n'igihugu
How Strong Is Tape?
00:24
Stokes Twins
Рет қаралды 96 МЛН
The Best Band 😅 #toshleh #viralshort
00:11
Toshleh
Рет қаралды 22 МЛН
My scorpion was taken away from me 😢
00:55
TyphoonFast 5
Рет қаралды 2,7 МЛН
Amatora ni asibe|PARENA mu nama n'umushikiranganji Niteretse
13:01