Igice canyuma cintahe | Ubuzima yabayemwo avuye mukuzimu nibigeragezo bahuye | Yanywa amaraso gusa

  Рет қаралды 11,438

Bujahit Tv

Bujahit Tv

Күн бұрын

Пікірлер: 85
@claudineniyonzima3014
@claudineniyonzima3014 Жыл бұрын
Urakoze cane mukozi w'Imana Uhoraho arushirize kukwagura. Bandanya usemerera, bovyumva batovyumva ingero ya buri muntu wese irahari. Ikibwigwa nicumva kandi gwicerekwa nikibona. Ndiho akwongere umugisha.
@adelphineigiraneza4835
@adelphineigiraneza4835 2 жыл бұрын
sha iman igukomeza abavuga nab barek bavuge ww komeza uvuge ivyo imana yagukorey ababigenderamwa bamaramare
@paradise3215
@paradise3215 2 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha muntu wimana kand urakoze natwe kudusabira umugish wimana turawakiriye amen
@KanezaFrancine-fz9vi
@KanezaFrancine-fz9vi 4 ай бұрын
Ubu buhamya buradufashije cane mwarahezagiwe mukozi w'imana uko nukuri🙏🙏
@stitore2388
@stitore2388 2 жыл бұрын
Yooooo bafitisoni yuko amabaga yabo amenyekanye komeza ubivuge yesu niwe azakuhemba
@sarahnyirabeza854
@sarahnyirabeza854 2 жыл бұрын
Uwiteka Imana iguhe umugisha ku bwo kuyihamya
@clementIrambona
@clementIrambona 4 ай бұрын
Ndaramukije Islael. Nashaka kumenya ingene ushobora gutandukanya ibikorewe i kuzimu
@user-fd2xg4ee3k
@user-fd2xg4ee3k 5 ай бұрын
Mukoze w'lmana imana iguhe umugisha kubuhanuzi uriko uradushikiriza Abo birya mumutwi bibarye yesu agukomeze
@dididivineofficho6080
@dididivineofficho6080 2 жыл бұрын
Tagubuhamya chahu.abobagusevya nabagikorerasatani nicogituma kukobabona kurikumena amabangayabo komeza.utubarire imitegoyasatani
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 2 жыл бұрын
Waooo ako kantu kamababi ndakibutse ahantu iyo ubikoze wizeye birakora Imana iguhe umugisha mwinshi
@nininahazwedonavine3349
@nininahazwedonavine3349 Жыл бұрын
Rahira we nawe vyaragukoreye
@kayirenzimarieclaire1596
@kayirenzimarieclaire1596 2 жыл бұрын
Courage rata vuga imbaraga za Yesu ziri hejuru ya zose.bareke uhereye kera aba pentec nagira umunwa
@qszd1180
@qszd1180 2 жыл бұрын
Iman ishimwekubawararakotse amen
@merlymigannegateka9275
@merlymigannegateka9275 Жыл бұрын
Reka tugihema twamamaze izina rirengeye ayandi mazina ariryo zina mwijuru nikuzimu bubaha kndi batinya ariryo Yesu Kristi kuko ntah Imana itokura umuntu knd ntanaho itomushikana iyo umwizeye👏👏👏
@Francinekwizera-sj8yz
@Francinekwizera-sj8yz 10 ай бұрын
Amena intahe yaw iramfashij cne Yesu kristo aguhumugisha.
@AL-hm2nv
@AL-hm2nv 2 жыл бұрын
Abo bakurwanya ni bapaster bakoresha imbaraga z'ikuzimu.
@user-zj7lt5ig6t
@user-zj7lt5ig6t Жыл бұрын
Nukuri unshizimwo ukwizeracane Ndiho aguhumugisha.
@NdacayisabaTheopiste
@NdacayisabaTheopiste 3 ай бұрын
Iman iguhe umugisha can uhezagirwe
@hilairemanirakiza
@hilairemanirakiza 2 жыл бұрын
Nagashijwe ubu nanj nanj ngiy gukomeza ukwizera kuko ndumva ko kwizera arikintu gikomeye cane
@benichou5996
@benichou5996 2 жыл бұрын
Cane gosee
@user-oj7pz4dl7c
@user-oj7pz4dl7c Жыл бұрын
Imanayacuniya.nimananikomeyeeeeeeeeee
@bertrandtv861
@bertrandtv861 2 жыл бұрын
Amen nimuduh nim yiw bash
@niyibitangakellykellyniyib3013
@niyibitangakellykellyniyib3013 2 жыл бұрын
Imana uguhe umugisha 🙏
@sarahnyirabeza854
@sarahnyirabeza854 2 жыл бұрын
Abanditsi dusobanukirwe kwandika Imana,igihe cyose izina ry'Imana yaremye ijuru n'isi ritangizwa inyuguti nkuru naho iritangirwa n'inyuguti nto(imana) ni ikigirwamana Yesu abahe umugisha
@user-zj7lt5ig6t
@user-zj7lt5ig6t Жыл бұрын
Ivyobintu vyamababi harinuwundi navyumviseho Imanayacu iteyubwoba.
@ntihindukabienvenue2228
@ntihindukabienvenue2228 2 жыл бұрын
Imana ni nzinza kwel!!!tegeza neza 1:02:34💪💪😂😂imana ihabwe icubahira!!!hama ndashaka kubana ubu asengera mwi dini irihe??
@jacquelinekampimbare3893
@jacquelinekampimbare3893 Жыл бұрын
Imana iguhezagire too Imana iracakora too
@didierirakoze117
@didierirakoze117 2 жыл бұрын
Imaniriho kandi irakora
@venusta20
@venusta20 8 ай бұрын
Imana irakomeye cne
@zachaliensengiyaremye978
@zachaliensengiyaremye978 Жыл бұрын
Imana I shime ..kd YESU abahe umugisha 🙌
@user-vw1jz8xq3j
@user-vw1jz8xq3j 7 ай бұрын
Yezu aguhezagire kuntahe uduhaye iradufashije kwizera.
@user-dt7pd7pr3z
@user-dt7pd7pr3z 3 ай бұрын
Amen 🙏
@jaypablo
@jaypablo 2 жыл бұрын
Ndatahije abantu mwese muriko muvyanka kuko mwakozweko,mwihangane kuko avuze amanyanga yanyu😂 Israel Babwire bareke kuyovya abana b'Imana
@jeanenshimirimana987
@jeanenshimirimana987 2 жыл бұрын
Komera ku Mana yawe abo bagutuka nibamwe bahanurira abantu ivyimigisha gusa batababwira kwihana haruwo nabibwiye muri groupe ndimwo ati iyimisi nayise cakira umugiha uwo mukozi wImana acambarirango uwudakeney u.ugisha ninde?ngo ataziko icaha aricaha nabuz ico nsubiza komera ncuti yanje
@pascasienimubona532
@pascasienimubona532 Жыл бұрын
Amen
@MukamanaSesile-em7dp
@MukamanaSesile-em7dp 10 ай бұрын
Imana yayiziraheri iguhagarareho komeza outside satanic turakwemera
@user-zj7lt5ig6t
@user-zj7lt5ig6t Жыл бұрын
Kandiburya intahe usangazisa nanjeharintahe nzanumva uwuyivuga nkumvatwaciye muribumwe nkitegerezako ataruwotuvukana arikuyivuga nkabinasiwe nkumigwa.
@SolangeNiyonganyira
@SolangeNiyonganyira Ай бұрын
Yesu aratabara cn
@adamoman4966
@adamoman4966 2 жыл бұрын
Hezagirwa mukoxiwimana uraduhezagiye
@benichou5996
@benichou5996 2 жыл бұрын
Amen amen 🙏🏾
@user-dw5bg7bw3v
@user-dw5bg7bw3v 8 ай бұрын
Imbaraga zimana zirakomeye
@burundiburundi8168
@burundiburundi8168 2 жыл бұрын
Ibintu vyakamaro ntibirabwa. Big up benichou
@asiimwelillian286
@asiimwelillian286 Жыл бұрын
Ndabyemera imana yacu irakomeye
@NadineIkizakubuntu-ev4zo
@NadineIkizakubuntu-ev4zo 9 ай бұрын
Kuvakera yamyarumugabo wijambo atakimunanira.
@user-fl3wt5er8p
@user-fl3wt5er8p 8 ай бұрын
Komezubutumwa Bwiza disi turafashijwe
@milkmirena6884
@milkmirena6884 Жыл бұрын
Iyo ntahe irankomeje nubwo nanje nkiri muri enterna igihe kigeze bizogenda neza, ariko munsengere nanje ndafise ah Imana yankuye ariko ndacafise ubwoba bwo gutanga ubuhamya, arik kimwe ndaha yako nabohotse naho ubuzima butarahinduka nka 50%
@irambonafaustin8072
@irambonafaustin8072 2 жыл бұрын
Imana ishimwe cane
@user-dw5bg7bw3v
@user-dw5bg7bw3v 8 ай бұрын
Uvuzukuri
@jts32
@jts32 Жыл бұрын
Amen 👏👏👏👏
@ShemezaSamuel
@ShemezaSamuel 13 күн бұрын
Man habwicubahir
@irakozekorodine2786
@irakozekorodine2786 2 жыл бұрын
Gusa ndachijwe kk giziconibuka imana iguhumucha nimbaraga igukomeze uyikorere
@benichou5996
@benichou5996 2 жыл бұрын
Amen amen 🙏🏾
@irakozekorodine2786
@irakozekorodine2786 2 жыл бұрын
Benny impa numero yuwomuntu nukuri IKIGANIRO ndakimaze cos
@benichou5996
@benichou5996 2 жыл бұрын
@@irakozekorodine2786 rab mur description ziriyoo
@BujahitTv
@BujahitTv 2 жыл бұрын
@@irakozekorodine2786 +257 68 051 919
@OrnellaraissaBigirimana-ko1wi
@OrnellaraissaBigirimana-ko1wi 5 ай бұрын
Nn satani kobashinga intahe bayibonye bayivuga ugutandunye harizingah
@user-ej5uy7tm6v
@user-ej5uy7tm6v 4 ай бұрын
Ntabwo ibiyereka kimwe nyine, kuko bakirwa bitandukanye
@violettemediatv143
@violettemediatv143 2 жыл бұрын
Uhezagirw can
@benichou5996
@benichou5996 2 жыл бұрын
Amen amen 🙏🏾
@kabatesikamanzi4847
@kabatesikamanzi4847 Жыл бұрын
Jyewe nibwo mbonye ubu buhanya ese ntabona number yiwe
@nyandikira
@nyandikira Жыл бұрын
Muduhe contact ye
@arnaudbayisabe3085
@arnaudbayisabe3085 2 жыл бұрын
Shalom shalom Muhezagirwe Ariko ndashaka numero ya wtspp yuwo muntu Mwayindonsa Imana yabahezagira caane
@benichou5996
@benichou5996 2 жыл бұрын
Zirab mur description
@hanifaalia5476
@hanifaalia5476 2 жыл бұрын
@@benichou5996 byatunsniye kuziraba Benny ziduhe
@BujahitTv
@BujahitTv 2 жыл бұрын
@@hanifaalia5476 +257 68 051 919
@valerecedrichayimana
@valerecedrichayimana 2 жыл бұрын
@@benichou5996 uwo mu type arakeney kwiga ijambo ryImana ryukuri kabisa akamenya ubutumwa bwiza nca ngira ikibazo nuwamuhamagaye uwariwe..ntamuntu yahuye nImana neza ngo yigishwe nayo ashinge Intahe benuko...muri make ntaho ataniye na baba prophets yamye avuga muri ya video iheruka.
@jaypablo
@jaypablo 2 жыл бұрын
@@valerecedrichayimana Muvy'Imana ntabwenge bw'ivyisi bukora ahubwo Imana niyo yitoraniriza!! Niho muzimiriza abantu ngo mwize theology 🤦 Imana nyen'Ingabo ibababarire Valere
@aimeking7056
@aimeking7056 2 жыл бұрын
Acaaa urofaa we kiwerewere
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 2 жыл бұрын
Noe nkaho umutukiy iki??kwariko avuga ivyiw vyamubayeko
@aimeking7056
@aimeking7056 2 жыл бұрын
@@huguetteniyonzima8586 tugwanya abantu babeshera imana nyitwarirer re nyimba vykubabje
@huguetteniyonzima8586
@huguetteniyonzima8586 2 жыл бұрын
@@aimeking7056 ,nimba ugwaye kabisa.cnk ufis ikibazo psychologique
@aimeking7056
@aimeking7056 2 жыл бұрын
@@huguetteniyonzima8586 niyonko agwaje wasemawe
@sandrinendayikengurukiye3193
@sandrinendayikengurukiye3193 2 жыл бұрын
Ivyo avuze bigukozeko niyo mpamvu uriko umutuka
@adelphineigiraneza4835
@adelphineigiraneza4835 2 жыл бұрын
Muraduhe numero zew za WhatsApp
@BujahitTv
@BujahitTv 2 жыл бұрын
+257 68 051 919
@benitheorenie7997
@benitheorenie7997 2 жыл бұрын
I texted this number and I thought that it was bujahit Tv phone number
@ninetteninihazwe4220
@ninetteninihazwe4220 Жыл бұрын
Amen
@cardinalendikumagenge7972
@cardinalendikumagenge7972 2 жыл бұрын
Ukomeze kwihangana ushingire ibirimbere.
Incredible Dog Rescues Kittens from Bus - Inspiring Story #shorts
00:18
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 34 МЛН
SCHOOLBOY. Мама флексит 🫣👩🏻
00:41
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 6 МЛН
Izo zibika zari amagi,muze tubiteho kuko ejo nibo
23:07
Umuhivu Net
Рет қаралды 138
MMINO WA SIONE PODCAST - EPISODE 37 - LEFA AFRIKA -  Finding Light in Darkness
3:05:33