Certificat zo mu Burundi harimwo iza magendo nama diplômes , eka documents zose bama babihinduje. Mu basoda hoho ni benshi cane binjiriye ku mazina y'abandi birazwi.
Akosha mwumva munareba impeta y umukara uyibonye ute koko
@DieudonneNininahazwe-vd1px12 күн бұрын
Mbega ko uvuga ngo igihe wari mu gisirikare c'Uburundi ngo warongoye i peloton,bayiguhaye gute mugihe tuzi ko i peloton irongorwa n'umu lieutenant kandi aba yarize ISCAM nawe ukaba ata mashure warufise ?
@AsiaBeond-lo6gs13 күн бұрын
❤❤❤
@johnphiri-vf3ih7 күн бұрын
Ico nanje hari uwakimbwiye barya baba foroma niko bababwira ariko sitegeko ry, igihugu munwe itabi,murongore,mwonger muborerwe
Rekana n'izo propagandes kandi witwa ko uri umukozi w'Imana
@nkezabahizilouismarie12 күн бұрын
Muburundi ntagihano cogupfa kihari
@DieudonneNininahazwe-vd1px13 күн бұрын
Igihano cogupfa mu Burundi ntikikibaho,bagikuyeho imbere yuko mandat ya mbere ya Président Pierre Nkurunziza ihera. Igihano cogupfa mu Burundi bagikuyeho avant 2010
Ikikwemeza ko abeshe ni igiki ?niwe wabiciyemwo canke niwe yabiciyemwo???
@ChantalNdayisenga-ng1sn13 күн бұрын
Numéro ya pasta mwatanze tumwandikiye ntadusubiza
@seraphineminani496613 күн бұрын
Mumbabarire ndabaze, ko bakurekuye biciye mumategeko kubera iki barondeye kukwica kenshi? Umunsi usohoka waraye muruzi?
@emmanueldukizwanayofabien565913 күн бұрын
Ese ntiyabisobanuye ko bitewe n' amoko aba mu Burundi bamwe bumvaga yafungurwa abandi bashaka ko apfa!? Bityo gufungurwa kwe urukiko rwarabyemeye ariko ari bamwe mu mitima batabyifuza.
Manque de leadership. Ntaho ujya wumva président avuga ko Abo bakorana bamunaniza? Ategeka ibikorwa nabo bakikorera ibindi. Ati urugomero rwubakwe abandi bati tukayarya😂😂😂
@DieudonneNininahazwe-vd1px13 күн бұрын
Ivy' Imana bihe Imana hama urekane n'ivya César.
@DondestinNkundabagenzi5 күн бұрын
Jew ubuhamya bwaw bwanyubats can turashak nim za pasteur Butoyi jew nitw Nestor kayogoro
@irambonairambona310312 күн бұрын
Komera pasta imana ibaje imbere mumurimo wayo
@noellairakoze17896 күн бұрын
Jewe narinzi ko ari suite yikiganiro cambere kubera nticari caheze ngo atubwire ingene yavuye muri gereza