Ihonyabwoko nubwicanyi bwakozwe| Urupfu kumuryango wa Rwagasore uko vyagenze| Intwaro ya Micombero..

  Рет қаралды 4,965

IREBE MEDIA

IREBE MEDIA

Күн бұрын

#Aloyse #rwagasore #Umuhinga #Kahise #Rwagasore #CharlesNdizeye #Uburundi #Burundi #Umuhutu #Umututsi #NtareHouse #Evariste #IREBEMEDIA #entertainment #news #broadcast FROM IREBE FM #
IREBE MEDIA is powerful burundian tv station, we deliver the best.
connect with IREBE FM to our social media:
#IREBE FM
website :www.irebefm.com/live broadcast
Find IREBE FM ON facebook,instagram,X : IREBE FM

Пікірлер: 49
@alexnaku9265
@alexnaku9265 11 күн бұрын
Ndakunda umuntu avuga ivyo yatohoje. Bravo Monsieur, votre professionalisme est remarquable
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 11 күн бұрын
Ivyiza vyiwacu umunezero wacu❤❤❤❤
@Irutingabocedric70Irutingaboce
@Irutingabocedric70Irutingaboce 12 күн бұрын
Beni Imana ikumpere umugisha Ndakunda ivyo biganiro ukora Ndahimbarwa iyo ndiko vumva kahise katuranze
@andrehakizimana7616
@andrehakizimana7616 11 күн бұрын
Imana RUREMA ikomeze Uburundi n' Abarundi
@EricIrakoze-s7b
@EricIrakoze-s7b 10 күн бұрын
Umusesanguzi nemera
@gazotecburundi
@gazotecburundi 8 күн бұрын
Murakoze cane Kurico kiganiro. Hanyuma muzomudutumirire atubwire kubijanye n'imbere y'intwaro ya cami. Biravugwako abahima bacuragujwe bufuni na buhoro kubera boba baragoye umwami ntare rushatsi(Umwami wabahima ngo yoba yitwa Ruhinda). Kubera KO bimaze kugarara KO uwufise ubutegetsi aca agomba kwandika histoire en son faveur. Vyodufasha gutahura inzigo ninzikira y'abahima, icatumye bakoresha ishavu nkiryo bakoresheje. Ni kugira Kandi ntituzogume muri za cycles de violences kuko ndemezako mi Burundi atabwoko buhari
@EvaristNtahompagaze
@EvaristNtahompagaze 11 күн бұрын
Hezagirwa muntu w'Imana. Komerezaho,ubandanye utohoza udukuru twakahise. Komera
@EvaristNtahompagaze
@EvaristNtahompagaze 11 күн бұрын
Uyo mugore wa Martin Ndayahoze ubu tuvuga,aba muri Canada. Nawene arabyemeza ivyabaye 1972. Komera
@thewisetv3989
@thewisetv3989 12 күн бұрын
BENI NUMVISE NDAGUKUNZE MORE AND MORE BATITAYEHO UWOKO UBWOKO, BAVUGE UKURI HAMA TUBANE MUMAHORO WAKOZE BATUGWANAYO
@chrishima
@chrishima 11 күн бұрын
Mr Batungwanayo ko numva ufise amacakubiri urabaza wumve Yanda uyumusi yaratashe arabonana numuryango bamuvuga ivyo mwatohojeje please mbe si Shibura ariwe yabwiye abaja kwirondo niwe yaciye agenda kubarasa? bamugira space tumubaze ? mbe Micombero niwe yateguye Republique de Matyazo??? ikindi ubeshe Umwami Charles V ntiyigez aba impunzi muri uganda yari agiye muri mission yiwe ya business yinkoho yarasazwe Arizo yikorera
@Irutingabocedric70Irutingaboce
@Irutingabocedric70Irutingaboce 12 күн бұрын
Muzotuganirire kuri major pierre BUYOYA
@AkikunzeEmmanuella
@AkikunzeEmmanuella 11 күн бұрын
Nivyo umwana yaravukana imbuto? Vyagenda gute? Canke yaravuka agapfumbatishwa imbuto ?
@GatuzaSinzabahishira
@GatuzaSinzabahishira 11 күн бұрын
Batungwanayo niba atazi uwimbishije ibinogo mu 1971 aze ambwire mumubwire ndanamuhe ivyo baciye bamuhemba harimo inzu y'umuntu yari akomeye bari bahejeje kugandagura!
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 11 күн бұрын
Ivyo gutembagaza ingoma ya Ludoviko Rwagasore (y'abaganwa) i Burundi (1960-1966) birahuye neza n'ingene abahima b'i Rwanda, basenyuye ingoma y'abatutsi b'abanyiginya! Mu mwaka wa 1896. Igihe c'ivyoswe coup d'etat de Rucunshu! Ku mwami Rwabugiri! N'umugabekazi w'umwegakazi KANJOGERA. Umuhimakazi! Ari na vyo vyiswe GENOCIDE YA MBERE YAKOREWE ABATUTSI B'I RWANDA.
@mugabo-p3z
@mugabo-p3z 11 күн бұрын
oya ntabwo aribyo. iyo coup d'etat ni hagati mu bana ba Rwabugiri. ..Nta bahima barimo.
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 11 күн бұрын
@@mugabo-p3zAbahima barimwo. Abahima bo mu muryango w'abagea. Ni vyo ko coupd d'etat yabaye hagati y'abana ba Rwabugiri. Ariko bavuka ku bagore 2. Umwe muri bo yitwa Kanjogera. Yari umuhimakazi w'umwegakazi! (Abega=umuryango wa Prezida Paul Kagame). L’histoire nous ramène à la fin du XIXe siècle. Au temps du règne du mwami (roi) Kigeri IV Rwabugiri. Marqué par une intense activité militaire qui s'achève de manière inattendue en 1895. Lorsque le souverain, parti réprimer une rébellion dans le Bushi (actuelle RDC), tombe gravement malade et meurt. Dès 1889 Kigeri IV- Rwabugiri, avait pris des dispositions pour sa succession et décidé que son fils Rutarindwa lui succèderait sous le nom de Mibambwe IV Rutarindwa. La mère de l'enfant étant déjà décédée et la position de reine-mère étant particulièrement importante dans la monarchie rwandaise, il avait confié ce rôle à une autre de ses femmes. L’autre femme n’est nulle autre que Kanjogera. Issue du clan des Bahima- Bega. (clan dont est issu l’actuel Président du Rwanda Paul Kagame). Or celle-ci a déjà un fils, Musinga. Dans les nombreuses publications qui s'interrogent sur les origines possibles du génocide au Rwanda en 1994, les références à Rucunshu ne sont pas rares, et certains sont allés jusqu'à parler de ce coup d'État comme d'un « premier génocide » des Tutsi avant celui de 1994.
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 11 күн бұрын
@@mugabo-p3z Trahison de Jean Ntiruhwama : Un Hima du clan des Bashambo derrière l’assassinat du Prince Louis Rwagasore. Selon des recherches anthropologiques plus récentes, la vérité sur l’assassinat de Feu Prince Louis Rwagasore confirme que les colons Belges en poste à Bujumbura y ont leur part de responsabilité dans les circonstances qui conduiront à son assassinat. Mais en précisant qu’il y ont été aidé par le réseau Tutsi- Bahima du Burundi. Plus exactement, c’est le Hima-Musambo Jean Ntiruhwama qui, précise-t-on, a installé Feu Rwagasore à la place du mort, pour être mieux la cible du Grec Kajeorgis. Et c’est ce même Jean Ntiruhwama qui par la suite a accusé également les princes Jean Baptiste Ntidendereza et Joseph Birori, fils du Prince Mutare Pierre Baranyanka, et de leurs cousins Jean-Baptiste Ntakiyica et Antoine Nahimana, d’être également impliquée. Faisant d’une pierre 5 victimes Baganwa. Le même Jean Ntiruhwama, sera également suspect dans la mort de Feu Prince Ignace Kamatari, un frère du Roi Mwambutsa, le mercredi 27 mai 1964. Soit une sixième victime sur la liste des Baganwa éliminés en moins de 4 ans
@mugabo-p3z
@mugabo-p3z 10 күн бұрын
@@fredericnzeyimana526 icyo ntumva nuburyo uhuza ABEGA hamwe na BAHIMA, KANJOGERA ni UMWEGA wo mu nzu yo kwa RWAKAGARA kzbin.info/www/bejne/pZecg6GrZ7GIZqc
@EvaristNtahompagaze
@EvaristNtahompagaze 11 күн бұрын
Kuco nkuyemwo numvirije rero. Nukuvuga Micombero( micomibi) yishe Abahutu,Abubwami n'Abatutsi babanyaruguru. Urumvako arinabo batanguye kwicwa muza Rumonge. Nuko.
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 11 күн бұрын
Urupfu gwa Ludoviko Rwagasore na gwo nyene ni kururonderera iwabo w'abahima baje bava i Rwanda i Burundi tuzi/tuvuga ko ari abatutsi b'abanyiginya! (...) Assassinat du Prince Louis Rwagasore : Sur incitation des réfugiés Bahima du Rwanda. Le 13 octobre 1961, à Bujumbura , le Prince héritier, chef du parti indépendantiste victorieux aux législatives, est tué par balle. Il s’agit du Prince Louis Rwagasore soutenu au départ par des Hutus dont Mirerekano et Pierre Ngendandumwe et d’autres. La tension est d’autant plus palpable que les réfugiés rwandais font des préparatifs dans le but de mener des incursions militaires au Rwanda à partir du Burundi. Les réfugiés rwandais Tutsi-Bahima insistent. Si le Parti Union pour le Progrès National (UPRONA) du Prince Louis Rwagasore ne change pas de leaders, les Tutsi-Bahima du Burundi courent une catastrophe comme eux au Rwanda en 1959. Par conséquent, les fondateurs de l’UPRONA doivent disparaître. Et l’on sait très bien désormais que ces fondateurs ce sont des Bahutu aux côtés du Prince Louis Rwagasore tels que Paul Mirerekano. La suite ne se fera pas attendre. Le 13 octobre 1961, le prince Louis Rwagasore, qui vient alors d’être élu Premier ministre du Burundi, est assassiné d'une balle provenant d'un tireur embusqué, alors qu’il dînait dans un restaurant.
@Simvura-qj5
@Simvura-qj5 9 күн бұрын
😂😂😂😂😂pauvre tribaliste muzoruhaaa
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 8 күн бұрын
@@Simvura-qj5 À l’analyse, le génocide commis au Burundi englobe les trois genres de génocide suivants commis ailleurs: 1) Meurtres systématiques à la manière de l'holocauste des Juifs. 2) Combinés avec des traitements discriminatoires dans le style de l'apartheid sud-africain. 3) À la fois avec le génocide culturel colonial canadien contre les peuples autochtones et son caractère de destruction de d'identités.
@257Irparfait-g4q
@257Irparfait-g4q 12 күн бұрын
Micombero yari mubii😢
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 11 күн бұрын
N'urupfu gwa Rwagasore! Tubisubiyemwo twishinze ivyigwa vya Anthroplogie z'akarere k'ibiyaga bigali! Rwagasore yishwe canke yicishijwe n'Abahima! Kandi yicwa mu ntumbero yo duhindura ingoma ziganjwemwo abaTutsi b'abanyaruguru (Abahanza, Abajiji, Abashubi, Abavumu...ari na bo bitwa ubu abaHutu) ! Nya ngoma bayisubirize, ingoma y'Abahima baturuka i Karagwe (mu buganda). Ivyo, abahima bo mu Burundi, bakabikora, babihanuwe n'abaHima (Abega, Abashambo, Abacaba) baje bava i Rwanda mu 1959-1960! Kugira bikunze abahima b'i Burundi bagafata ubutegtsi ( Ba Micombero-Bagaza-Buyoya), bazofashe abahima b'i Rwanda gusubira ku butegetsi bastswe n'abahutu!
@chrishima
@chrishima 11 күн бұрын
Mr Nzeyimana ndumv ufise ibibazo nabaHima !! 1)Rwagasore yishwe na KaGeorgis umu Greek nabantu bake bomuri PDC yarirongowe na Prince Baranyanka Pierre , abo sabahima naba Ganwa 2) karagwe simuri uganda ni Tanzania nkumenyeshe ko abahima nomur Tanzania bariho
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 10 күн бұрын
@@chrishima Trahison de Jean Ntiruhwama : Un Hima du clan des Bashambo derrière l’assassinat du Prince Louis Rwagasore. Selon des recherches anthropologiques plus récentes, la vérité sur l’assassinat de Feu Prince Louis Rwagasore confirme que les colons Belges en poste à Bujumbura y ont leur part de responsabilité dans les circonstances qui conduiront à son assassinat. Mais en précisant qu’il y ont été aidé par le réseau Tutsi- Bahima du Burundi. Plus exactement, c’est le Hima-Musambo Jean Ntiruhwama qui, précise-t-on, a installé Feu Rwagasore à la place du mort, pour être mieux la cible du Grec Kajeorgis. Et c’est ce même Jean Ntiruhwama qui par la suite a accusé également les princes Jean Baptiste Ntidendereza et Joseph Birori, fils du Prince Mutare Pierre Baranyanka, et de leurs cousins Jean-Baptiste Ntakiyica et Antoine Nahimana, d’être également impliquée. Faisant d’une pierre 5 victimes Baganwa. Le même Jean Ntiruhwama, sera également suspect dans la mort de Feu Prince Ignace Kamatari, un frère du Roi Mwambutsa, le mercredi 27 mai 1964. Soit une sixième victime sur la liste des Baganwa éliminés en moins de 4 ans
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 10 күн бұрын
@@chrishima Il convient de faire ici le lien entre la personne de Jean Ntiruhwama le fait histoirque des origines rwandaises du clan des Bashambo dont il est issu. (United Bashambo Clan-ubc, Brief history of Bashambo, 22 octobre 2024)). Un clan fondé par Sabugabo, qui était le fils de Gihanga qui a hérité de Ndorwa et du nom royal Kanyandorwa. D'autres clans apparentés avec Bashambo comprennent ; Abasindi, Abatsobe, Abashingo, Abahondogo & Abega. Le lignage des Bashambo a occupé le pays du Rwanda dans les régions de Byumba. Les Bashambo ont ensuite migré vers différentes parties d'un pays en raison des guerres qui se sont produites dans le pays. Aujourd'hui, les Bashambo occupent des pays comme l'Ouganda, la Tanzanie, le Burundi, le Congo, le Kenya, le Rwanda et d'autres pays voisins africains. 18 Jean Ntiruhwama est le maître d’œuvre de la Revolution Hima, lit-on dans un article de Burundi-Agnews publie le 14 octobre 2017, intitule Burundi : Burundi : 56 ans après l’assassinat mystérieux du Prince Rwagasore -. Dans cet article, Jean Ntiruhwama y est décrit comme un stratège politique qui est arrivé à rassembler tous les mécontents de l’Histoire du Burundi contre la Monarchie des Barundi ( celle de l’alliance Bahanza-Bajiji-Bashubi, appelée Baganwa). Ainsi, on y apprend que Ntiruhwama Jean, début des années 1960, enfant chouchou de l’Église catholique belge, se rapprochant de Feu Rwagasore et devenant ministre de l’Intérieur, envoie des jeunes Burundais issus des clans des mécontents surtout des Himas en formation à Saint-Cyr en France. Ntiruhwama Jean, par intrigues superposées, commence son projet républicain de faire disparaitre la monarchie burundaise (ingoma y’Uburundi) pour faire renaître au Burundi - Ingoma ya Ruhinda -, Mwami y’abahima ). Avec objectif finale la mort de Feu Mwambutsa IV Bangiricenge. Puis l’article revient sur l’assassinat de Feu prince Louis Rwagasore. Plus précisément sur l’épisode de la pendaison des fils Batare par suite de leur accusation par Jean Ntiruhwama.
@chrishima
@chrishima 10 күн бұрын
@fredericnzeyimana526 je ne pense pas que le clan de Bashambo sont venus du Rwanda? je suis totalement contre votre opinion car les Bashambo sont dans le group de Bahima alors on sait que le bahima sont Venus du Empire de Kitara sinumunga ingene boza bavuye mu Rwanda , ikindi murasubira mwi documente about history yabarundi? kuko uvuze ko abahima aribo bishe Rwagasore uba wihenze cane kuko uravye les fils du Prince Baranyanka ntabwo bari abahima ?
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 10 күн бұрын
@@chrishima Ndi specialiste mu vyigwa vya Anthropopogie du Burundi! Twigishijwe kahise atari ko! Kuko twavyigishijwe n’abahima gusa! Prof Emile Mworoha ni Umuhima! Prof Evariste ngayimpenda ni Umuhima! Prof Julien Nimubona ni Umuhima! Prof Elias Sentamba ni Umuhima ! Benshi mu bigisha ba kahise k;Uburundi, nka bose ni abahima! Bo muri uwo mugwi nyene wagomba gutembagaza ingoma ya Ntare Camabarantama! Kugira bayisubirize ingoma y’abahima bene Ruhinda! Abahungu ba Baranyanka ni umuhima Jean ntiruhwama yabadodobereje! Abe ari we avuga ko ari bo bapanze kwicisha mwenewabo Ludoviko Rwagasore! Ni bimwe twita faire d’une pierre deux coups ou trois coups! Preuve juridique iriho! Itegeko ryakoreshwa mu 1960-61 ku bwicanyi ryavuga riti : wishe umuntu ukica uwo mu muryango wawe, bahana (bamanika) wewe gusa. Mugabo wishe abo mu wundi muryango , bahana (batikitikiza) wewe n’abo mu muryango wawe. Kajeorgis yari yshe (Rwagasore) wo muryango wundi. Yateegerezwa kwicanwa n’abo mu muryango wiwe (aba Greki). Mu kibanza c;aba Greki, bishe abahungu bo kwa Baranyanka (kandi bari mu muryango wa Rwagasore! Izi nsiguro mukazozozisoma mu gitabo ngiye gusohora citwa : Geocide des Bahutu par la dynastie des bahamima. Une analyse anthropologique. Les mensonges de l’histoire. Les fais et les origines rwandaises.
Umushikiranganji abahanura kuva muvyamazuru bakaja muvyunguka
57:46
How to treat Acne💉
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 108 МЛН
Jenoside impamvu yafashije abatutsi umva Gahamanyi Rudoviko utarahigwaga.
1:22:00