@danielnduwayo4723 Rock yaravuze ko kurubuga gwiwe atamatiku akeneyeho, amagambo nkaya ntakwiye kurubuga rwumuntu wipfuza ubunyankamugayo, umuyobozi ushobora kumukunda canke kumwanka ni uburenganzira bwawe ariko abanyabwenge babuza kubiserura, kuko aha wosanga mubwamwanka uri uwanyuma, icyingenzi ni ukwibyihorera, gusa ngusubije kubusabe bwa Rocky yiphuza kurubuga gwe ruzira amatiku
@NzohabonimanaAdidace4 ай бұрын
Reba igitabo wodusomera muri ibi: 1.Father rich father poor 2.Millionaire fastlane 3.think and grow rich 4. Road to success 5.art of war 6.never split the difference 7.physiology of sex 8.the power of mind Thank you for having read this
@bizomenyimanaelias54554 ай бұрын
Imana ihezagire igihugu cacu na nyenicubahiro president wacu never
Thank you Rocky for this documentary well done. Usumbije abarundi ,bo bakatakata kugira hasohok ivyiyumviro bipfuza.
@mushishiandfrancine60634 ай бұрын
Vrema I grew up in Bujumbura, I love that country! Ariko birarenze vrema. How ushobora kuba mugihugu 2 years ata essence uronka kndi arivyo bikubeshejeho. Peter yishe igihugu. Let’s this one ko harico azomara. At least we aravuga basi
@AlinAlin-hp5wy3 ай бұрын
Rock ndagukunda kabis 🎉🎉🎉❤❤❤uduha ibintuvyigirakamaro
@asenathfather97663 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮Heart of Africa 🌍 💯
@user-kw1mt9st1r4 ай бұрын
Ubu usizeko nca mbibona direct biranryoheyeee cane today respect Mr Rocky umusobanuzi mwiza wa filme
@Kiirumba4 ай бұрын
Thank you @Rock at least washizeho photo Cover ya bien!!!!
@NtahondereyeJeanClaude-lf9ctАй бұрын
Much love from rda
@nduwayezutherence67103 ай бұрын
Rocky respect kuba utaciye mwijambo rya son excellence wacu ubundi abanyarwanda n'abarundi ururimi ninkarumwe,pour celà merci,urwauka rwuburundi nacane cane les jeunes chômeurs mube maso tumuguminyuma à zéro mettre ivyo bigabo vyoba igihugu bigatuma uburundi dukena tuvyirukeko mpaka😂