Ikigo Rabit Vision kiri i Bugenyuzi corora inkwavu za kijambere kikongera kigatanga inyigisho

  Рет қаралды 10,725

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Bakunzi ba Mashariki TV uyu munsi twagendeye umworozi wa kijambere w'inkwavu wo muri komine Bugenyuzi intara ya Karusi. NIZIGIYIMANA Didace afise ikigo Rabit Vision i Burundi corora inkwavu za kijambere kikongera kigatanga inyigisho ku bashaka kwiga ubworozi bwa kijambere bw'inkwavu. Aratuyagira ingene ubworozi bw'inkwavu butunganywa n'ingene uwushaka kuzorora yobigenza. Ku bwiwe urukwavu ngo ni inzahabu inzahabu.

Пікірлер: 37
@Bapfunya
@Bapfunya 2 жыл бұрын
Niba nategereye urukwavu ruvyara nka 8 fois mumwaka vyumvikana kwari très Rentable Bravo
@InnocentNduwimana-fm3ws
@InnocentNduwimana-fm3ws Жыл бұрын
Nivyiza ariko keshi ibintu vyakijambere bihona ningoga mwibuke kurwiza nizi zacu guko abazungu ivyabo bavyita kijambere ivyacu binahamenyereye badufasha kubihonya ivyabo iyobihase inzara igatera kugirango bamebaza nkabacunguzi kudufasha! nkankumwe amazina yikirundi bayita ayigipagani tukemera !ivyacu ntimubihonye navyo nivyiza ,ibitoki baduhaye kijambere camye Kane kibagihonye !mubisume neza ntimuhimirize abantu guheba izacu zimenyey kwahirirwa kandi zikaba ziza
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 2 жыл бұрын
Nimutere imbere kandi muteze imbere abandi. Ico gitabu kigurwa angahe?
@ntakarutimanaappolinaire-ov2wl
@ntakarutimanaappolinaire-ov2wl Жыл бұрын
Nivyiza arikwo tanga adres
@EvaristeNtungwanayo
@EvaristeNtungwanayo Жыл бұрын
Nipfuza iyo formation a distance, no kuronka ico gitabu
@shemusanduwayo5768
@shemusanduwayo5768 Жыл бұрын
Ariko ata numero mwasize ntaco muba mudufashije mwoyituronderera mwobamukoze
@Egidenzohabonimana
@Egidenzohabonimana 8 ай бұрын
None iyo formation umunt yoyironka gute? Jew naratanguye ariko zapfuy zose
@zappygeorge8668
@zappygeorge8668 11 ай бұрын
Mukomere cane. Ico gitabu mukigurisha angahe?
@OscarNdabakenga-jn5nk
@OscarNdabakenga-jn5nk Жыл бұрын
Jendashaka kgura nobabona gut?
@madinamuhorakeye3621
@madinamuhorakeye3621 2 жыл бұрын
uwubipfuza yobatora gute
@NduwayoAntoine-k6z
@NduwayoAntoine-k6z 10 ай бұрын
Twobaronka gute duhe inimero za wasp
@merchiorkarenzo4793
@merchiorkarenzo4793 Жыл бұрын
Turabasavye muduhe numéro téléphone zabobantu
@ir.cyriaquenibigira425
@ir.cyriaquenibigira425 Жыл бұрын
Duhe numéro yaw ya Watsap
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 7 ай бұрын
❤❤❤
@JuvenalNdacayisaba-d6o
@JuvenalNdacayisaba-d6o 5 күн бұрын
Nukuri ivyomuvuganivyop
@yvesnizigiyimana2964
@yvesnizigiyimana2964 Жыл бұрын
Mwoduha numéro za WhatsApp mwoba mukoze
@15cent-pn7fo
@15cent-pn7fo Жыл бұрын
Muhereye amajahe ngotuze kwiga
@FurahaJosue-op6xj
@FurahaJosue-op6xj Жыл бұрын
Muduhe Numero zanyu. Cane cane za WhatsApp
@ntakarutimanaappolinaire-ov2wl
@ntakarutimanaappolinaire-ov2wl Жыл бұрын
Nivyiza arikwo tanga adres
@NinyibukaSandra
@NinyibukaSandra 9 ай бұрын
Uwomugambi wajehageze
@AlphonsineMukamana-l9u
@AlphonsineMukamana-l9u 9 ай бұрын
Muduhe contacts zanyu
@ntawusigumwansicharles5196
@ntawusigumwansicharles5196 Жыл бұрын
Ndababajije muraziha amazi?
@ernestniyokwizera9998
@ernestniyokwizera9998 Жыл бұрын
Kuberiki mutatuduha ukuntu dushobora kuganira n'aba borozi on lin kugira dushobora kuronswa inyigisho nkabantu tuba turikure??
@melancendayikeze7935
@melancendayikeze7935 2 жыл бұрын
Nivyiza cane vraiment 👌 👌 👌 Ariko amasanamu yanyu simeza vraiment. Murarondera ibindi vyuma
@christinebamurange8639
@christinebamurange8639 Жыл бұрын
Ahubwo ni terefhon yw
@hatungimanahassan9049
@hatungimanahassan9049 Жыл бұрын
Kiswahiri
@jeaninendayishimiye-po6jq
@jeaninendayishimiye-po6jq Жыл бұрын
Icogitabo umunt yokironka gt?
@MarieAssoumptaGAKIZA-xs7mr
@MarieAssoumptaGAKIZA-xs7mr Жыл бұрын
Mwoduha numéro mwoba mukoze
@felixharerimana5553
@felixharerimana5553 Жыл бұрын
Ndabakunze cane
@newbusinessvision2013
@newbusinessvision2013 Жыл бұрын
Vyiza cane.
@aimableitangamahoro2972
@aimableitangamahoro2972 Жыл бұрын
Terimbere
@Bapfunya
@Bapfunya 2 жыл бұрын
Imiswi yinkwavu ga muta??
@bwengejeanbosco2610
@bwengejeanbosco2610 2 жыл бұрын
Ndibaza wategereye ico yashatse kuvuga
@lysenellyakimana9942
@lysenellyakimana9942 Жыл бұрын
Kuberiki mubona agakosa gato yavuze?mubintu vyose yavuze wumvise umuswi gusa?
@biiriyesilasye9522
@biiriyesilasye9522 8 ай бұрын
​@@lysenellyakimana9942oya arakwiye kwikosora. None n'imiswi?
@etiennenintunze3258
@etiennenintunze3258 Жыл бұрын
Ndonsa numéro yawe WhatsApp
@panacool978
@panacool978 Жыл бұрын
Muduhe Numéro ya WhatsApp yanyu
🧥🎤 Ka gakoti na ya micro bigeze i Gitega
6:16
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,1 М.
TERINTAMBWEMUHINZI UBWOROZI BW'INKWAVU
29:47
Rwanda Agri
Рет қаралды 65 М.
когда не обедаешь в школе // EVA mash
00:57
EVA mash
Рет қаралды 3,6 МЛН
LIFEHACK😳 Rate our backpacks 1-10 😜🔥🎒
00:13
Diana Belitskay
Рет қаралды 3,9 МЛН
Incredible: Teacher builds airplane to teach kids behavior! #shorts
00:32
Fabiosa Stories
Рет қаралды 11 МЛН