Mwiriwe neza none se iyo ufite ahantu ufata litilo ya burimunsi ushaka kugirango ugende uyegeranya azavemo akajerekane birasaba ko wajya ushyira muri buri gakoresho ukazegeranya🎉
@IMIBEREHOTVIRUTAVYOSELYSE2 ай бұрын
Mwiriwe neza. Urakoze cane kuri ino commentaire yawe. Iciyumviro co kuyegeranya nibaza ko atari ciza kuko ashobora kwononekara. Kimwe gusa mu gihe mu gihe woba uronka ilitilo imwe , ushobora gukoresha iryo litilo rimwe nyene, ugakora ikivuguto. Mu bisanzwe ukoresha amata uba ufise.
@virtue14952 ай бұрын
Murakoze cane. iyi video irafashije. Ushobora se kumbwira impamvu amata agomba kubizwa?
@IMIBEREHOTVIRUTAVYOSELYSE2 ай бұрын
Urakoze gushima, amata dushaka kuyabiza kugirango avemwo ubucafu (microbes).
@celestinnduwimana15363 ай бұрын
Murakoze cane kuri ikicigwa ariko sinumvise neza muzotubwire ama mesures ( quantité )ya yaourt cnk ikivuguto co kwambira Umuntu yokoresha bivanye n'a Quantité yifyufyu watetse merci
@IMIBEREHOTVIRUTAVYOSELYSE3 ай бұрын
Ego cane murakoze gushima kandi murakoze kuri iyo commentaire mutanze. Mu bisanzwe muri iyo vidéo twakoresheje 4L y'amata ,hama dukoresha Yaourt ya 400g mu gucanga. Ni ukuvuga ko muri 1L, wokoresha 100g ya Yaourt. Murakoze.
@sindayiharirizaaimable70093 ай бұрын
AKOZE CANE YOUR
@IMIBEREHOTVIRUTAVYOSELYSE3 ай бұрын
Murakoze gushima mon Pasteur 🙏🙏
@nkundwashanice5744 күн бұрын
Nciye mbona ko uri mubuganda mbonye iyo yoghurt. Love from Uganda❤. Ikibazo;Yoghurt iba ikanye canke ubukanye uyishira mumata bwayihezemwo???merci