Рет қаралды 108,172
Uyu musore afise impano idasanzwe kiretse gutwenza president gusa,ivyo gutwenza yabigize umwuga kuko no mumanza zitandukanye z'abarundi nka Mariage,izamashirahamwe,nizindi umusangamo kenshi...murimake afise ubuhinga yisangije bwo gutwenza abantu