no one mumpe twatuntu kubakanda Asia nkanje 👍👍👍❤️🇧🇮 happy birthday my sister Asia long vie imana ikwagure muvyukora vyose inakurinde abansi 🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️
@namahoroliliane4722 жыл бұрын
Urabona ukuntu Kenny yaragiye gupfa nabi nukuntu arumusore mwiza ntawukuruta top star,HBD Assiah❤️
@gygygyslaine47122 жыл бұрын
Arasaneza cane😍😍
@glion96942 жыл бұрын
@@gygygyslaine4712 San
@samweliniyotwagize99382 жыл бұрын
Nkunda Assiah kuburyo ,umutima wanjye ujyiye guturikaka,my role modal ,imana ikwagure muri byose,Ilove you more.........
@kjbktjb12 жыл бұрын
igitangaza si birth day ya Asia igitangaza ni Imana yimihanda ukuntu yahindutse umuntu abantu mumwibuka akiri mayibobo mushime Imana muvuga Amen
@carinemanirambona27082 жыл бұрын
Ntawe bitabera nukobitinda kuza
@grandmachannel88282 жыл бұрын
Umwana w’Imihanda asa na Diamond Patinium kandi aberewe no gukira👍thanks Irene kukazi wamukozeho❤❤