No video

IMANA YANJANYE MWIJURU INYEREKA AMABANGA AKOMEYE MBWIRA ISHENGERO //UMUKRISTO WESE YUMVE IYI MBURI

  Рет қаралды 11,122

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

Күн бұрын

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 25
@octaviennendayifukamiye4754
@octaviennendayifukamiye4754 Жыл бұрын
Uramfata ikuboko Mwami Yesu unjabutse Yorrodani unshoboze gukora ivyo ushaka
@user-oj7pz4dl7c
@user-oj7pz4dl7c 10 ай бұрын
Amen.imana.idutabarecane
@zabulonhakizimana7952
@zabulonhakizimana7952 Жыл бұрын
Iman idutabare kweli
@user-hf3ym6xh3c
@user-hf3ym6xh3c 8 ай бұрын
Imana idutabare cane vrt yesu nimwiza❤❤❤❤❤❤❤
@YahwehYawehYaweh-qo3gr
@YahwehYawehYaweh-qo3gr Ай бұрын
Amen hallelujah hallelujah ❤️🙏
@MenedoreKWIZERA
@MenedoreKWIZERA 9 ай бұрын
Imana idutabare kandi itabare n'abarongozi bakora muri iki gihe .
@user-qf8xb1cw5v
@user-qf8xb1cw5v 9 ай бұрын
Amen imana ibandany ibonger umugixh munxenger nanj nanj nixenger biz bimbek nanj
@ElianeBikorimana-kf1lz
@ElianeBikorimana-kf1lz 10 ай бұрын
Uhezagirwe mugenz Umwami Yesu kristo adushoboze kunesh tuzobone ubwami
@mariammunezero2444
@mariammunezero2444 2 жыл бұрын
Imbabazi za Yesu zitubonekeko🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️🙇‍♀️
@Sabriya-ms4ry
@Sabriya-ms4ry 2 жыл бұрын
Imana imfashe ibibintu Bibe ubuzima bwanje
@mariammunezero2444
@mariammunezero2444 2 жыл бұрын
Nintumva imbere y lmana ntacokwireguza kk lmana irikwiburira umuntu uwariwe wese
@octaviennendayifukamiye4754
@octaviennendayifukamiye4754 Жыл бұрын
🎉Mana undinde umuriro wa gehinomo Imbabazi zawe zimbonekeko
@euphemiequeen7498
@euphemiequeen7498 2 жыл бұрын
Cane aha mubuhinde baragikoresha can icumugore bagihamagara maman (mom)icumugabo Papa(dadaji)
@user-lp9vk5fo5v
@user-lp9vk5fo5v 10 ай бұрын
Yesu ndakwinginze ungobotore muri yo vyaha kuko iyo mburi vyinshi birandega niwewe wo kunshoboza mwami
@annicknahimana5438
@annicknahimana5438 9 ай бұрын
Imana idutabare biteye ubwoba
@user-rx2hs5iq6o
@user-rx2hs5iq6o 10 ай бұрын
@ntunzwenimanahonorine3063
@ntunzwenimanahonorine3063 2 жыл бұрын
Imana yomwijuru iradufasha kubishobora vyukuri kndi izoduhe iherezo ryiza kuko jew ndatsinzwe rwose mumutima
@bukuruericmahizi
@bukuruericmahizi Жыл бұрын
Yesu atumbabarire
@digneniyomwungere9153
@digneniyomwungere9153 7 ай бұрын
Imani dutabar vrm ni hatar😢😢
@mmma6210
@mmma6210 2 жыл бұрын
🙏🙏
@user-on1nu8sc1f
@user-on1nu8sc1f Жыл бұрын
Urashoboza mana
@NdikuriyoJonas
@NdikuriyoJonas 7 ай бұрын
Benedata murongoye micro wera même inamba za benita
@caritasnihozeko7167
@caritasnihozeko7167 2 жыл бұрын
Imana nishimwe kandi idushoboze kuyumvira no kubera abandi batarakizwa icitegererezo
@user-hf3ym6xh3c
@user-hf3ym6xh3c 8 ай бұрын
Imana idutabare cane vrt yesu nimwiza❤❤❤❤❤❤❤
Happy birthday to you by Tsuriki Show
00:12
Tsuriki Show
Рет қаралды 11 МЛН
ОБЯЗАТЕЛЬНО СОВЕРШАЙТЕ ДОБРО!❤❤❤
00:45
طردت النملة من المنزل😡 ماذا فعل؟🥲
00:25
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 18 МЛН
Umuhirwe ni nde? / Pasteur Adrien DIRIDIRI
5:22
EMGA-KININDO TV
Рет қаралды 4 М.
UKURI KU NGABO ZA "KENYA QUICK REACTION FORCE (QRF)" MURI MONUSCO - UBUJURA BWA COLTAN
ITAHUKA IJWI RY' IHURIRO NYARWANDA
Рет қаралды 310
INTAHE Y'UWAHOZE ARI UMUMARAYA  |  Part 1
39:29
Ubugingo Busagutse TV
Рет қаралды 23 М.
INTAHE IDASANZWE YA CHRIS NDIKUMANA (ANDY KENNEDY)
52:24
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 193 М.
Happy birthday to you by Tsuriki Show
00:12
Tsuriki Show
Рет қаралды 11 МЛН