#imbonerakureday2024

  Рет қаралды 3,722

Cndd-Fdd - TV

Cndd-Fdd - TV

Күн бұрын

Abashitsi bavuye mu Bihugu bitandukanye baragize ico bashikirije kuvyo biboneye mu Burundi ku Rwaruka rw'Umugambwe CNDD-FDD ku musi wahariwe Imbonerakure #imbonerakureday2024

Пікірлер: 10
@juvenalhavyarimana1418
@juvenalhavyarimana1418 12 күн бұрын
Waaaauh well done!
@arsenearakaza1385
@arsenearakaza1385 5 күн бұрын
Imbonerakure ces sont des milliciens
@Kana-uu8jv
@Kana-uu8jv 12 күн бұрын
Imbonerakure nikintu gikomeye cane.ni Burundi bwejo kandi barafise inguvu zikwiye zokurinda i gihugu.
@TrustInGod1331
@TrustInGod1331 4 күн бұрын
Uko niko bazoguma babahenda ngo muri Burundi bwejo kugira mugume mukomera amashi abo bazehe bamariye ubutunzi bw'igihugu mu mifuko yabo! None aho ejo ni ryari? C'ubwenge rwaruka!!!
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 9 күн бұрын
Imbonerakure gukorakazi neza ndazemera ntawavogera uburundi zihari ngobyijane arik mbagaya kimwe barahohotera avandi batarizo😊😅
@TrustInGod1331
@TrustInGod1331 4 күн бұрын
Nta mipaka y'igihugu imbonerakure zoshobora gucungera ahubwo ni dushimir'Imana irinda igihugu cacu 🙏 Iyumvire nk'ubu gitewe ata n'igitoro dufise 🙈 Umus'umwe urakwiye kugira ngo babe bacigaruriye cose 🤷‍♂️
@novatidamian7236
@novatidamian7236 12 күн бұрын
Nanje ndabiravye neza ndabona ko uburundi buzotera imbere bidatevye kuko baramaze kwitahura ko badakwiye kwama ahobabaye ahubwo botera imbere nkumuzinga.
@nsabiyumvaezechiel2745
@nsabiyumvaezechiel2745 6 күн бұрын
Muzopfa mwihambe😈
@user-fo9xb8ml9w
@user-fo9xb8ml9w 4 күн бұрын
Ntasoni kurinzigo ngaho ntamuntu abura abamuhamba sha😂😂😂 inzigo umutima mubi ntaco bimaze frr 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Alat yang Membersihkan Kaki dalam Hitungan Detik 🦶🫧
00:24
Poly Holy Yow Indonesia
Рет қаралды 11 МЛН
Шок. Никокадо Авокадо похудел на 110 кг
00:44
МАИНКРАФТ В РЕАЛЬНОЙ ЖИЗНИ!🌍
00:31
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 34 МЛН
Urugendo Evariste Ndayishimiye yagize muri #Chine rwavuyemwo vyinshi ku Burundi.
23:26
Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB
Рет қаралды 8 М.