Рет қаралды 62
⚽🏆Real Madrid na ManCity niyo mirwi ihabwa amahirwe menshi yo kuzotsindira igikombe ca #ChampionsLeague uyu mwaka atari uko bakina neza gusa ariko kandi kubera y’uko bafise abakinyi beza b’agaciro kanini.
🎥Reka tugaruke ku gaciro abakinyi b’iyo mirwi bafise imbere y’urukino rwo gusubiriza mu ndwi iza.