Bisaba ko abarundi twoja mwibarabara nko muri kenya kuko igihugu kirarimbutse tubona kubera evaliste yivye ingoma none yabuze ahayivugiriza
@francoissemana252925 күн бұрын
Mwihangane bene wacu. Kuko u burundi wabuze ubwenge. Uburundi bukwiye gufungura imipaka. Nyuma igitoro kikaboneka. Ubuse ko urwanda na kongo bitigeze bifunga imipaka.