Inama kandundura kwibogozwa Prime Niyongabo yugaraniwe munzu/Abasoda bagumutse bashaka coup d'etat

  Рет қаралды 32,178

ISI TV

ISI TV

Күн бұрын

Inama kandindura kwibogozwa rya Prime Niyongabo yugaraniwe ahatazwi/Abasoda bagumutse bashaka coup d'etat
#amakuru
#burundi
#isitv

Пікірлер: 19
@MFATAMUGENZI-mg5fj
@MFATAMUGENZI-mg5fj 3 ай бұрын
Ariko umuvumo wanyu nuwo gukora coup d etat gusa naho mwakoze ibibateza imbere
@MFATAMUGENZI-mg5fj
@MFATAMUGENZI-mg5fj 3 ай бұрын
Reka abogozwe niba ari gutatira igihango cyibyo yarahiriye no gufungwa azafungwe
@Joachim.Ntakirutimana-vp1fg
@Joachim.Ntakirutimana-vp1fg Жыл бұрын
Ahubwo pirime niyongabo nabemagabo kuko sumwan newe ndazi nicambwege
@ezechielmpawenayo2449
@ezechielmpawenayo2449 Жыл бұрын
Aranwanwagiiiiiza! Mbe umaze gupfungwa uba ugifise inguvu zitwa ngwiki ? Urabarirwa gupfungwa sha!
@Obedensengiyumva1234
@Obedensengiyumva1234 Жыл бұрын
Mushinze l etat mfata kibanza mu rwanda??
@nkurunzizaserge1656
@nkurunzizaserge1656 Жыл бұрын
Uraziko benivyo ataho bitaniye nuguturira ifihugu? Urazi abata ivyabo bagahunga igihugu kubera mwebwe? Umusi umwe bizobazanira ingaruka mbi.Nobahanura kubireka kubesha muvuge inkuru mwatohoje neza
@ntibicayeimmaculee249
@ntibicayeimmaculee249 Жыл бұрын
Ariiiko ayomagambo muyakurahehe ? Muryohegwa nukwama muduterera ubwoba abantu bacu ahomwabivugiiiye mwabonye ,habayiki?Jemurivuga twebwe muduhe amahoro ,bashaa.
@kivyeyijuvenal9750
@kivyeyijuvenal9750 Жыл бұрын
Reka guhuhura.none ivyo muvugako bitaba?
@ezechielmpawenayo2449
@ezechielmpawenayo2449 Жыл бұрын
Ubwambere ngo Never bamutegereye kukibuga c'indege, ngo vyarangiye cout d'état yabaye, mwe mwarasaze vraiment. None nubu muracanwanwagiza?
@FrancoisManirakiza-vv5sf
@FrancoisManirakiza-vv5sf Жыл бұрын
Aba bishoboye Bari bakwiye kuyugara kuko muri ababeshi cane gose murabasi namahoro y abarundi reka rpa ikore kuko yoyo vyishi uvuga nukuri
@chancehakizimana9857
@chancehakizimana9857 Жыл бұрын
😢 2:17
@Obedensengiyumva1234
@Obedensengiyumva1234 Жыл бұрын
Ubu bubeshi bwanyu bujane iwanyu
@mbonyingingogerardo658
@mbonyingingogerardo658 Жыл бұрын
Bahenda ibijuju
@kanimary5642
@kanimary5642 Жыл бұрын
Ntasoni yububeshi bwumwanya wose
@bradockbitangimana8395
@bradockbitangimana8395 Жыл бұрын
Mwebwe mwarasaze
@ARTV20
@ARTV20 Жыл бұрын
Uyumugabo yarasaze nibintu avuga
@chancehakizimana9857
@chancehakizimana9857 Жыл бұрын
😢 2:17
@ntibicayeimmaculee249
@ntibicayeimmaculee249 Жыл бұрын
Ariiiko ayomagambo muyakurahehe ? Muryohegwa nukwama muduterera ubwoba abantu bacu ahomwabivugiiiye mwabonye ,habayiki?Jemurivuga twebwe muduhe amahoro ,bashaa.
@desireniyongabo-ol5tx
@desireniyongabo-ol5tx Жыл бұрын
Muzogezwa ryari kuza mubeshera uburundi nabarundi?
Incredible: Teacher builds airplane to teach kids behavior! #shorts
00:32
Fabiosa Stories
Рет қаралды 11 МЛН
pumpkins #shorts
00:39
Mr DegrEE
Рет қаралды 65 МЛН
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
Incredible: Teacher builds airplane to teach kids behavior! #shorts
00:32
Fabiosa Stories
Рет қаралды 11 МЛН