😂Ico kibugs cubatswe imbere y’a stade amahoro I Kigali ariko raba stade amahoro hahez umwaka yatanguye gukora kandi irasakaye ico kibuga ntikunasakaye vraiment en plus ibibanza 10mille gusa ahandi ari 45mil ntana parking yomodoka 500 ihari ahandi bafise parking yimodoka 30mil 😀😀😀🙄🙄🙄
@nshimirimanamike15919 күн бұрын
Murakoze mkubwa
@LaulentiEzekiel9 күн бұрын
Irahenze cane kabas nihezacane
@SlimIrepair9 күн бұрын
None ico ni kibuga mu kwimimako namwebye murabifishe ikibuga ico ngaho mu burayi ni cha abanta bakinira koo none mwebue nico gukinira intamba wapi kweli
@LeoCiava8 күн бұрын
Very good
@Phageï-xu7sm9 күн бұрын
❤❤🎉❤🎉I🎉❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@davidndayishimiye-js2lrКүн бұрын
Kugezaho nivyiza ariko kidasakaye sineza
@SantielIrankunda3 күн бұрын
Nuko idasakaye hose
@ManuDibango-n4cКүн бұрын
Ako ga toiture ka 5 m vraiment
@Fafamuru20249 күн бұрын
👏👏👏👏
@ericmutabazi18458 сағат бұрын
Nonese iyi stade koko yarabananiye mbega Burundi bwacu!!
@EzekielHakizimana8 күн бұрын
Thank you. I love football, entrance will ne how much money?❤😊
@BlaiseNduwimana-u9t8 күн бұрын
Ndabaza ico kibuga kizokwakir abantu bangah cuzuy
@MurungiEmmanuel-bn1ro2 күн бұрын
Ese imvura nigwa bizojenda gute none
@Mucyojean069 күн бұрын
Nuburundivmuri mumagambo
@AnicetNiyonyishu9 күн бұрын
None kobatayisakaye hose???
@williampro8156 күн бұрын
Turacarinyuma cane gose
@JCMaxima3 күн бұрын
Le terrain synthétique n'est pas accepté par la FIFA... Il n'y aura aucun match international sur ce stade, car les conditions ne sont pas remplies...
@nshimirimanamike15919 күн бұрын
❤❤❤❤
@ericbrownO49 күн бұрын
Burya tutabeshanya cdd fdd kuva yatangura gutwara uburundi irigera ishira mungiro Ivyo iba yavuze vyukuri
Uri sur ko kirya canyu aricabanyarwanda koki??? Genda ubaze the ben igihombo yagize Kubera yakoreye muri rurya ruzu mwubakiwe nabanyamahanga Hama inyungu zose zikaba izabo. Mn iburundi tuzorya bike mugabo twiryamire kare
@peacelove21099 күн бұрын
Ico kibuga ciyubakiwe n'abanyagihugu man, nta deni ririko. Iciwanyu coco n'abuzukuru banyu bazoriha baruhe. .
Navuze nti vyari kuba bimeze neza iyaba yari isakaye, sinagaye uko yubatswe ariko si stade international ni stade local. Ni nkuko woca uvuga ngo dufise aéroport international mu Burundi kandi atayiriho.
@reginamufa31999 күн бұрын
Abarundi murabakene sana, ubworero mwubatse stand kweri, muzajye mureba u Rwanda man