Faustin Ndikumana ntabibona kumwe n'abanyamigambwe batavuga rumwe n'ubutegetsi

  Рет қаралды 2,731

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

#indundinews :
Abitavye ikiganiro co kurabira hamwe ibiri mu nteguro y'amafaranga Reta y'uburundi izokoresha mu mwaka w'2024 ushira 2025 categuwe n'ishirahamwe #PARCEM kuwa 16 Gitugutu 2024 ntibabona kumwe umwihwezo wagizwe n'iryo shirahamwe kuri iyo nteguro ya Reta.

Пікірлер: 2
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 17 сағат бұрын
Aba Bashirije Amajambo bavugishije Ukuri 🎩 Abarongoye Reta bakwiye kwikubita Agashi!
@arcadehakizimana
@arcadehakizimana 11 сағат бұрын
Kubera iki Faustin ndikumana wa parcem ato fata umwanya wogusigurira abanyagihugu batobato au minimum au niveau communal kuko niyaguma asigurira Abo bohejuru bizofuma iyo nyene hejuru
Ibigori vyegeranijwe na Leta y 'Uburundi vyagiye he?
13:30
Indundi TV
Рет қаралды 2,4 М.
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 81 МЛН
Когда отец одевает ребёнка @JaySharon
00:16
История одного вокалиста
Рет қаралды 15 МЛН
Wait for the last one 🤣🤣 #shorts #minecraft
00:28
Cosmo Guy
Рет қаралды 12 МЛН
Amakuru yo ku wa 24  Gitugutu 2024
37:17
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 6 М.