Gusa Mur frambeau du centre haracabura professionnalisme
@fundi_feli62993 жыл бұрын
Yeeeh ibintu n'Imana kwelii sinarinz k Football yo m Bdi🇧🇮 k igeze kuriyo ntwambwee vrm
@ndikuriyoelie37503 жыл бұрын
Indundi muracari abambere kuri kamera nukuvuga umupira nimwigishe vavyiga ngeso vyo kuri radio buntu yingozi ngo baravuga amakuru
@jimmydelphinsabukwigura30923 жыл бұрын
Wake zetu hao.
@innocentndayishimiye1743 жыл бұрын
Ninde yombwira classement uko imeze inyuma y'intsinzi ya musongati kuri flambeau
@iratabaramaximmaxim11263 жыл бұрын
Raba igitega ukuntu bakunda inkino akaba ariyo stad bacicara hasi yonyene
@sifasiraji34123 жыл бұрын
Journaliste urantwengej basi ngo abafana ba musongati ni benshi cane ariko ntibabuza ko flambeau itahana amanota3 kuva ryari flambeau igatsinda musongati
@munyemanavianney94543 жыл бұрын
Niko bimeze imyaka yose musongati izokwama ari numero 1 gushika no kukanyuma
@emilevenantndihokubwayo32673 жыл бұрын
Numéro 1 uhereye hehe muguharura ?
@mohammedmussa77043 жыл бұрын
Daah! Bndi bdo sana watangazaji hamna kitu
@juliennenduwimana79633 жыл бұрын
Gusa arbitrage y i burundi irakwiye gusubirwamwo kabisa nayo ubwayo ikisubiruko
@juliennenduwimana79633 жыл бұрын
Ibi bintu vyanyu ntibibona nta t.v mugira namba ahubwo simbona nico mwari mwaje gukora