Jamir Naudts : Navukiye muri Hollande Nyina wanje ni Umubirigikazi mugihe Se wanje ari Umurundi . Uburundi ni bwiza cane rwose nkaba naje gukora ibishoboka vyose kugira nzofashe igihugu canje .
Пікірлер: 39
@t.v.a.i.s.s68423 жыл бұрын
Thank you guys . I hope cecafa cup come again in our country burundi
@peggemegennaineza79523 жыл бұрын
Zamwimenyerez ikirundi basore
@burundishallsmile1day1093 жыл бұрын
"Se wanje" 😊"head line" uliza watu kabla ya kuandika tafadhali! "Data ni Umurundi" Avuga iki Deutsche "datche" si iki hollandais Merci quand même pour les efforts 🙏🏾
@clovisishimwe21663 жыл бұрын
Mukoze ikintu kimez neza vrmt💞💥
@elysent83783 жыл бұрын
Uduhigire Chebby nawe umuvugishe✌✌
@peggemegennaineza79523 жыл бұрын
Brandon chebby?
@kozzomix1203 жыл бұрын
Asante bro kutimiza majibu ya comenti yangu yajuzi
@yvonavry24823 жыл бұрын
Alafu ayo mambo ya kuuliza eti burundi imepitia sijuwi ibi wala bile acana nabyo uliza mambo ya mpira tu
Murakwiye kwitaho iKirundi vy'ukuri. Atari uko na ho,ndabona n'igihugu tuzogitanga ku buntu. Uyu na we ngo Ni Umurundi yavukiye mu Buyenzi ariko atumva iKirundi?🤭🤭😀 Ivyo bintu,ivyo 👉👉🤫
@teljanahmed20512 жыл бұрын
Kuba umurundi ni ukwiyumvamwo uburundi sukuvukira muburundi canke kuvuga ikirundi hariho abaswahiri bakoreye igihugu kuruta abavuga ikirundi