Muvyukuri muratanga inyigisho mukwiriye gushigikirwa ababona k Team mutima Babirimwo neza mumpe like
@luayaluaya73243 жыл бұрын
Team Mutima hano iwacu murabambere nukuri ndakurahiy
@maishacenter-eastafricatv39763 жыл бұрын
Alice
@raissafabien42853 жыл бұрын
Alice❤️❤️❤️
@cishahayoadolphe28083 жыл бұрын
Mbaye uwambere kuyibona ngube uwohejuru ewe mama soso urumuti wamenyo
@fabiolauwamahoro16473 жыл бұрын
Utegerezwa kuba uwambere nyene non simw mwayisohoy?
@muberukaemmy61023 жыл бұрын
Ijyisaka
@muberukaemmy61023 жыл бұрын
Porono
@jene20w903 жыл бұрын
Mutima comedie komera na team yaw😂😂😂😂😂🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️🇧🇮
@mutabaziceleus32013 жыл бұрын
MUTIMA TEAM mwubahwe,Kbs 🤣🤣nimuwurye mwse mukundane 🤣🤣🤣
@dorouwase46443 жыл бұрын
Nahora numve ngo Mutima Comedien muga nta kamaro nabiha. Kuko benshi bakina comedie ntubone akanovera. Uno munsi kweli Mutima Team muranyemeje. murafise ingabirano. Uyo mudamu rero😄😄
@inghabopro84953 жыл бұрын
Wewe mutima ugeza ivyishimo vy' umutima wanje aho bishaka kuba kabisa 😀😀 we turakwemera uri number 1 ,we love you so much and you are the best in our country
@emyledieumerci96593 жыл бұрын
Ati urazi mariage amahera yatwaye😜😜😃😃😃 uwakunvise nampe like
@dafxclass3 жыл бұрын
😄🤣😄🤣 Maman Boris arazi gukina warahi Mutima nawe ukuntu akarisha imbugita wogira agomba abage 🤣😄