Indundicomedy : Ndabira ivyo Cisha ado akoreye umugore wiwe Alice amufatanye agakingirizo

  Рет қаралды 27,958

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

😭😭😭😭Nagahomera bunwa aho Alice wee! Ndabira ibintu Alice akoreye umugabk🤣🤣🤣 Cisha ado kumbe yasangira akumbati nabandi atabizi🤣🤣🤣🤣 nukuri Alice akeneye impanuro kuko aratumaramaje gose Team Mutima nahanyu mwamirire kuko ibintu🔥🔥🔥

Пікірлер: 130
@cishahayoadolphe2808
@cishahayoadolphe2808 3 жыл бұрын
Mbaye uwambere 😂😂😂😂 mbega kubesha gusa ndibonyemwo
@alicenice1711
@alicenice1711 3 жыл бұрын
Cisha naku love saaana
@vianneyndizeye8714
@vianneyndizeye8714 3 жыл бұрын
You are namba one 1
@annyfafafanny5099
@annyfafafanny5099 3 жыл бұрын
Cisha ntubaho urarungika abantu kwa satani 😂😂😂😂😂😂
@safarishawn7231
@safarishawn7231 3 жыл бұрын
Slt mon Ado👌
@حسونحسون-ث8ط5د
@حسونحسون-ث8ط5د 3 жыл бұрын
Nukur ado ndagukunda
@jacksonndikumasabo551
@jacksonndikumasabo551 3 жыл бұрын
Kabisa murazikutanga impanuro nziza mububatse❤️❤️❤️❤️🔥🔥🔥🔥
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 3 жыл бұрын
Mwubahwe mubikoraneza cisha ado rero wubahwe sana
@projazzpromoter7503
@projazzpromoter7503 3 жыл бұрын
Impanuro Zirakwiye pe. Big Up. Sana From MuseziTv 🇧🇮
@pkfj1udhg476
@pkfj1udhg476 3 жыл бұрын
Muanyeguye kbs ngo namavuta ivyo nivyo kweri ahhhh imbutugutwi barazimena
@georgechimeta6080
@georgechimeta6080 3 жыл бұрын
Very nice my team mutama chisha you are a good actor 👏👏👏
@MPXander1
@MPXander1 3 жыл бұрын
Okay mwubahwe kabisa
@antoinetteharerimana6824
@antoinetteharerimana6824 3 жыл бұрын
😂🤣🤣sawsaw
@angedarlene1770
@angedarlene1770 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣Ryo Ryo Ryo mbega huile yasohotse Alice aranyish cisha ado nawe ngwabana bavuze mwijoro ngobagum bagenda🤣🤣🤣Imana izofashe sinzovyare ijoro🤭🤭
@thierrytuyikeze8156
@thierrytuyikeze8156 3 жыл бұрын
nice comedy, big up sana my team mutima👊
@alainniyokwizera7107
@alainniyokwizera7107 3 жыл бұрын
Courage kabisa ash umugore wigipfu agendana udukingitizo🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@astridakabibi1628
@astridakabibi1628 3 жыл бұрын
yeyeyeweeee Gazooo ko mbona iyo gazo irenze ye datawe
@vivinenibitanga8529
@vivinenibitanga8529 3 жыл бұрын
Bamurya i tour 2mbega umugore!!!!ariko arikingira pe😂😂kndi prudence irahanagura ibirato.Alice weeee nawe urumukaceri 🤣🤣🤣🤩🤩🤩🤩
@janvierniyibaruta1857
@janvierniyibaruta1857 3 жыл бұрын
Cisha ndakwemera caneeee courage bro
@vivinenibitanga8529
@vivinenibitanga8529 3 жыл бұрын
Ngo ngwiki'''Yes babe 😚😘🤩🤩🤩''''Ado weeeeee
@حسونحسون-ث8ط5د
@حسونحسون-ث8ط5د 3 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂Ndamanyutseeeee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Nukuri muraba mber kuba comedi bos bomuburund
@mutabarukaalexis13
@mutabarukaalexis13 3 жыл бұрын
Murahatwitse kbs
@shofanprodofficial4122
@shofanprodofficial4122 3 жыл бұрын
You're the best🙏👏👏👏🥰🥰🥰
@Sasa-gi2tn
@Sasa-gi2tn 3 жыл бұрын
Courage kabisa
@niyoofficial214
@niyoofficial214 3 жыл бұрын
None Cisha yamenye gute ko haba hariyo3😅😅😅😅😅😅
@mukagahunzireeugenie8537
@mukagahunzireeugenie8537 3 жыл бұрын
Love From Rwanda
@loginalrjwaili1685
@loginalrjwaili1685 3 жыл бұрын
Yitwaaaa Gazooo😀😀😀😀😀 courage Team Mutima
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 3 жыл бұрын
😂😂😂 Alice uranyishe nagatwengo 😂😂😂 ngo namavuta yitwa ngwiki😂😂
@mediatricenizigiyimana9019
@mediatricenizigiyimana9019 3 жыл бұрын
Amavuta yitwa gazon🤣🤣🤣
@nadaiasd9284
@nadaiasd9284 3 жыл бұрын
😂 😂 😂 Kuva Ryari avuribihr mumaso mur ambarr ndabimeny
@phanuelofficial
@phanuelofficial 3 жыл бұрын
Abakigendera mwizo ngeso barakwiye kuzisezerera
@floraflora9622
@floraflora9622 3 жыл бұрын
Ivyakina uwomukobwa nivyamubayekoooo
@amatatv2345
@amatatv2345 3 жыл бұрын
Respect from Rwanda
@anicetnkorerimana4604
@anicetnkorerimana4604 2 жыл бұрын
Pole sana cisha
@aimejeanbaptistebanzubaze8047
@aimejeanbaptistebanzubaze8047 3 жыл бұрын
iyo prudenc ngo namavuta yitwa gazon 😂😂😂😂😂😂😂😂
@nduwimanadesire9429
@nduwimanadesire9429 3 жыл бұрын
Kandi ubu sububeshi beshi bitwaza ijambo ry'Imana
@erycairakoze4455
@erycairakoze4455 3 жыл бұрын
Ati umuti uvura ibihere🤣🤣🤣ndamanyutse🤣🤣🤣
@chanciellantahimpera1928
@chanciellantahimpera1928 3 жыл бұрын
😀😀😀😀😀, imbavu zanje 🤣🤣🤣, amavuta avura ibihere
@benignenishimwe8051
@benignenishimwe8051 3 жыл бұрын
Cisha wanje hejuru🥰🥰🥰
@claireclara8458
@claireclara8458 3 жыл бұрын
Abakobw Bose bavuts mwijor tumenyan eweee Alice urumut wameny Ng namavut Bita gazo
@GEGE8159
@GEGE8159 3 жыл бұрын
Ado ndagufana uranyemeje
@charlenenibigira9941
@charlenenibigira9941 3 жыл бұрын
Nviraho genda kwa shetani😂😂😂😂😂
@didiermartinmugisha4506
@didiermartinmugisha4506 3 жыл бұрын
..ubuhungu bukiri butobuto bushushe 🔥😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@uwimanascheilla182
@uwimanascheilla182 3 жыл бұрын
Ndamanyutse🤣🤣🤣 ngo amavuta yitwa gazon😆😆
@سنتياالشهري
@سنتياالشهري 3 жыл бұрын
Courage vrt abadame nime nka Alive mwisubirek
@imvangetv9425
@imvangetv9425 3 жыл бұрын
Harimwo impanuro ikomeye cane
@jolie6396
@jolie6396 3 жыл бұрын
Nivyo pe abiyorobetsi babaho
@kamaroderrick6859
@kamaroderrick6859 3 жыл бұрын
Abakobw bavutse mwijor Aho Muri hose mwubahwe 😄😅😄😂
@innocent692
@innocent692 3 жыл бұрын
Je vous aime beaucoup team Mutima
@YvesKAMIBURUNDI
@YvesKAMIBURUNDI 3 жыл бұрын
Mulalayo kila venderedi🤩😂 Mu makesha🗣
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 3 жыл бұрын
Alice arafashwe🙈🙈🙈
@leonidasndayavugwa2950
@leonidasndayavugwa2950 3 жыл бұрын
Mamamama amavuta avura ibihere
@evaristendayishimiye1532
@evaristendayishimiye1532 3 жыл бұрын
Izindi barazimwendeshej
@pwaluluezzy5020
@pwaluluezzy5020 2 жыл бұрын
Naje barananiye narabahevye
@fulgencenkunzimana4801
@fulgencenkunzimana4801 3 жыл бұрын
Namavuta bita mukaratusi ntuze 🤣🤣🤣🤣👌👌
@imvangetv9425
@imvangetv9425 3 жыл бұрын
Nanje ndabaye uwamber team mutima mwubahwe
@ssa4542
@ssa4542 3 жыл бұрын
Hhhh urakaz cish
@irakundarosette6867
@irakundarosette6867 3 жыл бұрын
Murashoboye nukuri mwubahwe
@clarissekk2978
@clarissekk2978 3 жыл бұрын
Nice comedy courage
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 3 жыл бұрын
Arko nj murankorerumusi ngo niki Alice namavuta
@louisempawenimana7642
@louisempawenimana7642 3 жыл бұрын
Tubiri twahanaguyibirato vyawe mubabarire 😂😂😂
@michoulove8764
@michoulove8764 3 жыл бұрын
Twenga ntaranayugurura 🥰🥰🥰
@metoubrown1371
@metoubrown1371 3 жыл бұрын
😂 😂 😂
@janeburu6538
@janeburu6538 3 жыл бұрын
Nihatari harabagore bamezukwo pe
@measme4721
@measme4721 3 жыл бұрын
nkunda uk mukin ubuzim abnt bbaymw💪🏽 big up
@张鑫-o7m
@张鑫-o7m 3 жыл бұрын
😂😂😂isema nzisemerera ziruzuye.👏👏👏👏👏
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 3 жыл бұрын
Ntakindi novuga atari kuguha pole Ado. Biraharawe, Ntivyoroshe mu ngo z'ubu. Uzoshake wikebagure ntibazopfa banyuzwe. Eeh yar'agiye mu mu masengesho😷
@mairymairy1851
@mairymairy1851 3 жыл бұрын
Eeeeh Alice NG n amavuta wisiga mumasooo 🤣🤣🤣🤣
@eddyniyonkuru66
@eddyniyonkuru66 2 жыл бұрын
❤️❤️❤️
@fistonrukundo2563
@fistonrukundo2563 3 жыл бұрын
𝐁𝐢𝐠 𝐮𝐩
@lionelburundi
@lionelburundi 3 жыл бұрын
Ndabemera mwubahwe
@shimirimanamarie5295
@shimirimanamarie5295 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣Muradutwenza ariko murigisha
@aliceniyo1642
@aliceniyo1642 3 жыл бұрын
Bayita gazeaux😂😂😂
@mireilleirakoze602
@mireilleirakoze602 3 жыл бұрын
Nice comedy
@emmanueliquensavyimana214
@emmanueliquensavyimana214 3 жыл бұрын
Amavuta yitwa gazeau😄
@pacifiquemanariyo6544
@pacifiquemanariyo6544 3 жыл бұрын
Ntivyoroshe
@lravanessamamy9503
@lravanessamamy9503 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣ngonamavut bitway gazo
@hassanalabdulwahhab5183
@hassanalabdulwahhab5183 3 жыл бұрын
Murategura pe izoninyigisho murashoboye
@mdsadekmiya9638
@mdsadekmiya9638 3 жыл бұрын
impanuro ikomeye kubantu twiyorobeka
@ARTHEMON1997
@ARTHEMON1997 3 жыл бұрын
Atwisiga mumaso
@wasafiriwasafi1676
@wasafiriwasafi1676 3 жыл бұрын
Alice wwe urumukawushi
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 3 жыл бұрын
Uku Niko Abana N'Abagore Babandi Baribwa Ngo Niza Masengesho N'Amakesha 🤦🏿‍♂️🤣✍🏿
@enoelvesletamusic943
@enoelvesletamusic943 3 жыл бұрын
Bien ado
@ndikumasabodiegovevo9091
@ndikumasabodiegovevo9091 3 жыл бұрын
Izindi zibiri zirih🤣🤣🤣
@setaseeta9779
@setaseeta9779 3 жыл бұрын
Amavuta bita gazo 🤣🤣🤣🤣
@ntungwanayolaic9766
@ntungwanayolaic9766 3 жыл бұрын
Haaaaa kwwer avura ibihere haaaaa
@meshomm7040
@meshomm7040 3 жыл бұрын
😂😂😂 nga namavuta avuribihere 🤣🤣🤣🤣🤣
@baderalnasri6812
@baderalnasri6812 3 жыл бұрын
Ndamanyust, Ado
@alicenice1711
@alicenice1711 3 жыл бұрын
😂😂😂 We Alice IMANA irakubona ngo n'amavuta bita ngwiki?
@bizozabenone2234
@bizozabenone2234 3 жыл бұрын
ado urarmze
@حسنعلي-ث6ظ5خ
@حسنعلي-ث6ظ5خ 3 жыл бұрын
Alic namavuta yitwa gut
@ericndayishimiyeericndayis2439
@ericndayishimiyeericndayis2439 3 жыл бұрын
poa kabisa
@ريمالريم-ح2خ
@ريمالريم-ح2خ 3 жыл бұрын
Komera
@billyjoel5120
@billyjoel5120 3 жыл бұрын
👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿
@boashamah3642
@boashamah3642 3 жыл бұрын
Abantu mwese muvuka mwijoro muragowe Ngo agakingirizo gasigaye kavura ibihere ? Mbe nibihere vyomumaso canke vyo mumatako ???😂😂😂😂
@rashedalfalah5986
@rashedalfalah5986 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣
@Rubirigi
@Rubirigi 3 жыл бұрын
Ibi nivy bigira bishikire imana itangiriy ubuntu
@ancilemanimfashe5225
@ancilemanimfashe5225 3 жыл бұрын
Pol saana mugenz nuguseng
@blaisendayishimiye604
@blaisendayishimiye604 3 жыл бұрын
umugore wa SHETANI asa uko kumbe666
@musodatv
@musodatv 3 жыл бұрын
Neza jama cisha ado
@fhgggffhg7721
@fhgggffhg7721 2 жыл бұрын
Hhhh
@mdsadekmiya9638
@mdsadekmiya9638 3 жыл бұрын
ngo genda kwa satani😂😂
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 3 жыл бұрын
😂😂😂
@ntungwanayolaic9766
@ntungwanayolaic9766 3 жыл бұрын
Mwubahw
@antoinetteharerimana6824
@antoinetteharerimana6824 3 жыл бұрын
🤣😂🤣sawsaw
@amolam97
@amolam97 3 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@Fatuf4951
@Fatuf4951 3 жыл бұрын
🤣🤣🤣😀😀😀
@juliasmaick
@juliasmaick 3 жыл бұрын
😅😅😅🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
@francoisenshimirimana1426
@francoisenshimirimana1426 2 жыл бұрын
😀😀😀😀😀😀
@egidendayishimiye5711
@egidendayishimiye5711 3 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏😀😀😀
@meschackniyonkuru9534
@meschackniyonkuru9534 3 жыл бұрын
💋💋💋
ССЫЛКА НА ИГРУ В КОММЕНТАХ #shorts
0:36
Паша Осадчий
Рет қаралды 8 МЛН
Jaidarman TOP / Жоғары лига-2023 / Жекпе-жек 1-ТУР / 1-топ
1:30:54
Umukuru w'igihugu aragabisha abifuza kuba ba Buramatari muri 2025
36:16
I Spent 100 Hours Inside The Pyramids!
21:43
MrBeast
Рет қаралды 40 МЛН
ССЫЛКА НА ИГРУ В КОММЕНТАХ #shorts
0:36
Паша Осадчий
Рет қаралды 8 МЛН