Maman finire arabuze amahoro kweli.🤣🤣🤣ivyo yakoz vyose ni ingaruka.
@belyseaime6187 Жыл бұрын
Yoooo Kwa Patrick harahiye😢
@NinaNina-le6qb Жыл бұрын
Amaso yarimuguhera munzira😂😂gusa ❤
@user-vr6ve1hc2c Жыл бұрын
Courage cane mbakunda Kanini mukamfizi wubahwe
@AlimaIrakoze Жыл бұрын
Muga gusa Constance izompuzu mumuhanure izo zudishurw niza ba bebe ntazasubir gukina azambay😂😂😂😂😂
@lydi791 Жыл бұрын
😂😂😂 Patrick bagiye kugukorera agakino wigira umunyabwenge mama Alice wewe agiye kugukinir agakino
@NiyomwungereDaniel-y5i Жыл бұрын
Gusa ndaba❤❤❤
@lydi791 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂Costance uraryohera ati mubana naba asase
@odilekwizera2808 Жыл бұрын
Courage
@ndikumanadiane7458 Жыл бұрын
Madame Patrick uz'ubwenge weee😂😂😂😂😂😂amabang'urayamenye😅😅😅
@NyiransabimanaJoyi1 Жыл бұрын
Ndazindutse noneho ndabakunda ❤❤❤❤❤
@dorinemuhimpundu2807 Жыл бұрын
Fanta zisigaye ziborera nukuri😂😂😂😂😂😂😂😂
@charleneiradukunda5153 Жыл бұрын
Je umutima Wari wamvyimbanye vert😔😔Bari badutebeje sana hafi deux semaines so nari nabakumbuye kandi courage cne ndanakunda❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@patty450 Жыл бұрын
Much love to you❤
@claudineuwizeye871 Жыл бұрын
Madame Patrick sha wokora muri FBI uciye ubwenge peee😂😂😂😂
@ndayisengalydwine8939 Жыл бұрын
Mukomer kabx murashoboy kbx😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤
@christiantvburundi123 Жыл бұрын
Finally 😊
@jeaninentirenganya9733 Жыл бұрын
Ntareyingore😍
@ndikumanadiane7458 Жыл бұрын
❤❤❤mwari mwatwishe n'irungu😢😢😢😢
@Mwaminiomar Жыл бұрын
Ku mpande zose ni 🔥🔥🔥🔥,Mama Alice bita Jeanette😂😂😂 ukuri kuramenyekanye utiriwe urirusha,Égide urarimenye pe Patrick ntimuzokirana😂😂,constance wewe urusaku rwawe nirwo rwaguhakije 😂😂😂
@jeanpierrentayagabiri4403 Жыл бұрын
Courage bantu beza
@DeborahTuyizere-jt4ue Жыл бұрын
❤❤❤🎉🎉
@sosomh5430 Жыл бұрын
Quelles belles images, camera mwakoresheje niyo pe!!!ingaruka hejuru, gusa muraduheba
@addynini4291 Жыл бұрын
Caneee bagabany kutwibagir kk tub turway umujinyaaa,dukumbuy gutweng