INKEBUZO - AMAZING CLACK

  Рет қаралды 13,916

Amazing Clack

Amazing Clack

Күн бұрын

Umwanditsi akongera akaba umudihamudiho w'inkebuzo.ururirimbo rwanditswe nawe rukaba rukebura abarwumviriza muga rugahera kuri nyene kururirimba yikebura nakare ngo ntawubura ubumuga, kuko uwudafise ubumuga bwo mu mutwe agira ubwo mu mutima nk'ako uwudafise ubwo ku mubiri afise ubwo mu mubiri!ururirimbo inkebuzo rukaba rwerekeye imice y'abantu Bose yaba abato n'abakuze,abasanzwe n'abakomeye,aboroshe n'abahambaye ,abankana n'abakundana,abaroraniwe n'ababangamiwe. kukaba nk'ako uwutahigiye ahakure inkebuzo.ururirimbo inkebuzo rukaba rusohowe mu kwezi kwa munyonyo ,ukwezi kwitiriwe umwanditsi akaba umuhinga mu rurimi rw'ikirundi nyakwigendera NTAHOKAJA Jean Baptiste mu ntumbero yo kumwibuka ngo tumukeze yamara ntitumukekeze kuco yatumariye abarundi imyaka 25 iheze ashengeye ibukama
Umwanditsi: Amazing Clack
Umudihamudiho:Amazing Clack
Umuhinyanyuzi:Jigger Beat
Umutyororamudiho:Jigger Beat
Umutyororamashusho:Oli Black
Umuhagarikirabikorwa: N Lee
Abafashanyagikorwa:Christa Bella,Pamy Queen,Easy Boy,prosper lion,Romeo
Umusīzi( make up) :keke

Пікірлер: 208
@bfaceofficial
@bfaceofficial 3 жыл бұрын
Rap genius✍
@alanthereal1365
@alanthereal1365 3 жыл бұрын
Nimba Rap ari Inyandiko, Nimba Rap ari Vina, Nimba Rap ari Punchlines, Nimba Rap ari impinyanyuro y’amajambo, ......... RAP YITWA AMAZING CLACK 🇧🇮🇧🇮
@chachaira9176
@chachaira9176 3 жыл бұрын
Wow 😰😰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯👌👌👌👌👌👌👌👌👌
@niyonkurujaphet5427
@niyonkurujaphet5427 3 жыл бұрын
Man you made it I'm telling you
@amazingclack6397
@amazingclack6397 3 жыл бұрын
Uragateba gupfa ntebe kwicuza
@giftagain656
@giftagain656 2 жыл бұрын
😀😀ico bita umuti✅✅🇧🇮🇧🇮 love from Again
@elvisndayikeza270
@elvisndayikeza270 3 жыл бұрын
Eeeeeee urakaze pe 👏👏👏👏👏👏👏👏💥💥💥💥💥💥💥💥💥💥
@emerysun3366
@emerysun3366 3 жыл бұрын
Respect bro🤐🤐🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@clavernkurunziza1828
@clavernkurunziza1828 Жыл бұрын
Komeza mugenzi! Beat niyo💪
@alanthereal1365
@alanthereal1365 3 жыл бұрын
Umwanditsi nemera nkubaha #Amazing_Clack 🤲🏾🥰🥰🤲🏾 Ubwenge bw’uwutize n’ubumutera gutyoza🧠🙌🏾🙌🏾
@DjOli.
@DjOli. 3 жыл бұрын
Nice song brother 👌 Amazing niryozina
@johnkerrysibomana9062
@johnkerrysibomana9062 3 жыл бұрын
Kuva umusi wambere nakumenya niho nemezako Uri umwanditsi ashoboye,nturi umuririmvyi tout simplement ariko Wewe uri umwanditsi aciye ubwenge
@pimrespectableman
@pimrespectableman 3 жыл бұрын
Safi sana Petit yangu wayandits neza na video ni ya b1 courage sana
@uonebforever8662
@uonebforever8662 3 жыл бұрын
Ntaco norenzako jewe ndi umufana wawe✊✊✊✊✊✊
@uonebforever8662
@uonebforever8662 3 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✊✊ jewe namaze kwemeza kwiki gikogwa ari🔥🔥🔥🔥🔥🔥✊✊✊✊✊ much respect from U One B🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha 3 жыл бұрын
Ibitazi Nivyo Bizi ko Bizi kandi Bitazi Kuko Iyo Bavuze Kwiga Ko Bitavuze Kuja Mw'Isomero Aho Twiga Gufata Mu Mutwe Atari Ukwiga Ibivuze Ubuzima Bwose Tubamwo. Ngo Kwiga Vyo Ntibihera Kuko Atwupfa Azi. Wakoze Kuduha Ubutumwa Nkubu ✍🏿🧠💯🙏🏿 Love From #Weezynation 💯🇧🇮🚀♥️
@amazingclack6397
@amazingclack6397 3 жыл бұрын
Urakenuye mugenzi kuba watahuye ko Iyo mvuze ubwenge bw'uwize ntaba mvuga mwisomero
@clovischild5926
@clovischild5926 3 жыл бұрын
Mpora nibaza ko mfise uburwayi bwomumutwe iyo nibutse ko ubwo bugwayi ntafuse 🥺🥺🥺🥺🥺 Amezing iyo ndirimbo wayanditse mukiringo kingana gute? Ubu niho nemeye KO uruyuki ar'isazi yanyoye urumogi
@bukuruprosper3991
@bukuruprosper3991 3 жыл бұрын
Yap my bro uzikojew atamusi wohera ntumvirije indirimbo zawe Amazing umusi umwe ndifuza kuzakuyagisha. ino USA nzakundisha indirimbo zawe abanyamerika
@chiaristonyoni1852
@chiaristonyoni1852 2 жыл бұрын
Dhu CLACK 🔥🔥🔥 ft B-Face nama nayitgrj muta kuko goba ar urusasu👉ngo urugzo gubweng mu Burundi 🇧🇮 ni ig.......Tokoos umw mu banditsi yandika udafashakanya ko kwibaza ukibuka kunya wibagira kwitawaza nako👉Ubwenge budaciy akeng bukw.......🤣
@sandraa8706
@sandraa8706 3 жыл бұрын
Nice song broo wabikoz nez can
@Nziga257
@Nziga257 2 жыл бұрын
kubadida indirimbo yubwenge
@aybenjamin
@aybenjamin 2 жыл бұрын
Ay Benjamin. Brother irarenszd kui
@henrydaprince718
@henrydaprince718 2 жыл бұрын
🤕🤕☝️ Kwel Mzee Baba
@nourvuitton2325
@nourvuitton2325 3 жыл бұрын
Rap yawe iraruhura man
@jeanclaudehabimana5609
@jeanclaudehabimana5609 3 жыл бұрын
Nari nkumbuye Hip hop nk'iyo...urankomye umusa
@lemeciteriteka3960
@lemeciteriteka3960 3 жыл бұрын
A.Clack 🔥🇧🇮 KeepMakingThe Burundian music Industry to the next level by usin your Rapp ...🔥🔥🔥Nukuri jewe ndakwemera cane
@Melody0-z4v
@Melody0-z4v 2 жыл бұрын
"Ubwenge bugucisha akenge buguha agahengwe butakwibagije aho wakuye akarenge."
@gerardndihokubwayo2087
@gerardndihokubwayo2087 Жыл бұрын
Warasomye muta!
@chaneldici4083
@chaneldici4083 3 жыл бұрын
Kwanza hinge,,, très intelligent ,, philosophe très doué ,, urarengeje👌💥 Gufata ingingo nokubireka vyose n'ugufata ingingo 😅
@IbreezyOneWay
@IbreezyOneWay 3 жыл бұрын
Gee 🙌🙌🙌 urakaze ... keep it up 🔥🔥🔥Hejuru caane
@levelmtindo
@levelmtindo 3 жыл бұрын
My Best rapper Amazing Clack 🙏🙏 love from Level Mtindo
@nourvuitton2325
@nourvuitton2325 3 жыл бұрын
Ukwiwe gushigikigwa urashoboye cane 🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽 wubahwe cane🔥
@ycmrpondis1537
@ycmrpondis1537 2 жыл бұрын
Uri so amazing bro urarenze clack🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮💪💪💪
@bonusbarandagiye4006
@bonusbarandagiye4006 2 жыл бұрын
Keep rising bro
@Pechie-B
@Pechie-B 3 жыл бұрын
Malheureusement ISI yarahinduye akanovera KUMUZIKI ariko ntivyombuza kuvuga Ko iyo ndirimbo iri Muri zimwe zizosigara zirigisha abana bacu no mugihe tutazoba tukiriho
@DismasmserepeteWawachu-x4g
@DismasmserepeteWawachu-x4g Ай бұрын
Uwemera KO clack Arusha love hip hop ndunda like
@feezykiller1079
@feezykiller1079 3 жыл бұрын
Oooh my God benga ama ves 🤤🤯🔥🔥🔥 Bro wubahwe nkuko vyamye ndakunda ukuntu wandika bro 👌 Urababaza umutwe kbx 💯🔥💪💪💪
@jlightpromoter7296
@jlightpromoter7296 3 жыл бұрын
Ivyo kwandika nibabiguhebere amazing Clark 🙏🙏🙏🙏
@ngarambeluvi1226
@ngarambeluvi1226 3 жыл бұрын
Urashoboy ndagufanye urapa nivyumvikana thx bro!!!
@emeryrwankineza8556
@emeryrwankineza8556 3 жыл бұрын
Shirako liké nib lyrics naw ikunyuze nkanj😍🤗🤗
@Semavumba
@Semavumba 3 жыл бұрын
uyu niwo mudiho... uraturiye
@munezeroingrid3890
@munezeroingrid3890 3 жыл бұрын
Ngo niwabura ico uteka uraca uteka umutwe🧠
@israelniyomwungere2522
@israelniyomwungere2522 Жыл бұрын
Safi
@Aime_Claude
@Aime_Claude 3 жыл бұрын
Urukundo n’ubuntu mu majambo aramvuye... 🤌🏾 iki gikorwa cawe kiguhe agateka, ubandanye uba umudihamudiho abushitse.👏🏽👏🏽👏🏽
@santiananiciteretse6297
@santiananiciteretse6297 3 жыл бұрын
Kaze iwacu i Burundi ah tuVuga igifaransa rukab arirwo rugezO rusesangur ubwenge #Umwanditsi
@jeanclaudeharerimana8228
@jeanclaudeharerimana8228 2 жыл бұрын
Rap mechant, rap 19th Keep up bro
@nondyclassic
@nondyclassic 3 жыл бұрын
Iyi Rap fresh sana !
@cishahayosadiki7229
@cishahayosadiki7229 3 жыл бұрын
Urarwanya ubute niwabura icuteka uracuteka umutwe.✍️🔥🔥muncamake kura amaboko mumpuzu ukore uzobaho neza.✍️❤️
@yvanlamar6097
@yvanlamar6097 3 жыл бұрын
Kugir ndayitangur yose bizonsab ukwezi kose nind amez nkanj😂😂 big up amazing🔥🔥🔥🇧🇮
@ritapaci955
@ritapaci955 3 жыл бұрын
brother vrt wubahwe yooooo vrt ukwiye support keep it up uri uwmbere
@Nziga257
@Nziga257 2 жыл бұрын
nkaba nibo bakwiye promotion apana za slay zigenda zirigusa
@fabriceirakoze5316
@fabriceirakoze5316 3 жыл бұрын
Respect bro 💪🔥🌪☄️💥🌈💪 Imivugire yegendera gusa I like it 👌
@biglove3146
@biglove3146 3 жыл бұрын
Burundian best rapper🇧🇮 , ukaba n'umwanditsi, respecter my bruh✌️
@xdashmedia
@xdashmedia 3 жыл бұрын
Clack my Brother in Jesus Christ Iyini RAP y'Igisingabwenge Super Man Rap Genius 🙌
@martial49
@martial49 3 жыл бұрын
Eg vrt, je valide from bwanyabulunga✔️🔥💯
@romanticboy4639
@romanticboy4639 3 жыл бұрын
Best Rapper in our Country 🔥🔥🔥🔥🔥 you’re clack sana ndemeye
@nishimwefabrice9359
@nishimwefabrice9359 3 жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥ugeze kuntambwe ishimishije mon frère
@joasniyonyishu8472
@joasniyonyishu8472 3 жыл бұрын
Amazing Clack, ese ubundi wabaga he ko umuziki Rap mbon ukibahiga bose n'abiyita ba kings! Sinkund rap yaw gus, amajambo yo uyivugamwo akora ku ntimatima
@UMWAMINGOMA
@UMWAMINGOMA 2 жыл бұрын
This song is very very mindful
@classik4realofficial408
@classik4realofficial408 3 жыл бұрын
Izina niryo muntu u're so #Amazing💥💣
@ntakafleury7825
@ntakafleury7825 3 жыл бұрын
Urarenze bro Man ufite imbano.
@megamind257
@megamind257 3 жыл бұрын
Man you make me cry for this lyrics 😢 you the one on this world 🌎 wallah no one agusumvya kwadika you still my best rapper 💙
@lilkingboiforever1678
@lilkingboiforever1678 3 жыл бұрын
noe Imna n umunyamideri aduhe urugero nic song amazing clack 🔥🔥
@valerecedrichayimana
@valerecedrichayimana 3 жыл бұрын
Tumaze kwumviriz indirimbo ziremereye nyinshi...ariko iyi Yo ije iremereye kusuzimvya. 💯
@tipdollars4595
@tipdollars4595 3 жыл бұрын
Umwanditsi amazing as u are kbs👌
@guydiankazoza2609
@guydiankazoza2609 3 жыл бұрын
Rap Culture Rap genius 👌👌 esprit de s'exprimer c'est ca le fait du vrai rap👊👊✍✍ warakoze kudukebura twe twirukiye imico y'amahanga tutazi😁😁😁
@IbuyeRyagaweNabubatsi
@IbuyeRyagaweNabubatsi 3 жыл бұрын
S'ubu gusa mvuze ko nkwemera man nubwo ijwi utaryumva Flow zawe zirankubita zikampasura mpaka Respect my big bro Clack
@LinoG_Umvukuri
@LinoG_Umvukuri 3 жыл бұрын
My brother again💯🔥🔥
@itkbeni364
@itkbeni364 3 жыл бұрын
🙌niwabwira umworo akure amaboko mu mpuzu ...urabanza urabe ko yambay impuzu atari gusa ngo impanuro ntizipfe ubusa #rap🇧🇮=amazing
@inganicetndikuriyo3312
@inganicetndikuriyo3312 3 жыл бұрын
Gufata ingingo no kubireka vyose ni gufata ingingo.... Amazin'g Clack..... JBtz..... Nlee... mwubahwe cane
@nachilon6529
@nachilon6529 3 жыл бұрын
Much respect for you brother 🔥🔥🔥 one love 💥🔥 love from NA chiløn ✌️🇧🇮🙏
@capanation2404
@capanation2404 3 жыл бұрын
Ico bita rap yandits kumategeko✌✌🌿🔥
@dignedelicia6640
@dignedelicia6640 3 жыл бұрын
Ntawokuruta ikaramu ngejeje aho Wubahwe uhabwe intebe yimbere
@yassinkassim7381
@yassinkassim7381 3 жыл бұрын
Yes Sir urabivuze neza kabisa 🙏🏿🙏🏿🙏🏿
@jojonostress486
@jojonostress486 3 жыл бұрын
Mbega indirimbo iryoshe👌
@torres12299
@torres12299 3 жыл бұрын
Ukinye neza musore☑️☑️💯
@mcdreezynzisabira1379
@mcdreezynzisabira1379 3 жыл бұрын
"n'umupfumu agira imiti yose ,ariko uw'inzara akawugura kw'i boutique "🤣🤣🤣 punchy🧠
@hectovinbakunde4235
@hectovinbakunde4235 3 жыл бұрын
Big up sna
@blaisensabiyumva7768
@blaisensabiyumva7768 2 жыл бұрын
I can't finish to hear this song, so good song
@lydiawamaana8527
@lydiawamaana8527 2 жыл бұрын
🙌🙌🙌U killed it.
@amolam97
@amolam97 3 жыл бұрын
Vyukuri aba rappeur bab bakwiye kwubahwa coz ayamajambo sintahura Aho bakura iyo Mistari yubwenge .. 4min🙄🙄mmmh mWubahwe
@titisofficial257
@titisofficial257 2 жыл бұрын
This is hip hop
@mikemanirakiza1256
@mikemanirakiza1256 3 жыл бұрын
This is fire bro! 🔥🔥🔥 Keep it up
@gacekearsene479
@gacekearsene479 3 жыл бұрын
keep up the good work i love you clack🙏🙏
@rusizitv6910
@rusizitv6910 3 жыл бұрын
Kweli nindirimbo yubwenge vina beat reka abarappeur ni nkabo.
@bfnanahayo9471
@bfnanahayo9471 3 жыл бұрын
Mfise umugwi nokugira umutoza
@blemeardy895
@blemeardy895 3 жыл бұрын
Kubadida👌👏👏🖊🖊
@officialChristabellavictoria-1
@officialChristabellavictoria-1 3 жыл бұрын
Bakurek ,arukwandika urandika nukuri👏👏🔥🔥🔥
@sauvenigaba7870
@sauvenigaba7870 2 жыл бұрын
Ooooo ndamwumvirij naheruka kumva umu rappeur nka 19th kera u're too much
@acsizeburundi2567
@acsizeburundi2567 3 жыл бұрын
You are the first one my big brother 👏👊
@tresorarmelndayumuhutu8705
@tresorarmelndayumuhutu8705 3 жыл бұрын
Daaaa respect bro
@fabriceskullboy8870
@fabriceskullboy8870 3 жыл бұрын
Intelligent boy🧠🧠🧠you inspire me 👌👌👌
@zirafilm2578
@zirafilm2578 3 жыл бұрын
Love from Aima blue
@leonardhabonimana7520
@leonardhabonimana7520 3 жыл бұрын
Amazing urashoboye kbx much respect
@NobelGiriteka
@NobelGiriteka 5 ай бұрын
Hello Hello Hello Big Brother Where did you go? We want too much your advice We are very, very lonely coz of your miss. You have to correct the things of nowadays. We're in mess Please Big brother, come over, raise up!
@ngendakumana_mbasha
@ngendakumana_mbasha Жыл бұрын
Nguma nisanga hano nagarutse 🧠💯
@clemenceahishakiye2853
@clemenceahishakiye2853 3 жыл бұрын
Egoooh uranyemeje
@bukeyenezaaurore9520
@bukeyenezaaurore9520 3 жыл бұрын
Respect my Brother Miracle....ayiiiiiii weeeeeeeeeeeeeeee ayiiiiiiiiii
@superboymkavu257
@superboymkavu257 3 жыл бұрын
This guy is a genius kbsa bisaba gusubizamwo nkicuro nka 10 kugira utahure ivyo yaririmvye
@kenny-gofficiel8287
@kenny-gofficiel8287 3 жыл бұрын
Put some respect on Amazing Clack's name☑️🧢 You never disappoint for real🎶 Burn it up gee, imbere ni heza cane🇧🇮💎
@promakini2579
@promakini2579 3 жыл бұрын
Much respect 🔥🔥umwanditsi wibih vyos 💪
@rainbowtv7773
@rainbowtv7773 3 жыл бұрын
Good luck
@WiseLabesto1
@WiseLabesto1 3 жыл бұрын
Nibavuza inanga nawe uravuza ikembe✊
Tilt 'n' Shout #boardgames #настольныеигры #games #игры #настолки #настольные_игры
00:24
I shouldn't be in the house  It's so embarrassing
00:22
Funny Parent-Child Videos
Рет қаралды 9 МЛН
When ur grandma sneaks u money
00:32
Adam W
Рет қаралды 19 МЛН
The Front Yard Ballas Song
2:26
11erping
Рет қаралды 13 М.
Murye -Amazing Clack  x  Dj Oli(oFFICIAL VIDEO)
3:13
Amazing Clack
Рет қаралды 17 М.
Inkebuzo/Hinduka part2
3:47
FIDELE BAVUMIRAGIYE
Рет қаралды 2,5 М.
ukuri by amazin' clack (official video lyrics)
4:43
Amazing Clack
Рет қаралды 3,9 М.
Amazin'Clack   iKIRI K'Umutima [[Challenge]]
3:46
Jigger Beatz
Рет қаралды 8 М.
Hip Hop 4 Christ 1000Km.flv
6:00
landry Burundi
Рет қаралды 38 М.
Inkebuzo(ibice vyose vy'inkebuzo)
53:34
FIDELE BAVUMIRAGIYE
Рет қаралды 3,8 М.
Tilt 'n' Shout #boardgames #настольныеигры #games #игры #настолки #настольные_игры
00:24