Godfoild arasanzwe araza azodusanga n'a 2015 yahunze igihugu abonye vyamutaye nubu turi bandit ntiturahinduka kugwanira igihugu
@nyiramukirediamant113220 күн бұрын
Ahari hose bamutange Abarundi badufungurire imipaka.buriya wasanga ari nomungaboze muri kongo kwakisekedi.
@fiacrenkenguburundi655820 күн бұрын
Wewe ntamakuru wumviriza upfa kuvuga gusa abo barimuminwe ya UNHCR
@user-ti5ch2wd2u21 күн бұрын
Urumubesh sinzonger kukumviriz vrt
@DascarNzizaGuy-m9i21 күн бұрын
Ico nikinyoma cambaye ubusa
@nyiramukirediamant113220 күн бұрын
Ese,kuki Uburundi butazabushinja kongo ko icumbikiye Red Tabara ariko ikirirwa ishinja urwanda kandi ntaho red Tabara igaragara murwanda.ariko kongo murwaniramo nared Tabara ntimuyivugeho?