INTAHE IRYOSHE YA EV.NOWA//NASENZE IMANA MBABAYE CANE NGO IBURUNDI HABONEKE INGABIRE YARI MURI MOSES

  Рет қаралды 7,157

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

Күн бұрын

Пікірлер: 37
@JimmyNTIRANDEKURA
@JimmyNTIRANDEKURA 25 күн бұрын
Yesu abahezagire
@womanoffaith4309
@womanoffaith4309 Ай бұрын
Ndabazi ikiremba caaanne!! Nakuze mperekeza mamman kw’ikanisa! Niryo jwi ntiryahindutse!! Wakunda kuriogora amateraniro, surtout jw’Ikanisa!!❤ warakoreye Imana pe!!! Imana Igukomereze amaboko , Ize Iguhe Iherezo ryiza! Wiyambarire ibitsibo wabikiwe! Kandi Iguhoze anarira y’intambara wagiriye mu gikorwa! Cari igihe kigoye naho ryitwa ishengero rya Pentêcote abakozi baryo bararwanya imbuto zayo surtout gukoreshwa n’Imana!!
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Girumugisha mwinshi 🧡
@GedeonIrakoze-lv5it
@GedeonIrakoze-lv5it Ай бұрын
Imana ishishikare kugukomeza nokugukoresha Ivyinkomezi urumukozi W'Imana Vyukuri
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Umugisha mwinshi
@shikuzaeddy9798
@shikuzaeddy9798 Ай бұрын
Kiremba warumuvyeyi Papa
@JohnlevisIrishuye-r5y
@JohnlevisIrishuye-r5y Ай бұрын
Mwubahwe mutama Imana ibakomereze amaboko
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck Ай бұрын
Ndunvirije iyintahe nunva nifuje cane kubona amaso muyandi uyumukozi w'Imana,nikenshi nunvirije intahe ariko nunvise igihindutse murijew kubwivyo nunvise uwumusi hano. Mukozi w'Imana Nowa Imana ikomeze ikuzigamire mwibango yaguhaye,kandi ndifuza ko wonsegera jewe numuryango wanje.
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Uzoje kumuramutsa niho vyoba vyiza
@NdayizeyeGeorges
@NdayizeyeGeorges Ай бұрын
Que Dieu vous benisse
@IbrahimNdayisenga-p1f
@IbrahimNdayisenga-p1f Ай бұрын
Yesu aguhezagire cane mukozi lmana
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Ameeeen
@wilsonirakoze8731
@wilsonirakoze8731 18 күн бұрын
🥰
@ndayitwayekoagricole7197
@ndayitwayekoagricole7197 Ай бұрын
Imana igumane nawe ibihe vyose
@mizeromurielle8908
@mizeromurielle8908 Ай бұрын
Imana iguhezagire cane... intahe nziza
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Umugisha mwinshi 🧡
@NtahomvukiyePatrick
@NtahomvukiyePatrick 19 күн бұрын
Muzoduhe intahe isiguye mukirundi y'umuntu w'Itanzaniya yitwa Nyisake Chaula, muzoba mukoze.
@alinependo-bk4jj
@alinependo-bk4jj Ай бұрын
Amen ubalikiwe mtumishi wa Mungu
@nkunzimanablaise
@nkunzimanablaise Ай бұрын
Yaaaaah iyintahe niyo vyukuri
@NdimurukundoBeatrice
@NdimurukundoBeatrice Ай бұрын
Mwoduha num zuwo mukozi w'Imana
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Andikira izo nul ziri kuriyo video
@sylvestremanirambona-bd6fp
@sylvestremanirambona-bd6fp Ай бұрын
AMEN KUBWA.
@lionelnijimbere228
@lionelnijimbere228 Ай бұрын
Muhezagirwe caaane
@sylvanekubwimana
@sylvanekubwimana Ай бұрын
Imana aguhezagire kandi igukomeze
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Umugisha 💞
@NsabiyumvaNephtalie
@NsabiyumvaNephtalie Ай бұрын
Ndabasabe mumpe nimero yiwe yawatsap muzoba mukoze
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Andika kurizo ubona ngaho kuri vidéo
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck Ай бұрын
Mbga none ko umukozi w'Imana yifuza gusohora indirimbo akabura uburyo,uwokwifuza kugiricakoze kugira izondirimbo zisohoke yoronka adresse yiwe gute?
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Hari numéro ziriko ngaho zandikire baraguha umuco neza
@DieudAmour-yr3iy
@DieudAmour-yr3iy Ай бұрын
Imana iguhezagire Muvyeyi wacu, waranyigishije igice , Urandera mugakiza, Ushishikare kuvuga ukuri kw'Ijambo ry'Imana naho abenshi bakurwanya
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Amen
@dieudonnenkunzimana1883
@dieudonnenkunzimana1883 Ай бұрын
Ntiwumv rero intahe imeze neza yo gukoreshwa ibitangaza? Apana ba bandi b'amasunzu ku mitwe n'imishwara mu maboko ngo bariko basenda impwemu mbi atawuzi ivyo bintu iyo babikuye
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Umugisha mwinshi 🧡
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Umugisha mwiiinshi caane
@IngabireChristaBella
@IngabireChristaBella Ай бұрын
@esperanceniyongabo-m2v
@esperanceniyongabo-m2v Ай бұрын
Hezagigwa mukozi wImana mushishikare kudusengera muri vyose.
@UMUCOWERATV2021
@UMUCOWERATV2021 Ай бұрын
Amen
КОГДА К БАТЕ ПРИШЕЛ ДРУГ😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 8 МЛН
Haunted House 😰😨 LeoNata family #shorts
00:37
LeoNata Family
Рет қаралды 15 МЛН
R.PASTEUR NDIKUNKIKO ELIE MUGIKORANE C'IJAMBO RY'IMANA I GITEGA
22:24
Filime ya Yosuwa n'Inkike z' I Yeriko Mu kinyarwanda
1:00:00
BIBILIYA TV
Рет қаралды 109 М.
КОГДА К БАТЕ ПРИШЕЛ ДРУГ😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 8 МЛН