INTAHE//NKURUNZIZA MENUS/NARI UMUHAKANYI SINEMERAKO IMANA IBAHO/IMANA YARANKUBISE KUGIRA INYIYEREKE

  Рет қаралды 4,624

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

Күн бұрын

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV#DR_TV

Пікірлер: 18
@zamzamalhanayy5505
@zamzamalhanayy5505 2 жыл бұрын
Amen Amen Imana yacu ninzinza
@caritasnihozeko7167
@caritasnihozeko7167 3 жыл бұрын
Urakoze Mukozi w'Imana kuriyo ntahe Yesu aguhezagire cane. Nukuri twebwe twakiriye agakiza dukwiye kubera abandi icete gisomeka, tukababera ubumote bwiza n' icitegererero kizima. Ntidushikweko na rya jambo Yesu yavuze ngo ubwabo ntibinjiye ngo kandi nabagomba kwinjira barababuza.
@fideliteniyonzima8140
@fideliteniyonzima8140 3 жыл бұрын
Yesu aguhezagire kuriyo ntahe yivyo yakoze. Imana Iriho kandi yishura kumwanya wayo. Murakoze!
@fabriceingabire8716
@fabriceingabire8716 3 жыл бұрын
Imana ihabw icubahiro kwis nko mwijuru Imana ikora nkimana nyene
@caritasnihozeko7167
@caritasnihozeko7167 3 жыл бұрын
Yesu yarakoze cane kuguha agakiza nu kugukiriza umwana, nashimwe cane Yesu n'Umwami.
@caritasnihozeko7167
@caritasnihozeko7167 3 жыл бұрын
Yesu abahezagire cane bakozi b'Imana bo muri Umuco wera tv.
@desireirakoze4429
@desireirakoze4429 3 жыл бұрын
Uyu mwenedata yaradushingira intahe ariko atwigisha muri polytechnique..Mwakoze kumuzana....
@desirenimubona2323
@desirenimubona2323 3 жыл бұрын
Umwami Yesu abahezagire.
@beatricenkurunziza3136
@beatricenkurunziza3136 3 жыл бұрын
Amen merci
@dzelbahnijmb1765
@dzelbahnijmb1765 3 жыл бұрын
Imana ni Nziza muri vyose.
@kazefloride9992
@kazefloride9992 3 жыл бұрын
Yesu weeeee Ugira neza ❤❤👋🤝
@felixniyungeko1284
@felixniyungeko1284 3 жыл бұрын
Ibikorwa vyose abantu dukora satani abidusangamwo hariho ababihagararamwo neza nabandi bavyifatamwo nabi.igihe rero wigiye kubafise ingesombi wibazako bose ariko bakora kuko satani aca agufunga mumutwe ivyiza uvyita bibi.Nubwo utokwemera Imana. Pfuma wemera uwakuremye akagushira kwiyisi.
@elienahayo9497
@elienahayo9497 3 жыл бұрын
Imana ninziza kandi icubahiro cayo ntizagiha uwundi narimwe
@yonathnduwayesu8103
@yonathnduwayesu8103 3 жыл бұрын
Murakoze cane kuvyo mugenda muradushikiriza Kuri iyi chaîne tuhamenyera vyinshi Imana ibahezagire
@genesteniyongere9065
@genesteniyongere9065 3 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@genesteniyongere9065
@genesteniyongere9065 3 жыл бұрын
Le 13/7/2021
@genesteniyongere9065
@genesteniyongere9065 3 жыл бұрын
Merci
@genesteniyongere9065
@genesteniyongere9065 3 жыл бұрын
Ego
Кәсіпқой бокс | Жәнібек Әлімханұлы - Андрей Михайлович
48:57
Will A Guitar Boat Hold My Weight?
00:20
MrBeast
Рет қаралды 276 МЛН
Intasho --Chorale  Lycée Kiremba-Sud--
6:26
Force Divine et Miracles Tv
Рет қаралды 19 М.
IYO USHAKA IMANA NAYO IRAGUSANGA -inyigisho na PST Hortense Mazimpaka
57:05
Кәсіпқой бокс | Жәнібек Әлімханұлы - Андрей Михайлович
48:57