ManshaAllah tabarallah Allah abahe umugisha abakirire ubikorwa vyiza mwiyi ramadan je vous aime à cause d'Allah et je suis fière de vous❤
@KuwakuMalumba68955 ай бұрын
Walikusilam bro, how doing bro in Burundi Bujumbura. mawaiza Kamege wana sema kirundi. mu Buyenzi wana sema mu Swahili, Rwanda 🇷🇼,wana sema Kiyarwanda Uganda 🇺🇬 mukiganda, Mu Congoman 🇨🇩 wana sema ligala. UK 🇬🇧 tuna sema in English. France 🇫🇷 the say in French language. American in English mawaiza. My people's from Burundi ramadhani Karim. GOD BLESS BURUNDI 🇧🇮 AND ALL AFRICA🇧🇮🇹🇿🇷🇼🇺🇬🇨🇩🇬🇧🇫🇷 only GOD can judge 👨⚖️ 👩⚖️ us. MUNGU tu atatuhukumu. Only GOD knows the truth about religion 🙏🏿 Muslim ☪️ and Christian ✝️
@UwimanaMarleneBella5 ай бұрын
Walikumsalaam Waramhatulah Wabarakat !! Ramadhan Kareem to you ❤
@queeniesamantha545 ай бұрын
✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
@user-hb6di9yz8n5 ай бұрын
Gusa Alvin ndagukunda ww mubuzima ntuzi kubesha Kandi ibintu ubivuga uko uvyumva cank ukabikora uko uvyumva❤
@abdoulnzeyimana3065 ай бұрын
vendredi cette un grand jour pour les muslmans, et puis kuja kusenga ahandi hanu , ce pas mauvais , on doit prier dans les mousque different car se sont de maison d Allah
@BoyBack-gc4se5 ай бұрын
Mashallah tabaraka allah
@salhairakoze64455 ай бұрын
Masha allah
@DavyNsengiyumva-zn6bi5 ай бұрын
🤗🤗🤗🤗
@bucumisada5 ай бұрын
MaanshaAllah
@bibikiki84375 ай бұрын
Alvin ndagukunda 🇧🇮🇨🇦
@BrandonKabanga-vo7nl5 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥💯
@ericnshimirimana82265 ай бұрын
❤❤❤❤🔥🔥👏👏👏👏
@salhasalha83625 ай бұрын
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@user-vl2ei8le6y5 ай бұрын
La vache❤️❤️❤️
@lydia_wamaana5 ай бұрын
La vache🎉
@user-xq9ci1vh5f5 ай бұрын
Maa nshallah
@user-ci6oe2ld7u2 ай бұрын
Salam
@annaniyinkunda77705 ай бұрын
Yesu sintumwa nkizindi ahubwo numucunguzi yatuviriye amaraso ugikuraho ivyaha namaraso ya yesu ntimumugereranye nizindi ntumwa yesu 'imana aho niho tutahuriza na islamu rero imana musenga ntabwo arimwe ni yaba kristo mutemera ko yesu arimana
@user-xq9ci1vh5f5 ай бұрын
Ngo yesu ngo nimana ndumiwe yesu arimana imana nayo icayitwa gwiki?😂😂
@@user-xq9ci1vh5fata Yesu ntabuzima…Yesu Nimana (hama yesu nimana ntibisigura ngo n,Imana zibiri..nop ahubw ni three in one…Donc hari Data mwana na Mpwemu yera donc utemera yesu ntiwemera na saint esprit knd ntiwemera Imana..kuko yesu n,Imana kndi Imana ni yesu knd nimpwemu yera..Hama yesu abatahuz yera
@NgenziAfrica5 ай бұрын
Igiswahili ni mubujumbura Gusa kuko mu ntara za ruguru bakoresha😂ikirundi gusa
Basha nta introduction mwagize Uyo mu Dada yitwa nde ?
@kellytatiana79845 ай бұрын
Nitwa Kelly Tatiana🤗
@esperencekaneza26565 ай бұрын
😂😂
@yesunimwema44975 ай бұрын
Aba islmu benshi baranka yezu cane unamuvuze boca bagucumutwe, ahubwo ze murabishira kumugaragaro.
@blessed_to_be_muslim5 ай бұрын
Ntamu musulman wukuri yanka yezu. Turamwemera cane ariko ico dutandukanye nabakristu nuko twe tutemera ko ari Imana. Ni intumwa nkuko nawe ubwiwe yavyivugiye
@zubeaslay65665 ай бұрын
Wewe honyene n'iryo zina ryawe wanditseko ngo #YesuN'Imana, Yesu ntabwo ar'Imana kuko ntanahamwe yigez abivuga.Hama urek kubesh nta mu Islam yank Yesu nuko tumwemera ugutandukanye namwe gsa.
@kayg6245 ай бұрын
Muzotubwire kubijanye nikigabane cama jini kiri muri Coran.igitabo citiriwe abadayimoni😢hama ikindi imana yaba islam niyaba kristo si zimwe.ntiziyerekana kumwe,ntizikora kumwe,ziratandukanye cane.bisigure ko murizo harimwo imwe yukuri niyindi yikinyoma😂
@zakiya-ww5zz5 ай бұрын
😂🤣😂🤣pole
@mimiira93825 ай бұрын
Iyo dayimoni ikuvemwo 🙏🏽
@aliciaayinkamiye52965 ай бұрын
Ivyo bintu babaroze ntakamaro,mubuzima igikenew nukurangura ishaka ry Imana