Intahe ya MARIAMU - Nar'umwisilamu ndakizwa/Umugabo wanje n'abana narababuze kubera Yesu/Ubu mba USA

  Рет қаралды 191,896

Burundi Gospel TV

Burundi Gospel TV

Күн бұрын

#BurundiGospelTV_+25776804118
Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, Répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, Twandikire kuri Email: burundiangospeltv1@gmail.com canke kuri Whatsapp #+25776804118

Пікірлер: 869
@uwimanamarierose3939
@uwimanamarierose3939 9 ай бұрын
Zahabu igomba guca m'uruganda humura wakurikiye umugabo udatsindwa. Ariko sindumva impamvu umuntu mwahuye mukuze aguhatira Imana ye kandi azi ko imbere y'Imana buri wese azibarizwa. Ko ntawe urakunda undi se ngo napfa bajyane mumva. Yesu mukomereho rata
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@infinixmyphone7175
@infinixmyphone7175 4 ай бұрын
Ntawa koreye lmana ngoyi korere amaboko kukurikira yesu nukwiyanga
@UwiduhayeGuillene
@UwiduhayeGuillene 13 күн бұрын
Hallelujah hallelujah hallelujah 🙌🙌🙏 imana ishimwe cyane pe ko irinda ijambo ryayo idukomereze amaboko natwe Koko satani yaduhagurukiye 😢
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 13 күн бұрын
Ameeeeennnn
@AbdoulShakur257
@AbdoulShakur257 9 ай бұрын
Mwene da iyuri kwigisha ntugasuzugure ubuhamya bwuvugisha n'imana uzoze wicecekere ivyashenete nimba wowe uvyambara vyambare ntangorane Kandi nukuri kubuhamya bwawe yes aguhe umugisha Kandi ndakwiqfurije kuramiriza 27:51
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣😁😁😁😁
@jeanpierresimbaruhije4077
@jeanpierresimbaruhije4077 10 ай бұрын
Maman mariam ndagukund❤iyo ntahe yawe irigisha pe🎉umugisha wi MANA ugusesekareko😊
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️😍😍😍😍😍🔥🔥🔥🔥
@NiyukuriBoniface-o8n
@NiyukuriBoniface-o8n 7 ай бұрын
Mwarahezagiwe
@KazeFrank
@KazeFrank 11 ай бұрын
Mama URI mwiza cyane...Yesu agukomereze amaboko❤❤. Be blessed mummy
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@emilienneturihafi9741
@emilienneturihafi9741 11 ай бұрын
Hallelujah Icubahiro gihahwe Ndiho muvyeyi yo yagukoreshej ibikomey kndi ndafashijwe pe Imana izobah iherezo ryiza tuzohurire mwijuru ❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️😍😍😍😍
@NzamutumaFrorida
@NzamutumaFrorida 11 ай бұрын
Ntawuyobora uwo Allah yayobeje Ni mukajye muse bya idin y,Imana kubera ubujiji
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@ashurantunzwenimana5975
@ashurantunzwenimana5975 11 ай бұрын
Na wewe ukwiye guhindurwa na YESU,ati idini ry'IMANA😂😂
@niyoyitaabdou5067
@niyoyitaabdou5067 11 ай бұрын
Uvuze nabi ntabwo Allah ayobya ahubwo irari Ryu mutima wawe niryo rikuyobya
@naomeutamuriza9648
@naomeutamuriza9648 10 ай бұрын
Yesu niwe nzira y'ukuri nubugingo ntawujya kwa Data atamujyanye
@RuvumeraZacharie
@RuvumeraZacharie 10 ай бұрын
Ni n ni ni no mo CT no😊😅😢 09😅​😊0@@niyoyitaabdou5067
@nadegekagoma3152
@nadegekagoma3152 10 ай бұрын
❤❤❤Iman uwitwengej iramusetsa harabarimboh mibasiramu barabifatiy ariki man rekizirabatoranw bagoriyati bagiye mubindi bihug hab icubahiro mana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@umojawote9878
@umojawote9878 11 ай бұрын
Mureke gucira urubanza uyu mubyeyi rwose yahisemo Yesu.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰😍😍😍😍
@uwamwezililiane7753
@uwamwezililiane7753 9 ай бұрын
Yesu niwe nzira, ukuri n'ubugingo ntawuzagera ku mana atamunyuzeho.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
Ameeeeennnn
@ElCapitanadelpaya
@ElCapitanadelpaya 11 ай бұрын
MAMAN URI KUBESHYA WOWE NTAGO UZI UBUSIRAMU , UMEZE NKUMUNTU URI GUKINA TEATRE , ALLAH AZAGUHATA URI MUBUYOBE
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 11 ай бұрын
Ubwo tuvuge KO gukurikira yesu yayovye ahubwo wewe niwe wayovye
@mukamurenzivestine5890
@mukamurenzivestine5890 11 ай бұрын
Ntawayobye nkawe ahubwo nawe ngwino va kurubwobuyobe
@sugiradeogratias6778
@sugiradeogratias6778 11 ай бұрын
Uwo uvuga ko yayobye mumureke nawe siwe aracyambaye 🕶️,ariko Yesu Kristo azamugenderera niyo mpamvu Atari yagaruka nukugira ngo abataramumenya babanze bamumenye.
@ntabanganyimanaomarseleman
@ntabanganyimanaomarseleman 10 ай бұрын
Kuki bavuga yesu mukababara? Ntimuzakuraho ubwami bwe niyo mwakwikubita intorezo ku ijosi. Abayisilam mukurikira muhamadi warongoye akana k'imyaka 6, iyo ni ntumwa ki? Ayat za coram nyinshi ntizibwira muhamadi ngo asabe imbabazi z'ibyaha bye? Muhindukirire yesu nasho muhamadi mwirwa musabira amahoro n'umugisha kuko atabyiheze mumureke azarimbuke wenyine.
@nyiraharorimanajanviere699
@nyiraharorimanajanviere699 11 ай бұрын
Urakoze cyane muvandimwe nkunda Uwiteka akunezeze aguhaze uburameeeeeeeeee nibyishimo byibihe byose turagukunda kandi cyaneeeeee
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏
@OliveNshimirimana-tg2es
@OliveNshimirimana-tg2es 10 ай бұрын
Imana iguhezagire ntawakurikiye Imana yukuri azikorera amaboko
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏
@GaëllaNDABIHAWENIMANA
@GaëllaNDABIHAWENIMANA 11 ай бұрын
Imana yacu iragahezagigwa niyo kwizigigwa ndayikunda ❤.kubera yesu warashobojwe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@FidesKwihangana
@FidesKwihangana 10 ай бұрын
Imana idufitie umugambi twebwe abaronderana Umwete Christon Yesu
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
Ameeeeennnn
@caritasuwimana7209
@caritasuwimana7209 11 ай бұрын
Mama Mariam ndishimye kongera kukubona uvuga Yesu😍 nakuze nkwita ma mukubwa yoo ndishimye
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
😍😍😍😍😍
@tuyizereange7581
@tuyizereange7581 9 ай бұрын
Incwiiiiiiiiiiiiiii nanjye namukunze cyane
@nezerweadnette7930
@nezerweadnette7930 11 ай бұрын
Hallelluyah Yesu yarakoze yatuguze amaraso 🙌🙌vuga mama ubutumwa uwukwumva arakwumva uwutakwumva mpwemu yera azomusobanurira sakazi kawe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@chantalininahazwe5148
@chantalininahazwe5148 11 ай бұрын
Umwami Yesu Kristo Agukomereze mu nzira nziza wahisemwo muvyeyi. Yaravuze ngo uwuzonyihakana imbere yabantu nanje nzomwihakana imbere ya Data. Kandi ngo uwushaka kunkwirikira ahebe vyose yikorere umusaraba wiwe. Kristo Aze Aguhembe ubugingo budashira muvyeyi mwiza.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@NtirampebaJean-lv2uu
@NtirampebaJean-lv2uu 5 ай бұрын
Imana Iguhezagire knd ikundindire vrt imana yarakubay haf
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 5 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰🥰😍😍😍
@nsengiyumvayusufu3922
@nsengiyumvayusufu3922 Жыл бұрын
Allah azakuyobore ahubwo kuko ntiwigeze umenya Islamu. Si igitangaza kuba wowe uvuga ibi kubera indonke z'isi cyangwa guhima umugabo cyangwa se kuba utarigeze umenya. Ibi uvuga, nguteze amatwi numva warishwe no kutamenya.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@salimaisabelle-ds9lz
@salimaisabelle-ds9lz 11 ай бұрын
Yesu Kristo niwe nzira ukuri nubugingo, yahisemo neza.
@GloriaNduwimana-s5n
@GloriaNduwimana-s5n 11 ай бұрын
Halelluaaaaa alelullaaaaaa ntawundi atari yesu umwami numukiza we nzira ukuri nubugingo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@NadiaAkimana
@NadiaAkimana 11 ай бұрын
Yesu niwe nzira Nubugingo Budashira
@NadiaAkimana
@NadiaAkimana 11 ай бұрын
Imana Iziguhe Ubugigo Bidashira Muvyeyi Kandi Intambara Zitabayeho Ntaco Twozo kwirata twagwanye
@jujujuju7645
@jujujuju7645 11 ай бұрын
Wow abana niba muri kumwe nibyiza cyane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
😍😍😍🥰🥰🥰😍
@komezusengelyse
@komezusengelyse 6 ай бұрын
Mana wee birababaje cyane ariko ufite ubugingo buhoraho
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 6 ай бұрын
Ameeeeennnn
@leoniehakizimana9267
@leoniehakizimana9267 11 ай бұрын
Uwiteka akwitehocane muvyeyi intaheyawe iramfashije caneeeeee
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
😍😍😍😍😍🥰🥰🥰
@baranyizigiyevictoire1216
@baranyizigiyevictoire1216 Жыл бұрын
Amen Imana ishimwe cane Kandi ishishikare kukuzigamira mu buntu bwayo Kandi izoguhe iherezo ryiza muvyeyi. Thanks for sharing
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeenn
@SyrvieCoyitungiye
@SyrvieCoyitungiye 11 ай бұрын
Ndanezerewe niyontahe murakoze cane mudusengere natwe abadutaye kubwa yesu batugarukeko
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@ZainabuKabageni
@ZainabuKabageni 11 ай бұрын
❤ndafashijwe. Imana twakurikiye ntidukoza isoni haleluyaaa
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@rudasingwajeanbosco5382
@rudasingwajeanbosco5382 11 ай бұрын
Niko bimera wafashe icyemezo kyiza uzabona ingororano. Ukunda umugabo cg umugore nabana nu miryango akabirutisha Yesu nta Juru bisaba no kwiyanga tuka mukurikira. Imana izabiguhembera.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰😍😍😍😍
@gigxjr9754
@gigxjr9754 11 ай бұрын
Weye umesema umesoma shule ya Bibliya Sawa,Mwalimu wa kweli ni Roho Mutakatifu
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeen
@trophywilson7211
@trophywilson7211 Жыл бұрын
Waislamu wauaji kumbe Wakisikia mtu anampenda Yesu Kristo,Mungu awasamehe saana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@zamdaGodblessu700-vc4ok
@zamdaGodblessu700-vc4ok 11 ай бұрын
Wewe Nani alikuwuwa mbone ulikufa zamani nawujinga mtupu.mukasome dini vizuri musifananishe vitu.huyo naye hajuwe yikowepi.anapotoka hapajuwo anapotenda pia hajuwi.paranganis
@JustinaMulinda
@JustinaMulinda 11 ай бұрын
Amina sana, nimekupata Mungu akubariki sana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏
@NtirampebaJean-lv2uu
@NtirampebaJean-lv2uu 5 ай бұрын
God bless you today and i love you
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 5 ай бұрын
Ameeeeennnn
@UrukundoChantal-nm6mm
@UrukundoChantal-nm6mm Жыл бұрын
Stay blessed maman ndanezerewe cyane kunama zanyu kdi wayobowe n'Umwuka Wera
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@nffuentes4264
@nffuentes4264 11 ай бұрын
@ashanahimana3425IMANA Ntipendereya nawe yo kuvugisha!! Uyirondere Izo Kwiyereka. Be Blessed
@lmbutozabera
@lmbutozabera 4 ай бұрын
Yesu ati nijye nzira,ukuri n,ubugingo.Ntawe ujya kwa data ntamujyanye.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 4 ай бұрын
Ameeeeennnn
@MukanazindaMarie
@MukanazindaMarie Жыл бұрын
Wahisemo neza Yesu niwe nzira nukuri nubugingo uri umukristo mwiza Imana izaguhe ijuru ndagukunze
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@claudinenzuri8332
@claudinenzuri8332 10 ай бұрын
Amen 😢
@ErnestineTWIZERIMANA
@ErnestineTWIZERIMANA 11 ай бұрын
Imana ni nziza ishobora byose🙏 Imana iguhe umugisha
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🔥🔥🔥
@ariellamwiza9795
@ariellamwiza9795 11 ай бұрын
Naelewa kabisa umunsi umwe nzashira inzara nibibazo pe urakoze Mama
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰😍😍😍😍😍
@umutoniwasejulienne3961
@umutoniwasejulienne3961 11 ай бұрын
Amen 🙌 ntawagukoreye mwami wigeze akorwa nisoni
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@nzahorangushimamana9574
@nzahorangushimamana9574 11 ай бұрын
Abasiramu bari gutuka uyu mubyeyi baramuzizako avuga Yesu mwebwe mutunga amanjini mufite abadayimoni
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾
@tuyishimesolange9002
@tuyishimesolange9002 11 ай бұрын
Ntugacire Mugenzi wawe urubanza nawe utazarucirwa Kandi uwibwirako ahagaze yirinde atagwa
@NtirampebaJean-lv2uu
@NtirampebaJean-lv2uu 5 ай бұрын
Aaaah nuk nyn kwr
@patiencebukuru7850
@patiencebukuru7850 11 ай бұрын
Amen yezu aguhezagire waragumye kwibanga ❤❤❤❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🥰🥰🥰🥰❤️❤️❤️❤️
@EmmaNtirenganya
@EmmaNtirenganya Жыл бұрын
Imana izi byose nawe izaguhamiriza yesu aragukunda nanjye ndagukunze
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️🔥🔥🔥
@Joyceniyongere
@Joyceniyongere Жыл бұрын
Uyu muvyeyi ndamukunze,n'intahe yigendera,Kristo wizeye ukanamukurikira azoguhe kumubona mw'ijuru
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@ManirahoTharcisse
@ManirahoTharcisse Жыл бұрын
Imana ikwishimure mwenedata uri indatwa..ubuhamya buzima.. icyitegererezo .. ubarikiwe zaidi🎉
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰
@johnrurangwa6864
@johnrurangwa6864 Жыл бұрын
Mungu akubariki sana Dada kwa kuamini Mufarume wa wawafarume Bwana Yesu Kristo . Ndio kabisa tutafika Binguni kwa Baba maisha yetu yote
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@UwimanaDaphi-qu1cq
@UwimanaDaphi-qu1cq 11 ай бұрын
Amen🎉🎉
@KayirebwaChristine
@KayirebwaChristine 11 ай бұрын
Ahubwo wowe warayobyo izakore ubushakashatsi kuribyo urikuvuga byo gukaraba ibirenge uzahita umunya ko ugukaraba ugiye gusenga Ari umurage abasilamu yesu yabasigiye Aho yakarabye abigishwa be 12 arangije yegera imbere arunama arasenga
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
😄😄😄😄
@irankundaaudrey9989
@irankundaaudrey9989 7 ай бұрын
Yesu muza mumwemera ubu😅
@NsengiyumvaYusufu
@NsengiyumvaYusufu Жыл бұрын
Umugabo wawe anjye asari ashimire Imana si umugore yakize !!! Wari ikigeragezo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@hakizimanaomar8055
@hakizimanaomar8055 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤kbx mbabawe ndabona yoretszgusa
@kubwimanasaleh2540
@kubwimanasaleh2540 11 ай бұрын
Kbx
@dushimimanaasia2471
@dushimimanaasia2471 11 ай бұрын
😜
@SalamaSangwa
@SalamaSangwa 6 ай бұрын
Courage mama komezewamenye lmana ivuga bikaba
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 6 ай бұрын
Ameeeeennnn
@spilltheteasis1750
@spilltheteasis1750 Жыл бұрын
Ikizakwereka abantu batiyaminiya mu myemerere yabo batuka andi madini! Nuwo Yesu ntumuzi kuko iyo umumenya wari kuba uziko yakarabaga! Amadini yose agira imico n’imigenzo!
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@nailaniyonkuru2560
@nailaniyonkuru2560 Жыл бұрын
Thank you uvuze neza .na yesu Ntawe azi wamugani😂😂😂😂
@NyiransabimanaSophie-l7g
@NyiransabimanaSophie-l7g 11 ай бұрын
Yowe uwiteka akumpere umugisha urampumurije cyane.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@GertrudeNDUWAYEZU
@GertrudeNDUWAYEZU 11 ай бұрын
Imana ikonger umugish muvyeyi mwiza ❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
😍😍😍😍😍
@christianbali8782
@christianbali8782 Жыл бұрын
Ma mukubwa wangu. Stay blessed. Love from america.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
ameeeeeennnn
@nyirahabimanamary8579
@nyirahabimanamary8579 10 ай бұрын
Imana ishimwe yakoze imirimo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
Amen
@EvelyneNsabimana-p6b
@EvelyneNsabimana-p6b 4 ай бұрын
Iman
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 4 ай бұрын
😍😍😍😍
@nishimwevanessa-yy5ly
@nishimwevanessa-yy5ly Ай бұрын
hallelujah🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Ай бұрын
Ameeeeennnn
@oleemigembe3728
@oleemigembe3728 11 ай бұрын
Imana Izoguhe iherezo ryiza muvyeyi
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@hakizimanaomar8055
@hakizimanaomar8055 11 ай бұрын
Mukuri.Allah agirire impuhwe urubyarorwawe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🙏🙏🙏
@princentakandi2797
@princentakandi2797 11 ай бұрын
Yesu niwe YESU niwe nzira nukuri nubugingo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@SandrineMpawenimana-ch4pq
@SandrineMpawenimana-ch4pq 10 ай бұрын
Imana iguhezagire
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
Ameeeeennnn
@nsabimanajoepop
@nsabimanajoepop 11 ай бұрын
Amen amen alleluia, Yesu asifiwe sana.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@CollinBigwifils
@CollinBigwifils 9 ай бұрын
Yesu ni mwiza cyane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏
@NyirarukundoClaudine-m7e
@NyirarukundoClaudine-m7e 11 ай бұрын
Urankomeje Imana iguhe umugisha
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@MarieGorethNiyonsaba
@MarieGorethNiyonsaba 11 ай бұрын
Warakoze guhitamwo neza yesu christo niwe nzira .kuri .bugingo ntawuzoja kwa data atariwe ( yesu) atujanye.amaraso ya yesu niyoyonyene yoza ivyaha s'aryamazi boga mumatwi amakuru ibirenge oya namaraso ya yesu christo ukonyene.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@NYIRAHAKIZIMANABEATRICE-e5b
@NYIRAHAKIZIMANABEATRICE-e5b 11 ай бұрын
Imana iguhe umugisha
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏
@RukundoLeandre-n1x
@RukundoLeandre-n1x 11 ай бұрын
Amen Amen imanihabw icubahiro
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@niyonkurunabil7115
@niyonkurunabil7115 11 ай бұрын
Imana ibabarire abitwaza yesu kuko yesu abeshyerwa byishi imana dusenga niyo yesu yaje😅 atwigisha kugirango tuyimenye hahirwa uzizera imana imwe gusa itagira icyo ibangikanyijwe nacyo itagira nicyo isanacyo ntiyabyaye ntiyabyawe n imana ifuha iyo niyo yesu yaje kutwigisha shimira imana yangize umwi silamu alhamudu lillah inzira yesu yababwiye nukume nya imana ya mutumye bakorwe ni Soni bamware barimbuke kugirango bamenye yuko uwitwa uwiteka ko ari wowe wenyine usumba byose zaburi 83 :19
@niyonkurunabil7115
@niyonkurunabil7115 11 ай бұрын
Garukira imana koko yesu nicyo abasaba zaburi 83:19 yesaya 44: yesaya 45:16
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
😄😄😄😄😄😄
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
✅✅✅✅✅
@marimini-ih8ym
@marimini-ih8ym Жыл бұрын
Hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah sinzi Impamvu ndi kurira 😢😢😢😢😢 . gsa Imana ishimwe nukuri 🙏
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@tumukuzemuhammad3284
@tumukuzemuhammad3284 11 ай бұрын
Urarizwa nubuyobe bwe
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 11 ай бұрын
​@@tumukuzemuhammad3284yesu niwe nzira nukur nubugingo ntawushika kuri data atamujanye
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 11 ай бұрын
​@@tumukuzemuhammad3284kukurukundo lmana yakunze abarimwisi arigo gwatumye itanga umwana wayo wikinege nguwumwizera wese ntazapfe rubi ariko ahabwubugingo budashira
@kayongaomar7033
@kayongaomar7033 11 ай бұрын
Sha ubusiramu ko ntagahato kabamo gusebya ntacyo byakumarira pe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@hakizimanaomar8055
@hakizimanaomar8055 11 ай бұрын
Kbx brother
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 11 ай бұрын
Mama wakurikiy umugabo wabagabo yesu❤❤❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️
@Bapfunya
@Bapfunya 11 ай бұрын
Ntuzosaza imana yaraguhezagiye ivugire ubutumwa
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeeennnn
@claudinenzuri8332
@claudinenzuri8332 10 ай бұрын
Amen
@viponly6667
@viponly6667 Жыл бұрын
Njyewe nemera ko Imana ariyo ibabarira
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
👍👍👍👍👍
@NtirampebaJean-lv2uu
@NtirampebaJean-lv2uu 5 ай бұрын
Yesu ndagukund gox
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 5 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@EvelyneGashugwe
@EvelyneGashugwe Жыл бұрын
Hakuna Mungu kama wew hakuna popote, hakuna mwenye ishara kubwa kama wewewe Mungu, si kwa majeshi wala siraha ni kwa Roho mtakatifu
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@viponly6667
@viponly6667 Жыл бұрын
Makafiri
@JustinaMulinda
@JustinaMulinda 11 ай бұрын
Amiiiiiiina
@gahongayirelillian966
@gahongayirelillian966 11 ай бұрын
Iyo niyo Mana nzakorera... Mama wahisemo neza
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
ameeeennn
@mugishayves81
@mugishayves81 Жыл бұрын
Uvuyemwe abandi barijira islam dina ❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@trophywilson7211
@trophywilson7211 Жыл бұрын
ni Binjire ntaco bazoronka Iyo niyo satani yabatirijwe na Majini yabatirijwe
@IssaBinego
@IssaBinego 10 ай бұрын
Lana shetani lana. Sufiyani.Imana. izatweke iherezo ryawe rizadufasha gusobanukirwa ukuri kwa Islam
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣😏😏😏😏
@myvenif3627
@myvenif3627 11 ай бұрын
Imana ninziza bakundwa
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@nahimanazaibu4876
@nahimanazaibu4876 Жыл бұрын
Imana ninziza ibihe vyose muvyeyi
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@LouiseNyamushorerwa-gz7fo
@LouiseNyamushorerwa-gz7fo 11 ай бұрын
Yesu ni mwiza aragahezagirwa Komera mukobwa wa Ndiho.
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@HabumudishaOrivie
@HabumudishaOrivie Жыл бұрын
Amen Imana Ibongerere amavutap
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@adelphineirakoze2590
@adelphineirakoze2590 Жыл бұрын
Mureke Imana yitwe Imana🙏
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏
@salimaisabelle-ds9lz
@salimaisabelle-ds9lz 11 ай бұрын
Imana ni Nziza, halleluaaaaa
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@MerryKashaija-jk9xh
@MerryKashaija-jk9xh Жыл бұрын
AMEEN MUNGU nimwema ubarikiwe sana
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@ShaffiRubera
@ShaffiRubera 7 күн бұрын
Wibeshya nubundi ntabwo wigeze uba umuslam wasengaga umugabo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 7 күн бұрын
😁😁😁
@NyirahategekimanaCloudine
@NyirahategekimanaCloudine 7 ай бұрын
Abasiramu mukurikire yesu niwenzirayu kuri nubungigo
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 7 ай бұрын
😍😍😍😍😍😍
@NiyonkuruNadhiru
@NiyonkuruNadhiru 11 ай бұрын
Inarillahi warayobye Iherezo ryawe ni kwa Allah . Ngaho Niwishakire Umugati! Uyu Munsi Umugati uri gutuma abantu bafata ukuri bakakeita ikinyoma !
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@MukamurenziSalama
@MukamurenziSalama 11 ай бұрын
​@b😮Welcome to Gboard clipboard, any text you copy will be saved here.Touch and hold a clip to pin it. Unp 🤧😅inned clips will be deleted after 1 hour.Tap on a clip to paste it in the text box.uuhj .rundigospeltv2661
@AnathalieMuk
@AnathalieMuk 11 ай бұрын
. Ok m😊 Mi .m.,.!​@@burundigospeltv2661in bc mi. Za az mm. ❤m Mi ml. 😅😅
@GakeriJeanBosco
@GakeriJeanBosco 11 ай бұрын
😢​@@burundigospeltv2661
@mukamurenzivestine5890
@mukamurenzivestine5890 11 ай бұрын
Wimubwira nabi yahisemo neza guhitamo neza nuguhitamo gukurikira YESU wacu,wawe,wanjye,wanyu.....
@MukarurindaRosalie
@MukarurindaRosalie Жыл бұрын
Ndanezerewe cyaneee Yesu nimuzima alelluaaa
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@robertshema2644
@robertshema2644 11 ай бұрын
umu mama mwiza rwose utanga inyigisho nzima
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@Jususiscoming25
@Jususiscoming25 11 ай бұрын
Amen🤝🙏🙏🙏🙏Gumamo Gumamo Yesu azaguhemba Maman
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@sisisylvanendayisenga1005
@sisisylvanendayisenga1005 Жыл бұрын
Nanje narakubutiwe agakiza weee,Imana Ikwonger'umugisha Manan
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeeeennnn
@ClaireAkimana-h7e
@ClaireAkimana-h7e 11 ай бұрын
Imana Ni nziza cyane
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
Ameeeeennnn
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 Жыл бұрын
Mungu wetu ni mwaminifu daima ❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️
@alicenzeyimana-kp3do
@alicenzeyimana-kp3do Жыл бұрын
Wigisha neza muvyeyi,natwe mudusengere ndimuntambara zogukizwa ntivyoroshe Imana ikongerereze amavuta
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Wotwandikira kuri WhatsApp 76 804 118 tugufashe
@urfav_sarah3607
@urfav_sarah3607 Жыл бұрын
Humura uzokizwa intambara zizohera kndi kuzicamwo harigihe biba bikenewe kugira umenye Aho yagukuye.nanje nabiciyemwo nkivyuwo muvyeyi ariko ubu ndashima Imana .
@MédiatriceNIYOYANDEMYE
@MédiatriceNIYOYANDEMYE Жыл бұрын
Urakoze muvyeyi IMANA ntaho itokur umuntu arik ntiyatubwiy IMANA yamukuye mur kakazu Nuko basubirany n'umugabo cank azotubwir uko intambara zumugabo zarangiye navyo vyodufasha
@marimini-ih8ym
@marimini-ih8ym Жыл бұрын
Humura urugamba Imana ifitemo inyungu niyo irurwana bizakunda ndabyizeye nukuri natwe twarakijujwe birakunda.
@alicenzeyimana-kp3do
@alicenzeyimana-kp3do Жыл бұрын
​@@marimini-ih8ymameeeeen
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 Жыл бұрын
Imana numwizigigwa ndagukunze muvyeyi ❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
❤️❤️❤️❤️
@Aaronwabenga
@Aaronwabenga 11 ай бұрын
God bless you maman♥️
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@bigemesandra
@bigemesandra 7 ай бұрын
Inzira ni yesu wenyene
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 7 ай бұрын
Ameeeeennnn
@EmmmaTembo
@EmmmaTembo 11 ай бұрын
Mama uri umubeshi ivyo wavuze vyose vyukuri ntanakimwe cemeza ko wabaye umuislamu nimba waranamubaye wahagaze mumuryango ntiwinjiye
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 11 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣😄😄😄😄
@claudinenzuri8332
@claudinenzuri8332 10 ай бұрын
😂😂😂😂😂
@josianendihokubwayo-wo7bf
@josianendihokubwayo-wo7bf Жыл бұрын
Urakoz cane Muvyeyi kuriyo ntahe ndahembutse nukuri
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 Жыл бұрын
Ameeennn
@salumkagame509
@salumkagame509 Жыл бұрын
Warurwaye icyi mureke gukavya
@NiyukuriBoniface-o8n
@NiyukuriBoniface-o8n 7 ай бұрын
Ok mwubahwe
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 7 ай бұрын
ameeeeennnn
@esperanceirambona-h8d
@esperanceirambona-h8d 9 ай бұрын
Imana iguhezagire cane maman❤
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 9 ай бұрын
Ameeeeennnn
@umutonielyse8896
@umutonielyse8896 10 ай бұрын
Be blessed Maman
@burundigospeltv2661
@burundigospeltv2661 10 ай бұрын
ameeen
How Strong Is Tape?
00:24
Stokes Twins
Рет қаралды 96 МЛН
IBINTU 7 ABAGABO BANKA KU BAGORE By Ev. Renilde SEMIRENGO
23:38
Holy Canaan TV
Рет қаралды 117 М.
TESTIMONY//  NIWUMVA UBU BUHAMYA URONGERA WIZERE KO BIGISHOBOKA!!!
1:38:36
grace room ministries
Рет қаралды 335 М.
40 Qiso┇40 Qiso Ee Ygu Saameynta Badan 2023ᴴᴰ┇► Sheekh Musdhafa Xaji Ismaciil
3:26:03