INTAMBA MU RUGAMBA : Abakinyi bakoze imyimenyerezo ya mbere / Bariko baramutsa abakunzi i Ngozi.

  Рет қаралды 528

Clebert Muhoza

Clebert Muhoza

2 ай бұрын

🔴🎥 Umugwi nserukiragihugu w'Uburundi wakoze imyimenyerezo ya mbere yo kwitegurira inkino 2 bagiye gukina na #Kenya 🇰🇪hamwe na #Seychelles 🇸🇨 mu nkino zo kurondera itike z'igikombe c'isi ca 2026.
Intamba mu Rugamba 🇧🇮 zikaba ziri mu mwiherero mu ntara ya Ngozi, niho bariko baritegurira izo nkino. Aha muri aya masanamu bariko baramukanya n'abakunzi b'intamba inyuma y'imyimeneyerezo.
#burundi #intamba #mondial2026

Пікірлер: 1
@Desire-pv5hf
@Desire-pv5hf Ай бұрын
Twanejwerejwenungemwitweueunomusi
Inside Out 2: Who is the strongest? Joy vs Envy vs Anger #shorts #animation
00:22
НРАВИТСЯ ЭТОТ ФОРМАТ??
00:37
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 8 МЛН
Red❤️+Green💚=
00:38
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 85 МЛН
Umumenyereza w'Intamba mu Rugamba  Etienne Ndayiragije
4:16
Amakuru agezweho y'Intamba Mu Rugamba
3:48
AKEZA TV
Рет қаралды 838
Kellyna - Baigolo (Official music Vidéo)
3:10
Kellyna
Рет қаралды 83 М.