KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Inda ntiterwa injiji gusa nanjye bayinteye ndi Muganga😌|Ibyo Dr Olive Ibyo yanyuzemo Ni isomo
1:12:29
Léonce Ngendakumana abaza nimba abo Umukuru w'igihugu yavuze mu ma dossier y'ubonyonyezi bahanwa
22:19
So Cute 🥰 who is better?
00:15
Это мое последнее предупреждение | 4 серия | Сериал "ПрАкурор" | КОНКУРС
19:20
Twin Telepathy Challenge!
00:23
Little Coco was manipulated, and the kind-hearted Harley Quinn saved everyone #Joker #HarleyQuinn
00:57
INTERVIEW||Intahe y'urugendo rwashikanye Umugwizatunga
Рет қаралды 38,144
Facebook
Twitter
Жүктеу
1
Жазылу 38 М.
Agaciro Media
Күн бұрын
Пікірлер: 72
@iyumva-jonas
9 күн бұрын
Ico nigiye ku nyishu zanyu, ni uko umuntu yokomeza indoto ziwe yisunze Imana gusa yonyene, ntahange amaso uwundi muntu n'umwe. Kuko ni yo ishoboye kumugeza aho atokwishikana. Agaciro média, namwe naho muzorabe mutuzanire uwo mu patron bavuga nimba bikunda, tumwiyumvire atari kuvugwa n'abandi. Hari icokwiyongera mu bwonko
@thierrymatore6797
9 күн бұрын
Igikorwa c'uyu mutama turagishima...Jew ndamukunda n'aho atanzi kanatsinda ntaho yomenyera...ariko Imana ihezagire ibikorwa n'abakozi biwe bose bakomeze gukora ..twese tumutere intege ...yarahezagiwe arakaramba
@ndayikezaeric6064
3 күн бұрын
Imigabo n'imigambi vy'uyu Mutama turabishima cane. Imana imukomeze, ikomeze n'ibikorwa vy'amaboko yiwe, ikomeze n'abakozi biwe Bose, babe abizigirwa muri vyose.
@elysentamashimikiro3805
8 күн бұрын
Much interested story. Keep on moving forward 🙏
@baramparurutsej.dedieu5361
9 күн бұрын
Imana ica mumuntu mukugira igire ico ikorera igihugu
@abelardbarayisaba2585
5 күн бұрын
Ziranotse ndamwemera caaane ka'ndi cane. Gusa abo bamwita ngo ni se wabo sindabemera kubera bamwita uko kubera yabahaye ubuzi.😂😂😂 Nemera uwumwemera i'di atakazi yaluhaye....gyko wew amuhaya afatiye kuvyo amubonakp❤
@jeanmiruho4770
4 күн бұрын
❤🙏🙏👍Que Dieu vs benissés abondamment
@emmanuelndihokubwayo3679
8 күн бұрын
Nanje namfashe ampe akazi,kabisaaa yoba akoze,,harho kubwiw nanje nozoba umu entrepreneur,nkazogira liberté financière
@elysentamashimikiro3805
8 күн бұрын
Umugisha mwishi uva kumana ubabeko
@gildasndayizeye7803
7 күн бұрын
Nanje ndemeza ko afasha naho ntakorayo! Arafise umutima wo guteza imbere abakozi bamukorera
@FloribertNshimirimana-ri3ht
9 күн бұрын
Komera cane nyakubahwa Adrien Ntiranotsi umugwiza w'umurundi . Imana ishishikare kugukomeza mwiterambere ryawe .
@clovisvyimana7986
6 күн бұрын
Uwo mutama Imana muhezagire ahubwo akwiye agashimwe KK yaratanze ubuzi
@jbosconduwayoofficiel877
9 күн бұрын
Holding ITRACOM Imana ibazigame caane
@emerymanirakiza8207
9 күн бұрын
Murakoze ku ntahe,bwabundi birakunda.
@SamuelthesonofGod
9 күн бұрын
Vraiment, Ibikorwa vya ADRIEN NTIGACIKA biribonekeza. Ubona abandi banyamafaranga bose bomwigana? Bakareka kujana ubutunzi mumahanga?
@LeonardGwiza-dr3lw
6 күн бұрын
Ico mbonye Musa neza murakaravye harico murusha Kure cane abandi bakozi mu Burundi
@ChristInMeHopeOfTheGlory
9 күн бұрын
Turabishimye cane. ni mwitere iteka mutange engrais ku mwanya ujanye n' uburimyi, kandi mucunge qualité kugira vyukuri mukorere neza umwenegihugu.
@NimubonaBenoit
7 күн бұрын
Egoooo murakoze kudusangiza ivyo abantu benshi aho bumvise ukuri
@yesconstruction632
9 күн бұрын
Kumutima wuwo mutama jw nunva nosaba Imana ngwize imuduhere ijuru.
@demulolstunning778
9 күн бұрын
amahera yayakuyehe? bank canke credit from someone? all money not clean thooooo
@abelardbarayisaba2585
5 күн бұрын
Iki Nico réro co kwinazaaa😂😂😂 Gusa Aho yayakuye hose asumba abaca bayahamba
@JeanboscoNzoyihaya
9 күн бұрын
Ariko DG afise ijwi nkiryumuhisi NKURUNZIZA
@B.s3909
8 күн бұрын
Ijwi ryubu escro 🙃🙃
@InnocentNdayihimbaze
5 күн бұрын
Umukoresha wacu mukuru tuzokwam tumukund iman imuzigam ibihevyose
@hakizimanachadrack6979
5 күн бұрын
Ok😊
@butoyialexis2316
8 күн бұрын
Ndamukeje caaane
@CyriaqueNahimana-re4my
9 күн бұрын
angeri none urea ko twayibuze kandi twaratanze amahera yacu??n imbura kuyironka k arikobazo
@rajihijarajihija8371
5 күн бұрын
Komera mutama warakoze chane kumuteza imbera mwenewachu
@ndayisengaonesimeaime3213
9 күн бұрын
Aca uhongo.system ya bunyoni nibde atayuzi
@OlivierNtahondereye-x2h
7 күн бұрын
Turashima ibikorwa vyanyu ingene vyakwirikiranye , igikorwa gikwiy kugururwa n'uko mwogira ahabantu n'abo bivuriza.
@ntacoegide8147
9 күн бұрын
Amahoro neza mwese ,ahubwo ico mutaramenya Twebwe twariko turasenga Imana ivugako ariko Ndiko mbwira abemera ko Imana ivuga hari 2009 ( Ngiye kuvyura umugwiza tunga akomeye mitigeze mumenya kandi ava mu Rutana uyo nzomushira hejuru n’arerekose ka EST Africa kabimenye kandi kazorye kuvyeze Ati uyo muntu azotangaza benshi kuko arije nzomwishirira hejuru )rero namwe muriko muravuga ivyo muvuga nivyo ibanze hari vyinshi bikomeye mutaramenya biriko biraza mu giswahiri bavuga ngo na bado ico ni igikorwa c’Imana mu cubahe
@LatifNiyomwungere-g6n
6 күн бұрын
Turamwemera nubwo bamwe tutamuzi jewe nduwi muyinga uwomuvyeyi niyirambire
@hakizimanachadrack6979
5 күн бұрын
Vyiza cane
@AmyStale-d6u
6 күн бұрын
Ziranots naho narashikigwa mubakori yirambire numuntu wikimazi
@willyNdihokubwayo-l5l
8 күн бұрын
Mbega ndababaze Iyofumbiree muba muvuga irihehehe kwabanyagihugu bayibuze!???
@NIYOMUGABOPascal-x5n
6 күн бұрын
Niwewa1 iburundi none
@twagirajmarie6895
8 күн бұрын
❤
@Jerome.Irambona
9 күн бұрын
Mukomere nanje mwaratumye nuguruka mu mutwe ndamenya kwibako. Ubu nanje ndamaze kubona ko umuntu ashika kure iyo abigizemwo intumbero. @ DG Simon mutere imbere
@DenisNDAYISABA-m5f
3 күн бұрын
Jewe ntanzi mutama mugabo narakize kubera we narabuze nuko nomuchikira kugira ndamuchimire
@AgaciroMediatv257
3 күн бұрын
Twandikire kuri:68013513 (watsap)
@PhilippeNSABIMANA-g8r
6 күн бұрын
None mugutanga akazi araba iki ??
@jeanmariehakizimana986
9 күн бұрын
Nta nyigisho ikwiye irimwo kuko ntantahe bashinze y'ingene imitahe yabonetse. Nico cari gufasha abumva iyo ntahe y'abo. Kurota nivyo birabaho, none iyo ndoto yayishitseko gute? That is the question
@jeanbaptistendikumagenge8695
9 күн бұрын
Igihugu carungutse, mwebwe mwarungutse, abanyagihugu babuze umwavu
@TelesphoreKazobavako
9 күн бұрын
Ariko urée totahaza yabuze.
@munezeroroger948
6 күн бұрын
Simon frere de Nazaire
@niyongereremy5246
7 күн бұрын
Izi ntahe ni zo tuba dukeneye
@AdrienNtibashoboka
8 күн бұрын
De 3 à 3 000 personnes. Il fallait avoir bien dormi plutôt avoir une authentique révélation.
@baramparurutsej.dedieu5361
9 күн бұрын
Kuba umwizigirwa ushikakure
@Jirhley
9 күн бұрын
Tuvyemere uko nyene ?
@bizomenyimanaelias5455
9 күн бұрын
Nakomere uyomutama wacu numurwizatunga wukuri twemera
@Diego83Official
8 күн бұрын
None uburyo muhembwa mubujana hehe? Ubwo muribuka kwitezimbere namwe? Nokwiyumvira iterambere ryabandi???????
@Pierre-h5c
9 күн бұрын
None akora wenyene? ntabandi bari associé (bacanze imitahe)?
@kanimary5642
8 күн бұрын
None ivyo ubironderakw'iki ? Ugomba naw kujamwo ? Ww raba impact gusa wangu. 🤔
@LevisHabimana
9 күн бұрын
Nuko mwari mufise izindi nguvu zari inyuma yiwe sha turabiz henda abandi
@willyNdihokubwayo-l5l
8 күн бұрын
Iyo nimitwe baza kubesha Abanyagihugu kuri Caméra Ntamuntu avuga Ahoyakuye Amafaranga Pessa inasiri nyingi
@kanimary5642
8 күн бұрын
🤪🤪🚴🏽🚴🏽🚴🏽🚴🏽🚴🏽
@ChristopheBanda-vn8dz
9 күн бұрын
Igikorwa c'uyu mutama naragikunze cane n'ubwo atanyambo ibura agahonzi
@OnesimeNtwari
9 күн бұрын
Ikiganiro kiryoshe
@chaniaBanzi
9 күн бұрын
Muraza murahenda ba nyoko batize. Ninde atazi ko mukoresha amahera yibwe nabategetsi muri leta bagaca baborohereza kuvyamakori
@dj_clover257
9 күн бұрын
Mwarikumwe.
@lazzR1935
9 күн бұрын
Abandi bo bayakuyeh😮 abo wibaza ko arabarwizatunga mumuryango wiwanyu?
@Jirhley
9 күн бұрын
Wewe rirya ryiwanyu i Mpungwe riha akazi abo musi ya Mpungwe gusa riherutse kukuronsa ako karaka naryo rikura ubushobozi hehe????
@hangiroetincelle8167
9 күн бұрын
Nta mugwizatunga ariho mu Burundi.
@feregiz2479
9 күн бұрын
IKIJUJU kibubona hose
@NzigamasaboPascal
9 күн бұрын
Ikiganiro niciza cane kirugurura imitwe ivyumva nisaw cane
@tubemasokukoyesuarajetubem8199
Күн бұрын
Mweho mwaratomboye jeho umugabo akora ngaho yarangizeko escroquerie ngo ariko ampigira akazi
@hangiroetincelle8167
9 күн бұрын
Pu mu Burundi nta mugwizatunga ariho. Kura ubujuju ngaho.
@feregiz2479
9 күн бұрын
IKIJUJU kibubona hose
@dj_clover257
9 күн бұрын
Kiretse wew gusa.
@RubinNiyoyitungira
9 күн бұрын
Wew urikijuju uriririra wew ikijuju gishima ubwaco
@iyumva-jonas
9 күн бұрын
Sha ubaye uwambere mbonye werekana karangamuntu y'ibijuju kabisa, wubahwe cane. 😂😂
@DenisNDAYISABA-m5f
3 күн бұрын
Namutahuye uri muri bamwe banura impuzu mwijoro burya yaragiye kwa mutama asanga hariho igiporici wewe umaze gukiza bangahe icutazi urabaza ikijuju niwewe numuryango uvamwo kuko keshi ibwa zirasa
1:12:29
Inda ntiterwa injiji gusa nanjye bayinteye ndi Muganga😌|Ibyo Dr Olive Ibyo yanyuzemo Ni isomo
ROSE TV SHOW
Рет қаралды 40 М.
22:19
Léonce Ngendakumana abaza nimba abo Umukuru w'igihugu yavuze mu ma dossier y'ubonyonyezi bahanwa
Indundi TV
Рет қаралды 12 М.
00:15
So Cute 🥰 who is better?
dednahype
Рет қаралды 17 МЛН
19:20
Это мое последнее предупреждение | 4 серия | Сериал "ПрАкурор" | КОНКУРС
Я ОТ САКЕ
Рет қаралды 1,4 МЛН
00:23
Twin Telepathy Challenge!
Stokes Twins
Рет қаралды 153 МЛН
00:57
Little Coco was manipulated, and the kind-hearted Harley Quinn saved everyone #Joker #HarleyQuinn
超人夫妇
Рет қаралды 36 МЛН
29:14
CHRIS NDIKUMANA:Raba IBITANGAZA vyabaye mu GIKORANE//IKANGURO muri COTE D'IVOIRE/Akamwemwe ni kose
UMUKUBITO
Рет қаралды 130 М.
1:02:50
Intahe itangaje cane kandi ibabaje ya Pasteur Eric CITEGETSE kwinjira mugipolisi bikanka||kwirukanwa
Magic Channel TV
Рет қаралды 10 М.
51:08
SUNSTONE BEACH ikibanza c'akataraboneka mu BURUNDI//Abazungu bava BURAYI na AMERIKA baratamarirwa
UMUKUBITO
Рет қаралды 29 М.
48:23
SAT B avuye mu gacerere//DJ PAULIN yagomvye kunyicira UBUZIMA//Amahera yo kunzimya//Ico twapfuye
UMUKUBITO
Рет қаралды 28 М.
55:37
MUTIMA azanye i MACHINE idasanzwe yo kurima IBIRAYA//Abakozi dukoresha//Ama MILIYONI tuhakura/Imbuto
UMUKUBITO
Рет қаралды 24 М.
9:40
Kevin Nkurunziza umuhungu w'umuhisi Petero Nkurunziza yavuze ibintu bikomeye bigiye ku muvyeyi wabo
RADIO TV BUNTU
Рет қаралды 288 М.
20:48
Gabriel Rufyiri amenyesha ko amategeko y'ibikanganyoni ariyo atuma abategetsi basahura igihugu
Indundi TV
Рет қаралды 7 М.
1:00:00
Alexis #Sinduhije arahakana ko ari we atwara umurwi, Red Tabara, urwanya ubutegetsi bwo mu Burundi
Radiyoyacu VOA
Рет қаралды 36 М.
5:14
#Burundi : Abatware babiri bo ku #Mugoboka babomoye inzu z'abanyanyagihugu bategetswe kuzubaka
Mashariki TV
Рет қаралды 87 М.
10:22
Umviriza ibanga Umugwizatunga Kazohera Vénerand ashikirije | Honorable George arabisiguye vyose
Indundi TV
Рет қаралды 12 М.
00:15
So Cute 🥰 who is better?
dednahype
Рет қаралды 17 МЛН