INTORE NTINDI Part 4

  Рет қаралды 304,762

BMT Buja

BMT Buja

Күн бұрын

•Burundian Movies and Talents (BMT mumpfunyapfunyo) niwo watunganije iresi INTORE NTINDI
Intumbero yambere yiyi reresi ni yoguhimiriza abantu bafise ubushobozi baba m’uburundi no mumahanga kugarukira kubwoko bwab'asangwabutaka bomuntara zose zigize igihugu cacu,na cane cane kubaronsa ubuhinga n’ubumenyi vyofasha guhingura neza ibijanye nimyuga yabo kavukire.
•Iyi rersi ihimiriza abanyamitahe ni gihugu cacu eka nababa hanze yigihugu kugarukira kubuhinga no kwiterambere ryabasangwabutaka. kandi ko bakwiye kubaronsa abahinga bashoboye kubungura ubwenge noguteza imbere izo mpano kugira
•Igice ca mbere c’iyi reresi kirangira twerekanye uburyo hotorwa umuti mwiterambere ryabasangwa butaka hifashishijwe impano bafise.
•Igice ca kabiri c’iyi reresi naco gihagaze kungo nimiryango aho ushobora gusanga ingo nyishi zisambuka kubara akantu gato kandi abantu bakunze kwita ibisanzwe. Akokabazo karakura kakavyara ibindi bibazo bikomeye bikaviramwo gusambuka kwingo.
•Abubakanye bari bakwiye kwama basuzuma utugorane duto duto bakaturwanya bakitubona kugira bikingire, bongere bakingire ingo zabo.
•Dufise icizere gikomeye cuko iyi reresi izoshika kure .
twitezeko hazoba ihinduka rikomeye mwiterambere ry’imiryango yabatwa. No guhinduka kwimiryango isanzwe ifise ibibazo bisa nivyo twashoboye kwigisha muriyi reresi.
FILM:INTÕRE NTĪNDI
DIRECTED:Amédée MANIRAKIZA
ASS:DIERECTED: Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERA:XRAY BAMU
EDITOR:NIJI PRO
PRODUCER:Amédée MANIRAKIZA
Contact: Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook:BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

Пікірлер: 1 100
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 Жыл бұрын
Waoooo 💃💃💃💃💃welcome intore ntindi guys abacerew nkanje bari murukundo niyi series mumpe like tuhatwike to day ni 🔥🔥🔥
@AliceBarabwiriza-yl1jv
@AliceBarabwiriza-yl1jv Жыл бұрын
Intore ntindi hejuruu caaan nukurii.ndasaba ABA damu nabakobwa bayirabe caaan ndets tuyih nabagenz bacu ibigishe nukuriii.ndiko mfashwa nubw ntarubaka.muhezagirwe bezaaaa❤
@NshimirimanaCausette-lv9rq
@NshimirimanaCausette-lv9rq Жыл бұрын
Nivyo irikutwigish bbahwe
@michelineirakoze-oh1dh
@michelineirakoze-oh1dh Жыл бұрын
Love from mimi🇧🇮🇴🇲 ndi murukundo ni INTORE NTINDI❤️❤️❤️🥰🥰murabe mumpe like nanje🥰🥰
@jeannetteKamariza
@jeannetteKamariza 2 ай бұрын
🎉😢
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj Жыл бұрын
Ewe Intore Ntindi 🥰 sha nje cerewe😢 . Abakunzi ba Intore Ntindi tumenyane 🎉❤🤝🤝👊👊
@irakozemarina8881
@irakozemarina8881 Жыл бұрын
Yaaaaaa nagirango NDI number onee😂 abadamu imaze kwigisha nkanje mugonge likeeeeee🎉❤❤❤
@JohnpaulMukerandanga
@JohnpaulMukerandanga Жыл бұрын
Nawe.ntuzigusasir.umutware.wawe.mpole
@nishimweaudacienne-ju2dv
@nishimweaudacienne-ju2dv Жыл бұрын
Ngirango nabanyamujisha nibobahiriwe bitwarankuko
@jeanmarieaboyitungiye7312
@jeanmarieaboyitungiye7312 Жыл бұрын
Kumbe nuko bigenze
@ciatt9587
@ciatt9587 Жыл бұрын
Nyomba urumwarabukazi nibo bameze uko😂😂
@Razak257
@Razak257 Жыл бұрын
​@@ciatt9587Cane jew nubu mpejej kugisasa😂😂😂😂😂
@essaalsuwaidi2294
@essaalsuwaidi2294 Жыл бұрын
Abacerewe nkanje tumenyane ✌✌✌Intore ntindi hejuru muri kuduha inyisho ndiho abakomeze❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Жыл бұрын
Intore ntindi yahageze nikaribu twihere amaso Abaza nyuma mundemere twatuntu🙏🙏🙏
@fannyofficial8408
@fannyofficial8408 Жыл бұрын
Kantore the best actress ❤ Loving and watching you guys from Rwanda
@yvonnedano3488
@yvonnedano3488 Жыл бұрын
Merci snaaa mwizaa 🥰 mudukundire ivyacu natwe ivyanyu turabikunda sanaaa
@PrinceSam-ogan
@PrinceSam-ogan Жыл бұрын
Ibintu bij kumpwemu idasanzwe🔥🔥🔥umurir ugiy kwaka...courage BMT Gusa mureb mwongerez niminota ni5.🙏🙏🙏
@MimimireilleOfficial-dm8ty
@MimimireilleOfficial-dm8ty Жыл бұрын
My favorite series 😍 ❤ Abakunzi b intore ntindi nkanje mumpe like🥰
@Jajakanjaniri
@Jajakanjaniri Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@annonciatteuwimana1630
@annonciatteuwimana1630 Жыл бұрын
Vub turagukeneyemw kbx 💃💃💐💐💐
@GloriaNduwimana-s5n
@GloriaNduwimana-s5n Жыл бұрын
Mimi urihe nawe kontakubona nizereko mumisi tuzokubona ndagukunda❤❤❤ cane mimi
@VanessaLeyla-y1i
@VanessaLeyla-y1i Жыл бұрын
Guys abakunzi b'Intore Ntindi tumenyane abacyerewe gato nkanjye tumenyane ❤❤❤
@nsengiyumvaaline1773
@nsengiyumvaaline1773 Жыл бұрын
Nacerew cne.Intore ntindi hejuru cne.
@christabeb7503
@christabeb7503 Жыл бұрын
Ndihano Sha nacerew😢
@IgiranezaAdidja-t5s
@IgiranezaAdidja-t5s Жыл бұрын
𝐌𝐮𝐫𝐚𝐬𝐡𝐨𝐛𝐨𝐲 𝐜𝐧 𝐭𝐮𝐫𝐚𝐛𝐚𝐤𝐮𝐧𝐝
@yvonnedano3488
@yvonnedano3488 Жыл бұрын
Tumenyane kbx je nanje ndayikunda Sanaa 🥰🥰🥰
@RoselyneInhabited
@RoselyneInhabited Жыл бұрын
​@@christabeb75030:00 0:00
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 Жыл бұрын
Sabbas, Allivera na Ravine mukina neza cane. Bravo kuri Amédée yayanditse. ❤
@NiyomwungereEtienne-i3g
@NiyomwungereEtienne-i3g Жыл бұрын
Abagore beshi bamaze kuronka abakozi.usanga bigenda nkuko urugo rwa senyuka ngo mugabo Kandi imvo zose zaturutse kuriwe.ntibatahura ko hariho ibikorwa biba bikenewe ko umugabo abona bihaye bikorwa numugore we.kkomezeuhereze.izimpanuro ❤❤❤❤❤❤
@stitore2388
@stitore2388 Жыл бұрын
Vyukuri mwubahwe muranduhanura yemwe ntibiyekoraha vyahinduyesura 🙄 sabbas ngo ngwiki kandi ntiyanke harahiye 🔥🔥🔥🔥 courage mukomeze ndabakunda abiwacu iburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯✅✅✅✅🤝✍👌👍🙏
@ariellaniyonkuru8115
@ariellaniyonkuru8115 Жыл бұрын
Après 8min nkab ndahagez intore ntindi hejuru can❤❤❤
@salomonroi2149
@salomonroi2149 Жыл бұрын
Haaaah😂😂 mbega abagore bubwenge buke weeee!!! Kantore arashobora kurutahira!!!❤❤❤ Muraturyohera canee
@NimpayeGenevella-mn6km
@NimpayeGenevella-mn6km Жыл бұрын
Courage cane Abo turikumwe mumpe utu like ❤mwigire
@JacquelineHabonimana-fq2zr
@JacquelineHabonimana-fq2zr Жыл бұрын
Ukwo Niko beshi mubagore b'ibipfapfa bisenyera kw'ingo zabo respect kantore
@Alinehabonimana4
@Alinehabonimana4 Жыл бұрын
Ewe Amédée urandika ukabumwe kbx nukuri respect
@fafafrancine7869
@fafafrancine7869 Жыл бұрын
Intore ntindi hejur cne ndabakunda mwese muriko mubikor neza cne❤❤❤
@uwimanabaudyne9963
@uwimanabaudyne9963 Жыл бұрын
Non k itera iryoha🎉 ga mana yanje sije nzobona iyindi iraje,❤
@nitungamireille316
@nitungamireille316 Жыл бұрын
Nkaba ndahagez kabix 😂😂😂😂😂Uyumunsi mbaye uwumbere 🙈🙈🙈🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💓💓💕💓💓🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦💐💐💐💑💑💑💑Congratulations harimwo inyigisho ziz can ❤❤❤
@ggfwtgg1652
@ggfwtgg1652 Жыл бұрын
Kantore bien joué ubikora neza peeee ❤❤❤🎉🎉
@eliasgoldofficial
@eliasgoldofficial Жыл бұрын
Hahiye koko ngo chéri nkahamwe worarayo mwibyo bintu by'abagore mugiyemwo ninde yoca ahasasa 😂😂😂 ahaaaa!!nzoba ndaba ❤❤❤❤❤
@ezechieljafaryirambona9305
@ezechieljafaryirambona9305 Жыл бұрын
Eweeee intoreeee . Itera iryoha pe . Mukomeze mutunezereze
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 Жыл бұрын
Abakunzi biyi reresi musoma commentaires mumpe like ngaha 👇 tumenyane 🤟 intore ntindi hejuru mubicu
@christella1725
@christella1725 Жыл бұрын
❤ twahagez
@faidanimfasha3008
@faidanimfasha3008 Жыл бұрын
Tumenyane p
@adonhagabimana7465
@adonhagabimana7465 Жыл бұрын
intore ntindi hejur CN.tor namashurw yanyu
@NdayikengurukiyeBernard
@NdayikengurukiyeBernard Жыл бұрын
MPa whatssap yaw
@mellykayebekaofficial3377
@mellykayebekaofficial3377 Жыл бұрын
@@NdayikengurukiyeBernard shirako rwawe nca ndakwandikira
@olivierkevinndorere6100
@olivierkevinndorere6100 Жыл бұрын
Good kbx mudukonir ibintu vyubwenge abagore bivyangare batazi agaciro kumugabo nugukoma
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Жыл бұрын
Iyi film izodukorer vyinshi cane kuko harimwo inyigisho zitari nke kabisa!
@Chantal-p6u
@Chantal-p6u Жыл бұрын
Intore ntindi hejuru cane,bravo mwanditsi mwiza,inyigisho twiyamuririra Ku buntu,hahomvye abo mutamenyanye,ndaba❤❤❤
@bediaishimwe3708
@bediaishimwe3708 Жыл бұрын
Nduwambere 😅😅naray ndarota intore ntindi
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 Жыл бұрын
Kbs bigiye kudyoha nukomerezaho ntimuhengame ndabakunda 🇸🇦 🇸🇦 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮 mwubahwe munkorerumuti kbs
@tuyisengeestella8934
@tuyisengeestella8934 Жыл бұрын
Oooh mon DIEU Nacerewe gato rek manze nicare ngahaa ndavuga mpejje
@benimanadondestinurbain2400
@benimanadondestinurbain2400 Жыл бұрын
Courage ,imbere ni heza 🔥🙌🇧🇮❤️❤️never give up
@nduwimanachristian6638
@nduwimanachristian6638 Жыл бұрын
Love from Josiane 💓,abakunz bintore ntindi tumenyan
@cyrianehabonimana9242
@cyrianehabonimana9242 Жыл бұрын
Mubikora neza cane. Kantore wirambire mwe na mabuja wawe
@jlightpromoter7296
@jlightpromoter7296 Жыл бұрын
Intore ntindi kbx 🇧🇮🇧 one of the best Burundians movies 🇮
@JamesNduwimana-ik1de
@JamesNduwimana-ik1de Жыл бұрын
Très intéressant. Mutunyarukiriz suite. Hama, mubampere amashurwe barayakwiy. Like nyinshiiiiiii kubo inyigisho zafashije.
@NiyomwungereEtienne-i3g
@NiyomwungereEtienne-i3g Жыл бұрын
Karabaye bosse abonye irangi ritari rikenewe kwabona😮😮😮😮😮😮😮😮🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔.biraherera heeee😮😮😮😮😮😮
@lamberthabicigomba2583
@lamberthabicigomba2583 Жыл бұрын
The best professionnal team from burundi and arround the world antill now. Conglutulation.
@DivineNdayishimiye-v8y
@DivineNdayishimiye-v8y Жыл бұрын
Murakoze cane turabakunda cane hm abagore bameze nkuyo mugore yishinga ubwiza bwiwe ham yibagira umugabo kandi ariwe vyose hm turabakunda cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Jajakanjaniri
@Jajakanjaniri Жыл бұрын
Oooh Waw Welcome Back Intore Ntindi❤❤❤❤❤ Verema My favorite Series Courang Kbx 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🙏🙏
@NiyomwungereEtienne-i3g
@NiyomwungereEtienne-i3g Жыл бұрын
Wakwanza niwekee like hapo
@NshimirimanaCausette-lv9rq
@NshimirimanaCausette-lv9rq Жыл бұрын
Muze mualrayiduh2 mundwi murakoze turabknd kmwe kubi courage bezaaa ndbkndaaa
@Lesaviezvous2022
@Lesaviezvous2022 Жыл бұрын
Ambaza inyuma mutumpe🎉🎉🎉
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
Mbe icahishijwe yarahez ntaho yagiy yo yarahez ntitwari bwameny nuwariwe muca murayiheza mwatwish duhagaze
@irakozepamella3259
@irakozepamella3259 Жыл бұрын
Ewe kantore shn n,igitenge hasii😂😅😅😅😅😂 irihisha pee Intore ntindi🤗🤗🤗
@Mwalimuaugustin
@Mwalimuaugustin Жыл бұрын
Conglatution kuri Director Amedee iyi Episode irasumba Episode zindi. Ico nosaba n'ukutazokora ikosha ryogusubira hasi kuko muriko muraza mw'ishusho ry'abakinyi ba Film atari abakinyi b'UDUKINO ❤SANA TO YOY
@arbinuwamahoro7370
@arbinuwamahoro7370 Жыл бұрын
Abakunzi ba filam intore tumenyane owobazi aho baba ntampuze nabo baze baradukina ndihafiyabo mubabwirire ko mbakunda❤
@GacorekeConsolate
@GacorekeConsolate Жыл бұрын
Muduhe 5nayo turabakunda turi mumpa ingozi muraturemesha 🇧🇮🇧🇮🙏🙏
@merveilleirumva6815
@merveilleirumva6815 Жыл бұрын
Yayaya ibntu birakomey intore ntindi hejur cane🔥
@chadiairakoze-jq7de
@chadiairakoze-jq7de Жыл бұрын
Nacerewe kweli😢Intore Ntindi Hejuru cane tura bakunda cane
@EsterNirera-gt6fb
@EsterNirera-gt6fb Жыл бұрын
Nacereweeeeewee😢😢😢 ndabinginz abaz nyum munshiriro numvukobimer
@ismailbigirimana-nb9ur
@ismailbigirimana-nb9ur Жыл бұрын
Vraiment Amédée Félicitations kubwandisi❤ Hama Alvella guheruyumusu nzogufana kubikorwa uzobamwo vyose, hama Sabbas wewe nsanzwe ndumufanawe kuriyi Ntindi yintore yoyo basha akwiriye guhabwa trophée
@nteziribaleonard7779
@nteziribaleonard7779 Жыл бұрын
Nakagenza fulm vrema mu Burundi ubu twibereye mu nyishu y'abakinyi beza ❤
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Жыл бұрын
Iyingeso yo kuntanga kurorera Iyi film muyiheb🤣🤣🤣🇧🇮💪 team yose I wish you to live a long life mwes muze muradukorera umuti
@Gisunacomedyempire
@Gisunacomedyempire Жыл бұрын
Oooi It's so good I love you so much I'm from 🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦
@olivierndikumwenayo8607
@olivierndikumwenayo8607 Жыл бұрын
Mukina neza, hamwe n'ubutumwa mutanga burubaka..... courage guys!
@alineciza838
@alineciza838 Жыл бұрын
Nahonacerewe ndimurukundo❤❤ ni ntore ntindi.kantore ubikora neza cane🥰🥰
@Jesiyv
@Jesiyv Жыл бұрын
Harahiye 😂😂😂😂😂😂Kanto emera 'tayandi mahitamwo abakozi twarigorewe. Murakoze kutwigisha twebwe tukiri bato.ndatse n'a bakuze.mwubahwe
@violettehabonimana786
@violettehabonimana786 Жыл бұрын
Mbegayemw mubonabizohererah Kantor n Sabas haaaa numujinyamwish utinyokovujayakusigiy☝️☝️☝️☝️🤣🤣🤣🥰🥰🕵️🕵️
@violettehabonimana786
@violettehabonimana786 Жыл бұрын
Amed ndifuz gukin muri Tim yaw ubon twobonan gut?
@FurahaNdayishimiye-wv2ef
@FurahaNdayishimiye-wv2ef Жыл бұрын
Courage hagiy gusha kbs nacerew kbs intore ntind hejur cane kurecan habaho nihombifurij❤❤❤❤❤
@FANNY-oc4cb
@FANNY-oc4cb Жыл бұрын
Ewemukama wanje kombona Hahiye none🔥🙈🔥🔥❣❣❣
@isaacvyihoze9029
@isaacvyihoze9029 Жыл бұрын
Abakunzi bino reresi mushireko like aho
@AlineNzambimana-zx9rn
@AlineNzambimana-zx9rn Жыл бұрын
Yooooo 😅mukama naravye forme nyishi iyi irafise zose nukuri murikutwigosha bikomeye mwubahwe❤❤❤❤❤❤❤
@manelaaad1873
@manelaaad1873 Жыл бұрын
Ndayikunda kubi kuko irimwo inyigisho pee ❤❤❤ ndamaze kubona inyigisho nini ariko ep 5 ntimuyitevye
@alineirankunda425
@alineirankunda425 Жыл бұрын
Ntimuzatind turabakund intore ntind hejur Caan mwonger iminota kand ubund hashe
@aniellaakimanarugaruza
@aniellaakimanarugaruza Жыл бұрын
Ibi bintu jewe binteye n'ubwoba....uwutazokwiga mur'iyi film sinzi abasazi bazoba bamurimwo😅😅!! Intore ntindi🔥🔥
@ndikumanadiane7458
@ndikumanadiane7458 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@blindairanzi1786
@blindairanzi1786 Жыл бұрын
😀😀😀🥰🥰💯❤️❤️
@الينابروندي-ج8ث
@الينابروندي-ج8ث Жыл бұрын
😂😂😂😂
@ChachaChany
@ChachaChany Жыл бұрын
Uvuze ukuri
@faidanimfasha3008
@faidanimfasha3008 Жыл бұрын
Uvuze ukur p
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana Жыл бұрын
Amédée arandika nagende uwomuhungu bravo ku Intore ntindi hejuru cane
@maggiesadock
@maggiesadock Жыл бұрын
Ijapo sielewi ila nadhani kuwa ni Nzuri sana ❤❤❤❤❤
@gescaharindanga334
@gescaharindanga334 Жыл бұрын
Pole dear ni nzuri ina somo inafufundisha wanawake ambao wanasahau majukumu kisa hawataki wawe n'a uchafu !majukumu yote wakaachia housegirl 😢
@deborahofficial6154
@deborahofficial6154 Жыл бұрын
Utaelewa❤ 🇧🇮
@maggiesadock
@maggiesadock Жыл бұрын
@@gescaharindanga334 oh Asante love kumbe Nzuri sana ❤❤❤😊
@NanaNadine-o5d
@NanaNadine-o5d Жыл бұрын
Tena saaana
@NanaNadine-o5d
@NanaNadine-o5d Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@emelyneniyuhire1393
@emelyneniyuhire1393 Жыл бұрын
Séries yubwenge kabisa directeur Amédée yubahw
@didindayiragije927
@didindayiragije927 Жыл бұрын
Keep shining all of members of Intore ntindi.Even thoug i'm in long delay I kepp watching this interesting series!
@MariamuBahati-l4c
@MariamuBahati-l4c Жыл бұрын
Murashoboy arik miduh icagatanu vyigut 🥱🥱🥱🥱muratw🔥🔥🔥🔥🔥ndabakunda sana❤
@teddyciza9995
@teddyciza9995 Жыл бұрын
Ibinebwe vya vandredi tuzindukira kur Bmtv kuraba intore ntindi mwubahwe😂
@MeryMery-mg9mm
@MeryMery-mg9mm Жыл бұрын
Oya sikunebwa nurukundo tuyikunda
@-rebeth
@-rebeth Жыл бұрын
King sabas ugira ukore umuti hakirikare gus kantore uzoba umuhohoteyee
@elclara6745
@elclara6745 Жыл бұрын
Nimuyiduhe 2 mundwi basha muzoba mukoze🙏
@fifiakimana57
@fifiakimana57 Жыл бұрын
Mbay uwanyuma ewe ntore ntindi murabamber kumubunbe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉 impanuro kubadamu mwubahwe❤❤❤❤❤
@Johnclaude916
@Johnclaude916 Жыл бұрын
Murakoze. Caaane kuduha igice gikurikira turakunda film zanyu muhezagirwe🥰
@Nimubonaegide-hd7iw
@Nimubonaegide-hd7iw Жыл бұрын
Umwandisi wiyi filme arakwiye agashimwe vrmt Sabas komera mutama nabutwara murintwari
@emelynecimpaye6630
@emelynecimpaye6630 Жыл бұрын
Ndabakunda ukuntu mubikora ❤ komeza mutwigishe ❤❤
@NshimirimanaCausette-lv9rq
@NshimirimanaCausette-lv9rq Жыл бұрын
Mubikora nez CN courage ndabknda cneeeee
@DrDon-JacksonBayubahe-mm8vv
@DrDon-JacksonBayubahe-mm8vv Жыл бұрын
Love from ❤️ Jackson ❤️ INTORE NTINDI 🔥🔥🔥🔥🔥
@macumispeciose8439
@macumispeciose8439 Жыл бұрын
Mbega inyigisho. Uraba wumva mukenyezi ni wew ubwirwa. Gusa mutwongeze iminota canke muyiduhe 2foid par semaine
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 Жыл бұрын
Intore ntindi hariho abantu bataryama nkanje 😂hama abadame nkanje imaze kwigisha tumenyane ❤
@faidanimfasha3008
@faidanimfasha3008 Жыл бұрын
Nanj sinryama nukur😂😂😂
@esperanceburundi1718
@esperanceburundi1718 Жыл бұрын
Nukuri murigosha pee nukuri biriko binyubaka cane❤❤❤❤❤ dabakunda mushishikare mutwigisha ukonyene
@yvesninezereza
@yvesninezereza Жыл бұрын
nubwo zitoba likes,cnk comments zacu,mwebwe nyene ubwanyu,iyi film muyiravye mwokwikomera amashi,mukaryoherwa,koko mwakinye neza cane❤ respect to u,much love❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@RemegieNishimwe-iy2fk
@RemegieNishimwe-iy2fk Жыл бұрын
Gayus mwoger iminot gus mwubahwe cyan
@irakozedorine7894
@irakozedorine7894 Жыл бұрын
Nuko ingo nyinshi zitamenya inshingano.ewee kantore urayabonye😅so courage muraduh inyigisho❤❤❤❤
@DivineNDAYIKEZA-cm2vq
@DivineNDAYIKEZA-cm2vq Жыл бұрын
Kantore lmana yonyene🎉,turabakurikirana 👏👏👏kure cane nihotubipfuriza kugera
@veronicasolange930
@veronicasolange930 Жыл бұрын
Thank you so much for this new episode please we want next episode
@Maziyateke_tv
@Maziyateke_tv Жыл бұрын
😂😂😂😂 Metoo.
@عليعبداللهالمعمري
@عليعبداللهالمعمري Жыл бұрын
Regs
@amara8954
@amara8954 Жыл бұрын
Ndabakunda rwinshi Kndi murashoboye
@Maziyateke_tv
@Maziyateke_tv Жыл бұрын
😢 oh my goodness! I'm so speechless 💔 that's how many house maids being forced and used with their bosses around the world, especially in Africa, but this boss is innocent his wife she is the one who is causing him to do this but sadly I didn't expect him to say that to kantore😭 just bcoz she don't have anyone to go to should she slept with him 😠nah. Iam with kantore hopefully she will make it 🤍🤞 please hurry and give us next episode, thanks as we are still waiting with curious 🔥🙈
@nimenyaaliette7804
@nimenyaaliette7804 Жыл бұрын
Intore ntindi hejuru 🥳🥳 gusaa mukwiye kongera iminota mudutera umunoho😍
@faidanimfasha3008
@faidanimfasha3008 Жыл бұрын
Kantore wee kongukunda ukuntu uba wimereye neza 😂😂❤❤❤
@IngabireClarise
@IngabireClarise Жыл бұрын
Ndabakunda cyane pe murabahanga murateba cyane mujyemunyarutsa❤❤❤
@ndayiragijejeanclaude-rh1zl
@ndayiragijejeanclaude-rh1zl Жыл бұрын
Uwo connexion zagoye nkanje agacaja kuri wifi agonge like ngaha😂😂😂😂
@ClairiaKwizera-ow1ep
@ClairiaKwizera-ow1ep Жыл бұрын
Oh m'y God untore ntindi hejuru cane Hama natwe abakunzi bireresi tubandanye tubashigikira.murigisha cane mwubahwe harabantu bariko barigishwa cne kumpanuro mutanga.
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe Жыл бұрын
Courage vraiment 💪🔥🥰💯
@RoseAleose
@RoseAleose Жыл бұрын
❤❤❤❤
@BelyseUwamwiza
@BelyseUwamwiza 4 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@UwaseEsther-p2c
@UwaseEsther-p2c Жыл бұрын
Nimugatinde kuyiduha pe turabakunda duhereye mu Rwanda
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 Жыл бұрын
😅😅😅😅😅akayashu kar kamurenze Alvella😂😂😂ah hant harantwengej ndahasubiyemw 2fois😂😂😂
@MmmNnnn-mn4hx
@MmmNnnn-mn4hx Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@faidanimfasha3008
@faidanimfasha3008 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂
@chnae-k5o
@chnae-k5o Жыл бұрын
Manawe ndumiw abagor bunbweng tuhakure inyigicho ikaze courage xanaa ❤❤🎉🎉
@abelnduwimana6785
@abelnduwimana6785 Жыл бұрын
Yikorereko iyo dossier irakomeye itere ijambere wanaaa😂😂😂😂
INTORE NTINDI Part 5
23:44
BMT Buja
Рет қаралды 909 М.
Человек паук уже не тот
00:32
Miracle
Рет қаралды 3,6 МЛН
Triple kill😹
00:18
GG Animation
Рет қаралды 18 МЛН
Wait for it 😂
00:19
ILYA BORZOV
Рет қаралды 11 МЛН
AMOURS BRISÉES   Saison 1- Episode 14
36:48
Yesdakar
Рет қаралды 24 М.
Ibirori vya Alvella muhimbare asinya amasezerano na Wema Entairtenment
51:44
Վրաստանի նախագահը ինձ արձագանքեց
18:59
Giorgi Tumasyan
Рет қаралды 38 М.
UMWANA AFASHE MAMA WIWE ARIGUKORA IBISUTWA NA TAILLEUR 🤣🤣🤣ILDEPHONSE COMEDIAN
11:14
Ildephonse Swahili&English Comedy
Рет қаралды 16 МЛН
INTORE NTINDI part 6 The end saison 1
40:03
BMT Buja
Рет қаралды 549 М.
PAPA SAVA EP1136:ARABAZUKANYE WE!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
23:24
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 51 М.
Человек паук уже не тот
00:32
Miracle
Рет қаралды 3,6 МЛН