INTORE NTINDI S02 PART4

  Рет қаралды 248,100

BMT Buja

BMT Buja

Ай бұрын

Uru rukwirikirane rwa kabiri rw'iyi reresi rurerekana uruhara rw'umugabo muguharanira iteka ryokwitwa umuvyeyi
mugihe Ketty wewe ariko akora ibishoboka vyose kugira umwana wa kantore nakantore nyene umugabo ntamenye aho bari .
wawundi ati, umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka ,
reka turabe Iyo biherera.
Iyi film ninkuru twiyumviriye.
twifuza guhanura kumakosa amwe amwe akorwa mungo zabubakanye.
Niwaba ubona hari ibisa nivyakubayeko.
Menyako vyabaye uruhurirane .ntamuntu twifuza kubabaza canke ngo twifuze kugira uwo dukomeretsa.
Kurikirana iyi reresi,
Ikibi tucime inzira
Iciza naco tugisasire indava.
FILM : INTÕRE NTĪNDI
DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERAMAN : XRAY BAM
EDITOR : NIJI PRO
PRODUCER : Amédée MANIRAKIZA
Contact : Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook : BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

Пікірлер: 1 400
@NticlobuBurundi
@NticlobuBurundi Ай бұрын
Tuzoyikwirikirana mpaka irangiye, aba zoyikwirikirana mpaka irangiye bampe like , kuko irimwo inyigisho🇧🇮🔥🔥🇧🇮
@deborahniyonyishu
@deborahniyonyishu Ай бұрын
Kuriyo kwi yawe tuzoyikwirikirana kbs mpaka
@nindamutsaodethe-wt2uj
@nindamutsaodethe-wt2uj Ай бұрын
Ketty koma nakare wagomba wice umumarayika
@MukakarindaEdissa
@MukakarindaEdissa 3 сағат бұрын
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Jolomi1
@Jolomi1 Ай бұрын
Abemeranya ko film zacu ziri kuyindi level mumpe like
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 Ай бұрын
Ziratanguye kugera kure kabisa❤❤
@VenantieGIRUKWISHAKA
@VenantieGIRUKWISHAKA Ай бұрын
Nukuri kw'Imana ndadugije idrapeau y'🇧🇮 niyamamare mw'isi yose
@Jolomi1
@Jolomi1 Ай бұрын
@@fidesinimahye5376 can gose ubu zirarabwa biteye ubwoba iyi yoyo ibayoboje inkoni yicuma
@Jolomi1
@Jolomi1 Ай бұрын
@@VenantieGIRUKWISHAKA Kbx hejuru cyane
@user-in2lr6ze5i
@user-in2lr6ze5i Ай бұрын
Ego vrmt
@KubwimanaTherence-vl6mw
@KubwimanaTherence-vl6mw Ай бұрын
Ndabakunda caneeee Ngozi turabakunda Gusa Jewe iconosaba nimwongereze iminota abashakako iyi frime boyongeraho iminota nimumpe like
@NtahirajaJeanChris-nl7sj
@NtahirajaJeanChris-nl7sj Ай бұрын
Nanje nacerew gs harabo natanze benshi can mump izo like rer
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza Ай бұрын
Sha Intore ntindi ni Fayaaaa abemeranya nanje kwiyi Film iyoboye mumpe Like❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@AffectionateButterfly-wy7cl
@AffectionateButterfly-wy7cl Ай бұрын
Kbx irayoboye
@AngeRubeneIrakiza
@AngeRubeneIrakiza Ай бұрын
@@AffectionateButterfly-wy7cl nukuli ntako batagira
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Ай бұрын
Umuriro pe
@user-it5in4gi8z
@user-it5in4gi8z Ай бұрын
Nukuri irarenze
@dianeniragira6500
@dianeniragira6500 Ай бұрын
Ntaco ubeshe kweri iranikwirikira😅
@MukandahiroAnnette
@MukandahiroAnnette Ай бұрын
Ninjye muntu wambere uyibonye mumpe like
@kludinaklo461
@kludinaklo461 Ай бұрын
😂❤❤
@Sarfien-ft5vc
@Sarfien-ft5vc Ай бұрын
Mbayuwamber
@JeanbaptisteNduwayezu-cv3dk
@JeanbaptisteNduwayezu-cv3dk Ай бұрын
Uzikoz ik se?
@francinGerome
@francinGerome Ай бұрын
Nubwo nacerewe sicane iyi film iraryoshe vyikirenga nabayikinamwo mwese❤❤❤❤❤
@JoselyneAkimana-co1xs
@JoselyneAkimana-co1xs Ай бұрын
Mbega 🩸🩸🩸weeee Saba urakoze umuti pe!🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🥰😍😘
@DianeHatungimana-ly6wp
@DianeHatungimana-ly6wp Ай бұрын
Courage murashoboy ndabakund,❤❤❤🎉🎉
@bayubaheallydelly-rn2zv
@bayubaheallydelly-rn2zv Ай бұрын
Reka ndabahe like mwese naho Jewe mutampa ntakibazo
@ikindiplus2024
@ikindiplus2024 Ай бұрын
Nawe turaguha ntakabi
@blandinedusabe
@blandinedusabe Ай бұрын
Muzikoziki izo link😂😂😂
@idrisniyonizeye6655
@idrisniyonizeye6655 19 күн бұрын
😮😮
@CLAUDIA-qd6vj
@CLAUDIA-qd6vj Ай бұрын
Kumunota wa 2 nkaba ndahageze abaza nyuma yanje mumpe like plz❤
@AaBb-jg7di
@AaBb-jg7di Ай бұрын
❤muyibona gute vyukuri mbenga ibintu biryoshe
@user-qd3jb8hn2q
@user-qd3jb8hn2q Ай бұрын
Irameze neza cane rwose hejuru ❤❤❤
@jousleen764
@jousleen764 Ай бұрын
Mwubahwe ndabakunda
@user-qm9li7mj2f
@user-qm9li7mj2f Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤ whhhhaaaaa mbakunda kubi can gos mukina nez vrt apana ubudumbindumbi
@ReineDuseIteka
@ReineDuseIteka Ай бұрын
Aujourd'hui 8ème mumpe like ibindi ndavuga mpejeje kubiraba ketty et son époux mukoresheje akanyabweng ❤❤❤
@ElieAhadi-xc4pq
@ElieAhadi-xc4pq Ай бұрын
Mbaye uwamber mundemere Ama like❤
@gakimamarieange3613
@gakimamarieange3613 Ай бұрын
Chalom ndafashijwe mutere muja imbere.
@NdihokubwayoPasteur
@NdihokubwayoPasteur 26 күн бұрын
Un de TV❤❤😢​@@gakimamarieange3613
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e Ай бұрын
😢😢😢😢😢😅😅😅😅😅😅😂😂😂😂kandi uriseriye ariwewe wavyiteye ukamusanga munhira
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Ай бұрын
Mbega film kuryoha weeee ndiko ndayiraba numva agatima kera de❤❤❤
@FauziaAkeza
@FauziaAkeza Ай бұрын
Nukur nanje nimumpe Like numv uko bimez bakunzi ❤❤❤❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Ай бұрын
Uyumusi nkaba ndazindutse ndabaye uwambere💃💃💃 abakunzi b' INTORE NTINDI tumenyane muri bwabumwe🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 Ай бұрын
😂😂😂😂😂 sinzi impamvu ntwenze😂 nn uracandik ngo wabaye uwambere knd twam tubizik ari wewe uzinduka😂😂😂
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 Ай бұрын
@@kubwimanayvette6203 iyonzigo izohera ryari🤣🤣🤣🤣🤣 GS ndakwikundira🥰
@JanijaniJani-u3j
@JanijaniJani-u3j Ай бұрын
Naj nimundemer Like nezegw muband merc❤
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial Ай бұрын
Nacerewe ariko sicane abakunzi biyiserie intore ntindi nanj mundemere muciy kuriyo foto yanj ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Ahishakiyeemmanuel06
@Ahishakiyeemmanuel06 Ай бұрын
Mujye muyiduha idatinze nange nkunda iyi film mumpe like😂
@user-mc4tx2ym6v
@user-mc4tx2ym6v Ай бұрын
Uruwahe??😂
@AffectionateButterfly-wy7cl
@AffectionateButterfly-wy7cl Ай бұрын
Kuberiki​@@user-mc4tx2ym6v
@kevineinarukundo7229
@kevineinarukundo7229 Ай бұрын
​@@user-mc4tx2ym6vushaka kuhamenyera iki ?uranushinzwe
@RachelUwimana-ok6of
@RachelUwimana-ok6of Ай бұрын
Mbaye uwamber mumpe like iyifilm ndayikunda cyane irimo inyigisho zikomeye
@SuzanneNyandwi
@SuzanneNyandwi Ай бұрын
Mbe kozihera kare ! Film iryosh kubiiiiii
@KigemeChantal
@KigemeChantal Ай бұрын
Hejuru cane murakunzwe mwese kand cane❤❤❤🎉🎉🎉
@odaoda2517
@odaoda2517 Ай бұрын
Kantore bamugize akajuju nivyarimwo ntavyaze gus Ketty ararushe gusa umugabo wa Ketty ndamushimey kwatigeze yemera ko ketty amenibaga imbere yakantore ninyigisho kubantu bubatse bitwaranabi nk ketty Amedee courage tukwifurij kugerakure❤❤❤❤❤
@user-nono372
@user-nono372 Ай бұрын
Uyumusi ndabona sinacerewe cane abari murukundo niyifilm tumenyane
@Precidesni
@Precidesni Ай бұрын
Nukuri iyi film ni 🔥🔥🔥 mabuja reo mugukina vrmnt umengo niw yabizany kwisi 🎉arabizi nukuri🌷🌷🌷🌷🌷🥀🥀🥀🌹🌹🌹🌹🌹
@NiyongereAline-sc7jp
@NiyongereAline-sc7jp Ай бұрын
Abakinyi.beza.cane.dukunda.twishimira.courage🎉🎉🎉🎉🎉
@DjumaNdayishimiye-rc7ol
@DjumaNdayishimiye-rc7ol Ай бұрын
hemw mwazinduts nukur arik nah nacerew mump utu like abakund intore ntindi nkanj ❤❤
@albertniyonizigiye4510
@albertniyonizigiye4510 Ай бұрын
Nivyiza
@albertniyonizigiye4510
@albertniyonizigiye4510 Ай бұрын
Nivyiza
@albertniyonizigiye4510
@albertniyonizigiye4510 Ай бұрын
Nivyiza
@NdayambajeClaude-uh6vq
@NdayambajeClaude-uh6vq Ай бұрын
Uyumusi nanje mbaye mubambere mumpe like twikomereze
@user-fy2pr3lp2y
@user-fy2pr3lp2y Ай бұрын
Iyi film kwirenze🤭abarundi basigare bari kuyindi level kabisa,je vous encourage vrema
@AlexisBAYUBAHE-ky5hk
@AlexisBAYUBAHE-ky5hk Ай бұрын
What talented actors ! U're so better in this game. Thanks a lot for your lessons !! May God bless you
@isaacvyihoze9029
@isaacvyihoze9029 Ай бұрын
❤❤❤❤ ❤mumpe like abakunzi ba intore ntindi
@AliceNiyibizi
@AliceNiyibizi Ай бұрын
Abagira commentaire batararaba film mwubahwe😂😂
@user-ih3nl7yl2r
@user-ih3nl7yl2r Ай бұрын
Nukur 😂😂😂😂
@ndayizeyebella5780
@ndayizeyebella5780 Ай бұрын
Amavuta ya Ndiho ababeko😘😘😘😗
@JustineNiyonahabonye
@JustineNiyonahabonye Ай бұрын
Ketty kwihana kweliiiii wariwishe umumarayika kubera maman Yvette yaguhanuye nabi kantore nawe raba ukurikize umwana ndabona sabbas avyara imbegu pee!kandi Ketty ntakuntu wobura ifuhe ubona uru bébé nkarurya gumugabo wawe kuncoreke nawe warabuze niyikoroka Kandi uricukiiii❤❤❤❤ hejuru cane Juju je n'a BMT ❤❤❤❤
@JosianeNiyonsaba-vb4bu
@JosianeNiyonsaba-vb4bu Ай бұрын
Finally, I made it😂😂😂. Kuva kuwa 12k nkaba uwa 1003 nintambwe. Abemerako Tuba twigoye mumpe like pls
@fafaTtn2877
@fafaTtn2877 Ай бұрын
Abakunzi b'intore ntindi muze hano❤
@InnocentMinic-bw4wq
@InnocentMinic-bw4wq Ай бұрын
Murabakozi kbx💞💞
@Braudelsmith
@Braudelsmith Ай бұрын
Courage vrt ❤❤❤❤❤
@user-cm3yv5pq7v
@user-cm3yv5pq7v Ай бұрын
Harahiiiiye weeee 😱😱 !!! ndimubamber mump like ❤
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Ай бұрын
😂😂haratokombeye
@aullah257
@aullah257 Ай бұрын
Intore ntindi love from 🇧🇮 ❤❤❤ mugabo basha mutwongere iminota nukur
@jeanclaudeniyonkuru4710
@jeanclaudeniyonkuru4710 Ай бұрын
Courage vrt❤
@FabriceNishemezwe
@FabriceNishemezwe Ай бұрын
Ndabkunda Kanini ongereza iminot
@IrankundaDevotte-yu4nm
@IrankundaDevotte-yu4nm Ай бұрын
Courage beza naho nacerew nanje mwampay like ❤❤❤🎉
@user-gt6gd3cv1s
@user-gt6gd3cv1s Ай бұрын
Nkundukuntu muraba ibitekerezo vyabafana ukabikorera KO kuba umwana wa kantore atariye uburozi❤❤❤❤❤ilove sabass❤❤❤❤❤
@user-qn3ul4ju4x
@user-qn3ul4ju4x Ай бұрын
Mukama karabaye noneho Mbe Kantore aremer ivyo ketty agiy kumusaba abanezerewe Nuko Tania atariye uburozi Mundemere like zanj❤❤❤Ndabakunda
@Kamyamunezanadine
@Kamyamunezanadine Ай бұрын
Courage vrt,mwabikoz neza cane kko iyo umwana apfa ntitwosubiy kuyiraba
@esperanceniyonkuru6970
@esperanceniyonkuru6970 Ай бұрын
Uwu musi rero sasa ni funika❤❤.bwana Amédée tora amashugwe yawe🌹🌹🌹💐💐💐💐 boba Sabas kamata yako,🌹🌹🌹🌹🌹 ketty weho rero,🔥🔥🔥🔥🔥🔥kantore ❤️❤️❤️❤️❤️Tania urahatswe ntacukibaye.ndabakunda Muraduteguye neza. Intore ntindi hejuru cane. Nahubutaha
@user-re3sc9ck9f
@user-re3sc9ck9f Ай бұрын
Intore ntindi hejuuuuruuuu❤❤❤❤❤❤😂😂 murantwengeje ket umwosha mubi anganumurozi raba ibibazo ubayemwo kubera kukosha nabi kandi ngo urucira mukaso rugahitana nyoko waruzi ko ugomba ugirire nabi kantore non vyakugarutseko gusa pole sana uhukure icirwa gusa kwer murashoboye🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@nadineciza2777
@nadineciza2777 Ай бұрын
Mmmmhhh ari ga yemwe hariho abantu muguma muri yeux dans 1h plus de 7mil personnes muza mwahejj kuraba😮anyways congratulations kubakinyi bacu🎉🎉
@user-nq3vo7yp4o
@user-nq3vo7yp4o Ай бұрын
Ndabakunda mubikoraneza❤❤❤😊
@AbdoulkalimNDIKUMANA
@AbdoulkalimNDIKUMANA Ай бұрын
Ababon yuk baduh iminota mik boyongerez mur heh ,sig lik ub turyoherw ni ntor ntindi ndab ❤❤❤❤❤
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe Ай бұрын
Oya vrmnt murabe mutwongeze iminota kuko Intore ntindi iratesa 🔥🔥🔥🔥🥰🥰🥰🥰 ndabakunda❤️❤️❤️❤️
@arseneniyimbona4119
@arseneniyimbona4119 Ай бұрын
You Always give the best movie❤❤❤ keep shining my lovely actors We have in our country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Mugishafransine
@Mugishafransine Ай бұрын
Icobita intore ntindi rero Niki Mana urakoze gutabara umumarayika wawe keti rero😢😢😢😢warase kumvira.maman ovadi.nn.raba😢😢😢😢🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤mubirimwo neza🎉🎉🎉intore ntindi mwese hejuru❤❤❤🎉🎉🎉
@epipodehavyarimana7656
@epipodehavyarimana7656 Ай бұрын
Ndemeye ko hariho abansumvya kuzinduka❤❤❤
@muhiretheophile2171
@muhiretheophile2171 Ай бұрын
Mbakunda cyane kantorewe ndakwemera pe rinda ikibondo cyawe neza utazacyamburwa nuwo wizeyengo nicuti ❤❤❤❤
@Iracelr4f
@Iracelr4f Ай бұрын
Intore ntindi🔥🔥🔥🔥uburyohe bwa film ndundi rero,BMT mwubahwe canee
@spesndihokubwayo8059
@spesndihokubwayo8059 Ай бұрын
Maman Yvette aragakoze!ketty cubwenge, ntamahoro ,uzopfuronse ubanje gusesa amaraso yumuziranenge!urugo nishule ,usamay ukarwinjizamwo uyundi muntu,uzopfana umubabaro nagahinda kadahera!Film yigisha caane kumenya abukwiye kugendana nabo❤❤❤
@user-no1xu7vy8o
@user-no1xu7vy8o Ай бұрын
😢 waaaaooooh kuyindi mpwemu disii lntore ntindi hejuru cne nanje mbaye mubambere 🙏🙏🙌🙌🙌🙌🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎉🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥✍️✍️✍️💯💯💯💯💯❤
@user-vu2iu7rv5s
@user-vu2iu7rv5s Ай бұрын
Mbega yemwe narinzi ngo ninja nduwambee naco mumi second nkab mbayemwe ambaza nyuma mumpe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@geovanisniyonkuru1050
@geovanisniyonkuru1050 Ай бұрын
My God ,that's we call good job be blessed go on shining
@dativenininahazwe2164
@dativenininahazwe2164 Ай бұрын
Jewe ntavy'uwambere ntawakabiri,kazima umwana adapfuye ibisigaye mukina vyose ndabiraba neza ntaco bintwaye, Amédée Kure cane uhagere sha muhungu wiwacu🎉🎉🎉🎉
@dieudonnenduwimana3416
@dieudonnenduwimana3416 Ай бұрын
Boom Boom nar ndayitegany igishk ahubw ❤❤❤❤
@NibigiraJackie
@NibigiraJackie Ай бұрын
Basha nanje mbaye mubambere reka nicare
@user-yh7um3xt5t
@user-yh7um3xt5t Ай бұрын
Mbega filmé iryoshe irimwo nimpanuro🎉🎉🎉❤❤❤burundi hejuru
@doxcellaarakaza
@doxcellaarakaza Ай бұрын
Nukr nanj ndimubamber rek nicare ark ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉nutwanyuuuuu ndabaknda mazeu
@Francus1609
@Francus1609 Ай бұрын
Neza cane bakinyi beza murashoboye peeeee bakunzi ba série INTORE NTINDI muze hano tumenyane.
@user-kh3tk5ip8s
@user-kh3tk5ip8s Ай бұрын
Naje
@tuyisengesolange5484
@tuyisengesolange5484 Ай бұрын
Hey abantu barazinduka kweli gusa muduha utunota duke
@jeanclaudejeshii8285
@jeanclaudejeshii8285 Ай бұрын
Naratevy gusa hagusiba wocererwa Intore ntindi niyanje🎉Arvella Mumumpere kamwe nzokariha 🎉🎉🎉
@agxgfhxf5292
@agxgfhxf5292 Ай бұрын
Pore kantore imana iramubona umwana ntacaba
@NDUWARUGIRAClothilde
@NDUWARUGIRAClothilde Ай бұрын
Sabas. Wacu yubahwe. Arashoboye
@SandrineNSABIMANA
@SandrineNSABIMANA Ай бұрын
Ntacahishijwe kitazomenyekana 😢😢 Vyose biragiy ahabona umwana ararokotse Sabas hejuru cane
@user-fw9pi5kk4i
@user-fw9pi5kk4i Ай бұрын
Nubwo ndayirevye ntevye nukuri intore ntindi kumuvuduko munini Cane mukomere mwese
@user-qz6uq4ii7w
@user-qz6uq4ii7w Ай бұрын
Waooo t day mbay uwamver Bmt amashurw🎉🎉🎉🎉🎉🎉hejur
@user-wc3qo3ud1p
@user-wc3qo3ud1p Ай бұрын
Nza nazinduka peee🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
@LeenaLeena-sj4ig
@LeenaLeena-sj4ig Ай бұрын
Yoo intore ntindi we ngo ntamahoro yumunyavyaha kweli😂😂😂😢😢❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw Ай бұрын
Ewe Lavelle shaaa warikwegeye upfanyintuntu yumugabo murugo gusanukur courage ndikondiga cane hirimwajambo yubweng
@SignolineIradukunda
@SignolineIradukunda Ай бұрын
Mbay mubamber mump like
@vyukusengejoici-uv6sx
@vyukusengejoici-uv6sx Ай бұрын
Uyumusi ndazindutse pee mûri 33munut gusa❤❤❤❤❤❤❤❤
@danielniyoncuti5124
@danielniyoncuti5124 Ай бұрын
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉 respect Amédée kuba Tania atapfiye knd agafatw uwagira amwice uri umwanditsi wibihe vyose
@SabimbonaEric-v3m
@SabimbonaEric-v3m 26 күн бұрын
Niyo film yonyen yabarundi maze kuraba😂😂
@user-fq1ce7sf1f
@user-fq1ce7sf1f Ай бұрын
Kety we warikwegeye kwel ubona utabuze amahoro nne nkubu iyuramuka umwishe naho vyac bigenda gte mpore cane gusa murampimbara kunyigisho nziza muriko mutanga❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@adediniyo9538
@adediniyo9538 29 күн бұрын
Iy nzoyikurikiran mpak kumwuka wayo wanyuma kabis iteguye mez gose 🎉ndabakund ❤knd courage
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e Ай бұрын
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😮😮😅😅😂😂😂😂😂😂😢😢😢😢😢😢😂😂😢😂😢😂😂😢😢😂😢yachaste Ave mubuzima wmabubaste cha😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😊😊❤❤❤❤❤❤😊❤😊❤😊❤😊cha bishop kubingeme
@innocentniyonkuru1680
@innocentniyonkuru1680 Ай бұрын
Mwakinye neza kabisa mwubahwe
@sergesntunzwenimana
@sergesntunzwenimana Ай бұрын
Nimechelewa haki baombi like ata 5❤❤❤❤
@jaliandacayisaba-jp6zq
@jaliandacayisaba-jp6zq Ай бұрын
Mudusigarany amatsiko y'iknt Katy ashaka k kantore amufasha🤣🤣anyway Katy pole sana kudu Care waha umugabo akatwanka i can't wait for part 5❤❤❤❤ndabakunda
@AliceCuki
@AliceCuki Ай бұрын
Mbega intor ntindi weee hagiy gusha gusa rer harabantu bataryam nkubu nagirang Nd mubamber😂😂😂😂 Soo nda❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@dianeniyonsaba5666
@dianeniyonsaba5666 Ай бұрын
Mbay uwa mbere😂😂😂
@raissa6836
@raissa6836 Ай бұрын
Ndabakunda cane ❤️❤️❤️❤️🇧🇮❤️🇧🇮❤️
@alinendayisenga3555
@alinendayisenga3555 Ай бұрын
Umuhanuzi mubi angana Umurozii.umurozi wa mbere nuwahanuye kwica umwana.iraryoshe courage
@ClaverNdacayisaba
@ClaverNdacayisaba Ай бұрын
nawe urabanguka kumwakira ishakoshi uratwengeje😅😅 iyomenya iza munyuma akosho nikabi😅😅😊😊😢😂😂
@aaaaa6377
@aaaaa6377 Ай бұрын
Ntimukiryama mur 10mim mbaye uwa1million😂😂😂😂
@user-mc4tx2ym6v
@user-mc4tx2ym6v Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂 Ndabinginze munyereke aho babirabira je nama numva ngo mbaye Uwamirongo simbitahure Babirabira hehe kugira umenye aho uri😂😂😂😂🙈🙈🙈🙈🙈
@user-gx8gb4ym8d
@user-gx8gb4ym8d Ай бұрын
😂😂😂😂😂
@user-mc4tx2ym6v
@user-mc4tx2ym6v Ай бұрын
@@user-gx8gb4ym8d Niki?😂😂😂😂😂😂😂
@dadaniyitungire6244
@dadaniyitungire6244 Ай бұрын
Nubwo nacerewe abakunzi b' intore ntindi musige like ngaha tumenyane 🤝🤝 muri gwarukundo guys ntimumbanire 🤗🤗
@rahimaksa4422
@rahimaksa4422 Ай бұрын
Nyantore karubugesera eka nintindi😂😂iRaguse You Tub❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉Murakoze kunyiriza neza🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@user-ko4in4uy1u
@user-ko4in4uy1u Ай бұрын
Waw Waw Nukur Iyi Team Ikina Iri Serious Cane Nukuri Peeeeee Mwubahw Gose❤❤❤❤❤❤❤
@user-bc6li6xc5u
@user-bc6li6xc5u Ай бұрын
Wawou wawou narimbakumbuye nahoraga ncungana nayo ❤❤
@OmarNdayisenga
@OmarNdayisenga Ай бұрын
Yooo Sabas urumugabo kbx courage mwese murashoboye
INTORE NTINDI S02 PART 5  THE END
45:49
BMT Buja
Рет қаралды 260 М.
NITOU INTERET - Saison 1 - Bande Annonce Episode 58
3:59
Pikini Production
Рет қаралды 42 М.
Inside Out Babies (Inside Out Animation)
00:21
FASH
Рет қаралды 13 МЛН
Каха заблудился в горах
00:57
К-Media
Рет қаралды 8 МЛН
UMUKAZANA GITO PART1//😭😭KANYANA ATUMYE SAMMY YIHAKANA NYINA
48:53
Gogo love official
Рет қаралды 125 М.
INTORE NTINDI FULL MOVIE
2:06:19
BMT Buja
Рет қаралды 625 М.
Ibirori vya Alvella muhimbare asinya amasezerano na Wema Entairtenment
51:44
Grandma Dog Won
0:15
Daria Family
Рет қаралды 10 МЛН
Фильм про побег от родителей
0:59
Holy Baam
Рет қаралды 1,7 МЛН
Бабайка #юмор #рекомендации #прикол
0:32
МэдПринц 👑
Рет қаралды 2 МЛН