Inyambaro zubahiriza umuco ni izihe ?

  Рет қаралды 786

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

🥋 Inkuru ya wa mugabo wo mu Cibitoke yaragana mw'ikomine yamabaye ikimono ca "karaté" iriko ivugisha benshi
⛽ Abatunze imodoka, murazi ivyo musabwa guhera itariki 6 Gitugutu 2024 kugira munyweshe igitoro ?
Kaze mu makuru y'uno musi 👇🏾
#KuMusi
#imico

Пікірлер: 7
@b.christaiteriteka7582
@b.christaiteriteka7582 Күн бұрын
Y'a des causes plus nobles à défendre...
@Jay-Lobdi649
@Jay-Lobdi649 2 күн бұрын
First give me like
@VinVignac
@VinVignac Күн бұрын
Ugo ruhanga rwawe nigisharizo canke rukoreshe Mana yanje ,niho uzoterimbere
@gustaveguigui3312
@gustaveguigui3312 Күн бұрын
None abagira ihiganwa ryukwoga(natation) bazoza barambara ipantalo. Twoy gutumwanya nibibazo vyinyambaro ahubwo tugwan nubuken.
@gustaveguigui3312
@gustaveguigui3312 Күн бұрын
Uyomushingamateka none yatanz inyishu nyabaki kurabo bakinyi ba volley. Bazokwambar ikanzu cank imvutano? Iyo agiy muri sport yambara inki? Aba atlet bambara inki? Umusi hazoza ngaha i Burundi, azobasaba ko bambara inki
@Simplice-o2z
@Simplice-o2z Күн бұрын
Daavy je te conseil d'enrichir le débat mu gutumira abahinga mu vya kahisee cank mu mico pour éclairer l'opinion. On n'invente pas la roue, le Burundi n'est pas une île!
@brouillon2002
@brouillon2002 Күн бұрын
Argument yo kuvuga akaranga k'i Burundi ikunda iyo ako karanga kaboneka. Turavye n'amafoto, turakabona. None iyo argument igumaho gute? Ni bavuga akaranga ka none bareke kuvuga akaranga ko kuva kera
“Natakaje ubusugi kubera ukutamenya”
14:17
Yaga Burundi
Рет қаралды 3,2 М.
Ishano i Bujumbura: twarabatohoreje !
6:54
Yaga Burundi
Рет қаралды 13 М.
Running With Bigger And Bigger Lunchlys
00:18
MrBeast
Рет қаралды 120 МЛН
Spongebob ate Michael Jackson 😱 #meme #spongebob #gmod
00:14
Mr. LoLo
Рет қаралды 10 МЛН
Kugira umuririmvyi abeshweho n'umwuga wiwe ? Igice ca 1
8:08
Igisata c'indero mu Burundi kiracahanzwe
6:57
Yaga Burundi
Рет қаралды 303
John Elarts : de dessinateur à Réalisateur Star
3:58
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,8 М.
Ubuhinga mvaruganda AI, bwokamishwa gute ?
5:26
Yaga Burundi
Рет қаралды 880
“Narahemukiwe, mpakwa kwiyaka ubuzima”
10:14
Yaga Burundi
Рет қаралды 4,3 М.
Rimwe ryishe vyose
4:07
Yaga Burundi
Рет қаралды 6 М.
Theecember: la voix de la Gen Z
5:48
Yaga Burundi
Рет қаралды 10 М.
Starlink mu Burundi, si urukurukuru
6:05
Yaga Burundi
Рет қаралды 9 М.
Kuki "Féminisme" mu Burundi ?
7:02
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,3 М.
Umugera wa Marburg : harajwe !
5:32
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,4 М.
Running With Bigger And Bigger Lunchlys
00:18
MrBeast
Рет қаралды 120 МЛН