UBWOKO BUNE BW'IBIMAZI BIHIMBARA NDIHO by Chris NDIKUMANA

  Рет қаралды 92,008

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

Күн бұрын

Пікірлер: 272
@inyigishozachrisndikumana
@inyigishozachrisndikumana 2 ай бұрын
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
@YvonneUwamariya-tq9lp
@YvonneUwamariya-tq9lp 2 ай бұрын
le plus grand
@batirihuguette3435
@batirihuguette3435 11 ай бұрын
Ndatahuye ko ikimazi Imana yiteze kuri jewe ari: 1. Umubiri wanje 2. Ikintu mfise c'agaciro 3. Umwanya wanje 4. Uburyo Ariko ivyo vyose kugira bihimbare Imana, bisaba ko mba nejejwe, nkakira Yesu nk'Umwami n'Umukiza Imana ihezagire Umukozi wayo..., dukomeze guhishurirwa vyinshi bimuciyeko. Ndakunda Yesu❤
@franciraud
@franciraud 9 ай бұрын
Ameeeen
@boscominani8601
@boscominani8601 9 ай бұрын
❤❤❤Chalome mukozi wimana
@NadiaMKitchen
@NadiaMKitchen 3 ай бұрын
Ameen
@niyitegakasolange537
@niyitegakasolange537 10 ай бұрын
Ndafashijwe Chris uzagaruke I kigali dukumbuye kubana nawe
@NshimiyimamaPascal
@NshimiyimamaPascal Ай бұрын
YESU NUMWAMI🙏🙏🙏
@IzompigombaChristian
@IzompigombaChristian 21 күн бұрын
Imana ishimwe umukozi wayo yame adusengera Imana iduhe kumva nogukora tubone kuba abahigwe ❤.Amen
@laurettetetero3529
@laurettetetero3529 11 ай бұрын
Ico turirira barakirirana, ico turirana bakakiririra 😭🙏🙏Imana impe umutima ushima mw’izina rya Yesu
@MinaniEstella-l3u
@MinaniEstella-l3u 10 ай бұрын
Roxjd
@MinaniEstella-l3u
@MinaniEstella-l3u 10 ай бұрын
Kfuc7rbrydx u
@MinaniEstella-l3u
@MinaniEstella-l3u 10 ай бұрын
Agdib zky xw
@cecileliade6548
@cecileliade6548 10 ай бұрын
Amen même si je ne comprends pas et je ne parle pas la langue mais je reçois et je parle en langue serviteur de dieu c'est comment..Merci seigneur je béni le seigneur Jésus je suis au culte merci seigneur alleloua pour ta bonté ton Amour ton bien fait merci kanguka pour tout gloire gloire à dieu. ❤❤❤
@cecileliade6548
@cecileliade6548 10 ай бұрын
Malgré que je ne comprends pas la langue mais je reçois la visitation . Super super super merci serviteur de dieu traduire en français serviteur de dieu merci ❤❤❤
@TheCharity.
@TheCharity. 10 ай бұрын
Tu peux suivre ses enseignements en français. Dans le recherche tu écris: *Chris NDIKUMANA,* tu trouveras la chaîne qui est en français.
@TheCharity.
@TheCharity. 10 ай бұрын
Pour les prières et les témoignages en français, tu écris *Kanguka Français,* tu trouveras la Chaîne en Français.
@AnnyChanella
@AnnyChanella 4 күн бұрын
Yesu aguhezagire Mukozi w'Imana ❤uratwigishaaa nukuriii 🙏🙏
@christophenizigiyimana7941
@christophenizigiyimana7941 5 күн бұрын
Yesu ashimwe.ndafashijwe n'iyi nyigisho.Imana ikomeze kwagura umukozi wayo.
@albine-up8vw
@albine-up8vw 11 ай бұрын
IMANA ihabwe icubahiro kubwumukozi wayo yaduhezagije Chriss kand IMANA ibandanye ikwagurira mubury bwose
@Maziyateke_tv
@Maziyateke_tv 11 ай бұрын
mana we, mpa imbaraga zo kurekura ibidafite umumaro, ndeke wikorere icyo wanzaniye kuriyisi mwizina Ry'Ayesu. amen
@NyashimweBeatrice
@NyashimweBeatrice 11 ай бұрын
Chriss waje mugihe nyaco ubwo abantu baribakeneye ijambo ryimana ryukuri imana ikomeze kukwagura ntakindi twakwifuriza 🙏🙏
@NiyonsabaYvette-s6c
@NiyonsabaYvette-s6c 3 ай бұрын
Imana ihezagire umukozi wayo n'umuryango wiwe
@juliettebukuru7187
@juliettebukuru7187 11 ай бұрын
Amen Amen ,Uhoraho azoguhe iherezo ryiza
@ThecreatorBurundi
@ThecreatorBurundi 11 ай бұрын
Amen muhezagigw nanj mugash igihut cans gukira mukozi wimana
@cecileliade6548
@cecileliade6548 10 ай бұрын
Seigneur à travers ton serviteur mes enfants et petits enfants témoigneront â ton nom seigneur c'est par ton serviteur que tu utilises puissamment j'ai la confiance et la foi merci Jésus ❤❤❤ traduire en français serviteur de dieu. 🙏
@DianeMurundikazi
@DianeMurundikazi 3 ай бұрын
Amen
@girumwetedukorecooperative7469
@girumwetedukorecooperative7469 10 күн бұрын
nanezerejwe nikimazi ibrahimu yatanze
@kanyabapamela6576
@kanyabapamela6576 11 ай бұрын
Ndize cyane imigisha itagabanije Pasta Chris we love u so much
@NkezimanaElyse-od8bk
@NkezimanaElyse-od8bk 11 ай бұрын
Mukozi wimana turabashimiy ukungen mwigora mukatubarir ivyo mpwem abatum mutubwira.nukuri turafasha gooos.
@OdetteNdihokubwayo
@OdetteNdihokubwayo Ай бұрын
Amen amen amen amen nishimw muhezagigw caaanee
@DidaceNizere
@DidaceNizere 4 ай бұрын
Amen ndagushima Mana ndavye ahowankuye mukaborerw ukankur ahonankoze amezi icenda ntahembwa. unfash ndonk amaher navuyeho ndabahera nshobor kuyariha
@ribertsekadodo662
@ribertsekadodo662 11 ай бұрын
Mwigisha imana ikomeze igusiga ama vuta meshi cane numu ryango wawe wose 💯🇿🇦🇿🇦🇿🇦 Cape town
@ZeophrateNdikumana
@ZeophrateNdikumana 18 күн бұрын
Mega mwirohero mŵarikumenya gute imda😂 Imanà n'umwigisha wumuhànga
@LodeAs-i3c
@LodeAs-i3c 11 ай бұрын
Turagukunda kukuntutwigisha turahezagirwa.
@TheogeneNdayishimiye-cq3wv
@TheogeneNdayishimiye-cq3wv 11 ай бұрын
Amen 🙏❤ Muhezagigwe cyaane mukozi wa NDIHO Kandi turabasabira kuzaroswa iherezo ryiza❤❤❤ Iyi nyigisho iratwubatse cyaane amen
@banzabernadette2805
@banzabernadette2805 4 ай бұрын
Chris,amasengesho uduha adushika kumutima.Nsengera umugabo wange,arwaye parkison,s nibindi bibi.Imana iguhe umugisha
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 11 ай бұрын
Imana Yame Ikwitwho iminsi yose muvyeyi kuko nawe witaho kugaburira no guhaza intama Yakuragije mu mpande 4 z isi Itwigishe kadi Idushoboze vyukuri kuyiha ibimazi biyihimbara,. Hezagirwa iminsi yose muvyeyi hamwe na Equipe Kanguka yose !
@emmamfisumukiza906
@emmamfisumukiza906 11 ай бұрын
Turasavye interview ya Chris na Nadia🙌🙌🙏
@laurettetetero3529
@laurettetetero3529 11 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥
@niyokindichristine395
@niyokindichristine395 11 ай бұрын
Egoooo nukuriii
@franciraud
@franciraud 9 ай бұрын
Caanee Imana izoce inzira 🙏🏽🙏🏽❤️
@ArmelAHISHAKIYE-n6p
@ArmelAHISHAKIYE-n6p 11 күн бұрын
IMANA ibakomez muvyanyu n'abanyu mhezagirw cn
@Felicité-q1f
@Felicité-q1f 11 ай бұрын
Salut papa Amen Amen Amen 🙏🥰 Merci papa ❤❤❤❤
@AnociateHaki
@AnociateHaki 7 ай бұрын
Mukozi wimana murakoze caaane IMANA ibahezagire caaane gooosee vyukuri ndafashijwe cane pe
@CocoISUMBAVYOSE
@CocoISUMBAVYOSE 11 ай бұрын
Umugisha turonka utume twegera Imana kurusha amen Amena lmana iguhezagire mukozi w Imana ikwagure 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@JNy-rh9yg
@JNy-rh9yg 11 ай бұрын
Amen Ndiho nshoboza kwitaho kuguha ibimazi bizima biguhimbara ❤❤❤
@JeanmarieIninahazwe
@JeanmarieIninahazwe 5 ай бұрын
Amen amen ❤❤❤ mwarahezagiwe 🙏🙏🙏
@cecileliade6548
@cecileliade6548 10 ай бұрын
Merci seigneur pour tout car tu es dieu merci Jésus. ❤❤❤
@EstherNiyonkuru-ey5ti
@EstherNiyonkuru-ey5ti 10 ай бұрын
Lmana ikomeze kukuzigama mukozi w'lmana Chris amavuta meshi ❤️
@ElijahLovingGod
@ElijahLovingGod 18 күн бұрын
In the name of Jesus Christ Amen hallelujah hallelujah 😮
@NyashimweBeatrice
@NyashimweBeatrice 11 ай бұрын
Chriss waje mugihe nyaco ubwo abantu baribakeneye ijambo ryimana ryukuri imana ikomeze kukwagura ntakindi twakwifuriza 🙏🙏 17:08
@GenevièveNijimbere-l3y
@GenevièveNijimbere-l3y 11 ай бұрын
Imana ikutuzigamire mukozi w'Imana igukomezemwo ijambo ryayo
@MédiatriceMukashema-w3h
@MédiatriceMukashema-w3h 11 ай бұрын
Ntange umubiri wanje. Umubiri wanje! Umubiri wanje,nikimazi nkwiye kurekura nari nkeneye nanje kandi nkunda kigoye kurekura!
@AbraUthman
@AbraUthman 11 ай бұрын
Yesu aba dukomerez ndipfuza kubasaba icigish ca couple kubanyeshur turipfuz gutahura ukobimez muburyo bwimpwemu
@IradukundaJaja
@IradukundaJaja 3 ай бұрын
Amen Amen Mana undinde kwiganyira vyose bizanwa naw kndi niwe gutuma bikunda
@cecileliade6548
@cecileliade6548 10 ай бұрын
Merci seigneur pour tout gloire gloire à dieu merci Jésus merci kanguka pour tout merci serviteur de dieu merci groupe kanguka. ❤❤❤
@Spiritled.Furaha
@Spiritled.Furaha 11 ай бұрын
“ Umugisha Imana iguha ukwiye kutera utazira Imana kusuba ukuntu wahora uyetazira ubwambere.” Hallelujah!!!
@IrankundaNadia-n2g
@IrankundaNadia-n2g 4 ай бұрын
Ameeeeeenaaaaa thank you Lord Imana ikongere amavuta mukozi w’Imana
@kenytrainamahoro4484
@kenytrainamahoro4484 11 ай бұрын
Amen.ndafashijwe 👏👏. Que Dieu vous bénisse infiniment
@kanyabapamela6576
@kanyabapamela6576 11 ай бұрын
Imana ikomeze ikuzihame nabo mumuryango wawe Mukozi w'Imana. Ndagukunda ijambo ryawe niryukuri
@ButoyiFrorence
@ButoyiFrorence 10 ай бұрын
Amen men ndiho aguhezagire cane mukoziwimana
@imataskitu
@imataskitu 10 ай бұрын
🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌💫💫
@HdjHdj-w6n
@HdjHdj-w6n 11 ай бұрын
Ameninukurimukoziwimanaharahoturikoturavanahotuja Imana..ishishikare Igukomeza
@عايشهعايشه-ز8د
@عايشهعايشه-ز8د 6 ай бұрын
Imana ishimwe cyane ivyawe nahohojamwo abangana gute bizoguma arivyawe ivyawe ntahobija
@bikorimanaalexci
@bikorimanaalexci 10 ай бұрын
Amen amen imanibonger amavuta mwizina ryayes
@Claudine-l8f
@Claudine-l8f 2 ай бұрын
Amena umpe gukurikiza inyigisho zawe
@beatriceniragira9209
@beatriceniragira9209 11 ай бұрын
Imana ishimwe kubwenge ubwitonzi,ni ubuntu yashize mumukozi wayo.Ikomereze aho.natwe iduhe kuba ibimazi bizima nantaryo.
@NdayisabaRénee
@NdayisabaRénee Ай бұрын
Aaaaamen lman lkomeze kuguhezagiraa canee
@mamiamani8114
@mamiamani8114 11 ай бұрын
Amen ntangazwa na abantu wava iburundi haru mu mugabo ukozi wi mana Baja Tanzania gushaka imana buliya benshi bichwa no kutamenya Criss uvugila imana nkagukunda
@imataskitu
@imataskitu 10 ай бұрын
Amen amen papa 🙏 🙌 ❤️ ♥️ 💖 ☺️
@MaîtreRichardHabimana
@MaîtreRichardHabimana 3 ай бұрын
Ndagukund mug ndafis amatiko yo kumenyan igituma utambara ikoti
@Mubigalowivine-rp9dy
@Mubigalowivine-rp9dy 5 ай бұрын
Amen amen pasteur
@OlivierNganji
@OlivierNganji 8 ай бұрын
Amen. mukozi w'imana iguhe kuramba niherezo ryiza
@girumwetedukorecooperative7469
@girumwetedukorecooperative7469 10 күн бұрын
bjr nukuri mana uruwo gushima ibihe vyose
@mamiamani8114
@mamiamani8114 11 ай бұрын
Imana ikomez igukoreshe uvugu ubutumwa mwiza Imana ikulinde cyeneeeee
@violettekarenzo1157
@violettekarenzo1157 8 ай бұрын
Amen amen mukoziwimana imana iguhumugisha cane
@LodeAs-i3c
@LodeAs-i3c 11 ай бұрын
Imaniguhekuramba muvugabutumwa
@ccvg3926
@ccvg3926 11 ай бұрын
Inyigisho yankomej Mana WE urakomey🎉🎉
@odettebayisenge1847
@odettebayisenge1847 11 ай бұрын
Amen Imana itubarire aho twidoze Amen Amen 🙏
@ChanelleNIYONZIMA-sg7rt
@ChanelleNIYONZIMA-sg7rt 11 ай бұрын
Hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah hallelujah Amen Amen Amen 🙏🏾 🙏🏾🙏🏾
@larosesebarame3216
@larosesebarame3216 8 ай бұрын
Ubarikiwe sana mutu wa MUNGU mafuta upako nguvu tele
@alphonsine122
@alphonsine122 11 ай бұрын
Amen Amen Yesu akongere inkomezi zokuyikorera natwe udufasha muhezagigwe
@maricelineuwase9730
@maricelineuwase9730 11 ай бұрын
Imana ishimwe. Ndaboshye mwizina ry Yesu Christo
@cocothomas-it2bk
@cocothomas-it2bk 9 ай бұрын
Jewe nagize accident nvuye muri boîte Cadillac na black &white sinarinzi ko natambira Satan . Ariko Imana ishimwe ubu ntambira Imana. Merci bcp kunyigisho za Kanguka. ❤
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 5 ай бұрын
Amen amen
@CishahayoStephanie-kt5dh
@CishahayoStephanie-kt5dh 11 ай бұрын
Challom challom nagirasabe unsengere nkire marariya nitwa Mika from wsp👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏😭😭😭😭
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 5 ай бұрын
Mana ndagushima cane nukur nubwo satani antera ngasang ndatsinzwe arik ww nukur ur, Uwera,
@viateur4781
@viateur4781 11 ай бұрын
❤❤❤ Amen 🙏 Icubahiro kibe ica NDIHO ibihe vyose
@MukeshimanaAdeline-j6e
@MukeshimanaAdeline-j6e 4 ай бұрын
Amenaaa manunfash gushima ivyowampaye
@imataskitu
@imataskitu 10 ай бұрын
Amen amen amen 🙏 🙌
@NiyonsabaYvette-s6c
@NiyonsabaYvette-s6c 3 ай бұрын
Mana impa ubushobozi bwigutanga ibimazi bikunezera
@bangendanethomas4822
@bangendanethomas4822 10 ай бұрын
Ndashaka kumenya ugwo rushengero ahantu ruri namajahehe
@DidaceNizere
@DidaceNizere 4 ай бұрын
Mana mpubushobozi bwugutanga ibimazi.nugushima ivyonfise
@banzabernadette2805
@banzabernadette2805 4 ай бұрын
Hallelluiiaaa Amen Amen
@DiomedeNduwayo-s5c
@DiomedeNduwayo-s5c 14 сағат бұрын
Urakwoze mana kwrijambo🎉🎉🎉
@FerdinandNzeyimana-n7j
@FerdinandNzeyimana-n7j 10 ай бұрын
Mana ukomez Kris azakubone nanje uzompiherezo ryiza
@ndayizeyelucie2776
@ndayizeyelucie2776 11 ай бұрын
Ndiho apfashe nkumuha ivyangaciro
@KanezaClairia-x1z
@KanezaClairia-x1z 11 ай бұрын
Soit béni chriss ndagukunda cane
@banzabernadette2805
@banzabernadette2805 4 ай бұрын
Muduhe number za Chris NDIHO,IMANA irabahezahira
@ThecreatorBurundi
@ThecreatorBurundi 11 ай бұрын
Mumfash igihut maranybigih
@FestusNiyukuri-x8y
@FestusNiyukuri-x8y 10 ай бұрын
Amen kubwa
@ntiranyibagiraasterie410
@ntiranyibagiraasterie410 11 ай бұрын
Ndakumva mukozi w'Imana
@laurettetetero3529
@laurettetetero3529 11 ай бұрын
Amen … Ndagushima Mana
@JeanineMUTESI-b9d
@JeanineMUTESI-b9d 10 ай бұрын
Imana ibandaye igukomezi amavuta
@arnaudnganji7702
@arnaudnganji7702 10 ай бұрын
Aaaaamen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@FélixIrakoze-r3z
@FélixIrakoze-r3z 11 ай бұрын
Amen yesu ahabwe icubahiro
@JoelNininahazwe
@JoelNininahazwe 11 ай бұрын
Uhezagrw mukoz w iman ndamfashijw cn!
@Monique.SABOUE2020
@Monique.SABOUE2020 11 ай бұрын
Amen. Kugumana n'Imana ni iby'agaciro
@Shurweryimana-ww8zr
@Shurweryimana-ww8zr 11 ай бұрын
Amen👏👏
@FannyFafaOfficial
@FannyFafaOfficial 11 ай бұрын
AMEN AMEN AMEN AMEN AMEN AMEN AMEN hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua hallelua
@fabricemanishimwe8468
@fabricemanishimwe8468 11 ай бұрын
Amen ,ndafashijwe🙏
@CharlesKayoya
@CharlesKayoya 11 ай бұрын
Ijambo ry 'imana riraremesha
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f 11 ай бұрын
Muhezagigwe cane ❤❤❤
@Apnana-gb2gq
@Apnana-gb2gq 11 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro can🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
UTABAYE MASO ARAKUROTSA by Chris NDIKUMANA
56:32
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 61 М.
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 09/03/2024 by Chris NDIKUMANA
39:10
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 44 М.
When you have a very capricious child 😂😘👍
00:16
Like Asiya
Рет қаралды 18 МЛН
黑天使只对C罗有感觉#short #angel #clown
00:39
Super Beauty team
Рет қаралды 36 МЛН
Леон киллер и Оля Полякова 😹
00:42
Канал Смеха
Рет қаралды 4,7 МЛН
KANGUKA YO KU WA GATANDATU 18/1/2025 par Chris NDIKUMANA
35:14
KANGUKA KIRUNDI
Рет қаралды 33 М.
Umugore w'agaciro arangwa niki?|Bibiliya ibivugako iki [Pst prudent]
27:42
Ubutumwa bwiza kuri bose
Рет қаралды 6 М.
NTUTINYE GOLIYATI WAWE by Chris Ndikumana BRUXELLES 2018
2:09:24
Chris Ndikumana
Рет қаралды 256 М.
IBINTU BINE BIZIBIRA IGITANGAZA by Chris NDIKUMANA
55:51
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 96 М.
ISOKO Y'INKOMEZI by Chris NDIKUMANA
52:56
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 62 М.
When you have a very capricious child 😂😘👍
00:16
Like Asiya
Рет қаралды 18 МЛН