No video

Inyuma y'urugendo rw'abahinga b'Ibanki y'isi yose aha mu Burundi, Twosigarana iki?

  Рет қаралды 13,826

PARCEM Burundi

PARCEM Burundi

Ай бұрын

Пікірлер: 39
@user-vj9sj6od9e
@user-vj9sj6od9e Ай бұрын
Muri société civile zisigaye mu Burundi ni parcem irikukivi yonyene olucom yoyo ntavyayo iri mukwaha Kwa Leta, courage courage parcem
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Ай бұрын
@user. Aha woshobora kudusigurira ingene olucome iri mukwaha kwa Reta.
@NdohoAud
@NdohoAud Ай бұрын
​@@stansiyomana1239nibaza ko yihenze kuki olucom iri kukivi mbere cane Nuko abwira abatumva ubundibwo yagerageza
@bayubahejames7536
@bayubahejames7536 Ай бұрын
Neza cane faustin komeza wigisha bizotinda bihinduke nacanecane abahinga naba techniciens bagwire babe benshi mugihugu aho ibintu bizogenda bihinduka bukebike
@rugambaalainparfait649
@rugambaalainparfait649 Ай бұрын
Faustin bjr, Emwe ivya corruption vyovyo na leadership biracari kure ! Semerera kuko ibarabara rica kumutaku ntiriko rikorwa neza
@nsengiyumvaclaude7064
@nsengiyumvaclaude7064 Ай бұрын
Faustin wew ndakwemera cne.ariko jewe icombona amahera yimfashanyo akwiye kuja arakwirikiranwa mwikireshwa ryayo nababa bayatanze bakaraba neza ko Ico bayatangiye arico ariko arakoreshwa koko kuko abategetsi benshi bacu ni abasuma baca bishirira mumifuko yabo amahera yoteje imbere igihugu
@NdayizeyeIldéphonse
@NdayizeyeIldéphonse Ай бұрын
Fautin un don de Dieu pour le Burundi ❤
@njutujedeofficial2998
@njutujedeofficial2998 Ай бұрын
Turabateye intege komereza aho
@GilbertNdayizeye-nl3qe
@GilbertNdayizeye-nl3qe Ай бұрын
Ndasavye mukomeze leadership
@damienbahenda4863
@damienbahenda4863 Ай бұрын
Ukwiye kuba 1er ministre
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
Shubwo ntakwiye kuba 1er Ministre, yoba Président, abandi n'ibitoreranda
@FranckDusabe-qd5op
@FranckDusabe-qd5op Ай бұрын
Bien,mdoduha iyo vidéo muma groupe
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
Yazana ibidashoboka nyene, umugambi wa ba dd s uwo gutez'imbere igihugu. Umugambi wabo n imigambi yabo n ububisha gusa gusa
@feliciteirakoze6958
@feliciteirakoze6958 Ай бұрын
Imfashanyo namadeni bizodusuka mukinogo gisumba ico twarimwo
@NshimirimanaSylvain
@NshimirimanaSylvain Ай бұрын
Kubera iki mushaka aadeni hogukora? Wewe uri umuhinga mu butunzi ushaka ataco utunze murugo rwawe
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
Akwiye agashimwe k abarundi agaterwa iteka akayobora Uburundi kuko abandi vyarabananiye. Ariko rero aho bahinga baza, leta ya cndd fdd yamuhaye gasopo ko ahirahirahiriye akavuga ibitagenda neza mu gihugu bazoca bamugira nka Ernest Manirumva !!! Kandi nivyo
@NshimirimanaSylvain
@NshimirimanaSylvain Ай бұрын
Uraziko ari amadeni atuma tudatera imbere???
@hassann4209
@hassann4209 Ай бұрын
Aho rero murindiye iterambere rivuye kuri CNDD FDD 😂😂
@nzoyisabathierry4004
@nzoyisabathierry4004 Ай бұрын
Uyu munyakubahwa mumyaka irimbere akwiye kuzorongora uburundi niwe murongozi avuga neza cane havuye Nyakubahwa president uyu nawe aza amwingira ndamukunda cane. Ndakunda umuntu ashira imbere ineza yabanyagihugu nigihungu.
@desireciza3565
@desireciza3565 Ай бұрын
Mutama umaze imyaka muyinshi uvuga ariko sinzi kurabona ko politique no kudahuza kwabagize inzego ivyubutunzi ariho bipfira ahaheruka usigura munama shingamateka umukuru wayo yakubwiye kuriko uzana ibadashoka huze icuka ca politique bose bisange mukazi hakore bose abize sabumugambw umwe
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda Ай бұрын
Bandanya wibutsa abo ba DD n'abanyagihugu bamenye ibiriko biraba. Amahera ntozoze hanyuma abo bagabo bace bayacisha k'uwinyuma. Kom'induru, usemerere. Ivyo ko bahindura ingene batunganya ivy'abanyagihugu mbona bari kure nk'ukwezi kuvyubahiriza. Bibiza ko ivy'abarundi ari ivyabo. Bandanya uhimiriza, Abarundi baratanguye kuvuga ibitagenda neza. Mu nzego niho batinya kubivuga kuko batinya guta imyanya barimwo, inzara igahava ibica, bakagwara bwaki.😊😊😊😊😊😊😊😊
@GilbertNdayizeye-nl3qe
@GilbertNdayizeye-nl3qe Ай бұрын
Mutegure iyo migabi vyoba vyiza
@willynduwimana4380
@willynduwimana4380 Ай бұрын
kuki uburundi budatwarwa n'abantu bize bavuga ivyo bazi nkuyu! apana ba athanasi bavuga nivyo batanazi🤣
@NdohoAud
@NdohoAud Ай бұрын
NN raba ukoreshe umwanya ubumuhe abuyobore😂😂😂😂 igihugu ntigitwarwa namajambo gitwarwa nibikorwa
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 Ай бұрын
Ikikibazo cubutunzi nyakubahwa bakivuruga bakibona banobanyepolitique kubera vyose babipangira mumanama ntagukunda igihugu bafise nimvugo zapolitique gusa yaratwaye bagaza na Magufuli abandibose nukwiyubakira ama étage hanze gusa
@bayubahejames7536
@bayubahejames7536 Ай бұрын
None magufuli yatway uburundi
@niyonkinzodenis
@niyonkinzodenis Ай бұрын
Vyiza cane
@kezananafleur8480
@kezananafleur8480 Ай бұрын
Uyu mugabo bamuronderere un collègue abikwiye.
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Ай бұрын
@kezana. Jewe aha sinumva ico ushaka kuvuga. Aha woshobora kudusigurira.
@NIKIZA96
@NIKIZA96 Ай бұрын
Ibaze nkawe ubaye president! Icizere ngira cogaruka naho ubu wap
@NshimirimanaSylvain
@NshimirimanaSylvain Ай бұрын
Ko mutubaka amahinguriro
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Ай бұрын
@Nshimirimana. Uyu ni umuhinga en economie, bitandukanye n'umugwizatunga/industrialiste yubaka amahinguriro.
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Ай бұрын
Je mbona Leta y'Uburundi yoguha akazi mugakorana uri mubagira exécution yivyo bintu kurusha kubibabwira kumunwa gusa bakaguha iyo post ukabikora hama tukaraba rendement bitanga.
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Ай бұрын
@bosco. Jewe ndiyumvira ko ubu nabari kubutegetsi bazi ko avuga ukuri.
@NshimirimanaSylvain
@NshimirimanaSylvain Ай бұрын
Kubera iki mutokwemera guhera kuri zero mugakora?? Nihe wabonye imfashanyo itungisha umuntu
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Ай бұрын
Ico ciyumviro cawe ntwari dukwiye kucihweza neza. Jewe narabonye ingene imfashanyo ikoreshwa nabi, aha notanga akarorero kuri exploration de nickel de Kabanga en Tanzanie pres de la frontiere avec le Burundi. Jewe nashitse Tanzania muri 1977 iyo projet iriko irahera, rero sinayikozemwo. Mugabo twese twakorera Idara ya Madini (Dodoma)/Geological Survey of Tanzania. Sinumva ingene projet d'exploration miniere (finance par les Nations Unies?) ishobora kugura imodoka zibiri zizimvye cane za RANGE ROVER imwe ya directeur w'umuzungu w'umuswisi, iyindi ya co-directeur w'umutanzania. Naribaza nti Land Rover nziza abo bantu ntiyobashikana kuri terrain kugendura ibikorwa? Muri ico gihe muri Reta ya Tanzania Range Rover wasanga zigenderwamwo na minister, principal secretary, regional commissioner. No muri Amerika nigake ubona abantu bagendesha Range Rover. Nko mumicungararo ya Phoenix, State of Arizona wozibona downtown Phoenix canke Scottsdale Road (kuko Scottsdale ni ah'abakire). Nko muri West Phoenix haba abantu basanzwe izo modoka vyogora kuzihabona.
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
Guhera 2005 bari ku buyobozi, vyarabananiye, guhera kuri zéro nivyo bizobashoboka, have ngaho !
@FranckDusabe-qd5op
@FranckDusabe-qd5op Ай бұрын
Muze muraduha izo vidéo za Faustin muma groupe ya whatsapp harico bifasha
@desireciza3565
@desireciza3565 Ай бұрын
Mutama umaze imyaka muyinshi uvuga ariko sinzi kurabona ko politique no kudahuza kwabagize inzego ivyubutunzi ariho bipfira ahaheruka usigura munama shingamateka umukuru wayo yakubwiye kuriko uzana ibadashoka huze icuka ca politique bose bisange mukazi hakore bose abize sabumugambw umwe
👨‍🔧📐
00:43
Kan Andrey
Рет қаралды 10 МЛН
OMG what happened??😳 filaretiki family✨ #social
01:00
Filaretiki
Рет қаралды 10 МЛН
mam nyob koj mog me koj niam kuv mus lawm
1:00:56
Ntxhaislis Niamtsavkoobvaj
Рет қаралды 15 М.
When A Gang Leader Confronted Muhammad Ali
11:43
Boxing After Dark
Рет қаралды 7 МЛН
👨‍🔧📐
00:43
Kan Andrey
Рет қаралды 10 МЛН