IPFUNDO FULL FILM FANNY LAVINE WOMUMUPFAKAZI AHUYE NINTARE YINGORE KUVA MURWANDA 🇷🇼 BARAHATURIYE🔥🔥

  Рет қаралды 83,631

BURUNDI ALUMNI MEDIA

BURUNDI ALUMNI MEDIA

6 ай бұрын

fanny lavine aremeje neza yuko inda afise aruyumu diaspora atari ya Norasque Ntare*🤭🤭🤭
ibi bintu biraherera hehe??
• IPFUNDO FULL FILM FAN...
welcome gira subscribe uzobe uwambere kuronka ibiganiro na film bisaneza ufise icubaza contact +25769403718
youtube.com/@Toussaintrich?si...
profile.php?...
toussaint_r...
chat.whatsapp.com/BpmvsJgWz6v...

Пікірлер: 162
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
Like subscribers
@uwamahorojoselyne1328
@uwamahorojoselyne1328 6 ай бұрын
Nadége Courage ubirimwo Neza ❤
@BellaNahimana-yi8kn
@BellaNahimana-yi8kn 3 ай бұрын
Courage nukur ingo nyinsh zirarush nukur Imana itabar
@AmandineKazeneza-jd6nh
@AmandineKazeneza-jd6nh 6 ай бұрын
Kumbe intare y'ingore nawe yoshobora kugira umutima mwiza??? Félicitations cas même
@Medou257
@Medou257 4 ай бұрын
Mbega ca Fanny lavine❤❤❤❤❤ care kwirenze cane se????wow❤❤❤❤😊😊😊aranyishe peeee
@simthetoucho
@simthetoucho Ай бұрын
romantic song
@NoemaNGENDAKUMANA
@NoemaNGENDAKUMANA 27 күн бұрын
Murakaze kbx mwabikoz neza
@NiyonkuruClovis-xg7jm
@NiyonkuruClovis-xg7jm 27 күн бұрын
Mbega filmeeeeee weeee iratesaaaaaaaa
@bonheur-boirron77
@bonheur-boirron77 6 ай бұрын
Iyi film yandyoheye cyane vraiment..! Mwarakoze kuyitegura mwayikinnye neza cyane. Muri abahanga murashoboye rwose. Courage vraiment..!❤❤❤❤
@user-us1do5jy6u
@user-us1do5jy6u 6 ай бұрын
Ndabemey pee ewe constance urantwengej
@MamaKingChalom
@MamaKingChalom 6 ай бұрын
Nadege sha ndagikunda❤ gifise nijwi nkunda
@sandrineigiraneza
@sandrineigiraneza 6 ай бұрын
uyomuyaya wumugenzi wa koreta ntandero yabishizemo😂😂nkub iyo inabuja wa koleta amutabiraa😮ham abagabo muratwenza!! muronooona ibyomonona mwarangiza ngo ntimushakako abagore babac inyuma😢?huuu,mumenyeko ukomubabara arik abagore bababar,ntawufis umutima wicuma!!!
@user-cx2dm1uv4p
@user-cx2dm1uv4p 23 күн бұрын
Iyi film nubg ndayiravy haheze umwaka wose nukur yaryo p
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx Ай бұрын
Songa🎉🎉🎉🎉
@user-my2yu7lj1r
@user-my2yu7lj1r 5 ай бұрын
Chin up the best movie
@NduwarugiraMediatrice-ej7cc
@NduwarugiraMediatrice-ej7cc 6 ай бұрын
Film yaheze neza yuzuyemwo impanuro murampimbaye mweseee ❤❤
@Evrosen12
@Evrosen12 6 ай бұрын
Nice movie ❤
@user-uq8nc7qo2f
@user-uq8nc7qo2f 6 ай бұрын
Narindabakumbuye Nadège wanje ndamubone ndamukunda cane p❤❤❤
@bibikiki8437
@bibikiki8437 6 ай бұрын
Beautiful movie Muri abahanga pe👌
@claudeniyonizigiye5511
@claudeniyonizigiye5511 4 күн бұрын
Constance mugutanga message azohore ayitanga buhoro buhoro niho igira icivuyemwo ciza harimwo nukubaha Ariko iyongendo ya gretta sinziza ibigeragezo biraheta ntiyocahemuka naho umugabo yamukoreye amakosa
@user-wv8ez1xt7f
@user-wv8ez1xt7f 2 ай бұрын
Yooooooo Mana wee coreta weee uranyeguy kuraho bariko bagwana😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@ihuriroGroup
@ihuriroGroup 6 ай бұрын
Hasheeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
Asante
@user-mb8ow3mg6u
@user-mb8ow3mg6u Ай бұрын
Kostance firime arimwo itegerezwa kuryoha aranduhurape
@user-ws4jw8qu4w
@user-ws4jw8qu4w 2 ай бұрын
Haaa hakuririra mubuterere woririra ikiriri
@NiyongabireEmelyne
@NiyongabireEmelyne 6 ай бұрын
Mabukwe mwizaa film yigishaa nukuriii muranyigishije Imana ibakomezee cane Nadège ndamukund caneeee❤
@appolineiradukunda9549
@appolineiradukunda9549 6 ай бұрын
Mwarakoze pe,burya urwanda n'uburundi turi bamwe da. Muranryoheye
@EdmondItangishaka-sx5ol
@EdmondItangishaka-sx5ol Ай бұрын
Very
@AdidjaKadjemba-qe9sd
@AdidjaKadjemba-qe9sd 6 ай бұрын
Ndayikunze ntarayigeza nokuminota 10
@user-ld2jd8lu4n
@user-ld2jd8lu4n 6 ай бұрын
Fanny ndagukunda uvyumve mbura ico ndaguha ❤❤❤
@jeaninemanirabaruta1654
@jeaninemanirabaruta1654 2 ай бұрын
Courage nukuri muduhaye film irimwo inyigisho kand nziza
@dianeniyomukunzi-rr4jg
@dianeniyomukunzi-rr4jg 6 ай бұрын
Mbeg film nziz nukur irigisha ninziz cyane ibikorwa vyanyu bije hejur cne
@user-qp1nr1tt3u
@user-qp1nr1tt3u 5 ай бұрын
Murakoze muratwigishije
@claudeniyonizigiye5511
@claudeniyonizigiye5511 4 күн бұрын
Nshimye caane ukuntu murangije filme musabanye imbabazi mukomere
@user-xo7pl4kj7f
@user-xo7pl4kj7f 6 ай бұрын
Film nziza cane kabisa ihanura ndetse irimwo inyigisho nziza
@rosettenzeyimana3248
@rosettenzeyimana3248 6 ай бұрын
Mabukwe mwizaaaaa❤
@DIAMAGGLY
@DIAMAGGLY 6 ай бұрын
Like
@user-il1lt5jn6b
@user-il1lt5jn6b 2 ай бұрын
Umuga bowakoreta agabanye uburaya yite kumugorewe atazicwa nagahinda😢
@BinaLeslie
@BinaLeslie 2 ай бұрын
Courage vraiment ❤❤
@user-fz8xh3ov7r
@user-fz8xh3ov7r 6 ай бұрын
Shn mwar mwaduteberej nar nyikumbuy pe❤
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
❤❤❤
@user-il1lt5jn6b
@user-il1lt5jn6b 2 ай бұрын
Iyifilm iraryoshyepe ariko nyirabuja wacoreta nindushyipe
@SimbaTiger-qp4ss
@SimbaTiger-qp4ss 5 ай бұрын
gusa baraberew ppppp courage fani
@user-sw7lj6mn1j
@user-sw7lj6mn1j 6 ай бұрын
❤Ndabakunda cane courage
@user-ri6js4tk6u
@user-ri6js4tk6u 6 ай бұрын
Courage ❤❤🎉🎉
@liakatali9699
@liakatali9699 6 ай бұрын
Ngwati boss afise inga umenga nibikamyo biterura amabeni😂😂😂😂❤❤
@user-uk3zk5fe1r
@user-uk3zk5fe1r 5 ай бұрын
Fanny shaa warakiny neza cane
@manigiranezavania2725
@manigiranezavania2725 6 ай бұрын
Nar mbakumbuy Nadeg kukubona hamw n lavine mwese murabant banj 💓 💓 💓 💓 💓 abacererewe nkanj mugong link
@ben-bbinumunyamihana8440
@ben-bbinumunyamihana8440 6 ай бұрын
Cool ibikorwaaaah hejuruuuu,
@UwishemaBetty-jo1fn
@UwishemaBetty-jo1fn 6 ай бұрын
Mbega abagore bambaye neza weeee❤
@user-ev2fz8bz3k
@user-ev2fz8bz3k 6 ай бұрын
Murakoze cane
@yousufyousuf1320
@yousufyousuf1320 6 ай бұрын
Abavyeyi bicarira abana babo bubahwe 🙏💘
@user-il1lt5jn6b
@user-il1lt5jn6b 2 ай бұрын
Muzayu ngurure am ajwi byumvika e neza😊
@maniramfanshaeveryne4418
@maniramfanshaeveryne4418 6 ай бұрын
Courage
@user-rh2ok1jk5z
@user-rh2ok1jk5z 6 ай бұрын
Nadeje na fanny ndabakunda cane
@user-iq7yw6qm3t
@user-iq7yw6qm3t 6 ай бұрын
Nice
@AbelyneIrakoze
@AbelyneIrakoze 6 ай бұрын
Mwubahwe turabakunda cane
@belleiragmail
@belleiragmail 4 ай бұрын
Merci kunyigisho muduhay😢😢
@ClairiaUwera
@ClairiaUwera 4 ай бұрын
❤❤❤
@yousufyousuf1320
@yousufyousuf1320 6 ай бұрын
Zandegereee zirimwo🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤️🇧🇮💋💘🙏
@soniakwiz
@soniakwiz 6 ай бұрын
❤❤❤ Nadège umukiny mwiza
@user-yz6vp6rr2z
@user-yz6vp6rr2z 6 ай бұрын
Constance numva nshaka kumubona kuko ndamukunda ♥️♥️♥️♥️♥️ ankorera umunsi 😁😁😁😁😁😁
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@KaburaOlene-hx5ip
@KaburaOlene-hx5ip 6 ай бұрын
Arko vrmnt kuruh film twaravye oyamurangiriy nabi
@Kayama764
@Kayama764 6 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥
@natachanihorimbere4259
@natachanihorimbere4259 6 ай бұрын
Constance kwle😂😂😂😂😂
@user-gg4rh2bq2h
@user-gg4rh2bq2h 6 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️
@UwishemaBetty-jo1fn
@UwishemaBetty-jo1fn 6 ай бұрын
Damour abagore babarundi bamusazije ❤
@hakiziyaremyechristine-gu2rm
@hakiziyaremyechristine-gu2rm 5 ай бұрын
Koreta😂😂😂😂😂tabara
@user-qf5dg6sg7b
@user-qf5dg6sg7b 6 ай бұрын
U are playing so goog❤
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
Thank you
@tuyisengejeanne7738
@tuyisengejeanne7738 6 ай бұрын
Turayikumbuye can
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
❤❤❤
@NiyonkuruEvelyne-rw1bc
@NiyonkuruEvelyne-rw1bc Ай бұрын
❤🎉🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@belyseniyomwungere9652
@belyseniyomwungere9652 5 ай бұрын
Nade hejur cn vrt mugr vub duhabw iyind 💞💋
@HarmondKinda
@HarmondKinda 6 ай бұрын
❤🔥🔥🔥🔥
@user-cp7ez1lc7u
@user-cp7ez1lc7u 6 ай бұрын
Ndabakunda ndabakunda cyane narindabakumbuye
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
Urakoze
@christellabizimana3927
@christellabizimana3927 5 ай бұрын
Ngo ndayihumunwa ndayiduze ndayiduze igere no mw'ijuru😂😂😂
@yousufyousuf1320
@yousufyousuf1320 6 ай бұрын
Nsanze narize mabukwe bamujanye😭😭😭😭nukuntu bikundanira maaaa wihangane nubugaba bwumugabo wawe
@user-il1lt5jn6b
@user-il1lt5jn6b 2 ай бұрын
Uyumuganga numwanamwiza kabisa
@bosconigerehanze3678
@bosconigerehanze3678 3 күн бұрын
Ntabwiz burimw nul harico yarondera
@user-dl1qp7mi2g
@user-dl1qp7mi2g 6 ай бұрын
Kwer sha ❤❤❤❤❤❤❤❤
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
@AmandineKazeneza-jd6nh
@AmandineKazeneza-jd6nh 6 ай бұрын
Sha koreta suwo kugorwana umutura ikibazo kimwe akakwushira ibibazo bitanu
@user-cp7ez1lc7u
@user-cp7ez1lc7u 6 ай бұрын
❤❤❤ ndabakunda cyane
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
Urakoze
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 6 ай бұрын
❤❤
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p 6 ай бұрын
Nice❤❤❤❤❤
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
Thanks 🤗
@user-pm8iy9qc3v
@user-pm8iy9qc3v 6 ай бұрын
Kaz twaritubakumbuy
@jajairadukunda3103
@jajairadukunda3103 6 ай бұрын
❤🎉🎉
@user-ne7ji3xb7j
@user-ne7ji3xb7j 6 ай бұрын
Nukurii muranyigishij pe
@muvunyileonce6466
@muvunyileonce6466 6 ай бұрын
Nadege actrice preferée
@melancekwizera3568
@melancekwizera3568 6 ай бұрын
Nade uranyishe iyutaba umugore nomeny ico nikorera
@user-jd7cz6ee1c
@user-jd7cz6ee1c 6 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@user-mj4wp2wd1u
@user-mj4wp2wd1u 6 ай бұрын
Abobanya Rwanda kobugaye imipaka bazoca bahaheba,nakare iburundi niheza
@annickirakoze2334
@annickirakoze2334 6 ай бұрын
Ndakunda constance vrmn,
@AdidjaKadjemba-qe9sd
@AdidjaKadjemba-qe9sd 6 ай бұрын
Amosozi yanje nkoroye murayandiha😅
@lilianemanirambona6005
@lilianemanirambona6005 6 ай бұрын
Ico gi peruque Fanny yagikuyehe mukama
@AdidjaKadjemba-qe9sd
@AdidjaKadjemba-qe9sd 6 ай бұрын
Nansanze arinzinza vrt .kandi cane.nahora numva cinéma za Fanny .none nayiboneye
@nishimweornella9928
@nishimweornella9928 6 ай бұрын
Iman ibagirire neza
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
❤❤❤❤
@user-wq6gp1fi8j
@user-wq6gp1fi8j 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤
@OrnellaIrankunda-eg5qs
@OrnellaIrankunda-eg5qs 6 ай бұрын
Urugo ni kindii daa .mukina neza disii haribmwishurz pe
@diomedemurwaneza1160
@diomedemurwaneza1160 6 ай бұрын
Mwakinye neza
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
Urakoze
@ChantalOG-jb3di
@ChantalOG-jb3di 5 ай бұрын
Mwakiny nez me amajwi ntasohok neza
@yousufyousuf1320
@yousufyousuf1320 6 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣Nubwoba nakantu conso ego bossi
@ndayisengajolie2651
@ndayisengajolie2651 Ай бұрын
Gusa abakozi bubu barubahuka muvyo bavuga nabamabuja.barashira isoni
@user-il1lt5jn6b
@user-il1lt5jn6b 2 ай бұрын
Ntakintu nakimwe imana idahindura yahinduye intare yingore eeeee
@user-lo3qs3sm6h
@user-lo3qs3sm6h 5 ай бұрын
Ugorukozi gurukobwa ndageseye nkesera
@user-wu9gb1op3p
@user-wu9gb1op3p 6 ай бұрын
❤❤❤❤
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
❤❤❤
@KmHn-qq4gi
@KmHn-qq4gi 6 ай бұрын
Pore sana tu
@baamedia257
@baamedia257 6 ай бұрын
❤❤❤❤❤
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 6 МЛН
Best KFC Homemade For My Son #cooking #shorts
00:58
BANKII
Рет қаралды 59 МЛН
Ninde burundi AKARI IGITO
45:55
BEC BURUNDI
Рет қаралды 102 М.
NZOMUKURAHE FULL FILM PART1 HD 1080p 🇧🇮🇷🇼
1:42:58
BURUNDI ALUMNI MEDIA
Рет қаралды 48 М.
Burundian movie | Mugisha Part1
1:20:31
indundiCinema flavaz
Рет қаралды 424 М.
Martha Film[full movie] Fanny lavine na Tambwe bibaye urudubi🙅🙅😥
1:03:10
BURUNDI ALUMNI MEDIA
Рет қаралды 105 М.
Surah Al Kahf (Be Heaven) سورة الكهف
40:15
Omar Hisham Al Arabi
Рет қаралды 17 МЛН
MUHOZA FULL MOVIE BURUNDIAN RWANDA FILM 🇧🇮🇷🇼
2:26:49
BURUNDI ALUMNI MEDIA
Рет қаралды 177 М.
akimmmich (feat. Turar) - UMYTTYŃ BA?| official lyric video
2:54
akimmmich
Рет қаралды 3,7 МЛН
LISA - ROCKSTAR (Official Music Video)
2:48
LLOUD Official
Рет қаралды 127 МЛН
Әбдіжаппар Әлқожа - Ұмыт деме
3:58
Әбдіжаппар Әлқожа
Рет қаралды 799 М.
Zattybek & ESKARA ЖАҢА ХИТ 2024
2:03
Ескара Бейбітов
Рет қаралды 539 М.
지민 (Jimin) 'Who' Official MV
3:28
HYBE LABELS
Рет қаралды 21 МЛН
Malohat
3:35
Xamdam Sobirov - Topic
Рет қаралды 1 МЛН
Sadraddin - Jauap bar ma? | Official Music Video
2:53
SADRADDIN
Рет қаралды 15 МЛН