kzbin.info/www/bejne/sIileIWsltudZsUsi=ds_2HzpR_u-Rf3Pc wakurikira ibiganiro by'umutware wa akissa
@ndayiclaude4937Ай бұрын
Which language is nyanja plese?
@SpeedmomentzАй бұрын
Muririmba neza❤amajwi yanyu araryosheeeee😂ntimukaryame mutaririmbiye Imana imyukamibi izabahunga,urukundo rwanyu ruzabaryohera mu izina rya Yesu Kristo
@mireillekamikazi623427 күн бұрын
Kabisa bakwiye kuza barasengera hamwe mu gitondo bavyutse, no mw'ijoro bagiye kuryama kugira Satani ntazongere gutera urugo rwabo kubera abafitiye ifuhe kubera bafise impano bakorera hamwe ikazabageza kure
Bagenzi, bantu mu kijijwe vy'ukuri, bantu mukunda gusenga abasenzi (abinginzi) bantu muzi agaciro ku rugo mu gihugu mw'ishengero ndetse kw'isi dusengere uru rugo cane cane uy mu tonton
@ClaireGatimatareАй бұрын
Sha Akissa we, urambabaje pe .Uyu muhungu aracyari muto nt'amafaranga afite. Akunze ibintu. Ikindi kandi rero ndakubarire ntugakunde umugabo cyane atagukunda cyane nawe. S'il te plait quand tu suis quelqu'un il te fuit. Alors fuis le il va te suivre. Fais toi rare car c'est vrai, t 'es rare t'es belle.
Hirwa and Clarisse i think you should search for them un pyschologue or mwebwe nyene mubabe hafi,They really need a help mu rugo rwabo.The man hoho🤦♀️Lambert it seems nkaho ntago amukunda Akissa. Akissa ndakwibuka kndi what you've said vyose ni ukuri kuko twarikumw when you and lambert started dating, May The lord bless you and heal you from all the traumas ch🫂❤
Hirwa nyamuneka ba parrain wa Lambert umwigishe gukunda no kubaka. Yesu agirire neza iyi couple imukorere inezerewe ishima mu izina rye ryera Amen
@vestinenemeyimana1905Ай бұрын
Mungu wangu we shida! Umugabo muzima ntana Romantic agira namba!!!! Akissa nakomeze amavi yo gupfukama asengere umutware wiwe ahinduke vyanyavyo kk ntarahinduka pe, ibaz umuntu ahobera umugore wiwe aruko babimuhatirijemwo vrt! Arik mur vyose Imana imbere bizotungana nkunze couple yanyu vya danger.
@MHT-li3ctАй бұрын
Wapi Romantic ib aiyo iba! Si iyo kwanika kuri camera! Nta mugabo wo kwipfusha ubusa! uyu mugabo ntabwo ari indyadya! Couple yabo ikeneye guhuza imyifatire gusa nibazima
@AlinakeylaАй бұрын
Imana izabubakire kabisa ndabona umugabo nubu afite igitima gikomeye nta sentiments afitiy umugore we wagira numu rebelle Imana izabafashe kabisa izitire impande zose❤❤ Disi aka ka dame gafitiy igishika cinshi umugabo, Hirwa and Clarisse mutubabarire mubagire Inama uyu mu type wo muri rural mumubwire akunde umugore we ubu i Burundi amahoro yarabonetse nta bintu vyo kwigira umusirikare wana😅
L.M.Buyenzi Akissa naramukunda peee nubgo namusumba amashure imyaka ibiri yari umukobwa yikunda kandi agakundana nabandi kandi yarafite umwete mwiza urukundo nibuka ari we yadufashije kuririmba muri groupe Biblique yari irongoye Janvier canke abandi yari courageuse yari incuti na mutoyi wanje kuko bingana nukuri kw'Imana ndabivuze kandi ndagukunda cane de plus icompa umusi umwe nzokomezanye muranyigishije muvyumve ko bakunze kurusha uko nahora bakunda mes besto
Sha am so sorry to say ariko, uyumugabo araboneka ko nubu ataramukunda pe! Ariko in the future uzo regreta cyaaaane one day utakimufise, uyumugabo araboneka ko afise inzigo nubwana bubi caaaane!!! Akisa uri Mwiiiza kndi ufise urukundo Imana idushakaho nukuri, kndi Imana izaguhoza.
@vestineniyonkuru2612Ай бұрын
Nanje ndabibona uko kabisa, ntiyigeze amukunda kandi ntamukunda, uyo mu Akissa amwihambirako. Yuzuye inzigo uwo mugabo , numwana mubi
🥹🥹🥹🥹🥹 Mana yanje narize kandi nongera ndarira nja mu bihe vyo gusenga nukuri Imana ibubakire urugo rwanyu ni rwiza dore uko muberewe muri kuririmbira Uwiteka😢😢😢😢ndaba ❤ cane much love from another side🇺🇸🇺🇸but still remember our neighborhood with Akissa from childhood so guys be blessed so abundantly 🎉🎉🎉
De ma part je souhaite bonne chance a cette couple mais une petite conseil à conseiller mon frère Lambert avoir de la charmé n'est pas synonyme de faire souffrir ta femme. Tu as de chance d'avoir une femme qui t'aime de tout son cœur. Vitu vya Dunia byakubita visitume unashindwa kujuwa kama. Tu as une pierre précieuse rare a trouver. Il vous font une vie de prières pour fermer toutes les portes que satan utiliser et utilisera pour vous séparer quelques fois il vous font prier et gène pour vaincre la volonté de la chaire
@raissauwagwaneza2052Ай бұрын
Rero nibyizako bahindutse, kd Imana ibashyigikire gusa uyumugabo urukundo ntiruraza p aracyahatiriza ntamarangamutima yurukundo afite, ark binginge yesu azabafasha
Bashobora kuba couple ihimbaza imana like nkaba nyarwanda baba inaha nkuko babikora bagatera imbere nka family group
@sauvenigaba7870Ай бұрын
Yesu kristo Akissa vyagenzuko🥹Mana yanje sinzongere guhura numutype yomfatuko nukuri ntavyo noba ngishobora
@CassiusNteziryayo29 күн бұрын
Imana ibajimbere cane mubane murukundo
@mimiyomu2232 сағат бұрын
Ntabwo bishimye disi musenge cyane ibana irububacyire pe ! mais birashoboka ko aussi mwaba mufirorça mwasabye Imana ikabereka ko muzasazana aho guforça ibintu kuko ntiyivuguruza mu mipango yayo twe abana ba babantu bahatiririza musenge mwumve ijwi ry,Imana.
@JacquelineSimbandusheАй бұрын
Sha uzokwikundire uyo mudame wawe kuko yarakwihebeye yaragutombeye vya grave uramukunda sha, uzomukundwakaze nawewe kuko nawe nta or yakwimye yaragunkunze bidasanzwe, erega sha naksna keza cane, Kandi muracari bato Imana izobahezagira, itunga rizoza petit a petit Kandi be faithful mwihangane you get far together and you will be blessed we love you guys