Mutoto WA kwetu courage kbs iyo nabuze ibiganiro byawe KZbin ngubwa nabi
@NiyonshutiJeandamour-i2x7 сағат бұрын
Iran imberecyane 🇮🇷🇮🇷🇮🇷
@kaburamaxime51008 сағат бұрын
Ko Iran mbona izabatangaza
@AudaceMANIRAKIZA-d2y9 сағат бұрын
None ko mwaranze ijambo ry'umutwe ko Iran izanye intwaro irusha ubushobozi kirimbuzi ariko mutayivuzeko?
@JacobGbeimys-on4nn9 сағат бұрын
Murakoze 🇧🇮🇩🇪
@bukurufabrice48317 сағат бұрын
Toujours avec vous 👏👏
@philbertndorimana41555 сағат бұрын
Islaer ishobora kurasa kirimbuzi
@KnowMoreTech19 сағат бұрын
Akantu ko kwica Mayor+ abaturage ko ni ubugwari kbsa
@emmanuelnijimbere49010 сағат бұрын
5/5from buja
@jean19thhakizimana807 сағат бұрын
❤turikumwe bavandimwe
@NiyonkuruRobespierre6 сағат бұрын
yatubwire uko angana umushahara waw uyomuntu yakubwiye azoho aguhemba
@DusabamahoroJean8 сағат бұрын
Bit? Burya sinzi ko muraraba ko aba islam keshi aribo bantu baciye ubwenge cane kuko bavuga make bagakunda gukora cane ,ikindi usubije ubwenge inyuma bariyitaho kumirire kuvyiyumviro ,hama big up!!!!❤
@vincent-bi4ed7 сағат бұрын
The zionist are genius, than arab because they believe in vegence
@neemaleoni175810 сағат бұрын
Wangozi100/100
@kayirangaemmanuel365310 сағат бұрын
Umusaza reba neza ziriya number mwashyizeho ntizuzuye haraburamo umubare umwe.
@cyizanoah42837 сағат бұрын
Muba mwabikuye kuri tv1 ibyo muga mwebwe
@zero_one.K7 сағат бұрын
Nnho ngo yahya sinwar nibwo bamuhitanye 😢🎉
@RukundoRashidi10 сағат бұрын
Isiraheri nintoya amerika yagakwiye kuba ntagisasu1 kiyicika ubwo rero na pantagone baharasa bikagerayo
@vincent-bi4ed7 сағат бұрын
Iyo bita b_2 bombers america yarashishije houthis ikora gute x
@neemaleoni175810 сағат бұрын
Wangozi100/100 nn bakwongeje agashahara ntiwoncorera?imana ntibikoze ncorera!
@DerrickOlesio9 сағат бұрын
Yves, kbs Israel yarikwiye gutekerezaho ka 2 mukugaba ibitero kur iran, guys iran irakaze ,Israel ata America ntaco iricyo kbs ,gikur bar kwimvikana bakubahana 😅
@ramaalpharomeo752310 сағат бұрын
❤
@kayitesiafsana64329 сағат бұрын
Wow america iracyavuga ubusa , reka turebe ubwo barashe munsi yubutaka ko aba hautis batazongera kubazengereza 😂😂😂 Ntabwo bazi ko isi itabeshywa ibyo uretse kwikarakasa aho se ubundi niki cyatubwira ko haricyo barashe aho wakubita igisasu hose umwotsi uracucumuka ,kd urasa kimwe bagakora icumi
@hakizimanajohnson64367 сағат бұрын
Yve mutubwire ese Ironi yo ntabwirinzi ifite?ese ntiwasanga uburushiya nabwo bwarahaye Irani ubwirinzi bukaze akaba ariyo mpamvu Irani idafite ubwoba
@habinezasamuel34726 сағат бұрын
Nabisabye cyera arko nta feedback.
@matabarosiradji24739 сағат бұрын
ariko iyo muvuga ngo israel izakubita iran igitero kimwe ngo iran icike intege zo gusubiza iran mwaba muyizi neza ?none se israel iritegura iran iryamye ititegura?
@JacquesKwizera-cs8hu8 сағат бұрын
Yves ikigaragara ufana iran hamwe nabambari bayo kuki muvugako Israel ifashwa na usa kuki mutavugako Iran ifashwa na Rasia? bariya nabavandimwe bari kwicana twe kubafana ndabiziko udakunda umuntu uvuzeko ufana kari niko kuri k'umuntu ukurikirana ibiganiro byawe
@lapazako1770Сағат бұрын
Impamvu Iran ikaze kubirwanisho nuko Iran ifise musi yubutaka ubutare bwose buyifasha gutunga nugukora ibirwanisho , na economie ya Iran irihejuru caane gusumba Israel, Israel igihe cose yabayeho ntiyigeze irwana yonyene nuko nibirwanisho nka vyose bigaragara muri Israel arivyo muri USA , reba ibirwanisho vya Iran akaryo kahinduy iirwano muri Ukraine
@vincent-bi4ed7 сағат бұрын
Iran imeze nkayambwa imoka itaryana
@Jururito6 сағат бұрын
🇮🇷🇮🇷🇮🇷🇮🇷
@5TVSHOWU9 сағат бұрын
Wabibonye ko snuwar yapfuye nawe
@hamanzahamanza328 сағат бұрын
Ariho wana
@NiyonkuruRobespierre6 сағат бұрын
yatubwire uko angana umushahara waw uyomuntu yakubwiye azoho aguhemba