IRI JORO TARIKI 15/12/2024 Past Denise Nkurunziza afatiwe BUJUMBURA/Yankiwe kurengana Rwasa ararikoz

  Рет қаралды 22,102

Burundi top news

Burundi top news

Күн бұрын

#burundi #amakuru #neva #primeniyongabo #bunyoni #gervaisndirakobuca #reverienndikuriyo #nkurunziza #ndayishimiye #m23

Пікірлер: 33
@NiyongaboTimothée
@NiyongaboTimothée Минут бұрын
Uwontakorweko yavyaye intare ikomey nkase nibareke twibere mumahoro
@reverandmanirakiza4978
@reverandmanirakiza4978 7 сағат бұрын
Rofa , zuravuga ibyanyu niwo munsi uzabura irengero .
@nyandwisilas1146
@nyandwisilas1146 7 сағат бұрын
Ikinyoma ntawe cereye, n'ubwo wogicuruza usa n'uwunguka bukeye kirakuniga ugapfa nabi. Ihane ukizwe Yesu azokwakira
@NdayizigaViateur-q7r
@NdayizigaViateur-q7r Күн бұрын
Uri ingegera mbi y'umubeshi kandi kubesha nta-kindi uzokuramwo atari urupfu
@Abatwara-t5q
@Abatwara-t5q Күн бұрын
Ndabakunda cane mubandanye gutohoza
@ruds-g6g
@ruds-g6g Күн бұрын
Icokumpa nkagugurira ikiyeri kuko ndakubda ingene uvugira abanyagihugu umenga uri pacifique nininahazwe❤
@HabonimanaSilas
@HabonimanaSilas 23 сағат бұрын
none wewe ushigikira amakuru nkayo, urumwen egihugukoko? wuburundi? ndakubwire, Imana iragokunda.
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu 4 сағат бұрын
Urumusazi nimba wibaza ko hari umututsi atwara igihugu muzorindamupfa uzopfa ubweja ukomyene ndadaye mwagandaguye azobomera kugeza muheze nkifu yimijira
@michellinehabonimana
@michellinehabonimana 2 сағат бұрын
Wamuntu wee biguherahe ngo ubeshe bigwze hiyo ahubwo nabagir s Abonner ntabwenge bagira ahubwo nibahagarike ngir nturi iburundi
@lightas-z3v
@lightas-z3v Күн бұрын
@JérémieUwizeyimana-z2e
@JérémieUwizeyimana-z2e 10 сағат бұрын
Ntivyoroshe
@rafikiwakweli2049
@rafikiwakweli2049 24 минут бұрын
Ntimworeka kuzamurabesha basha, ububeshi bwanyu burarenze , muriko mucafuza abatware
@vedastekanyarigabo
@vedastekanyarigabo Күн бұрын
uri umubeshi wambere isi itigeze ibona
@KwizeraJesus-e8g
@KwizeraJesus-e8g 3 сағат бұрын
Reka kubesha😮
@victorntakirutimana3535
@victorntakirutimana3535 5 сағат бұрын
Ubwo burozi mwariye muzoburuka nabi.Erega ivyo uvuga byerekana ubwenge buke amafaranga mukura mububeshi no guteranya azobahagama.abarundi turazi ukuri nta munyarwanda yodutesha umwanya
@edouardndayisaba117
@edouardndayisaba117 22 минут бұрын
Urigisundi
@AshuraAa-k6j
@AshuraAa-k6j Күн бұрын
👋🤝🤲🤲🤲🤲
@HabonimanaSilas
@HabonimanaSilas 23 сағат бұрын
uzoze utega amatwi, igihugu ry acu c'uburundi. nticivanga mumarete yibindi bihugu. mwebwe nimba urumukozi w asatani. zuvuga ayigihugu canyu.
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 6 сағат бұрын
urikibwa ntanakimwe uvugacukuri nanone uvuga ikwamuryaruwe
@rejasaz-b7d
@rejasaz-b7d Күн бұрын
Denise imana imuhezagire nubwo atorohewe
@ProsperNkeshimana-r7t
@ProsperNkeshimana-r7t 5 сағат бұрын
Muribwa
@AnithaNDIHOKUBWAYO-rk3ui
@AnithaNDIHOKUBWAYO-rk3ui 8 сағат бұрын
Kubesha bizakumaririki?
@Bikorimananadia
@Bikorimananadia 11 сағат бұрын
Mwenta bwonkomukoresha
@AugustinNdayishimiye-z5q
@AugustinNdayishimiye-z5q 4 сағат бұрын
Ba mureka ububeshi
@Mireille-austin
@Mireille-austin Күн бұрын
Ivyo niyo radio yanyu yonyene ibimenya gusa ko atahandi biravurwa
@pacifiquenitunga-sy4sd
@pacifiquenitunga-sy4sd 11 сағат бұрын
Muzopfa murushe
@AlexisNdayishimiye-ni6nw
@AlexisNdayishimiye-ni6nw 9 сағат бұрын
Koma nyoko wamavyiwe. Igihugu cacu ntakintu muzogikurako
@SalimSlim-l4j
@SalimSlim-l4j 12 сағат бұрын
Nimuvuge ivyiwanyu
@NdihokubwayoLazaro
@NdihokubwayoLazaro Күн бұрын
Rikakubesha
@numekofelix6130
@numekofelix6130 Күн бұрын
Vyiza urabesha kandi tuzogufata
@NdihokubwayoLazaro
@NdihokubwayoLazaro Күн бұрын
Rikakubesha😅
@AbdulliKarimu
@AbdulliKarimu 22 сағат бұрын
Utazi ivyisi avyita ivyiwe ahaturi harabandi !!!
@gastonmodestkaziri2566
@gastonmodestkaziri2566 6 сағат бұрын
Hopeless and irresponsible journalism! How can you speak your foolish minds and try to make people believe you? Rubbish.
Новости дня | 16 декабря - вечерний выпуск
11:42
Euronews по-русски
Рет қаралды 4,5 М.
How many people are in the changing room? #devil #lilith #funny #shorts
00:39
Леон киллер и Оля Полякова 😹
00:42
Канал Смеха
Рет қаралды 4,5 МЛН
Amakuru yo ku wa 16 Kigarama 2024
27:02
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 2,2 М.
La Syrie entre espoir et inquiétude • FRANCE 24
42:51
FRANCE 24
Рет қаралды 46 М.
Путин: "Доводят нас до красной черты"
1:11
Euronews по-русски
Рет қаралды 8 М.
How many people are in the changing room? #devil #lilith #funny #shorts
00:39