IRYOSOZI RYA BRANDINE EP2 YOHOO BRANDINE ARIRUKANYWE MUNZU URARIRA PEE

  Рет қаралды 23,476

Mr Sammy officiel

Mr Sammy officiel

Ай бұрын

IRYOSOZI RYA BRANDINE EP2 YOHOO BRANDINE ARIRUKANYWE MUNZU URARIRA PEE

Пікірлер: 264
@mrsammyofficiel9246
@mrsammyofficiel9246 Ай бұрын
Uwunvise mily ngo namisi itatu yomara mump like
@NizgymnJYCSPARK10
@NizgymnJYCSPARK10 Ай бұрын
Twamwumvise kwer ngontihera pee😂😂😂😂🫣🫣🫣🫣
@SolangeIrankunda-ds1pv
@SolangeIrankunda-ds1pv Ай бұрын
Zurayiduha burimusi Hama samy nshaka kuzokinana naw film rimwe gusa ndiyumvamwo impanoyogukina m nuko ntavyemerew bivanye numuryangombamo CK idini ariko uzunfashe nkine rimwe ryonyene
@ChachaChany
@ChachaChany Ай бұрын
Apana namisi bavuga ntamisi
@vyukusengejoici-uv6sx
@vyukusengejoici-uv6sx Ай бұрын
Ahumbwo biramusa kl naze ndamurangire nukuri aranyiche😅😅😅😅😅😅
@jose-vi4qp
@jose-vi4qp Ай бұрын
❤❤❤❤
@MmMm-hq8vn
@MmMm-hq8vn Ай бұрын
Nanj ngiz 5 abaz nyum like hano tuhatwik kuryosozi ryabrandin
@hakizimanastany2127
@hakizimanastany2127 Ай бұрын
Umv nkutoze imigambi Blandine Ubu baj kukubwir ubahe ibintu vyumugab waw uzoc ubafata amajwi hamw atazoharir
@user-ns7jb2wm5c
@user-ns7jb2wm5c Ай бұрын
Uko nukuri abafashe amajwi niho vyokworoha,nayahandi Alex akize bazomubwirako wayahaye ibihabara
@mykeke3255
@mykeke3255 Ай бұрын
Eeeeeee film komuyimaz😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@NanaNaina-wc3kz
@NanaNaina-wc3kz Ай бұрын
Knd mump like2basha muri bwabumwe nyene
@user-uj6eg1ic3b
@user-uj6eg1ic3b Ай бұрын
Mbaye uwa kane❤❤
@NanaNaina-wc3kz
@NanaNaina-wc3kz Ай бұрын
Sammy nanj urashira mir timu yawa yogukina film kuva yonakwadikiy ukanka kunyishur vraiment nukuntu nkukunda ❤ ukuntu ikina neza
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e Ай бұрын
Manyina madame ntuzobasinyire😢😢😢😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤Fata neza itunga ryumungabo wawe
@user-ou4ht9sg5h
@user-ou4ht9sg5h Ай бұрын
Vyiza umugore wumutima arinda urugo gwiwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@DesireNdamuhawe
@DesireNdamuhawe Ай бұрын
Basha unomusi ndabaye uwambere ndasavye like
@user-gg4rh2bq2h
@user-gg4rh2bq2h Ай бұрын
yoooo mbay wamber abaz munyum yanj mump like kbx ❤❤❤😂😂😂😂😢😢
@languidendayisaba5876
@languidendayisaba5876 Ай бұрын
Darlene iryo kofii niryo kl adaciyubweng azoba atumva 😁😁🤗🥰🥰
@GloriaIrakoze-jt4bp
@GloriaIrakoze-jt4bp Ай бұрын
Brandine iyikurikira nukuza wanyoy sapor kugra wikureko iyo mihimbiri ikubonera😂😂😂
@NizgymnJYCSPARK10
@NizgymnJYCSPARK10 Ай бұрын
Irimwo inyigisho nziza cane arko uwomamaudog wabrandine arambabaje cane ivyahayagra peee ahayahohotera brandine cane gusa turabakunda cane abamwabukw nkawo nibabi kwe😭😭😭🎉🎉🎉🎉
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o Ай бұрын
Ariko Mana yanje Blandine ugiye kuyabon kwl gusa niwihagarareko kandi usab Imana igufashe abumugab wawe bo baguhagurukiy
@francinGerome
@francinGerome Ай бұрын
Ako gakobwa nindaya mbaya ngo ntikomara iminsi itatu umurima wumugenzi mukuwucunga uwuhagararamwo😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@LeaNiyibitanga
@LeaNiyibitanga Ай бұрын
Kbx iryo kofe uririye bikwiye ntamuntu yokubwira kugurisha ibintu nkivyo nawe ukemera
@user-lq2fi8gg5x
@user-lq2fi8gg5x Ай бұрын
Brandine nazigame itunga ryumugabo yemere abeho nabi ariko ntibasubire kumuhenda hama ndab❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@hatungimanajeanette2411
@hatungimanajeanette2411 Ай бұрын
❤❤nzobafana gushika Kumpera yisi
@user-uq9jr5li9y
@user-uq9jr5li9y Ай бұрын
Brandine umva uzoze urabafata amajwi arik hakub imbwa woba imva izompapur ntuzitang courage ndagukund cane mwe na sammy mbipfurije kuzokwubaka urugo mubanee alwx azokir komeza kwizera
@user-jh8ff9wv6y
@user-jh8ff9wv6y Ай бұрын
Courage bagenzi kure cne niho mbifurije❤
@user-et9ty4mx5f
@user-et9ty4mx5f Ай бұрын
Courage iyi film irigisha cne
@burikukiyetv3381
@burikukiyetv3381 Ай бұрын
Courage bantu banje. Love From BURIKUKIYE TV
@Asa-ij8fi
@Asa-ij8fi Ай бұрын
Sammy oyakir uzutabar umugorewaw aragowe man. Tabar kanyan ntiyorohew ❤❤❤❤❤
@RizikiZiki
@RizikiZiki Ай бұрын
Reka agubite brandine urikijuju niwuriko ubimuha kuberiki uguma umusinyira ugira bizoka kugatwe kande kiwawe urikigoryi pe😢
@MamAnge-zr2gc
@MamAnge-zr2gc Ай бұрын
Courage🎉🎉🎉🎉🎉😊
@user-mu1rl6uj5m
@user-mu1rl6uj5m Ай бұрын
Mbay uwakan mundemer mump utwodushurwe kl🎉🎉🎉
@bigirimanaspes9732
@bigirimanaspes9732 Ай бұрын
nanje muminota 11 ndahageze 🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
@user-sc8ek1qu6z
@user-sc8ek1qu6z Ай бұрын
Hejuru can iyiyo ndabona irenze izoryoha nka kanyana❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e Ай бұрын
None imana timubona 😢😢😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤😊😊❤oya reka 😊😊😊
@AliseAlise-cg7lr
@AliseAlise-cg7lr Ай бұрын
Courage 🎉
@NicheseNdacayisaba
@NicheseNdacayisaba 11 күн бұрын
Courage ❤❤❤❤
@arikibok4735
@arikibok4735 Ай бұрын
Courage ❤❤❤❤❤❤❤
@janeburu6538
@janeburu6538 Ай бұрын
❤❤o mbajundira mwayinyarukanye
@ornellaakimana2460
@ornellaakimana2460 Ай бұрын
Brandine ndagukunda ba umugore mugabo izo mpapuro ntuzitange knd uce ubwenge uze urabafata amajwi jw iyo rôle yaw ntabwo noyishobora wosanga natukanye😂😂
@CelestinNibitanga
@CelestinNibitanga Ай бұрын
Courage 🎉🎉🎉🎉 Kand cane gose
@NadegeMerveilleITERITEKA
@NadegeMerveilleITERITEKA Ай бұрын
Mily Bonne actrice 🎉🎉
@JonathanMinani-tj2yf
@JonathanMinani-tj2yf Ай бұрын
Courage ndabakunda cane
@user-cc5cl6tv1w
@user-cc5cl6tv1w Ай бұрын
Courage xanaa 🎉🎉❤
@user-rv4bn2et7t
@user-rv4bn2et7t Ай бұрын
NC film courage San 🇧🇮🇧🇮🔥
@egidenshimirimana1419
@egidenshimirimana1419 Ай бұрын
Courage Mr Sammy🎉🎉🎉❤
@FelixBwanya
@FelixBwanya Ай бұрын
Courage m'y family❤
@NsimireDafrose10-ip1zv
@NsimireDafrose10-ip1zv Ай бұрын
Wawo
@user-hj1go1cx9l
@user-hj1go1cx9l Ай бұрын
Very good❤❤❤
@AnithaDusengimana
@AnithaDusengimana 9 күн бұрын
Iyi film iraryoshe
@mykeke3255
@mykeke3255 Ай бұрын
Allloooo Mutunyarukiriz 🎉🎉🎉🎉
@AaBb-jg7di
@AaBb-jg7di Ай бұрын
Oya jeho na tazwe kwer,,,,❤❤❤🎉🎉🎉🎉❤❤
@user-rg5ze5kk2m
@user-rg5ze5kk2m Ай бұрын
Courage ❤❤🎉🎉
@user-mu1rl6uj5m
@user-mu1rl6uj5m Ай бұрын
Ahubw akomets buhor konon itung ryumuryang gx❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Blandinekabeza-mp4xx
@Blandinekabeza-mp4xx Ай бұрын
Blandine courage❤❤❤🎉
@siwemahabanyinawimanzi5995
@siwemahabanyinawimanzi5995 20 күн бұрын
Branding iyo ndahaba nanje naguha amawashi kuko urakarofa kbs Barabivuze koko nguwusambura ugwiwe bamutiza umuhoro
@user-rd7kd1ym2e
@user-rd7kd1ym2e Ай бұрын
Courage brooo Sammy mubikor neza can
@YoutooStudio
@YoutooStudio Ай бұрын
Very good ❤❤❤🎉🎉❤
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o Ай бұрын
Gusa iryo kofe bariguhay bikwiy umugore yohendwa uko nuwahehe? Kkkk nanje ntarubak sinumvako ivyo vyobaho kbx
@ClaudineNihorimbere-dt1ux
@ClaudineNihorimbere-dt1ux Ай бұрын
Sindavyumva nanje ntaw bogiruko arumurwiwe
@DivineNzeyimana
@DivineNzeyimana Ай бұрын
Bash iratey agahind arexi nav murikom
@VenerandeMukeshimana
@VenerandeMukeshimana 9 күн бұрын
Courage❤❤❤🎉🎉🎉😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@IradukundaMelyse
@IradukundaMelyse Ай бұрын
love from melychou officiel
@Dddiane
@Dddiane Ай бұрын
Courage❤❤❤❤🎉🎉
@user-yc2cx5jf5b
@user-yc2cx5jf5b Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤umugore mwiza kbx
@alinendihokubwayo5471
@alinendihokubwayo5471 Ай бұрын
Nanj nduy mushik w Sami Nar kuguh ikofi nukur😂😂😂😂 WE woshirak signature gte utaz ic amahera agiy gukoraa ah wabishizemw ubujuju😮😮😮uy mugore naw ng mmn mudogo mwikure sha Brandine .nkizo mpapuro uzitangiy iki vrmaaa?urakajuju fata amajwi WE
@alyajerm4996
@alyajerm4996 19 күн бұрын
Courage❤ ❤❤❤❤❤❤
@user-vl2ry9ze9t
@user-vl2ry9ze9t Ай бұрын
Waoooo Mr Sammy official 💪💪
@elianneNiyogushima-ul6yo
@elianneNiyogushima-ul6yo Ай бұрын
Sammy Kuga filme uragategur neza ukumviran akanover gaher utagomba zuraduh
@user-ij8nl5el5i
@user-ij8nl5el5i Ай бұрын
Kanyana courage
@GiftBella-de5hz
@GiftBella-de5hz Ай бұрын
Ego mama😏😏😏😏nimba noba nanyoye saporo nahonyene bongeyemwo umuti!!! Urambonera ako!!!
@BonavantureNiyonzima
@BonavantureNiyonzima Ай бұрын
❤❤ kubamurug nukwihangan
@oman4303
@oman4303 Ай бұрын
Mukomere❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🥰🥰🥰🥰🥰🥰
@user-tb4vu7df6w
@user-tb4vu7df6w Ай бұрын
Yooooooooooiii nukuri birababaje 😢😢😢😢😢😢😢
@keysejhzhd3849
@keysejhzhd3849 Ай бұрын
Muminota mirong 30 min nkaba ndahashitse❤❤❤
@user-ov8xx1nx4q
@user-ov8xx1nx4q 20 күн бұрын
Brandine uzogende mubitaro mwibanire numugabo wawe hamwe batazozabaraza kukugora muhira Hama ugume kwibanga ntuzosambane nahobakosha ntuzokwemere ntucinyuma Alexis
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 Ай бұрын
Milly waravyibushe sana urasa na neza disi😊😊😊😊
@AkimanaBrunelle
@AkimanaBrunelle 22 күн бұрын
Turabakunda cneee❤❤❤
@belywizey2002
@belywizey2002 6 күн бұрын
courage❤❤❤❤
@edinenikuze3939
@edinenikuze3939 26 күн бұрын
Numuryango wumugabo nabahimbir bifuza agapfa😮😮😮😮😢😢
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official Ай бұрын
Abagore bamezukwo barabakera sha 😂nkanje woza nkunshinga kwingohe ngo nsinyira kandi ntumbaze amahera kiretse wandoze😂😂
@user-xx3pi4on5h
@user-xx3pi4on5h Ай бұрын
Waooo muratunyarukirij mukomer
@YvetteTuyisenge-rv1xg
@YvetteTuyisenge-rv1xg Ай бұрын
Respect mr sammy
@user-ov8xx1nx4q
@user-ov8xx1nx4q 20 күн бұрын
Darlene aranshisha umuhungu atwara uwashatse gumyibanga mwana Blandine
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 Ай бұрын
Izonama za milly😂😂😂😂😂 welcome Milly
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd
@MoiseYAMUREMYE-gd1sd Ай бұрын
Good
@AlineKubwimana
@AlineKubwimana Ай бұрын
😂😂😂nonabicaa abagore batekereza nkuko mumbonera bakibahoo😮😮iiyoo nobah itegeko ryokudasubira noguhonyora murugo rwanj uwohagaruka nomuvunira mumavi😅😅😅uko sugutekerez nubujuju
@user-pm8iy9qc3v
@user-pm8iy9qc3v Ай бұрын
Iyo scène ya blandine ntirik iraryosh film kk nta mudame murug yemer k abiwab numugab bazakugurish amatung rer barab bashiremw ubweng kugir iryosh cane
@vyukusengejoici-uv6sx
@vyukusengejoici-uv6sx Ай бұрын
Milly ww uje utavyorocha 😂😂😂😂 ngo nta 2 jour utabikoze 😂😂😂😂😂😂 uramwoheje🎉🎉🎉🎉🎉
@user-wc3qo3ud1p
@user-wc3qo3ud1p Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤ndazindutse oeeeee🎉🎉🎉🎉🎉
@nindamutsaodethe-wt2uj
@nindamutsaodethe-wt2uj Ай бұрын
Brandina wihagarareko ntibakurenganye. Kwel.hama uwomamudogo agirayinjire mucumba cumuhungu mana nihatari. Rekaturindire parti 3.turebe iyobizoherera
@norberthakizimana689
@norberthakizimana689 Ай бұрын
Blandine yarakwiye , kumenya ko ivyo asohora vyose, ingaruka izoza Kuri we, reo ikihari, narondere abatwara quartier, bibaye ngombwa, yiture ubutungane, canke naho afate amajwi inabukwe , Izo mpapuro ntuzimuhe, koma induru bagutabare
@user-sv8fy9uf3r
@user-sv8fy9uf3r Ай бұрын
Curage 🥰🥰🎉🎉
@AngeFleoleBwimana
@AngeFleoleBwimana Ай бұрын
Hejur cn sammy❤❤
@user-su2rz2jx3v
@user-su2rz2jx3v Ай бұрын
Blandine,bigendagute,kugirahazimuntu,akakubwirakugurisha ibintu vyumuryango,wawe,ukemera ugasinya,kanduziko mugihe umugabo,wawe,atahari,utegerezwa,guhagararira itunga ryumuryango.wabisizemwo ubujuju
@hakizimanastany2127
@hakizimanastany2127 Ай бұрын
Gus muraduhangik 15min gus?ongereza shaa
@user-hh9gv9ro7u
@user-hh9gv9ro7u Ай бұрын
Courage
@shamedyoucannaaem6827
@shamedyoucannaaem6827 Ай бұрын
Ndabakunda
@Fa-bPoze
@Fa-bPoze Ай бұрын
❤From mc poze
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e Ай бұрын
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ❤❤❤❤❤guma umusengera😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@siwemahabanyinawimanzi5995
@siwemahabanyinawimanzi5995 20 күн бұрын
Blandina ntuhendwe inyoshambi inganumurozi
@IteritekaNice
@IteritekaNice Ай бұрын
Mukaduh kwlturacarindiriy
@user-ed6eo8kt9e
@user-ed6eo8kt9e Ай бұрын
😂😂😂😂😂❤❤❤❤😂😂😂😂😅😅😅ego 💯 ✍ 😌 👌 urakuze ubuhoihangarareko madame ♥️ 😄 😀 😀 ❤️ 😆 👌 ♥️ ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂musohore madame akuvire muzu
@michellinempawenimana2381
@michellinempawenimana2381 Ай бұрын
Ndabakunda kanini
@user-ql3kl7wq9w
@user-ql3kl7wq9w Ай бұрын
Blandine pole mungenzi❤
@setaseeta9779
@setaseeta9779 Ай бұрын
Abantu bikundira amatungo kuruta umuntu😂😂
@user-mb5jj2ns6h
@user-mb5jj2ns6h Ай бұрын
❤❤
@user-ov8xx1nx4q
@user-ov8xx1nx4q 20 күн бұрын
Mily ndamwase caneeecane bé n'a maman arexi ndamwase uwutavuzwe wewe ni mushiki wa arexi
@kevineinarukundo7229
@kevineinarukundo7229 15 сағат бұрын
Umugabo wanj niwacabatunga mwamihimbirimwe ntayonogaha
THIS LIFE CHAPTER 16
21:46
TOPLINE TV
Рет қаралды 4,7 М.
Alex hid in the closet #shorts
00:14
Mihdens
Рет қаралды 11 МЛН
Gym belt !! 😂😂  @kauermtt
00:10
Tibo InShape
Рет қаралды 13 МЛН
MKWE KAROGWA Ep 4..(Love Story 💕💕💕)
18:48
kijiti media
Рет қаралды 1,1 М.
EHE IGIHE BY AMBASSADER CHOIR MUYANGE
9:41
ISAHA YO GUTABARWA TV
Рет қаралды 2,7 М.