Isaac na SANTA barahuye kandi mukiganiro kimwe MBEGA UMUNEZERO..|| Raba ikinyamakuru ciwe gishasha

  Рет қаралды 12,851

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 61
@ntirapinjocy1984
@ntirapinjocy1984 Ай бұрын
Isaac tv urerekanye ubu Islam bwawe kweri kuko werekanyeko umukozi wawe ateye imbere ubihimbarwa
@ericnibikora9680
@ericnibikora9680 Жыл бұрын
Isaac uwomukobwa wawe jewe nubu ndamwemera cane Imana ikomeze kumuhezagira reka tugende kumushigikira kuri umuco media
@nijimbereaimable9947
@nijimbereaimable9947 Жыл бұрын
Isaac TV ni label yokurera aba journalistes nka kurya Bantu Bwoy irera aba artistes
@btv254show1
@btv254show1 Жыл бұрын
Uwomutoto turamukunda sana agarike kuri Isaac tv love from Kigali Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼👊
@jimmyizere5055
@jimmyizere5055 Жыл бұрын
Courage SANTA❤
@aishaafricanas7519
@aishaafricanas7519 Жыл бұрын
Nari ndagukumbuye santa 🥰🥰❤👌
@vincentbigirimana6763
@vincentbigirimana6763 Жыл бұрын
Hyguette wa D-ONE courage uri munzira nziza vrt Gus sh D-One aracakurindiriye
@isaactv1725
@isaactv1725 Жыл бұрын
kzbin.info/www/bejne/nHa0coyYp8alrrM Fyonda kurino LINK wirabire ibiganiro vya SANNTA kuri TV yiwe nshasha dushigikire umwana wacu
@ماجدهماجده-ع4ف
@ماجدهماجده-ع4ف Жыл бұрын
Narindamukumbuye. Santa.waravyibushe
@SurndabikundiraSur
@SurndabikundiraSur Жыл бұрын
Santa.wahora.utisiga.waruberew.utisize.iivyobintu mumasoo😄😄😄
@ريمالريم-ح2خ
@ريمالريم-ح2خ Жыл бұрын
Tuzomukurikira cane
@angenadiairakoze
@angenadiairakoze Жыл бұрын
Courage Sha Santha abakobwa baciy ubweng nkaw babonek hake.na félicitations nyinshi !!!
@micomeshack7024
@micomeshack7024 Жыл бұрын
Courage
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz Жыл бұрын
Waooo courage Santa komeza witerere imbere Isaac nawe wubahwe mya brother.
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 Жыл бұрын
Mbesha yari yagiy hh yarakumbuw😘😘
@kanezasoso5878
@kanezasoso5878 Жыл бұрын
Courrage ❤️ santha Komeza Ukore Imbere Niheza 🙌🙌🙌🙌💋❤️
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 Жыл бұрын
Komera sister wacu Santha♥️♥️♥️♥️♥️🇧🇮🇦🇺
@charlottekalunga5987
@charlottekalunga5987 Жыл бұрын
Ndabakunda cane.Nimwirambire😘🤝💕💞💞
@alleluatv
@alleluatv Жыл бұрын
Ninjye wambere
@Rodman_pro_star
@Rodman_pro_star Жыл бұрын
Hejuru kabisa
@claudineuwizeye871
@claudineuwizeye871 Жыл бұрын
Courage santha 🥰🥰🥰🥰👌
@emmanuelnzambimana5569
@emmanuelnzambimana5569 Жыл бұрын
Njye nza n'a nyuzeyo🇧🇮🇰🇪👍courage
@daniellaingabire3892
@daniellaingabire3892 Жыл бұрын
congratulations Santa
@Innocentciza
@Innocentciza Жыл бұрын
nice work
@muna8654
@muna8654 Жыл бұрын
Yoo Santa courage imbere niheza muntu w'imana
@nnno989
@nnno989 Жыл бұрын
Sana, ndagukunda💋💋💋💋💯💯💯
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 Жыл бұрын
Wahoo vyiza cane murahuye imana ishimwe
@niyonkurupelagia8775
@niyonkurupelagia8775 Жыл бұрын
❤❤❤ karibu cane
@Yvette314
@Yvette314 Жыл бұрын
Turamukeneye mumugarukane kuri issac tv uramukunda cane
@fatumahdadah8092
@fatumahdadah8092 Жыл бұрын
Jewe nkubuye kimwe kukindi😂 Santa Hama mwubahwe mwese
@adelardmunezero-sf7ry
@adelardmunezero-sf7ry Жыл бұрын
Nc santha
@theresatessyniyomwungere6920
@theresatessyniyomwungere6920 Жыл бұрын
Courage chryy 🥰 je suis fière de toi👑❤
@bdhhe6395
@bdhhe6395 Жыл бұрын
Ferstion
@clovisnsengiyunva2589
@clovisnsengiyunva2589 Жыл бұрын
Merci beaucoup
@nahayoneuphtalie4727
@nahayoneuphtalie4727 Жыл бұрын
D-one aracarindiriye kuko imyaka cumi ntiranakwira .
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 Жыл бұрын
Uyumukobwa afise mumutwe hazima turipfuza kugira icotwakora kugirango igihugu cacu gitere imbere ariko nkuko abivuze abizigigwa barabuze mukangurire abantu kuba abizigigwa Urugero iyo Santa ataba umwizigigwa kuri Isaac tv ntaba ageze kururi gwego agezeko ❤
@claudenshimirimana1945
@claudenshimirimana1945 Жыл бұрын
Ohoo courage cn les jeunes bitahuy
@ماجدهماجده-ع4ف
@ماجدهماجده-ع4ف Жыл бұрын
Arikontuzoze. Uripoteza. Santa
@jajakajaniri5813
@jajakajaniri5813 Жыл бұрын
Welcome Santa 🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇸🇦
@philoscoco
@philoscoco Жыл бұрын
👌
@khadijamoss293
@khadijamoss293 Жыл бұрын
Wawooo mama santarita Miss you 🙏🌷💋
@_-wt8ns
@_-wt8ns 4 ай бұрын
Santa mbe don arihh yamyakacumi ntirakwira aracakurindiriy
@_-wt8ns
@_-wt8ns 4 ай бұрын
Hii turara turakora tukirigwaturakora mumahamga ntavyokwasama
@MarcelNahishakiye
@MarcelNahishakiye 4 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@sonerimanaeddy4753
@sonerimanaeddy4753 Жыл бұрын
Courrage santa and Issac ubadanye ubashigikira
@evelynedusabimana6556
@evelynedusabimana6556 Жыл бұрын
Uyo mukobwa ndamukunda arikaravuga cank arikaratwenga
@FleuryOG
@FleuryOG Жыл бұрын
Urumv'icokintu 😂 😂 🔥 🔥
@مممكطم
@مممكطم Жыл бұрын
👍👍👍
@kww7783
@kww7783 Жыл бұрын
🙏💕💕💕💕💕💕💕💕
@nishimikijimanabelyse1053
@nishimikijimanabelyse1053 Жыл бұрын
Ingene Isaac araba Santa😂
@vincentbigirimana6763
@vincentbigirimana6763 Жыл бұрын
So Santa nkeney plan d'affaires ya 5 millions vrt ndafise 5 millions mais nabuze projet nokoresh Ayo mahera ng yunguke Santa ukabon haric wonfasha uranyishur kuriy commentaire ham duc turab Uko twovugan à l'oeil nu
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Urwana rwarabaye rwiza yamara na D-ONE ubu arakaze sha naho wamuteye ishuti.
@yuui1878
@yuui1878 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@Bikorokoro123
@Bikorokoro123 Жыл бұрын
Ngo niyumviraGA, narotaGA, ayo ma GA, GA GA....asigura iki? Kunda ururimi rw'iwanyu . Vous etes Burundais et non Rwandais
@nganjiloan8506
@nganjiloan8506 Жыл бұрын
Raba uzoze uramenyekanisha na D one kuko namumenye kubera wewe
@geremanikongendakuriyo
@geremanikongendakuriyo Жыл бұрын
👍🏽🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮
@karmabvhg2118
@karmabvhg2118 Жыл бұрын
Courage
@aime563
@aime563 Жыл бұрын
Courage
@christellakanyange4729
@christellakanyange4729 11 ай бұрын
Ooolalaaa félicitation kuri Isaac wareze ibikura shaaa!!donc waramuye abumvaa( kuramura🤣).ham courage kur santa utere ujimbere mukobwa mwiza!
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 26 МЛН
ДЕНЬ УЧИТЕЛЯ В ШКОЛЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 4 МЛН
Cool Parenting Gadget Against Mosquitos! 🦟👶
00:21
TheSoul Music Family
Рет қаралды 16 МЛН
AGASOBANUYE _I KOFI  S1 FULL MOVIE
1:40:18
Isaac Tv
Рет қаралды 4 М.
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 1,2 М.
KOFI (URUSHI) S1 PART 10  N'UBUROZI BUGIYEMWO (LOVE STORY) 🙄
12:38
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 26 МЛН